Harya Drama T yarondera aba fan murwanda Kandi yarabaronse! Ukwezi guheze baheruka kumutumira kuririmba murwanda muga hariho nabandi abaririmvyi Bo murwanda
Toi tu dis une chose et son contraire.......arazimye hama ngo azi ubwenge?ça c'est quelle analyse.....du grand n',importe quoi!!!!arrete ta jalousie......
nawew warakwamye urazi ingen waririmba neza,ntiwumva barinzi kurya umunyarwanda wari kur hit nkabandi meddy.song iwaw irarenz,utaraba ukorera copy yayo basi
Cool kbx tworonka abavuga ukuri nkuko kwiwawe ubuziki wotera imbere❤
Je nkubu numva nikumburiy ikiririmbo ciw gishasha knd ndaciteze 🤗🤩
Ntamakuru wew Uzi gutanga kwer umenga ninkuru uriko uradutera Kandi ntawotahura Aho uhagaze be nivyo washatse kuvuga
Apfaa vy waapii papaaaa,.......dukunde ivyacu
Uza wavugukuri kbsa uravuze ukuri kwuzuye cane big up sana
Ingorane ntimuzi ubwenge bwo kwihweza,, ubwo burorero bwose ntibusa na drama t, Drama t afise talent y'imboneka rimw muburundi 😂❤ mutekane yikorere !
Urababwiye koko💪✅
Akes Don babwire shaaa.kwl d.one arambabaza kuba batamushigikira na tallent mbona afise
Akes Don kweli uragira analyses zikomeye. Ni kuki aba stars bacu bagira chute libre nk'ibuye mu kirere. Tuguma tubona abantu bavuma bigahera akayombekero. Dutohoreze igituma MB DATA, WIZ DESIGNER, BERRY MUSIC, ESTER NISH... Batariko barasohora.
Ok ,bigenda gute kugirango ...iyo level mutarenga ..muheze muyirenge ?
Bwabundi wuzuyemo ukuri kwinshi cne😅kwa hivyo big up xana🙌
Kumbe Bg Fizzo yubahwe 🎉🎉🎉
Urumushingantah uretse simbiz Azana uburofa wew uraduha ukuri kwiza
Kuri nduru wa mbwawe niwe umwishe drama t nurusaku naho mwomuvuga nabi gute drama t no stop ntakuzima twipanze birenze
Wap nzogumako drama t respect ham mbon D one naw mbona na UA-cam ubushimw uguma yegeranya
Eh bro sha analyse zawe kweri top sana👌👌
Nivyo kabisa❤❤❤ muburundi ntarukundo bagura ❤❤
Muga muri israel bafise urukundo rwinshiii nibo barudutwaye😂😂😂
Ukuri kwuzuy kbx
Ntahazoja kk sibo bamuzanye🤷
Brother Akes umeongea ukweli kabisa umuziki wuburundi kugira duterimbere bizogorana
apfa mumuziki nimwe mwamuhaye impano toka huko
Garuka kuri micro ndagusavye
Good analysis
Mbere drama yubahwe ❤
Unaongea fact kabisa 🙏🇫🇷
uvuze ukuri👍👍
niyirambire dramat iyomihimbiri niyoyamuremye bagomba kumufata nkumucakara wabo?
Legend Akes🙌🙌 uzogaruke ukurugute mumatwi ya DramaT kukijanye nama Collabo aha abanyarwanda Abaha inzira ngaha buja ,yibaza ngo nukumukunda sinuva ukuntu atarigera aronka Chow nimwe Kigali nukuntu Abaha Collabo uzosesangure icokintu
Harya Drama T yarondera aba fan murwanda Kandi yarabaronse! Ukwezi guheze baheruka kumutumira kuririmba murwanda muga hariho nabandi abaririmvyi Bo murwanda
Uranyumij pe!ereg na nowless yarahis si mu bdi gusa!!!!!uravug sha!!!!!!
Akes none ninde murabo usumvya ubuzima bwiza (kubijanye nokuba heza ni faranga )?
Urambabaje kweri ningene uturirimbo twawe tundyohera uburero nawe usigaye ukora nkumutananigwa hhhh
Ntapfe kl naduh bishsh ndabiz arashoboy nashiremw inguvu aduh in news
Analyse nziza ariko urategura iyindi video yama solutions kurivyo bibazo. Big up
Uvuz ukuri kbs warabisesanguy
Nukur uvuze ukur bro big up
Akes ndakwemer cn, ntabw uryumunw
Ntakuntu wotanga iyo stratégie kgr bashik kur can abaririvy
Nawewe mbona warabayuko,urazi ukuntusha waririmba neza,mbewewe waziziki,je naragukuuunda kuva kuri waka ugikoracane kumwe na landry
😂😂😂 mukunda agapfa niyompamvu namwe vyanse
Nawe utarazima sha waranryohera !
Akes where have you been
Hubwo nibaza Kiri umusaz rekana de lover man
Uvuze ukuri kbx
Ati Daramati 😀✋😀😀
Bro unasema ukwl babwire kbs.
Weho wapfuy kera nokubora warahejeje
Umuziki waw vyaranse noe ugumana utu jambo jambo mukanwa ruhuka birakenewe
Abarundi ntimuterimbere kuko ntimukundana ndabara ukuntu mushigikira abavamahanga birambabaza cane hama ngo muzoterimbere wap
Mubapfuye nabi Uri number 1 usigariye kumunwa nkabagore
Drama T bamuraba bumaso ngo n'umwana kumbe yakuze kuva kera umuhungu yakuriye mwishure ryumuziki
Muta umuziki wawe wakunaniye ataguye kugirira ishari abandi wihangane kwl kuk ntaco vuze wibuke ko iyo wavuye niyo uriko uraja kuk nihatari
Wew akes uheruka stage ryari
Irambire di akes
Ngo aripoweye mw-isite nububamba bwiwe. Hahahahahahha
Sh Akes KL uranryoheye kbx
GS drama t narabe ahindure KL ataruko karabaye😂😂😂😂
😅😅😅😅Akes uranyishe nagatwengo
Ndasaba uzohore uduha benizo nkuru kuko nizubwenge
Sha sat b n'a Big fizzo barya nabami rekana nutwo twana cokimwe nawe ntacumaze muri game toka
Ico kirofa c'umuhungu je kiranshisha
Weho ntiwopfa
Guteranya gusa ntabindi mwokora
Inganga ya fizzo yubahw nkesliii 20ans akir kur hit🫡🫡🫡
Wewe kutarapfa ariko nibutseko wapfuye kera mwaretse gusebanya abarundi ntavyanyu
Hewe akes urisi kbxaaaa kuko nawe wishizemwo gusa akantwengeje ni sindikibamba aratuje nububamba bwiwe gusa ukwl nukuri
Noe wew urumu Journaliste cank urumuririmvy? burya mubapfuy naw urimw😊
😂😂😂😂numumenyesha bijumbu😂😂😂
Kuririmba ntavy ashoboye uyo vrt ntajwi agira
Umwana yankwa niwakura
Urikirofa w warahovy
DON make me laugh all the way from Washington DC 🤣🤣🤣
Egerayo
Akes arazanye agasongabugari 😂😂😂😂😂
Wewe warazutse?? Hahahahha.
Akess abahehe ntaba mucarama agira mumuduga wahehe ntagira kwikinga😂😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
😂😂😂😂😂😂
😂😂😂 Ng barah barasamy hhh mug nivy kwee
Ntacuvuze kuko ndakunvirij nunvise atanico uzi
Nimba ariwewe upfuye mwamenyereye abo mushira hasi murahumba hinge abatemwo murabe mwese muca muhora
Ivyo uvuz harimwo ukuri kbxaaa
Wubahwe Akes kumpanuro utanga
Akes ariko sinibaza hagat ya Sat b cnk Big fizzzo haruwo mubahangana cnk munganya amaher cnk ubuzim
Weho ntiwigeze uvuma😂
Uvuzukuri ndakeseri wubahwe😂😂😂
Alvin nyene nisawa
Akes kweli ntaco wasigaje vyose urabivuze peeee😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Non musab iki??
KO numv ikibazo dramat azogira naw wakigize???
Napfe nakare ntandero afise
Hahaha tora agasongabugari nawee😢😂😢😂
Agomba abatemwo Code 😂😂😂 nibakurabire
Uvuze ukuri peee
Toi tu dis une chose et son contraire.......arazimye hama ngo azi ubwenge?ça c'est quelle analyse.....du grand n',importe quoi!!!!arrete ta jalousie......
Akes Don bushirako aka vaseline kumunwa
Erega mwebwe muri aba stars murabwa nabantu benshi nta ruhusha mufise rwokugira faux pas !!
Akes urincabwenge ikiganiro cizacaane
Non Man usigaye wihostinga?
Ahubwo agira atangure
Akes burya mubapfuye wew uruwambere none wew urumuririvyi urumumenyeshamakuru canke urumutumire?
😂😂😂n umumenyesha bijumbu😂😂
Non wohangara so hakagura ahushikaaa😊
ark ariguriraa? bamurek insak za fake
Gs naww waramotse br
nawew warakwamye urazi ingen waririmba neza,ntiwumva barinzi kurya umunyarwanda wari kur hit nkabandi meddy.song iwaw irarenz,utaraba ukorera copy yayo basi
Ubufaranga buramusrishije ntiyibuka no gisonera bakuru biwe
Kandi kaga télévision kaw karikomeje kwerii😂 115k
None natasha canke D one kuki batabatwara gukubitira mumahanga? So ubu bigez kuyindi mpwemu idasanzwe kuko nimba utabonako umuziki wiburundi watey imbere ntavyuzigera ubona kuko drama T ni drama T wewe niwewe rero nyamba vyarakunaniye bubirekera abandi ahubwoo muhane inguvu cyanke urabire kubandi😂😂😂😂 so uwuvyunv nkanje ashireko like😂
Ibintu akes avuze nivyo. Hariho ikibazo ngaha. Umuntu yabananiniye guta hasi ni Big Fizzo kabisa