“Bazanye umutwe w’umuntu bakase, aho bakase bansiga amaraso ku munwa bambwira ngo murye ni uwanyu.”
Вставка
- Опубліковано 14 жов 2024
- Egide Nkunzimana arigana amabi yakorewe mu minwe y’abapolisi n’abasirikare barongowe na Félix Niyorugira, Darius Ikurakure na Désiré Uwamahoro.
Egide Nkunzimana raconte le calvaire qu’il a vécu entre les mains des hommes de Félix Niyorugira, Darius Ikurakure et Désiré Uwamahoro.
Sous-titrages français
Spécial Témoignage
Parcours : Une série de 50 émissions
Abonnez-vous à notre chaîne sur UA-cam : bit.ly/2MCpJNQ
Rejoignez-nous sur Facebook : / renaissancet. .
Suivez-nous sur Twitter : / rtvrenaissance
Notre site web : telerenaissanc...
Pole kabisa, IMANA ikwiteho!
Merci beaucoup à la Télé Renaissance pour tous ces témoignages. Allez de l'avant !
Courage cher Égide ! Imana ishimwe ko yagutabaye mu bihe nk'ivyo.
Iki n Igikogwa ciza cane gikogwa na Tel Renaissance
Imana igume ibaha inguvu kugira mubandanye mukorera ivyiza Uburundi
Yooooo!!!! Pole Sanna egide Imana yakurinze igufiteho numugambi
imana igukugirire neza. Nukuri ivyo uyomuvandimwe avuga ntabesha narabugururuye.
Imana ishimwe 🙏😍
Sinarinzi kukiriho peee
Imana ikurinde muvukanyi
Yoooo Mpole sha Égide,Iyakurinze izogukiza sha,ndababaye cane.
Polee sana muvandimwe!
Kugera kure si ko gupfa!
Bariya bahitu ba Barundi nabagome cyane.
Pole sana mushingantahe Egide Imana ishimwe kandi ikugirire neza
Bravo! Barakwishe umubiri ariko umutima runtu n'ubwonko bwararokotse! Kwihora ntibidusubiza abo bishe. Ariko barakwiye guhanwa!!!
Pole sana
Mpole kaka naw imana yakwishuye ubu nabo barageramiwe bamw bari mugasho abandi nabo barapfuye rer uguhora birekere imana gusa niyo izo guhorera ❤❤❤❤❤
Pole sana kuuwana siyo Dawa ya amani mufanye kazi mjenge inchi yenu udongo wenu ni bora
Pole saana
Kaka pole sana kabisa imana iracagufisemwo umugambii kabisa ❤❤❤❤❤
Yihora ihoze ubu uwamahora arihe
Yaraziko ubu ahari koyohashika
Egide ndatangaye cane kuri ivyo bintu vyagushikiye kabisa.Pole mugenzi!
Mon Cheri fils Egide nukuri Uwiteka YARAHABAYE
Imana ihabwe icubahiro yo yakurinze ikagukura mumenyo yabicanyi nubundi bubabare ne t'en fait pas buzokira Yezu ni muzima 🙏🙏🙏
Uvuze neza, maze Imana iguhe I yo wifuza kubwawe no kubw’Abarundi bose. Torture nkizo zikwiye kuva mugihugu abazikora bagakurikiranwa n’Ubutungane bagahanwa
Pole interahamwe ntizihinduka nuko zihindura aho zikorera pole ko urihe ni ububwa bwabo 😢
Be strong enough
Imana ni nziza
Pole sana mutama warahatswe
Ariko ivyo vyose ni ingarukambi z'ivyo intwaro z'Abatutsi bakoze mumyaka myinshi iheze
Ubuse izabahutu zirigukora vyiza ivugire sha igihe kizagera urworwanko mwanka abatutsi ntawuhonya ubwoko mushatse mwakwihana yesu araje nibazeko ba Bunyoni abicanyi bakuru nabo barikwishura.
@@carinemanirambona2708 burya rero nimwe mukunda Abahutu? Twarabibonye mumyaka iheze ko mudukunda, ahubwo ve ibuzimu muhe ibuntu mureke kwigira abantu baciye ubwenge kurusha abandi ikindi naco muve inyuma ya se kibi Kagame na M7
Imana rugira vyose igukize ivyo bikomere vyo ku mutima n'ivy'umubiri.
Egide IMPORE IMPORE IMPORE
Yooooo😭😭😭😭birababaje. Abantu bakozivyo vyose, nibatihana basab Imana ikigongwe, iherez ryabo rizoba ribi.
Abo mwatwaye muri 1972 ubu vyibuze baza bakavuga uko vyagenze? Abahutu nabiga ntibazi kwica! Ubuse Ndadaye mwamushize he? Ubu yobasha kuvuga nawe nkuku? Ntimukigire abatesi di!?
Imana iruta ingabo
IMPORE IMPORE IMPORE muhungu wanjye
Pore sana ndumiwe nahora ndavyumva mumakuru Live sinari bwabone kumaso
Mana weeeeeee😢😢😢😢😢😢
Abababara barababaye abicwa barishwe ariko dukwiye kumenya yuko igihugu c'uburundi amoko atatu ataho tuzoshirana kuko twacisanzemwo twese nta bwoko bwahaye indaro ubundi tureke kuryana ataco dupfa twirinde kuba ibikoresho vy'abanyepolitike bashaka kuzuza inda zabo ariko bamenye ko bazobazwa kuri wa musi
Imana irababona
Wewe wahunze n'indege abandi twahunga n'amaguru weho wavuwe namuganga twebwe twavuwe n'ivu
igihugu nubu kizoguma uku atagihindutse
Nkurumbi...yaramenj...
Africa warababaye
Weho urahakanira iki ko ibyo yakorewe ataribyo?
Cyangwa se niweho wabimukoreye?
Egide IMBERE YAWE NI HEZA.
😭😭😭😭
Iyo bumenya umwe ...
Pôle sana kabisa
Izo nkora maraso ntabwo Bazi ko amaraso arasama
Iyo film iteguye nabi
Wewe urumubeshi muburundi ntawuzira tutsi hutu twa
Isi ntisakaye
Aya MAHANO ntazongere kubaho ukundi mu karere kacu. 😢
Ndazi buyoya ahari ntatekanye ,kuko yarishe cane abarundi
None Buyoya niwe yamukoreye ivyo?
Arakuvuga ivyo Nkurunziza yakoresheje izonkoramaraso ukavuga Buyoya?koyapfuye urashaka Bunyoni yishe bake na Adolphe?
Ark sha Abahutu nimisega nimbwa nimbobo sha ihangane muvandi icyo waziraga nawe uracyumva pe wazize nkicyo Wamu General wapfanye numugorewe numwana barasiye mumodoka kweri yazize k Arumututsi sha
Sibosewee ko ndiwe na kaba narakijije abo tudasangiye amazuru
Muzamureka kubivugabasha birababaje vyose bizobakorako ababikoze izobwa zizobona ishano
Ngosabanturero?mwenimwe murabantu wehonuko bagufashe barakurekura ntibakwica mwebwabo mwafashe mukabarekura nabahe bosentibapfuye ibuka yamaterme mwakoresha mubonye uumuhutu ngoniboro mugagara harumuhutu yahakoza ikirenge mwashaka ribizinga ryanyu murongera
Uyu muntu kweli
Burya arazi kirundi????? Tuze turavuga ibintu biri raisonable...none aho uri ubu nyene waribagiye??? Oya kbsa
Ib bntu sivy iy mizunguruko yos yahabay k ar myishi?iyb bgmb kumwica ntivyatwar ay ma proccedure ys
Mbee basha uyo dalius yoba akiriho hama felince wewe yoba akiriho desire ngira nawe aricuza ntamuntu numwe akora ikibi azogira iherezo ryiza.ababikoze bose baba abishe abahohoteye bose uyumunsi uwutarimumpimba ubu nawe baramwishe amaraso arahuma.egi pole
Huuuuu
Barabahenze basha . Nimufundikanye ivyo mufundikanya ariko ubu ntitukiri 72
Ubuse Bunyoni ivyomurikumukorera simwene wanyu ?murabagome gusa .
Uti wakoriki biranse ko yishura
Uwateguye iyi nkinamico nawe vyaramucanze.
Ahwiii nsheshe urumeziweeee.mbegubugomeweee!😭😭😭😭😭🤔🤔🤔
Arewweeeeeeee nibwo mwumvise ubugome? Ubuse Ndadaye yishwe nande?
Iyo hishwe mwebwe nibwo bwitwa ubwicanyi ariko mwishe abandi ntakibazo
Mutama nibyo uko nukuri my bwoko bwose habamo abeza cyagwa abagome komera mutama nlmana yakueokoye
Journaliste rek kumuciramw mwijambo murek avug rek kumubazagiz
Uragaruka wongere uzane imigumuko nugufata igihugu sha ubugihugu kirimaso ivyiridwi na kabiri ntibizongera uwuzorutakura ruzomumwa muzogaruke
Abarundi nibabi
Ikibazo c,ubwoko abahutu bagishirabere ipm
Yooooo pore nukuri lmana lhindure abanyakibi
Cndd izobamara sha mugende mufashe M23 nitsinda kisekedi izabafasha murase neva mwihore
Uti abitwara nk ibikoko ubwoko bwose burimo ndetse n abeza ubwoko bwose burimo!
Nkumuuusi ibintu vyohinduka , ibara rizogwa,ntibishobora guherera aha
Muvyeyi ntamwana w'umuntu afise ububasha kubuzima Imana yarakoze kukuzigama ndabasabiye imbabazi baharire nawe .sorry
Ni hatari kweri mpole
Abo ba tortuye turi beshi
Mushire ahabona vyose
mbona nabohora bigirako arabahinga mukwicabandi nabonyene barazimanganye
🤭🤭🤔🤔
I'll
Harih imvugo ariko akoresha nkumenga nabantu arikwavug ataribintu vyamubayeko gusa ukuri kwavyo nimana gusa kuber ububenshi bambikan ibara gusa
Aha vyokubako ukabesha nawe sha.uriko uramukindaga?
Ouuups! De vrais!? Ils ont fait cela vraiment ! C'est plus que sauvage😭
Afrika ntamikino
Ntawibishobora
Biragaragara ko ibi ari ibinyoma. Uriko urondera ikesi yokuja mubazungu
Imana irakubona
Aa⁰
muzagabanye umwanya wogucuranga inanga itwara umwanya munini
Reka guswaganya wamugabo we! Ivyo uvuga biraboneka ko uriko ubesha
Rimenywa n,uwariraye sha!!mbe barya bagabo ubona atari ibikoko??bategerezwa kubakubagura kugira bazobarangize bamaze kubica bagahaze!!sinkwipfurije kuzofatwa nabo hama nawe ngo uzotange amakuru nyayo wiboneye,ariko Imana Izokurinde kubona amaso yabo bicanyi
Ijoro ribara uwariraye
Mujyemureka kwiyemeza kuri leta ns sommes
Uyo n' umurundi , canke n' umunyarwanda ?
@@eliassegese8567 numurundi ntiwumva se ko arikuvuga ikirundi
@@eliassegese8567 wewe wunva avuga ikinyarwanda se? Canke amatwi yawe niyo atuva neza