PARCEM Burundi
PARCEM Burundi
  • 155
  • 100 445

Відео

Kugira amatora agende neza "Intwaro Rusangi" ikwiye gukomezwa , ikigishwa , igahabwa ikibanza.
Переглядів 34День тому
Kugira amatora agende neza "Intwaro Rusangi" ikwiye gukomezwa , ikigishwa , igahabwa ikibanza.
Inryane nyinshi uburundi bwaciyemwo zatewe n'abatunganya amatora nabi. Ni hategurwe amatora meza.
Переглядів 19221 день тому
Inryane nyinshi uburundi bwaciyemwo zatewe n'abatunganya amatora nabi. Ni hategurwe amatora meza.
Kutubahiriza amategeko biri mubituma haba ukutumvikana inyuma y'amatora no mwitunganywa ryayo.
Переглядів 10921 день тому
Kutubahiriza amategeko biri mubituma haba ukutumvikana inyuma y'amatora no mwitunganywa ryayo.
1 video
Переглядів 15621 день тому
Uruhara rw'amatora mu gutsimbataza intwaro rusangi hamweno kwirinda indyane za poritike.
Inyuma y'itorwa ry'ubutare bwo mu Kirundo, itunganywa ry'ico gisata ryari rikwiye kugenda gute?
Переглядів 3,5 тис.2 місяці тому
Inyuma y'itorwa ry'ubutare bwo mu Kirundo, itunganywa ry'ico gisata ryari rikwiye kugenda gute?
Après la découverte d'un site minier, que ce qu'on devrait savoir sur la gestion de ce secteur.
Переглядів 1352 місяці тому
Après la découverte d'un site minier, que ce qu'on devrait savoir sur la gestion de ce secteur.
Ikena ry'Igitoro : Harageze ko Reta ikorera umuti ikibazo c'igitoro.
Переглядів 4,5 тис.2 місяці тому
Ikena ry'Igitoro : Harageze ko Reta ikorera umuti ikibazo c'igitoro.
La pénurie du carburant : Le gouvernement devrait trouver des solutions.
Переглядів 2672 місяці тому
La pénurie du carburant : Le gouvernement devrait trouver des solutions.
Après la visite de la délégation de la Banque mondiale au Burundi , Que retenir?
Переглядів 3913 місяці тому
Après la visite de la délégation de la Banque mondiale au Burundi , Que retenir?
Inyuma y'urugendo rw'abahinga b'Ibanki y'isi yose aha mu Burundi, Twosigarana iki?
Переглядів 14 тис.3 місяці тому
Inyuma y'urugendo rw'abahinga b'Ibanki y'isi yose aha mu Burundi, Twosigarana iki?
Harageze ko Integuro y’amafaranga Reta ikoresha izanwa mu nama nshingamateka hakiri kare.
Переглядів 1623 місяці тому
Harageze ko Integuro y’amafaranga Reta ikoresha izanwa mu nama nshingamateka hakiri kare.
N"ibiki twomenya kubijanye na ya Mbonakazoza y’Uburundi bwifashe muri 2040 ,buteye imbere muri 2060.
Переглядів 453 місяці тому
N"ibiki twomenya kubijanye na ya Mbonakazoza y’Uburundi bwifashe muri 2040 ,buteye imbere muri 2060.
N’ibihe bikwiye gushirwa imbere mu nteguro y’amafaranga #Reta izokoresha mu mwaka wa 2024-2025.
Переглядів 1563 місяці тому
N’ibihe bikwiye gushirwa imbere mu nteguro y’amafaranga #Reta izokoresha mu mwaka wa 2024-2025.
Uruganda rwo guhanahana ivyiyumviro kubijanye n’itegurwa ry’amafaranga #Reta ikoresha.
Переглядів 3 тис.3 місяці тому
Uruganda rwo guhanahana ivyiyumviro kubijanye n’itegurwa ry’amafaranga #Reta ikoresha.
Igisata c'uburimyi gikwiye kwitabwaho bikwiye kigahabwa uburyo bukwiye.
Переглядів 323 місяці тому
Igisata c'uburimyi gikwiye kwitabwaho bikwiye kigahabwa uburyo bukwiye.
Harageze ko umwenegihugu wese asigurirwa ibitabo bimwe bimwe vyanditswemwo imigambi y’igihugu.
Переглядів 2133 місяці тому
Harageze ko umwenegihugu wese asigurirwa ibitabo bimwe bimwe vyanditswemwo imigambi y’igihugu.
Hakwiye guhanwa abantu batarangura neza imigambi yashizwe mu nteguro y’amafaranga #Reta ikoresha
Переглядів 2073 місяці тому
Hakwiye guhanwa abantu batarangura neza imigambi yashizwe mu nteguro y’amafaranga #Reta ikoresha
Hatabayeho itunganywa neza ry"amafaranga y'igihugu gutera imbere biracari kure.
Переглядів 3,6 тис.3 місяці тому
Hatabayeho itunganywa neza ry"amafaranga y'igihugu gutera imbere biracari kure.
Hari hakwiye kujaho ihangiro imwe y'Igihugu ku gihe gikwiye, kuburyo uwuje wese ayigenderako.
Переглядів 1833 місяці тому
Hari hakwiye kujaho ihangiro imwe y'Igihugu ku gihe gikwiye, kuburyo uwuje wese ayigenderako.
Abenegihugu bategerezwa kugira uruhara mw'itunganywa ry'integuro y'amafaranga Reta ikoresha
Переглядів 8433 місяці тому
Abenegihugu bategerezwa kugira uruhara mw'itunganywa ry'integuro y'amafaranga Reta ikoresha
Les citoyens doivent être consulter pendant l'élaboration du budget de l'Etat.
Переглядів 823 місяці тому
Les citoyens doivent être consulter pendant l'élaboration du budget de l'Etat.
Quatre ans du leadership de NDAYISHIMIYE. Quel bilan : Réalisations et défis?
Переглядів 9303 місяці тому
Quatre ans du leadership de NDAYISHIMIYE. Quel bilan : Réalisations et défis?
Imyaka ine irarangiye Nyen'icubahiro Evariste NDAYISHIMIYE ari k'ubutegetsi. Igihugu cifashe gute?
Переглядів 13 тис.3 місяці тому
Imyaka ine irarangiye Nyen'icubahiro Evariste NDAYISHIMIYE ari k'ubutegetsi. Igihugu cifashe gute?
Reta itegerezwa gufata ingingo zose zishoboka kugira igwanye inzara mu bene gihugu.
Переглядів 2,5 тис.4 місяці тому
Reta itegerezwa gufata ingingo zose zishoboka kugira igwanye inzara mu bene gihugu.
Le gouvernement doit prendre des mesures idoines pour lutter contre la faim.
Переглядів 1074 місяці тому
Le gouvernement doit prendre des mesures idoines pour lutter contre la faim.
Chaque Ministre doit présenter son agenda des projets à executer devant le parlement.
Переглядів 2104 місяці тому
Chaque Ministre doit présenter son agenda des projets à executer devant le parlement.
Umushikarangaji umwe umwe atagerezwa gusigurira Inama Nshingamateka imigambi afise ku mwaka ku mwaka
Переглядів 1,4 тис.4 місяці тому
Umushikarangaji umwe umwe atagerezwa gusigurira Inama Nshingamateka imigambi afise ku mwaka ku mwaka
La Banque Centrale devrait produire un rapport sur l’utilisation des devises disponibles.
Переглядів 4704 місяці тому
La Banque Centrale devrait produire un rapport sur l’utilisation des devises disponibles.
Ibanki nkuru y'Igihugu itegerezwa kuza iratanga icegeranyo c'ingene amafaranga y'agaciro akoreshwa.
Переглядів 1,3 тис.4 місяці тому
Ibanki nkuru y'Igihugu itegerezwa kuza iratanga icegeranyo c'ingene amafaranga y'agaciro akoreshwa.

КОМЕНТАРІ

  • @kezananafleur8480
    @kezananafleur8480 Місяць тому

    Internet irakoze ibara.

  • @KennoKanse
    @KennoKanse 2 місяці тому

    Technologie abamaze kuyigerako nabo bayiryamako kuburyo buhambaye cane. Kubahatira kuyizana gake gake mubihugu bitarayironka nugushiramwo inguvu myinshi .

  • @JeanMAYUGI
    @JeanMAYUGI 2 місяці тому

    Nos chers cousins sont entrain de te moquer de toi. 😀

  • @MikeNdayi
    @MikeNdayi 2 місяці тому

    Uganiriye neza nuko mbona arukwiganiriza atakivamwo komeza mwitere inkuri 😅

  • @FerdinandHakizimana-b1b
    @FerdinandHakizimana-b1b 2 місяці тому

    Nibibazo kbx

  • @NIKIZA96
    @NIKIZA96 2 місяці тому

    Ikibazo dufise kirazwi , tugikemuye nubutare ntibwoba bunakenewe ngo dutere imbere!

  • @PacifiqueIrambona-gh1dd
    @PacifiqueIrambona-gh1dd 2 місяці тому

    Ntadeni rek rek ,kirundo izodufash turindire ubutare bwimbwe

  • @EmmanuelNdayisenga-xp9lx
    @EmmanuelNdayisenga-xp9lx 2 місяці тому

    🥱🥱😢😢😢😢😢 ewebasha turagowe

  • @EmmanuelNdayisenga-xp9lx
    @EmmanuelNdayisenga-xp9lx 2 місяці тому

    🥱🥱😢😢😢😢😢 ewebasha turagowe

  • @B.s3909
    @B.s3909 2 місяці тому

    Wewe aba DD bagushize ngaho kubera uru muhutu wiwabo kubera ukuntu wivugira yamuhe ataco bagutwaye , iyaba ari Pacifique abivuze nirengero ryiwe twari kuba twaribuze .

  • @oswaldbaranyedetse9297
    @oswaldbaranyedetse9297 2 місяці тому

    Birababaj Can ibirik biraba i Burundi , ubuzim bwas kabisa

  • @yemamaulidi4969
    @yemamaulidi4969 2 місяці тому

    Imvuga kuri❤

  • @wellarsmukezamfura3160
    @wellarsmukezamfura3160 2 місяці тому

    Ingaruka zibihe, akahise nakubu! Imana imbere, ejo niheza! Amen!!

  • @ladislasmasabarakiza1012
    @ladislasmasabarakiza1012 2 місяці тому

    Abashigikiye uyumugabo mumpe like ❤❤

  • @ladislasmasabarakiza1012
    @ladislasmasabarakiza1012 2 місяці тому

    Uzokwama urumugabo imyaka yoose

  • @dieudonnendayishimiye9631
    @dieudonnendayishimiye9631 2 місяці тому

    Igitoro nibaza ko gikena kugira bakidandaze bakomez batunge. Rero gutora umuti ntavyo ndiko ndabona mu gihe abitwa abakuru ari abadandaza! Reka dukubitwe nitutapfa twese tuzikangurira rimwe turi umuntu umwe

  • @sharonshaz-lw9qj
    @sharonshaz-lw9qj 2 місяці тому

    wewe niwewe usigaye abandi nabanyabinyoma

  • @arcadehakizimana
    @arcadehakizimana 2 місяці тому

    itangwa ry'igitoro ubu risigaye ritungishije abatware n'aba police hasigaye hariribwa igiturire bimwe biteye ubwoba

  • @nizigiyimanayves9485
    @nizigiyimanayves9485 2 місяці тому

    Ubwo hoba hazwi la cause soit lointaine ou proche de cette carence, je nibazako nabaturongoye cank abashaka gufasha batazi neza aho ikibazo ciryo kena rihagaze ngo tubitorere inyishu

  • @EmmanuelNkurunziza-g7b
    @EmmanuelNkurunziza-g7b 2 місяці тому

    Jewe ndi mubitalo,kubera ibitoro

  • @philiberthabogorimana3904
    @philiberthabogorimana3904 2 місяці тому

    Muri systeme ya cndd fdd uwushinzwe amabanga abandi bagumya banga baramukeza. Mukumukeza bamubwira ko naw ashikiriwe ko yikura akuya. Nuko rero ivyo gukorera igihugu ntibiba vyihuta. Icihuta nugusahura ajana iwe hamw no mumugambwe. Inyungu zumugambwe zirimbere kuruta inyungu zigihugu. Naw mbwira uzawumva izuba riva ngo naka yateruye 5milliards. Akayarya akayaherana gushika mbere reta imushimira mukumwongera ayandi manga akomeye kuruta ayambere.

  • @philiberthabogorimana3904
    @philiberthabogorimana3904 2 місяці тому

    Reta yahehe ga mugenzi. Imyaka irakwiye hafi 20 abitwa ko badutwara bibereye muvyabo. Umwanya munini bibereye muvyabo. Umuhisi Gerard Nibigira yahoze arongoye ubushikirangaji bwi kigega ca reta yavuze: Quand vous étes appelés à servir le pays et que vous vous commencer à vous servir, le pays ne sera jamais servi. Le système du pouvoir en place est organisé comme ça. Baracikura akuya abo batipe.

  • @FabriceNiyonsenga
    @FabriceNiyonsenga 2 місяці тому

    Uza uvuga neza, kand vy'ukuri

  • @FabriceNiyonsenga
    @FabriceNiyonsenga 2 місяці тому

    Uza uvuga neza, kand vy'ukuri

  • @TungaBruce-d1o
    @TungaBruce-d1o 2 місяці тому

    Un économiste patriote 🙏🙏🙏

  • @AssumaniBavumiragiye
    @AssumaniBavumiragiye 2 місяці тому

    Bien dit.nous sommes dans une situation problématique qui est très grave

  • @bayubahejames7536
    @bayubahejames7536 2 місяці тому

    Neza cane faustin komeza wigisha bizotinda bihinduke nacanecane abahinga naba techniciens bagwire babe benshi mugihugu aho ibintu bizogenda bihinduka bukebike

  • @JosephSikogukira
    @JosephSikogukira 3 місяці тому

    Yazana ibidashoboka nyene, umugambi wa ba dd s uwo gutez'imbere igihugu. Umugambi wabo n imigambi yabo n ububisha gusa gusa

  • @JosephSikogukira
    @JosephSikogukira 3 місяці тому

    Akwiye agashimwe k abarundi agaterwa iteka akayobora Uburundi kuko abandi vyarabananiye. Ariko rero aho bahinga baza, leta ya cndd fdd yamuhaye gasopo ko ahirahirahiriye akavuga ibitagenda neza mu gihugu bazoca bamugira nka Ernest Manirumva !!! Kandi nivyo

  • @damienbahenda4863
    @damienbahenda4863 3 місяці тому

    Ukwiye kuba 1er ministre

    • @JosephSikogukira
      @JosephSikogukira 3 місяці тому

      Shubwo ntakwiye kuba 1er Ministre, yoba Président, abandi n'ibitoreranda

  • @hassann4209
    @hassann4209 3 місяці тому

    Aho rero murindiye iterambere rivuye kuri CNDD FDD 😂😂

  • @nsengiyumvaclaude7064
    @nsengiyumvaclaude7064 3 місяці тому

    Faustin wew ndakwemera cne.ariko jewe icombona amahera yimfashanyo akwiye kuja arakwirikiranwa mwikireshwa ryayo nababa bayatanze bakaraba neza ko Ico bayatangiye arico ariko arakoreshwa koko kuko abategetsi benshi bacu ni abasuma baca bishirira mumifuko yabo amahera yoteje imbere igihugu

  • @willynduwimana4380
    @willynduwimana4380 3 місяці тому

    kuki uburundi budatwarwa n'abantu bize bavuga ivyo bazi nkuyu! apana ba athanasi bavuga nivyo batanazi🤣

    • @NdohoAud
      @NdohoAud 3 місяці тому

      NN raba ukoreshe umwanya ubumuhe abuyobore😂😂😂😂 igihugu ntigitwarwa namajambo gitwarwa nibikorwa

  • @njutujedeofficial2998
    @njutujedeofficial2998 3 місяці тому

    Turabateye intege komereza aho

  • @niyorukizaelias8142
    @niyorukizaelias8142 3 місяці тому

    Ikikibazo cubutunzi nyakubahwa bakivuruga bakibona banobanyepolitique kubera vyose babipangira mumanama ntagukunda igihugu bafise nimvugo zapolitique gusa yaratwaye bagaza na Magufuli abandibose nukwiyubakira ama étage hanze gusa

  • @kezananafleur8480
    @kezananafleur8480 3 місяці тому

    Barashobora kuguha na 2 sec witondeye mind yawe?? 😢

  • @cadeaunsabiyumva5304
    @cadeaunsabiyumva5304 3 місяці тому

    ingozi turafise incabwenge kweli

  • @NduwimanaMedard
    @NduwimanaMedard 3 місяці тому

    Nuko nuko nibikebuk

  • @desireciza3565
    @desireciza3565 3 місяці тому

    Mutama umaze imyaka muyinshi uvuga ariko sinzi kurabona ko politique no kudahuza kwabagize inzego ivyubutunzi ariho bipfira ahaheruka usigura munama shingamateka umukuru wayo yakubwiye kuriko uzana ibadashoka huze icuka ca politique bose bisange mukazi hakore bose abize sabumugambw umwe

  • @desireciza3565
    @desireciza3565 3 місяці тому

    Mutama umaze imyaka muyinshi uvuga ariko sinzi kurabona ko politique no kudahuza kwabagize inzego ivyubutunzi ariho bipfira ahaheruka usigura munama shingamateka umukuru wayo yakubwiye kuriko uzana ibadashoka huze icuka ca politique bose bisange mukazi hakore bose abize sabumugambw umwe

  • @kezananafleur8480
    @kezananafleur8480 3 місяці тому

    Uyu mugabo bamuronderere un collègue abikwiye.

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 3 місяці тому

      @kezana. Jewe aha sinumva ico ushaka kuvuga. Aha woshobora kudusigurira.

  • @GibrilNiyera
    @GibrilNiyera 3 місяці тому

    Merci pour l'information

  • @MazaFabrice
    @MazaFabrice 3 місяці тому

    Muri société civile zisigaye mu Burundi ni parcem irikukivi yonyene olucom yoyo ntavyayo iri mukwaha Kwa Leta, courage courage parcem

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 3 місяці тому

      @user. Aha woshobora kudusigurira ingene olucome iri mukwaha kwa Reta.

    • @NdohoAud
      @NdohoAud 3 місяці тому

      ​@@stansiyomana1239nibaza ko yihenze kuki olucom iri kukivi mbere cane Nuko abwira abatumva ubundibwo yagerageza

  • @nzoyisabathierry4004
    @nzoyisabathierry4004 3 місяці тому

    Uyu munyakubahwa mumyaka irimbere akwiye kuzorongora uburundi niwe murongozi avuga neza cane havuye Nyakubahwa president uyu nawe aza amwingira ndamukunda cane. Ndakunda umuntu ashira imbere ineza yabanyagihugu nigihungu.

  • @niyonkinzodenis
    @niyonkinzodenis 3 місяці тому

    Vyiza cane

  • @GilbertNdayizeye-nl3qe
    @GilbertNdayizeye-nl3qe 3 місяці тому

    Mutegure iyo migabi vyoba vyiza

  • @GilbertNdayizeye-nl3qe
    @GilbertNdayizeye-nl3qe 3 місяці тому

    Ndasavye mukomeze leadership

  • @NdayizeyeIldéphonse
    @NdayizeyeIldéphonse 3 місяці тому

    Fautin un don de Dieu pour le Burundi ❤

  • @feliciteirakoze6958
    @feliciteirakoze6958 3 місяці тому

    Imfashanyo namadeni bizodusuka mukinogo gisumba ico twarimwo

  • @FranckDusabe-qd5op
    @FranckDusabe-qd5op 3 місяці тому

    Muze muraduha izo vidéo za Faustin muma groupe ya whatsapp harico bifasha