Ibibaza Umushikiranganji..,|Inyishu z'ibibazo

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 5 вер 2024
  • #indundinews :Birabujijwe KO Umuzungu, umunyamahanga yiyerereza mu gihugu hagati atabifitiye uruhusha...

КОМЕНТАРІ • 21

  • @ronaldonsabimana9888
    @ronaldonsabimana9888 Рік тому

    Murakoze cane,tugiye kuja hamwe tuze muduhe Aho turima gusa cankuzo na ruyigi ni Kure kubona inyungu vyosaba abahinga babinonosoye

  • @ronaldonsabimana9888
    @ronaldonsabimana9888 Рік тому

    Umuco mutanze kuvy ibiciro vy inyankenerwa ni Sawa cane..yubahwe chef de Quartier buhinyuza aragerageza gukurikirana neza Ivy ibiciro ikibazo nuko ciment igurirwa Kure Aho adatwara ubundi twari kuba dutomboye

  • @jeanclaudeharerimana8228
    @jeanclaudeharerimana8228 Рік тому +1

    Avuga neza nyakwubahwa,niyubahwe

  • @nduwimanafabrice9775
    @nduwimanafabrice9775 Рік тому

    Muta murimboneza pe muzokibogora kunguvu

  • @nduwimanafabrice9775
    @nduwimanafabrice9775 Рік тому

    Igihugu ko gisigay kitwara abagabo bababaye hemwe nkuyu mutama ntafyina kabisa

  • @doomedinscrolling3587
    @doomedinscrolling3587 Рік тому +1

    Ariko none Uburundi buri Nyabagendwa gute nimba mudashaka abanyamahanga babutemberera ??
    Canke mutange itegeko clair rivuga ko muburundi ingenzi zitemerewe kuhaza, none iyo ntara y’Ibusiga wewe utagezeyo bisigura ko atawundi woshikayo ?
    Ca fait vraiment mal kwunva iyo message jew nciye ncika inguvu
    Jew nari ndindiriye ko muvuga muti karibu muburundi mwese duterimbere dutezimbere nabanyagihugu .
    We still have a long way to go
    Kandi ngira nibarize ico kibazo umukuru wigihugu nabonye ariwe afise ishaka ryoguteza imbere igihugu .

    • @nsafelix
      @nsafelix Рік тому

      Abo bazungu mugihugu hagati aba aje gukora iki? arico aje gukora cumvikana nisawa mugabo ivyo bibanza guca muri ministere za etranger na interior. wewe ko adapfa kwinjira mubihugu vyabo

    • @hitimanajeanpaul770
      @hitimanajeanpaul770 Рік тому

      Gira,ntiwamutahuye neza!! Wewe ushaka abanyamahaga bidegevye!! Ngo nuko bafite Visa!?

    • @doomedinscrolling3587
      @doomedinscrolling3587 Рік тому

      @@nsafelix jewe nari nunva vyoba vyiza batumenyesheje ibibanza bigendwa nabanyamahanga nibitagendwa , kugira umuntu ntarwe mwisanganya atabizi nukuri. Ariko ndunva bigoye gutahura
      Nuko mukomere

    • @doomedinscrolling3587
      @doomedinscrolling3587 Рік тому

      @@hitimanajeanpaul770 ego cane vyoba ari vyiza burya iyo umwidegenvyo ari wose hose biba aribintu vyiza cane kandi bigira akamaro kugihugu nabagituyemwo

    • @nzeyimanamoise1276
      @nzeyimanamoise1276 Рік тому +1

      Hisungwa amategeko

  • @nshimirimanamike1591
    @nshimirimanamike1591 Рік тому

    Nyakubahwa bikorukonyene uburundi nihoturotera imbere

  • @hakizimanajames-hm6xt
    @hakizimanajames-hm6xt Рік тому

    Ivyo nivyo Mutama Martin nimubakorereko bakore isuku

  • @assumaninshimirimana5579
    @assumaninshimirimana5579 Рік тому

    bije mungiro niho nigisagara kizoba ciza

  • @MahadiaIrankunda-nw1im
    @MahadiaIrankunda-nw1im Рік тому

    V

  • @mpawenayojacob
    @mpawenayojacob Рік тому

    35000 mucibitoke ikorerwa

  • @hazikotv592
    @hazikotv592 Рік тому

    Aba congomani nabo bariko bagura Ama parcelle ibuja

  • @jilu1095
    @jilu1095 Рік тому

    Wubahwe mutware ukwonukuri najew ndashak ahokurima

  • @musoniandre8934
    @musoniandre8934 Рік тому

    Umushahara.boabona.uwayaguha.yogutungakweli😂