Drama T Song nirwiwe reo afise choix yokugumizamwo Verse ya B face cank yokuyikuramwo, Harmonize yarondeye Legend Jose Chameleone bakora INABANA munyuma utarasohoka Harmonize acarakuramwo Verse y'umusaza ashiramwo Verse ya Eddy Kenzo, reo ivyo abaruburenganzira bwanyene Indirimbo
B Face aririmba ibintu vy'inyo,amavyi ...ibintu bishisha nyen ariko Drama T n'umuririmvyi w'umusilimu asobanutse aririmba ibintu bisukuye.B face rero niyigumire muvyinyo😢😢😢😢
B face n.indugwe babarozi bariko bazahabona batumye umuziki w.ibirundi utaduga nabo kumbe bazana kugira azamukorere ikibi hubwo uworaba neza b face yaratumwe kugira abe mubazogerageza gushira hasi drama t intashima b face 😮
Simbizi nahora ndakwemera ariko kuvuga nabi B face wpiiii ntavyawe.uriko ushigikira drama T kubera Dj paulin.drama T numwana mubiiii cane karishima ataco kishimanye
Wapi kabisa B Face ni umuririmvyi akomeye. Amaze gutwara n'agashimwe k'Abakoze neza caane bafise indirimbo nziza y'Umwaka: ISANGANIRO AWARD. None Drama T yamaze iki? Reka reka shaaa! Niba Drama T yaguhaye akantu reka gutyoza B-Face!
Izina niryo muntu kwl simbizi ntubizi nyene ko be face atah bahuriy na dramat ntibaririmb bimw kand umenye ko hariho itandukaniro hagati yinzoko nosato be face hejuru
Operation Kode tugiye kuyibandanya...
Ivyo simbizi avuga nivyo😁
Muhe aperation zose za indastrie😂👍
Ubutuvuye muri opération kwiriza tugeze muri opération code tuvamubwiza tuja munyakabiga 💃💃💃
Jew ico simbizi avuze nico Kbx mbere kirya kiririmbo kirabishe drama t naw amubwije ukuri yaciye apanika uryamurofa numubono aririmba ibintu vyuburofa ukuntu
Drama t ararenz kabisa.big up sana simbizi.drama t ni pure talent ntabwo b face yogomba kuzimya urya mwana guko ararenz cane....
😅😅😅 petit
Landry zana simbizi umugure aze araduha ama operation kuko muburundi ni umu influencant dufise abishoboye aze abikora neza afise Fact aho shwo izoryoh broo kandi muzob murigukora ivyunguka🇧🇮🇧🇮🇰🇷🇰🇷🇰🇷
Simbizi ukwiye kuza uramuzana muma opération bwana Landry guko araciye ubwenge numusesanguzi akwije ibisabwaa
Icosimbizi avuze nico kbx ✌️ amajambo drama t aririmba uyiyumviye kl biragoye kumenya iyayakura namakambo utopfa kwiyumvira❤
Drama T Song nirwiwe reo afise choix yokugumizamwo Verse ya B face cank yokuyikuramwo,
Harmonize yarondeye Legend Jose Chameleone bakora INABANA munyuma utarasohoka Harmonize acarakuramwo Verse y'umusaza ashiramwo Verse ya Eddy Kenzo, reo ivyo abaruburenganzira bwanyene Indirimbo
Simbizo mungu akuhurumie tu😂😂😂😂😂😂😂
Urwo rujama rwi simbizi ruranyica xanaaa💪🤜🤛
B face narekereze ,akure ubihimbiri kumwana wacu yadugije umuziki ndundi neza kandi agiye kuduserukira neza .....
Nibareke umwana nawe yizamukire
Nibabe bicara bandike bitonde Abo bidakunda nabo barondere ababandidira , hari abantu bafise ama talents yokwandika gusa hakaba abandi bafise Ayo kuririmba, twagiye twumva ko naba chriss Brown bandikirwa naba Jaden deloula rero B face yari gusaba drama-t akamwandikira bikava munzira😂😂
B face nahora ndamwemera ariko nasanze Ari umwana mu mutwe vrt yidoga nkuruyoya knd afis code mu mutwe😂😂
Burya harya birashika umugabo akavyara imbwa kabisaaa😂😂
Simbizi sinahora ngukunda ariko ndemeye ivyo uvuze vrt caneeeeee
Landry wazanye simbizi irufa kweli arya mazirantoki kana nindirimbo kweli amenyo aragutwenga arayawe
B Face aririmba ibintu vy'inyo,amavyi ...ibintu bishisha nyen ariko Drama T n'umuririmvyi w'umusilimu asobanutse aririmba ibintu bisukuye.B face rero niyigumire muvyinyo😢😢😢😢
Ndahwereye😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Toka kure warofawe we b face murangana🤏
Drama t muvyunguk like #simbizi wa semavumba 😎
Drama T ni wa kwanza kweri,namwaminia na mie
Mani muyinga twamye twiyubaha dukora mateka mwibagiye yoya?
Bamugenda gake basha iyisi irazunguruka ubu reo karabona ko kabaye aga star ,??bishitse akagera kuri niveau nki ya diamond twoba tugowe😢
Rekana niyo mbwa ngo ni drama-t
B face n.indugwe babarozi bariko bazahabona batumye umuziki w.ibirundi utaduga nabo kumbe bazana kugira azamukorere ikibi hubwo uworaba neza b face yaratumwe kugira abe mubazogerageza gushira hasi drama t intashima b face 😮
Ati ikiii 😂😂😂in chargeur ...amabattery 😅😂 uwomujama nisoble nkee
Teekana simbizi ntamistari ya feki yaririmvye iyaza kubona ko yaririmvye ibi nonsense yari kumwandikira imistari myiza hama akaririmba ntubeshee bapfuy ibindii 😅
Drama T hejuru cane ❤❤
Umuntu wese nukuri abashaka indirimbo nziza ashobora kuyihindura numva kwari ibisanzwe yanse ngwakagaye kubera ari umutuma ashaka kuba numéro 1 inyuma yaba fizzo mugabo biragoye ata talent mumajambo make kandi yoroshe n umwana yotahura😂
Drama T Songambele🔥🔥🔥🔥
Simbizi niw😂muntu urinz uraba ibiganiro vyiwe uryoherwa kndi utarambirwa 🙌👊✌️
Ngo nakij imodoka ndagenda mpura nu mwana afise inda nako umugore afis inda 😭
Iki kijama ndagikunda ndake
#Drama-t nanj naraye mbonye kaciy ubwenge kbx 🤛 wubahw caaaane drama ❤❤❤🙏🙏🙏
Araciye ubwenge sana dram t ndamwemera afise ubwenge nibareke afise umugisha wimana nigikundiro niyibandanirize igikorwa ntacike intege
Ntabwenge aciye ahubwo nububono sana yakubiswe copyright ahubwo Bface niwe aciye ubwenge
Ww nawe ahaaaaaa
B face numwana mubi vrt caneee ico mbonye coco ntaco yofasha umuntu namba yosohora indirimbo ya dram yabiriye icuya ndumiwe😮
Izina rirashobora kubamuntu kubera ko yitwa simbizi ntakinamaramara nokuvuga ivyatazi,j uyo be na nellynat bapfakwirigwabarasama sinzi ico bejejwe landry ww nyamba uri umupromoter icokitazi naco kijejwe iki?
Man urasarishije vraiment ivyo bintu vya operation ubireke kuko uriko wigana abanyarwanda
B.Face afise Jalousie udasanzwe.Ese ingene ndamukunda😌none yavyishe vyose inzigo iramutsinze turamumenye.Drama ter imbere mwana 😍😍
Narinkumbuye Simbizi kuri Hit Top TV 😂😂😂😂😂😂 Harahiye Harahiye Muri Buja Fleva 🇧🇮
Simbizi ubuze iyowasama ntuzosubure kwasama kur b face ivyo wigira kagarara uzofuine ahandi twebwe nitwe tuz akamaro atumariy onthefl'ow
Vuga akamaro akumariye. Apana atumariye kuko je sindimwo kweri. Niba naburaye ntacabimenyako😏😏😏
@@neemairadukunda2113 uvuzukuri kuk w nikuvyumva Kandi singombwa ngo ico yomarira naw akikumarire so j kuruhande uriko nanj NJ kugondiko Kandi Niko biri kuko ngah uwariwe wse aja kuruhande guwo afana nabobamenyeshamakuru bagiy kuruhande guwo bafana rero ni simply
Cha nahor fis na 20% zokukuviriz nn nzirahez kbx
Wooooa ❤❤❤❤❤❤❤❤
We moya mbili 😂😂😂😂😂 ukwiye kurondera #Ildephonse comedian ndumva mwokorana!! Ngo ama prises ama interupteur ama allonges😂😂
Irya song uyumvise B face yaririmvye neza kabisa na flow ninziza ugeraranije na nyene Indirimbo
We Simbizi huraswase san
Simbizi ndakwemera uvuga ukuri b face ntibamwanka nuko simbizi avuga ukuri Drama t arsciyubwenge muyinga turaciyubwenge turiyumvira
Nawe Landry tugusubireko, akakagabo imbere yokugaha ikiganiro zusuzuma ivyokaz kuvuga (encore kaborewe no!)
Simbizi nahora ndakwemera ariko kuvuga nabi B face wpiiii ntavyawe.uriko ushigikira drama T kubera Dj paulin.drama T numwana mubiiii cane karishima ataco kishimanye
Simbizi nahor ndakwemera arik uyumusi WAP wavuze unabi ukoresheje amajambo utiyumviriye yokuvuga nabi b face
Uyo bamuhaye ayubuyi niyompamvu ,niba mpemuke ndamuke
arafise ico bapfa na B Face
Nukuri kwimana b face nicayi arasanzwe
Bro uvuz ukur aririmba ibintu vyama shariger gux dram t yuhabwe❤❤
Wapi kabisa B Face ni umuririmvyi akomeye. Amaze gutwara n'agashimwe k'Abakoze neza caane bafise indirimbo nziza y'Umwaka: ISANGANIRO AWARD. None Drama T yamaze iki? Reka reka shaaa!
Niba Drama T yaguhaye akantu reka gutyoza B-Face!
Ici kijama kira mufahamishije b face😂😂
B.face kibisanzwe nicensi yaronce kuri rape yambere nahonyene iyadashishamwo izinza rya Jenero Ndugwe ntitwari kumumenya ( ntavyazi birenze imigani nimigani yiwe yerekana Aho yavukiye naho yarerewe tuvugishe ukuri)
Simbizi ba uvuga ushize umutima mu nda kuko kandi wubaha abandi.
Uvuga nk'umuntu ashaka ko DRAMA T amusororera
Simbizi wapi nahora ndakwemera nn nzanz mw na Landry atabintu muzi kbs mumitwe yanyu atakiriyo 🤦🤦🤦🤐🤐🤐nimujiyo ngiy mwes nukuva mubakwirikirana
We simbizi uwaguhaye iryo zina ntiyabeshe 😅😅😅 toka
😂😂😂respect simbizii kbsaa
Akakagabo ngo Simbizi nikaje kwanyina kazibe!! B-face sumuntu wokurira warofa wee! Nimb waborewe ja kwanyoko akose uryame 😅
Uyumuhimbiri nimba aricapfa na mutama B-face wacu nabivuge arik arek kwikinga muribibintu amacokora!!
Iyi rofa sasa nimba yaborewe Landry yitahane kuryama
Simbizi nawe iyo wamucoreye arakuvugira no mumafuti yose. Emera ko Drama -T Agara birenze azibagirwa ningoga. Simbizi rero kubera aguma amucorera ahindutse umuvugizi wiwe
@Simbizi n'umuti wamenyo ndakeuu 😅😂
😂😂😂😂😂Mavumba arasaze ndakendamama birazira😂😂
Je nama mvugako b face atabirenze bakampaririza ntamuntu azi music yovugako B Face arumuririmvyi ngwakaze oyaaaaa
Simbizi ndagushigikiye nibaze barondera amajambo. Jewe n'a playinz Hakuna Matata ya remix harimwo ba drama n'abandi bambwiye bâti iyo ndirimbo yar iryosh arko BFace yarayishe
Sh iy analys ntay nemey
Chawa wa Drama T simbizi big up sana
Wagiye wavuga neza👍😂
mani jewe kubwanje dramat ndamukunda ariko b fec numulujendi mani wamugira Recpct
Nahora numva ko *Simbizi ari Ikigugu ubu niho mvuze ko batakwihenzeko*!!!
Hhhh simbizi ndakwemera
Mbega ko iyo haje umuririmvyi akaze amaze kuja mu ma concerts internationaux nka Mudibu mutamugirira ama interviews?
Yaga hit top TV tubumva 5/5 Lusaka Zambia
Simbizi zibaaaaa imisitari yaw weho twarayumvise🤒🙅♂️!!
Rero nimba udafise ivyudedemba zuziba kuko B-face ntimugana urya nurwego pétit
Mwumve neza umuntu wese adacorera simbizi yemera kupondwa mais kutwankisha bfc never!!
Harahiye ndake😂🇧🇮🇰🇪
Simbizi icapfa nab Artiste bomukayanza kizomenyekana ,asevy d one ngontasiramuye non b face nawe ngoyamenyekany kugihamana!!!!!!????
Simbizi warasaZe ngo Chargeur,ecouteur🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
😅😅😅
6:35 don't waste your time😂
Ukuri kuzuye
Icikipindi kinanicekesha sana vrm sombizi bangi punguza
Simbizi don't support the fause. Kirazira kwibona Bantu nimana murabaze Mr nice iyo yagiy kubera kugara na Drama T yozima
Drama t n b Face ntibopfa banganye drama t avuste ejoo aracari ikidogoo sana
Gato karakura niba aho drama ageze uyumusi atawubifemwo uruhara wibaza ko b face yohindura iki kuri kazoza ka drama😏😏😏
Man simbizi unywa bangara 😂😂hozagara ndak😮😮
Iyi bifu ya Drama-T na B-Face sindayitahura
Ash vrt Dramat. Muramwank igihe cos agomb asohor indirimbo cNk yironkey promo muc mumusatir arik ni mukomez wew abiw arabafis✍️
Simbizi ww ndakwanse kuzagutuka Boniface wacu kayanza turakwiyamirije
Pha
😀😀😀😀😀
Simbizi nimumureke avuga ukuri kandi kubasani bose bakora ibitagenda neza
Ati chargeur na powebank😂😂💪
Gwi simbizi kombona rwavyivye amatama iyo sinzara😂😂😂😂
Irya colabo DRAMA T ntabe yarayireka.
Yarakoze amakosa.
Izina niryo muntu kwl simbizi ntubizi nyene ko be face atah bahuriy na dramat ntibaririmb bimw kand umenye ko hariho itandukaniro hagati yinzoko nosato be face hejuru
Amajwi ntameze neza mubikosore??
Bonifasi nahebe umuziki narabivuze bambona nkumunori nta music yimigani ibaho nasubire kugatumba gusa ariko aravamia igufa ritariyo fabi love yamunaniye ubu agiye imuyinga nateshwe ate hararura 😂😂😂😂😂😂😂😂
Ndakunda uyu mu type ga basha🥰🥰
Simbizi ndakunda ukuntu uvuga ukuriii , icera kirera icirabura kirirabura wubahwe vrt mw n'a Landry promoter umutananirwa mwubahw😊😂😂
Gusa kuba indirimbo yarasohotse uwayisohoye afise amakosa
Ngo master land aririmba gt ndahwereye😀😀😀😀
Respect to Simbizi😂😂😂
Uhaze urumogi sha burazanyata kuri b face ntawuzi wewe
Simbizi ww guhera uyumusi ndakwanze kbx
Simbizi kwl yubahwe 😂😂😂 gusa uru muririvyi yiyemera baguhamagaye kuririmba nturaba abantu baj icukora uraririmba burya Drama t asuvya ubu star kidumu kidumu niwe azi ivyarimwo kuko naho haza umuntu umwe ategerezwa kuririmba
Ndagagaye 😂😂😂😂😂😂
Hhh simbizi nawe nuko nawe mbona yaraje asanka uwoyavuga just imbere yuko avuga abe ashakaa amakuru ikindi yuzuye apana kuvuga just