Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Dushimire umukozi w’Imana Pasteur OLIvier yatuyagiye ibintu bikomeye Imana iguhe umugisha👏👏👏Abatananirwa Ikiganiro mwacakiriye gute?
😊😊😊😊😊
@@hittoptv wapi yavyonze kwavuze kwabadede ngwimana bayihaye ikibanza cambere ncanumva kwarimuribo nuburyarya bwabo nzi
Mpa numero mbahe amakuru
Ndagukunda mukozi w’Imana urimuba pasteur bake dufite bafite ukuri kwinshi lmana iguhezagire cyane
Abakozi b'Imana bukuri dukeneye naba knd faut ko muvuga kuk n'abo tubona vyapararangany bama kurayo ma TV bazimiza abantu!God bless you pasteur olivier
Pasteur Iman iguhe umugisha ngiki ikiganiro cari gikenewe murikigihe
Uwukunda Pasteur Olivier ampe like cnk j' aime😂😂
Imana ihezagire cane Umuvyeyi wacu Imana yaduhaye....Merci beaucoup Papa🙏🙏🙏🙏🙏
Ukur kwuzuy nik Man of God you're blessed 🙌🏾 😇 🙏🏾
Merci Pasteur Olivier Ubundi abakozi b'Imana dukeneye ni namwe.Imana iguhezagire
Muri zimbabwe 🇿🇼 tunejejwe nikikiganiro canyu God bless you
Mon pasteur Imana ikomeze kukurwiriza amavuta ndashimiye Imana yanzanye mw'ihema ryawe ngo numve ic'Imana ivuga
Amen Amen,Urakoze cane Pasteur🙏
Imana iguhe umugisha Mukozi w'Imana Utanze ukuri kose.
ndashimye cane, hari Imana nyinshi cane gose
You really blessed me , izi nizo nyigisho zikenewe muri kino gihe
Vyukuri Pasteur Ilana yo mw'ijuru iguhezagire, haguruka haguruka nyene igihe n'iki namba kitarengeranye ufash'urugamba Apôtre Mbayahaga mutabar'ubwoko bw'Imana butararimbuka.Imana ibafat'amaboko abakund'Imana natwe dukomeza kubasengera no kubashigikira.❤
Amen ndafashijwe Imana ibahe umugisha mwembii
Wooow urakoz pasteur umvungie ibintu urekane nabary bigir abakoze b'Imana ataribo
😂😂😂😂😂😂!! Asante sana Pastor, iki kiganiro kirandyoheye cane
Uvuze ukuri pasta Imana iguhezagire
ATI Muzomenya ukuri ,ukuri kubahe kwidegemvya, Thank you Mon pasteur May God bless.Merci kuri HitTopTv et aussi kuri Landry Promotor 🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙌🏾
Merci super star Rebecca
Ahubwo INAMA nziza , biraboneka kw,Imana iriko irahagurutsa abahanuzi bakiri bato, basanzwe bafise leur manière et comportment , Imana itwigishe uko twofashanya nabo, muburwaneza, tutabashenye ,tutabakubis hasi, tutavuze nabi Par exemples Dushobora kuvuga tuti impano y,ubuhanuzi canke ubuvugishwa iri kugaragara mubana bacu nabarumuna bacu, kino gihe iradusaba kubabera maso kuko ntibahanura muburyo tumenyereye !!!! Uwo bakorera ama seminaires d, Enseignement, uwo bagira kumavi, uwo barera boba qbahizi caaane, uwobaha kuburere twaronse Bagabo bene Data , aba bana dusenya ejo Yesu azobatubaza, muhamagare mwicarane, muyage, murashaka kubakura mugihugu kuko baracari bato harivyo bataramenya , haramazi mwanyoye batazi uko bayavoma, ni muhure muhugurane , mukomeze en public,umuhane en privé!!!! Jewe ndemeza ko kuvangirwa bibaho, ariko kugira ntuvangirwe nivyo mukwiyr kutwigisha Mubeho mutababaye bakunzi ba Yesu
Kwemerwa n'Imana hama iguter'iteka uba uwuhagarariye abandi, haranira kuba umwizigirwa n'Imana. Hezagirwa Olivier.
Merci Pasteur
Aweewee Merci Pasteur
Pasteur Imana iguhe Umugisha kuko ivyuvuze vyose nukuri kndi ubivugishije ubwenge bwishi cane
Iyi vidéo muyimpere chimamanda😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Pasteur Imana iguhezagire muvyukuri imitima yabeshi nanje ndimwo iraruhutse wigishije ukuri .ahubwo ubandanirize ngaha utwigishe nibindi vyotuma duhumuka amaso ntitugume duhendwa
Birasaba ko abakozi n'Imana mucubahuka kuvuga kwihana ivyaha 'muhaguruke muvuge.kuko amadubu yabaye meshi.
Merci bcp Pasteur , mwe na Apotre Mbayahaga muvuga ukuri 100%
Dear Sir Pastor... You seem to be correct.... Go ahead
Nukuri ndashimiye uyu mu Pasteur ku nyigisho nziza atanze: abafungakiwani basaze!Merci Landry.
Abantu bararushe, ingorane ni nyinshi kandi baranyotewe ijambo ryihumure!Imana iduhe guhitamwo neza 🙏
Landry komerezaho muhungu wacu nimuhaguruke abarundi twubahe Imana muburyo bwose surtout muri bino bihe vyanyuma mwizina rya Yesu Kristo twirinde abavugihwa bibinyoma
Wakoze kutuzanira umu Pasteur nyawe kweri apana babandi batubesha. Imana imuhe umugisha cane
😂😂😂😂😂 ndatwenze nk’isaha yose. Landry kabisa this interview is the best of all the interviews the year
Thank u😂😂😂
Bien dit
Landry nukuri uriko urabikora neza nitwahurira muri circulation nzokuramutsa uriko urabikora neza
Ndakwubaha mon pasteur
Landry iki kiganiro ndakiravye ndakimara, Imanishimwe. Ndamushimiye na Pasteur, nawe Ndagushimiye. Imana iguhezagire, biramfashije cane !
Uyu mu pasteur Imana imuhezagire cane. Aravugisha ukuri
Muzehe mwubahwee sindabazi mugabo uvuzibintu bizima❤❤
Pasteur Olivier Imana iguhezagire kuko uraruhuye imitima yabantu benshi
Hezagirwa mukozi w,Imana uvuze ukuri
Imana ishimwe k ubanza gusenga ,senga Hama ukore ,kandi wubahimana,wezwe ,usomijambo ,uyoborwe na mpwemu yera
Ndamukunda uwo arakamba❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ndagukunze❤❤❤❤❤
Karibu Landry USENGE clavity hataha ijanbo ry lmana ryuzuye ukuriiii
Turiyamirije abantu babesha abantu b'Imana muze tugende mumuco mwoye gutukanira kuri réseau abakuruyabandi mumana nibahure bicare bavugane ukuri kugira intama z'Imana zoye kuziribusa kandi twibuke Ivyo urabikora nkihorera ukibaza k mpwanye Nawe ariko umunsi umwe nzobishira kumugaragaro maze ndabiguhanire Ushaka amafaranga gendudandazeUshaka icubahiro Iga Hama ukore cane ushaka abajugendanira jagukina politique Ushakijuru senga,ihane,ezwa,gezikirenge muca yesu ,giranira amahoro nabantu Bose Matayo 24 soma utahureIvyahishuwe 12Basha muze twihane bakozi b'Imana
Landry asante sana kuzana abantu basobanutse nkaba, uremewe.
ikiganiro ciza landry big up bro
Mureke gutwenfa ..nyamara hariho Imana nyinshi abakristo mwitinde mukanure mureke kuba injimji.....😢
Murakoze cane,muvuze ukuri,ariko Ndafise kibazo:mbega nta bitangaza bigikorwa?Canke hoba Hari bitangaza vy'ukuri bikiriho?
Ndakumva pasteur nukuri nibabe babasanga mubitaro kuko Niko gukorera Imana vyakweli
Bien pastor
Pasteur uvuze neza cane. Ababesha ngo lmana yaberetse ibi nabiriya bazosha bose
Dukeneye apa pasteur nkaba bavuga ukuri urakoze cane mukoziwimana
Balikiwaaaaa ❤
Mureke mbabwire Ikintu kimwe, muguhugura ntiba critica, ni vyiza kuba umuntu yihisha ugasenga, ukaba ahantu wumv,Imana ariko kugushaka kw,Imana ahariho hose Imana iravuga, ntibazoca bahunga ama lieux publics ngo nuko arabavugishwa ( abahanuzi) . Ikindi ama styles bambaramwo arashobora kuba ari surprenant d,une manière ou d,une autre, ko batambar,ubusa ntaco, kdi bashobora guhanura bari mu mirimo, bari mu muhanda, bari mu ma activités atandukanye, Imana kubwir, umuntu kw,Imujanye America ntacaha kirimwo , harabajayo batabibwiwe, hari nabajayo yabivuze, muze tugende gake , ikibi nukuvuga ngw,Iravuze itavuze!!!!! Rero uko wubatswe mu mikorere nimivugire, nimigendere , hose Yesu yagukoresha, None kugira twemere kumuntu avugishijw n,Imana azoibanza kutubwira ko yahora mugusenga?? Oya nitwakura tukiga tuzomrnya, kdi nkubu ubaye uhawe kurera abahanuzi bato, wamaze kubakocora ntanama wobaha ngo bumve... B blessed
Amen mukozi w’imana
Nimuzemurabumvishukuri
Landry niryambere ndavye Tv yanyu lmana ibahezagire kubw'uyu mwubahwa
Pastor turakubaha, ariko wirwanya ibyo utazi, ujye wubaha umuhamagaro wabandi, natwe twubaha uwawe please
shalom past olivier .siku mingi kabisa Muhezagirwe
Please du sharing iyi Interview Landry ndakwemeye urazi akazi kawe
Olivier URUMUGABO(en grand caractère )kbsaa
Icondi kukwankira nuko uriko wibanda kubadede nubuhemu nubuhimbiri bwabo ubusuma nokwigungirako none ngwimana ngobayihaye ikibanza cambere 😢ubundi warikuvuga neza ariko ushizemwo dd wapi kuko nabo nindyandya zuzuye
Pastor Olivier ❤❤❤
Ndakunva pasteur Olivier ukuri kuzuye
Ivyo uvuze nivyo. Ariko iyo imana ikubwiye ngo nguhaye umugisha ntikubwira ama details ivyuzocamwo imbere yuko ushikira uwo mugisha
Landry@。>> Asha good good 👍 👌 ugize neza duhee umuco well ✅️
Imana ihezagire umukozi wayo❤❤❤❤
Urakoze cane mubahwa
Posteur Olivier atwigishije ibintu twahora twibaza ntitubone inyishu
I mana ihezagire umukozi wayo❤❤❤❤❤❤🎉
Ubutumwa bwiza bujwiye kuvugwa n'ababuzi. Ahereje kukantu keza. Yezu azorinda agaruka hariho abakene, abarwayi, ama bus,.... Ubutumwa bwiza ni unwokiza imitima, tukiga gukunda mugenzawe no kubaha Imana. Abizeza abandi ibitangaza, Abo ni amabandits. Nabo nukubasengera.
Imana iguhezagire paster
Imana iravuga kandi irasohoza gusa ikibi nuko abantu babifata nabi nimba Imana yaravuganye namwe bizosohora,Hama Imana ivuga kwinshi,mwijambo ryayo ,munzozi, gusa haraba escro bihisha inyuma y'Imana
#Mutama komera uravuga ukuri kabisa 👍👍❤️❤️❤️🙏🙏
Pasteur Olivier Yesu agukomeze nimwe dukeneye mukwiriye guhagararira igikorwa cImana ,abandi bobo niba nyamwironderera inyumgu
Ohooo that's true to be honest ,you are the man of God,tell him
Ariko Abamarayika Nabo Turabaruta Kuko Nabakozi bacu
Ubu biriko birasobanuko abakozi b'Imana bukuri nabikinyoma batanguye kwigaragaza Umugwi wabakozi b'Imana bukuri bayobowe na mbayahaga bariko banoneka Naraye mbonye uwundi mugwi wabakozi b'Imana bibinyoma bayobowe na Modeste nabamuri inyuma Nivyizako biriko bisobanuka nkukwo handitswengo reka ugwamfu nuburo bikurane uwugenya niyaza azosobanura icatsi nururo uburero ndabona biriko bisobanuka
Umve iyomvugo ngo maraya yayaronse kuko yagiye gutambikiza amaguru! Izi social media zizobamaramaza! Nikuki mwikigihe abakozi b'Imana musigaye mwirukira kuri social media gususumba abamenyesha amakuru mutagiye kuhavuga ijambo ry'Imana ryokubaka abantu! Mbega mu Ab'i Galatiya 6:1-5 havugiki?
doublé mmission egoooo❤❤❤❤
Yes dady
Ukuri kuzoguma kuba ukuri ntikuzigera guhinduka! Abaye uwa 2 numva avuga ukuri! Mbayahaga niwe wambere ahagaze kukuri narimaze Kumva! Landry urumutananigwa wacu Kabisa ndakwemera pee! Gusa ndatwenze ndapfuye😂 ngo aranyika? Mbega uwo mukozi wimana yavuzeko anyika ninde? Sha nukuri nimumpe iyo interview yarancitse muzoba mukoze nukuri nayo ndayumvirize!🤣🤣🤣🔥🔥🙌🙌🙌👊👊
Ni ryambere ndavye ikiganiro kuri chanal yawe, en tout cas God bless you
Muduhe contacts zanyu mwo kabyara mwe
Nibwo bwambere ndavye ikiganiro ça Landry nkagikurikirana cose ndyohewe
Ndakwemeye Paster kabisa niwe dushaka
Pasteur vuga ukuri wigire imana iguhezagire
Uyumutama niryambere ndamubonye kwer ,Sha ndamukunze caaane
Mr igifi kinini❤❤❤❤
❤
Pasteur uvuze ukuri pe
Mukozi w'imana uhezagigwe uvuzukuri wiragara kurumukozi w'imana wukuri ntiwihamagaye nkandi
Kmera wawa landry uriko udukorera ibintu vyiza vyukutuzanira irya nuriya ngobagire ico babivugako
Mon frère Olivier, 😢urikurigwanya kweli, ubwami ntabwo bwitera mon ami
Arwanije nde? Les faux prophetes?
Haaaaamuranyishe pe ngo shakadaaa paaaataaa naje ndabishoboye kuvuga mundimi😂😂😂😂😂😂😂
landry watanguye uvuga ko akuzi neza, ariko nawe wamubajije ibibazo ufitiye inyishu zihishije ujeikibazo kibaza ko abandi bibagora, ariko we akaba yateye imbere mumwanya muto, ntiwishuwe ariko inyishu wumvikanye ko uyizi
Respect 🫡
Abarundi turakeneye kwubaka inganda kugira ugwaruka gwacu rubone akazi,rugire umutima mwiza rukristu,ntidukeneye kuguma tugwiza amashengero abiyitako ari abakozi b'Imana batwibiramwo,badutesha n'ibikogwa ngo twame imbere yabo.Hakwiye kuba itegeko ry'uko ishengero ridafise ishule canke ivuriro canke ibindi bikogwa vy'iterambere ryubatse rihagarikwe .None amahera begeranya mubenegihugu bayajana hehe ?Erega mutima w'Imana aba mu mubiri mwiza.Munda harara inzara hakavyukana inzigo.None umuntu afise inzigo yoba umukristo mwiza gute ?
Dushimire umukozi w’Imana Pasteur OLIvier yatuyagiye ibintu bikomeye Imana iguhe umugisha👏👏👏Abatananirwa Ikiganiro mwacakiriye gute?
😊😊😊😊😊
@@hittoptv wapi yavyonze kwavuze kwabadede ngwimana bayihaye ikibanza cambere ncanumva kwarimuribo nuburyarya bwabo nzi
Mpa numero mbahe amakuru
Ndagukunda mukozi w’Imana urimuba pasteur bake dufite bafite ukuri kwinshi lmana iguhezagire cyane
Abakozi b'Imana bukuri dukeneye naba knd faut ko muvuga kuk n'abo tubona vyapararangany bama kurayo ma TV bazimiza abantu!God bless you pasteur olivier
Pasteur Iman iguhe umugisha ngiki ikiganiro cari gikenewe murikigihe
Uwukunda Pasteur Olivier ampe like cnk j' aime😂😂
Imana ihezagire cane Umuvyeyi wacu Imana yaduhaye....Merci beaucoup Papa🙏🙏🙏🙏🙏
Ukur kwuzuy nik Man of God you're blessed 🙌🏾 😇 🙏🏾
Merci Pasteur Olivier
Ubundi abakozi b'Imana dukeneye ni namwe.Imana iguhezagire
Muri zimbabwe 🇿🇼 tunejejwe nikikiganiro canyu God bless you
Mon pasteur Imana ikomeze kukurwiriza amavuta ndashimiye Imana yanzanye mw'ihema ryawe ngo numve ic'Imana ivuga
Amen Amen,Urakoze cane Pasteur🙏
Imana iguhe umugisha Mukozi w'Imana
Utanze ukuri kose.
ndashimye cane, hari Imana nyinshi cane gose
You really blessed me , izi nizo nyigisho zikenewe muri kino gihe
Vyukuri Pasteur Ilana yo mw'ijuru iguhezagire, haguruka haguruka nyene igihe n'iki namba kitarengeranye ufash'urugamba Apôtre Mbayahaga mutabar'ubwoko bw'Imana butararimbuka.Imana ibafat'amaboko abakund'Imana natwe dukomeza kubasengera no kubashigikira.❤
Amen ndafashijwe Imana ibahe umugisha mwembii
Wooow urakoz pasteur umvungie ibintu urekane nabary bigir abakoze b'Imana ataribo
😂😂😂😂😂😂!! Asante sana Pastor, iki kiganiro kirandyoheye cane
Uvuze ukuri pasta Imana iguhezagire
ATI Muzomenya ukuri ,ukuri kubahe kwidegemvya,
Thank you Mon pasteur May God bless.
Merci kuri HitTopTv et aussi kuri Landry Promotor 🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙌🏾
Merci super star Rebecca
Ahubwo INAMA nziza , biraboneka kw,Imana iriko irahagurutsa abahanuzi bakiri bato, basanzwe bafise leur manière et comportment , Imana itwigishe uko twofashanya nabo, muburwaneza, tutabashenye ,tutabakubis hasi, tutavuze nabi
Par exemples
Dushobora kuvuga tuti impano y,ubuhanuzi canke ubuvugishwa iri kugaragara mubana bacu nabarumuna bacu, kino gihe iradusaba kubabera maso kuko ntibahanura muburyo tumenyereye !!!! Uwo bakorera ama seminaires d, Enseignement, uwo bagira kumavi, uwo barera boba qbahizi caaane, uwobaha kuburere twaronse
Bagabo bene Data , aba bana dusenya ejo Yesu azobatubaza, muhamagare mwicarane, muyage, murashaka kubakura mugihugu kuko baracari bato harivyo bataramenya , haramazi mwanyoye batazi uko bayavoma, ni muhure muhugurane , mukomeze en public,umuhane en privé!!!! Jewe ndemeza ko kuvangirwa bibaho, ariko kugira ntuvangirwe nivyo mukwiyr kutwigisha
Mubeho mutababaye bakunzi ba Yesu
Kwemerwa n'Imana hama iguter'iteka uba uwuhagarariye abandi, haranira kuba umwizigirwa n'Imana. Hezagirwa Olivier.
Merci Pasteur
Aweewee Merci Pasteur
Pasteur Imana iguhe Umugisha kuko ivyuvuze vyose nukuri kndi ubivugishije ubwenge bwishi cane
Iyi vidéo muyimpere chimamanda😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Pasteur Imana iguhezagire muvyukuri imitima yabeshi nanje ndimwo iraruhutse wigishije ukuri .ahubwo ubandanirize ngaha utwigishe nibindi vyotuma duhumuka amaso ntitugume duhendwa
Birasaba ko abakozi n'Imana mucubahuka kuvuga kwihana ivyaha 'muhaguruke muvuge.kuko amadubu yabaye meshi.
Merci bcp Pasteur , mwe na Apotre Mbayahaga muvuga ukuri 100%
Dear Sir Pastor... You seem to be correct.... Go ahead
Nukuri ndashimiye uyu mu Pasteur ku nyigisho nziza atanze: abafungakiwani basaze!
Merci Landry.
Abantu bararushe, ingorane ni nyinshi kandi baranyotewe ijambo ryihumure!Imana iduhe guhitamwo neza 🙏
Landry komerezaho muhungu wacu nimuhaguruke abarundi twubahe Imana muburyo bwose surtout muri bino bihe vyanyuma mwizina rya Yesu Kristo twirinde abavugihwa bibinyoma
Wakoze kutuzanira umu Pasteur nyawe kweri apana babandi batubesha. Imana imuhe umugisha cane
😂😂😂😂😂 ndatwenze nk’isaha yose. Landry kabisa this interview is the best of all the interviews the year
Thank u😂😂😂
Bien dit
Landry nukuri uriko urabikora neza nitwahurira muri circulation nzokuramutsa uriko urabikora neza
Ndakwubaha mon pasteur
Landry iki kiganiro ndakiravye ndakimara, Imanishimwe. Ndamushimiye na Pasteur, nawe Ndagushimiye. Imana iguhezagire, biramfashije cane !
Uyu mu pasteur Imana imuhezagire cane. Aravugisha ukuri
Muzehe mwubahwee sindabazi mugabo uvuzibintu bizima❤❤
Pasteur Olivier Imana iguhezagire kuko uraruhuye imitima yabantu benshi
Hezagirwa mukozi w,Imana uvuze ukuri
Imana ishimwe k ubanza gusenga ,senga Hama ukore ,kandi wubahimana,wezwe ,usomijambo ,uyoborwe na mpwemu yera
Ndamukunda uwo arakamba❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ndagukunze❤❤❤❤❤
Karibu Landry USENGE clavity hataha ijanbo ry lmana ryuzuye ukuriiii
Turiyamirije abantu babesha abantu b'Imana muze tugende mumuco mwoye gutukanira kuri réseau abakuruyabandi mumana nibahure bicare bavugane ukuri kugira intama z'Imana zoye kuziribusa kandi twibuke
Ivyo urabikora nkihorera ukibaza k mpwanye Nawe ariko umunsi umwe nzobishira kumugaragaro maze ndabiguhanire
Ushaka amafaranga gendudandaze
Ushaka icubahiro Iga Hama ukore cane ushaka abajugendanira jagukina politique
Ushakijuru senga,ihane,ezwa,gezikirenge muca yesu ,giranira amahoro nabantu Bose
Matayo 24 soma utahure
Ivyahishuwe 12
Basha muze twihane bakozi b'Imana
Landry asante sana kuzana abantu basobanutse nkaba, uremewe.
ikiganiro ciza landry big up bro
Mureke gutwenfa ..nyamara hariho Imana nyinshi abakristo mwitinde mukanure mureke kuba injimji.....😢
Murakoze cane,muvuze ukuri,ariko Ndafise kibazo:mbega nta bitangaza bigikorwa?Canke hoba Hari bitangaza vy'ukuri bikiriho?
Ndakumva pasteur nukuri nibabe babasanga mubitaro kuko Niko gukorera Imana vyakweli
Bien pastor
Pasteur uvuze neza cane. Ababesha ngo lmana yaberetse ibi nabiriya bazosha bose
Dukeneye apa pasteur nkaba bavuga ukuri urakoze cane mukoziwimana
Balikiwaaaaa ❤
Mureke mbabwire Ikintu kimwe, muguhugura ntiba critica, ni vyiza kuba umuntu yihisha ugasenga, ukaba ahantu wumv,Imana ariko kugushaka kw,Imana ahariho hose Imana iravuga, ntibazoca bahunga ama lieux publics ngo nuko arabavugishwa ( abahanuzi) . Ikindi ama styles bambaramwo arashobora kuba ari surprenant d,une manière ou d,une autre, ko batambar,ubusa ntaco, kdi bashobora guhanura bari mu mirimo, bari mu muhanda, bari mu ma activités atandukanye, Imana kubwir, umuntu kw,Imujanye America ntacaha kirimwo , harabajayo batabibwiwe, hari nabajayo yabivuze, muze tugende gake , ikibi nukuvuga ngw,Iravuze itavuze!!!!! Rero uko wubatswe mu mikorere nimivugire, nimigendere , hose Yesu yagukoresha,
None kugira twemere kumuntu avugishijw n,Imana azoibanza kutubwira ko yahora mugusenga?? Oya nitwakura tukiga tuzomrnya, kdi nkubu ubaye uhawe kurera abahanuzi bato, wamaze kubakocora ntanama wobaha ngo bumve... B blessed
Amen mukozi w’imana
Nimuzemurabumvishukuri
Landry niryambere ndavye Tv yanyu lmana ibahezagire kubw'uyu mwubahwa
Pastor turakubaha, ariko wirwanya ibyo utazi, ujye wubaha umuhamagaro wabandi, natwe twubaha uwawe please
shalom past olivier .siku mingi kabisa Muhezagirwe
Please du sharing iyi Interview Landry ndakwemeye urazi akazi kawe
Olivier URUMUGABO(en grand caractère )kbsaa
Icondi kukwankira nuko uriko wibanda kubadede nubuhemu nubuhimbiri bwabo ubusuma nokwigungirako none ngwimana ngobayihaye ikibanza cambere 😢ubundi warikuvuga neza ariko ushizemwo dd wapi kuko nabo nindyandya zuzuye
Pastor Olivier ❤❤❤
Ndakunva pasteur Olivier ukuri kuzuye
Ivyo uvuze nivyo. Ariko iyo imana ikubwiye ngo nguhaye umugisha ntikubwira ama details ivyuzocamwo imbere yuko ushikira uwo mugisha
Landry@。>> Asha good good 👍 👌 ugize neza duhee umuco well ✅️
Imana ihezagire umukozi wayo❤❤❤❤
Urakoze cane mubahwa
Posteur Olivier atwigishije ibintu twahora twibaza ntitubone inyishu
I mana ihezagire umukozi wayo❤❤❤❤❤❤🎉
Ubutumwa bwiza bujwiye kuvugwa n'ababuzi. Ahereje kukantu keza. Yezu azorinda agaruka hariho abakene, abarwayi, ama bus,.... Ubutumwa bwiza ni unwokiza imitima, tukiga gukunda mugenzawe no kubaha Imana. Abizeza abandi ibitangaza, Abo ni amabandits. Nabo nukubasengera.
Imana iguhezagire paster
Imana iravuga kandi irasohoza gusa ikibi nuko abantu babifata nabi nimba Imana yaravuganye namwe bizosohora,Hama Imana ivuga kwinshi,mwijambo ryayo ,munzozi, gusa haraba escro bihisha inyuma y'Imana
#Mutama komera uravuga ukuri kabisa 👍👍❤️❤️❤️🙏🙏
Pasteur Olivier Yesu agukomeze nimwe dukeneye mukwiriye guhagararira igikorwa cImana ,abandi bobo niba nyamwironderera inyumgu
Ohooo that's true to be honest ,you are the man of God,tell him
Ariko Abamarayika Nabo Turabaruta Kuko Nabakozi bacu
Ubu biriko birasobanuko abakozi b'Imana bukuri nabikinyoma batanguye kwigaragaza
Umugwi wabakozi b'Imana bukuri bayobowe na mbayahaga bariko banoneka
Naraye mbonye uwundi mugwi wabakozi b'Imana bibinyoma bayobowe na Modeste nabamuri inyuma
Nivyizako biriko bisobanuka nkukwo handitswengo reka ugwamfu nuburo bikurane uwugenya niyaza azosobanura icatsi nururo uburero ndabona biriko bisobanuka
Umve iyomvugo ngo maraya yayaronse kuko yagiye gutambikiza amaguru! Izi social media zizobamaramaza! Nikuki mwikigihe abakozi b'Imana musigaye mwirukira kuri social media gususumba abamenyesha amakuru mutagiye kuhavuga ijambo ry'Imana ryokubaka abantu! Mbega mu Ab'i Galatiya 6:1-5 havugiki?
doublé mmission egoooo❤❤❤❤
Yes dady
Ukuri kuzoguma kuba ukuri ntikuzigera guhinduka! Abaye uwa 2 numva avuga ukuri! Mbayahaga niwe wambere ahagaze kukuri narimaze Kumva! Landry urumutananigwa wacu Kabisa ndakwemera pee! Gusa ndatwenze ndapfuye😂 ngo aranyika? Mbega uwo mukozi wimana yavuzeko anyika ninde? Sha nukuri nimumpe iyo interview yarancitse muzoba mukoze nukuri nayo ndayumvirize!🤣🤣🤣🔥🔥🙌🙌🙌👊👊
Ni ryambere ndavye ikiganiro kuri chanal yawe, en tout cas God bless you
Muduhe contacts zanyu mwo kabyara mwe
Nibwo bwambere ndavye ikiganiro ça Landry nkagikurikirana cose ndyohewe
Ndakwemeye Paster kabisa niwe dushaka
Pasteur vuga ukuri wigire imana iguhezagire
Uyumutama niryambere ndamubonye kwer ,Sha ndamukunze caaane
Mr igifi kinini❤❤❤❤
❤
Pasteur uvuze ukuri pe
Mukozi w'imana uhezagigwe uvuzukuri wiragara kurumukozi w'imana wukuri ntiwihamagaye nkandi
Kmera wawa landry uriko udukorera ibintu vyiza vyukutuzanira irya nuriya ngobagire ico babivugako
Mon frère Olivier, 😢urikurigwanya kweli, ubwami ntabwo bwitera mon ami
Arwanije nde? Les faux prophetes?
Haaaaamuranyishe pe ngo shakadaaa paaaataaa naje ndabishoboye kuvuga mundimi😂😂😂😂😂😂😂
landry watanguye uvuga ko akuzi neza, ariko nawe wamubajije ibibazo ufitiye inyishu zihishije uje
ikibazo kibaza ko abandi bibagora, ariko we akaba yateye imbere mumwanya muto, ntiwishuwe ariko inyishu wumvikanye ko uyizi