Emile Mworoha, le grand professeur, vyose yabitwibukije, naho ata analyse approfondie yagize kwiyimikwa na Chirac/Mitterand bimika Buyoya, bagaca bateza Ntega-Maranara ngo FPR ntotere ari Bagaza akiri kuri pouvoir. CIA yari yarababwiye ko Rwigema atagishobora kumusivya. Ica kabiri, ntiyatubwiye ingene abo ba frança bicishije Ndadaye, ngo bizambe..., bukeye babonye ko Uburundi butagiye mu ndwano, les mêmes Français bica Ntaryamira, bamurungitse muri ride inéxpliqué yo kwa Habyarimana... Mugabo Mworoha ntivyari muri program ya les questions mwamubaza. Ariko bien avant, yari kuvuga ngene CIA yishe Ngendandumwe, dans le même program yo guteranya abahutu n'abatutsi bo mu Burundi, bari balance kuvana!
J'ai 75 ans nakuze mbona Emile Mworoha et il est tjrs en vie à moins qu'il n'est plus sur cette terre nkaba ntarabimenye c'est possible ! akaba lero akiriho il a plus de 100 ans . Personne ne me diras le contraire niko nibaza niko biri .
Irwano ya 1972? Abahutu bishe ni bande bishe nde, Abatutsi bishe ni bande bica nde? Quand meme, Emile Mworoha ni Umwigisha akomeye ntakwiye kuvuga gutyo!
Soyons justes envers ce vieux .Twomushimira ko yemeye gutanga ico kiganiro.Hari abagikuyemwo inyigisho.Nihaba hari l'u n ou l 'autre abonamwo ububeshi ,nawe natugirire ikindi kiganiro aheze akosore ibitarivyo.En tous cas si vyinshi vyo gukosora.J'ai suivi toute l'émission.
Ngo ingwano yo muri 1972??? Ngo igihe abahutu n'abatutsi bicana muri 1972??? Really? This vague language coming from a historian professor of university? Kweri aba batama bahisemo gupfana ikibi bakoreye u Burundi. Bazopfa batihanye kandi ikibi bakoze ntibazokwigera bacemanga canke ngo babisabire ikigongwe.
Mubandanye mutubwira kahise k'Uburundi bwacu bwiza💝
Arakoze cane kutubwira kumateka yigihugu
Aho Mutama . Imana ikwongere iminsi yukubaho Uzuratumenyesha akahise kigihugu cacu
uyu muvyeyi namukunze vraiment ❤❤ ndzjamenyeye vyinshi
Yarashaje Mworoha wee ntakimenya neza ivyavuga je ndamuzi kera muri Uprona
Ibi nivyo biganir tuba dukeneye courage mutuzanira amateka kabisa
murakoze caane turabakunda caane
Abamenyeshamakuru bubu ibibazo babaza biragoye kwumva Intumbero yavyo.
Numva benshi bize Astrida kurirya époque yabibagiye N’a Rwagasore yibagiye ko yahize
Yabaye umwami c’est vrai ariko yagiye kuri Trône à 17 ans
Uyu mutama arakwiye kwandika igitaba ca kahise k'uburundi!
ikiganiro ciza cane.Nagira nibutse mon Professeur ko uwigize umugabekazi Mwambutsa acimikwa yitwa Ririkumutima.
kiba mutubwira histoire yakahitse kigihugu cacu
Mwakeye
Uwo ni umwe mubantu ntopfa nemeye ngo nemere nivyiwe kuko ivyo yandika vyose vyaba bihengamiye kuco yemera canke ico ari . Akahise kuburundi kanditswe nabo basaza siko namba kuko ni ibipfundikano gusa. Ibaze kwandika babesha ngo umwami yavukana imbuto mubiganza . Ibintu vyububeshi bibishe no kumva mumatwi yabantu atari ibijuju. Uwo numwe mubantu batuma ukuri nyakwo kuvyabaye muburundi butamenyekana
Manawe nikibazo urabiriye kwiri
Pour Mwambutsa: Entre 3 et 6 ans monsieur teacher. la precision is ... sa famille. Avuga ukuri ariko ukuri ntikuryoshe kumva
Numutama wa kera kweri mana we ngo mu 1950 nciye numva agatwengo asha uwo mpora ndamwumva ngo Emile Mworoha sinar bwamubone
😊
Mwambutsa avait autour de 5 ans quand RIRIKUMUTIMA a eu vent que MUTAGA IV...
Araramvye pe nakomeze abeho
Komera
Murwize ibiganiro nkibi kumenya kahise kacu biduha gutahura igituma tugize aho tugeze uno munsi. Hama bigaheza bikaduha kumenya iyo tuja.
Emile Mworoha, le grand professeur, vyose yabitwibukije, naho ata analyse approfondie yagize kwiyimikwa na Chirac/Mitterand bimika Buyoya, bagaca bateza Ntega-Maranara ngo FPR ntotere ari Bagaza akiri kuri pouvoir. CIA yari yarababwiye ko Rwigema atagishobora kumusivya.
Ica kabiri, ntiyatubwiye ingene abo ba frança bicishije Ndadaye, ngo bizambe..., bukeye babonye ko Uburundi butagiye mu ndwano, les mêmes Français bica Ntaryamira, bamurungitse muri ride inéxpliqué yo kwa Habyarimana...
Mugabo Mworoha ntivyari muri program
ya les questions mwamubaza.
Ariko bien avant, yari kuvuga ngene CIA yishe Ngendandumwe, dans le même program yo guteranya abahutu n'abatutsi bo mu Burundi, bari balance kuvana!
J'ai 75 ans nakuze mbona Emile Mworoha et il est tjrs en vie à moins qu'il n'est plus sur cette terre nkaba ntarabimenye c'est possible ! akaba lero akiriho il a plus de 100 ans . Personne ne me diras le contraire niko nibaza niko biri .
Ashobora kuba afise autour de 90 ans.
Erega utwara naho yoba yatize amashure menshi,adafise absmufadha igihuhu kiramunanira. Ikindi nacho nuko iyo umukure eigihugu yijajaye abantu bagakora ivyo bishakuye, nawe akana ntibinezwe, ico gihe umukure eigihugu ntacabamaze.
Kugira stware NEZA yategerezea kurondera abantu yizeye Kandi bakuru naciye ubwenge. Hanyuma udakora unkunda abarundi udatandikanya abantu nka barya Baja muvyamoko
Les belges nous surprendront pour la véracité des dates des naissances des rois du rwanda et du burundi
Umugabekazi nabaganwa nabatware mugabo wiyumviriye vyaribigoye gutwarigwa nanabandi uciyubwenge ugakorera kumateka yabandibashinze
Ntihica ubwoko hica ubwoba
MWEZI GISABO n'a jamais accepté la colonisation.
Ubwo n'ububeshi nta ntambara yabaye 1972, intambara hagati yande nande? Warabonye intambara idafise uwuyirongoye? MWOROHA ari mubaroze abarundi beshi, yigisha ibinyoma imwaka irenga 40, n'ubu akaba akibesha abarundi. Mbe ugomba uzorinda upfa udasavye ikigogwe abarundi kububeshi n'uburozi ngo n'icigwa ca histoire wigishije. Ivyo binyoma mutegerezwa kubihagarika. Ubu vyose vyagiye ahabona
Irwano ya 1972? Abahutu bishe ni bande bishe nde, Abatutsi bishe ni bande bica nde? Quand meme, Emile Mworoha ni Umwigisha akomeye ntakwiye kuvuga gutyo!
Vous les hariho igitabo co kuri Rwagasore muzogisome si vous voulez savoir la vérité
Soyons justes envers ce vieux .Twomushimira ko yemeye gutanga ico kiganiro.Hari abagikuyemwo inyigisho.Nihaba hari l'u n ou l 'autre abonamwo ububeshi ,nawe natugirire ikindi kiganiro aheze akosore ibitarivyo.En tous cas si vyinshi vyo gukosora.J'ai suivi toute l'émission.
Mbikije avait peur bleu de DIGIDIGI ou tikitiki, vous entendez par ici des fusils semeurs de la mort et désolations
Ngo ingwano yo muri 1972??? Ngo igihe abahutu n'abatutsi bicana muri 1972??? Really? This vague language coming from a historian professor of university? Kweri aba batama bahisemo gupfana ikibi bakoreye u Burundi. Bazopfa batihanye kandi ikibi bakoze ntibazokwigera bacemanga canke ngo babisabire ikigongwe.
Ubwo avuze ivyo udashaka canke abivuze uko utabishaka ariko ntibikuraho ko arukuri. uzoba utomboye niwasaza uko ashaje.
Nanje natagaye kumva ngo baricanye muri 1972, nibazako arubusaza bwatumwe avuguko kuko ico tuzi nuko muri 1972 yari ihonya bwoko rya bahutu.1993 hoho twovyemera kuko nu muhutu yarishe .