DRAMA-T:B-FACE Yarampemukiye😭😭Ndashaka Muduhuze Mukiganiro Kimwe Kuri Hittoptv Avuze ukuri kwose
Вставка
- Опубліковано 13 жов 2024
- @bfaceofficial #bface #hittoptv1 @hittoptv #dramat @dramat1826 #burundi #rwanda #landrypromoter @LandryPromoter #kodebydramat #kode
Hittoptv1 Ntangi nimiryango yigisha ahubwo ihagarara mumuziki gusa..🙏🏻 Niya twese Landrypromoter ntako adakora ngo abazanire ibigezweho🙏🏻🙏🏻🙏🏻like abakunda umutananigwa Kode link ngiyo 👉🏽ua-cam.com/video/y4KuExV19Xc/v-deo.htmlsi=aUEb5VOaS8J3c0bJ
Ufise icubaza landrypromoter: Tel: +25769501648
Mumpe like Uyumusi kuwemera Drama T👍🔥
Uwo nugwembe niwe uBurundi buhanze amasoo murekane nurya munyakayanza aririmba ibitagira umutwe namaguruuu
@@fleuryb8706 kliii bro ukwo nukurii
Hahahahahha Mhuni wangu huyoooo kwa ubola wake 😂😂😂😂😂😂 qmmke
Drama-T ww ur number 1 b-face nae ngir bizogend nez muyage muhuzaaa brooo Landry naeeee kumakuruuu👊👊👊
Uyumu Petit Je Ndamukunda Vrt, Kuko NtamiGaro Afise Yimere Fresh kbsa, Abantu Nimureke Ishari Drama Hejuru Cane 🥰👏👏
Iyo Imana yuguruye ntawugara inyuma y'umuntu hari uyundi komera Drama T wacu❤
Mrs
Komeza mutsinde, mutere imbere Drama - T et Landry. En plus des talents que vous avez, mufise n' ubwitonzi.👏🏾👏🏾👏🏾🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Dramaaa ndamwemeraa muga nace bugufii kk amahera araheraaa wibuk b face kakurusha nubu star🎉
Ntawemegwa ahavuka kl
Bahowiyakira dram
Imana yuguruye abandi barakakama piga kazi uombe Mungu
Shnnn nukuri drama t namukunz kuva kera kndi ndamuzi neza nta mutima mubi afise vrmt . Ahubwo b face nareke ivyo bintu vya ba people. Drama t we love you from 🇷🇼🇷🇼🇺🇲🇺🇲🇺🇲🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Drama T turimyuma yawe turakwemera❤❤❤
COURAGEE❤ Nta boost akoresha kandi naho yoyikoresha bitwara amafranga donc bisigura kuba wishoboye😂 abantu baronderer ibibazo aho bitari. Drama, this is your time to shine, kandi KODE is a banger🔥🔥
Rekana namabyi ngo ni be face yagupf dram t jtm trop❤❤❤❤
Ndakwikundira sha Dram t nkjundukunt witonda na stil yawe Aho abandi babona k arubwishime je mbona arukwifata neza vremt Big UP arik kandi na b face ndamukunda rero mukundane murondere guterimbere sha nivyo mbifuriza ubugenzi bwanyu bwohera nobabara kweri
Nuwanka Agakwavu Aremera Ko Kiruka 💯❤️
Drama -T ,tu es très intelligent et professionnel 👌
Offcos
Ndakunda ukunu uvugana ubukerebutsi🙏🙏Love from 🇺🇸
Twe ntitunanirwa man ❤ drama hejuru for music
drama t ndamukunda sana kubera ari tonda sana ❤❤❤
@drama t bro ukuri tura kuzi abonabo bajaganya ivyo bajaganya turi nyuma yawe rekana nuyo mu swera ngo ni bonfinsi uyo murozi ni nzigo rufise yumufutu @baby boy va mu gacerere wishure izo mbwe bwe ziriko zitu vugira nabi umu vandimwe wacu drama t king of hit africa 🙏🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Ntitwigera tunanirwa turasavye mubahuze B-face na Drama-t ayomatiku ahere 🥁🎧🎙
Upewe ulinzi wakutosha our boy Drama t❤❤❤❤
Drama T ntidushobora kukwanka, kirazira ❤
❤🎉 i like this conversation with Drama T😊 harimwo ukuri kbx
Drama t abakwase jesindimwo drama 4 life
Reka kuvugamashi niwiturize rek kwobabaza
Twabonye konawe waciyakenge wamuhamije dram
Go ahead Drama T uwukwanka akwandureko you're claver Gee❤
Tu est un hoe sérieux Drama T,avuga ari pause,aciye ubwenge,ntaporomoka
Tu es mature vrt coup de chapeau
Je mbona yimereye fresh ababeshi hoshi yee abakwanka hoshi yeee
Dramat akora Hit niwe wambere afise 5milion peoples ❤
Musolait humura ntawaremew gukundana nabose nkuko atawushobora kwemerwa nabose nayo B face ashaje nabi agomba abadugirako iyishaje nibarwe
Baduhurize sha
Ibimonyo muguhona Bicika amababa! Kand uwuhenzw nagahengwe Acaninkinzo,Kandi Agahararo ntikabura Agaharururko! We nutamurondera Uzobumbwira! Ba Landry bandany ubah inoti birira🎉
ndagushigikiye 💪💪💪👍👍
Yeah really Landry ufise devoir. Turategereje iyo interview bazoba barikumwe
Sh nivy bapanze n b face kugira bagirre promo songs
Imana iguhinduriy Amateka abas bavuga ayabo
Mti wenye matunda nilazima upigwe mawe. nimumurek Drama T yiterer imbera Mana yanje! big up bro🥰
Wubahwe drama T❤❤❤
Nic my bradha
I’m happy for you😍mr drama♥️
Drama iyo IMANA ihezagiye Bose bashaka kugukubita hasii so komera canee urekane narury rurofa ng n b face so ndagukunda canee
Turagukunda kandi tuguma tugukunda
Courageeee drama THejuru cane mze urekane nabo ❤
Kora akazi atakumviriza ivyo abantu bavuga kuk ntamuntu azokwigera ashima nabose n'umwana w' Imana yakoze ibitangaza agahindura amazi imvinyu nticabujeko bamubamba. Ibikorwa birivugira nuwuzokwanka azoheba yemer ko urukwavu runyaruka
Peti yangu, ubuzima nubwimana ,abavyemera mumpe link
Drama t nukuri ararengana iyaba harico yiyagiriza ntiyari kuvagati b face azoze bahurire mukiganiro
Drama t rab ubugenz bwaw ntibuher na b face kuk ndabakund mwes mutsind umwans Satan 🥰ubumw ibikorw amajamber
Turagukunda ntawankwa nabose jew ndagukunda kandi cane ntufatire abantu bose mukivunga ngo turakwanka
Iyo ndahiro ntiyarikenew ukuri kwawe niw ubukuzi kuko ntaco wohindura mukwemez abantu Gus wukuri ubukuzi
Landry Promoter nawe Ukomere kwibanga Bwana ubikora Fresh Msazaa Keep up The Great work bruh ama 🎉🎉🎉🎉🎉🎉 yawe bwana
Ingorane yaba ba face bigira ngo drama t numwana ariko ubwo nubujuju ,drama t numuntu aciye ubwenge kandi afise talent irenze.indirimbo ziwe ziraruhura
Ubundi umuntu atarimutoya wawe canke utavyaye sinumva ahonohera mukumwita umwana🙆umuntu yisumira akiyambika...... 😊
Oya abafana bagiye ntibari bawe twebwe turachahari
Ni babe batahura akazi umuntu akora ivyagusa bitera ubwenge buke.
Drama t turagukunda ark nimwige gukorana nabandi ba artists jew ikibazo mfis nuko uburundi tutokwama inyuma murivyose . Aba artists jew ndabakunda ark nibige ukuntu boteza imbere umuziki ndundi wacu bave mumahane.
BFACE yarampemukiye kabisa
Toka
Dram wwkora cane uzoshika kure kk igit kirakurira mubabaji
Thanks yuo san bro
Nimuhuze
bifc aragayana yabonyeko wewe yokwifatira mugahanga uzewanka agasuzuguro mwana wimuyinga turagufana
DramaT u’re very WISE at young age u’re and will always be at the top so accept to be a topic👌🏻
Sinohengama ngo inje muvyo gufana. B face afise Ukuntu ameze ashaka kwerekana Ko ari perfect knd bitabaho. Kubona yarapostinze irya ndirimbo yaraziko asumbije ubwenge drama T ariko burya inabi ntiyigera itsinda. Ubu mushaka kubahuza ariko boniface turamuzi cane naho bohuriza imbere ya caméra inyuma yaho muzovyumva. Exemple nobaha ni masterland arabizi.
Ngo Master ni umurozi😂sha B face nundi muntu jew yaranyumij gsa ukuri kukamenyekna tuzomwanka
Nicogituma Umuziki wacu Udatera imbere
Bro waduhay dawa bakureke kukuvuga uko utari.allah yaguhay nibareka jalousie
Nah nzob ndumw Drama T mukund kub❤
Shaa Amazi arashuha ntiyibagira ibumbeho !!! Shuhe shaaa tembeya uwone
Landry vrt ngo NDI muma cours kugira nzokwakire dadjuuu
Dram ndamwemera❤
Landry wabajije nez ibibazo bikenewe vyose wabibajij bien hanyuma dramat na bface ico niyumvira Boba bapfa namahera kubera bface urumva KO yashaka gusabira amahera kwizina rya dramat yitwaje indirimbo code kuvyo nakurikiy kuri buja FM no kuri hip toptv
Narakwanse kuburyo ntashaka nukukubona🤮🤮🤮🤮🤮 kuberubwirasi bwawe!!B_Face azama arumushingantahe ❤❤❤❤❤ twemera wew ntandero ufise
Wowe uri ikijuju😂
ni rofa kbxa 😂😂😂
Uyu dogo amesha ona kujiona laundry mwambie usani usimuleweshe 😢😂
😲😲😲😲😲😲
Imana idukomereze I baby Killer 👶 yacyu shn
Impatiemment j'attends.
Vyari vyizanyene bavuganye kugirango impari zihere
Uwukijije Ntumukira Kweri
Ibereho utababay di dramat
Drama T 🎉🎉🎉Jew ndagushigikiye rekn nab Boniface shn Abo baririmba ngwama chargeur kambu ka Simbizi🤣🤣🤣
Ntimwumvikane Dr T et B F
B face ntandirimbo yiwe nimwe irakwiza 1milion nareke Dramat aramurenze. Tuvugishe ukuri.
Drama ww genda gahoro B face arakurenze man uracari minzira yogufashwa
Compara interview ya Baby killer niya b face muca mutahura cqui s pa7.ishari nakagaye hoshiiiiiii. my baby killer on est là tkt
B- Face agomba kwigira Ngangari . Drama T kabisa wanke agasuzuguro
Courage sha msolain wacu🎉
❤
Aho B face yakuye confidence yo gu posta indirimbo atari rwiwe ataruhusha numva nipfuza kuhamenyaa😭😭😂😂
Bface ikimwishe nukwibona ngira yaribajije
B face ntazi KO drama t amurenze talent kabisaa
mbabarira bareke kira muntu nivyiwe b face nigiki impano niyawe nimba uzi ko wayihawe nimana nuko ibindi ni drama gusa namajambo tu wew pambana gusa
You should be positive to your own project......B face acanaa nayee numuntu yashatsee kukugirr nabii yibaz ko bizomwungukir but otherwise.....Nice job DramaT #kode yacu iri slow.....
Abantu turagoye gusa nugutahurana kuko so Bose bipfuzako dutera imbere.
Indirimbo yiwe Kode .yamaze gucako iya Sat b Birateba.
❤❤❤love you Drama t
Drama t ndamutazira jewe Justin Bieber of Burundi wubahwe I ❤❤❤❤
❤❤❤
Huh“Am I have to be available”😭💀
🔥🔥🔥🔥🔥💪💪👑👑
Dram T reka kwisemba uwo mukuyakukuya jew ubu nabitahuye projet nirwaye so Urafise uburenganzira bwokumukuramwo nareke ivyo bintu
Nn kuberiki ubwanyu mugayishanya Kandi wumva ww utegerezwa gutezimbere ivyo yatanguje
Ariko mirinivyago
Hama abamenyeshamakuru namwe nimwige ama language agezweho muri ino industry jew aho muburundi iconzi icongereza ntaco muzi. Drama t wirinde ibintu vyokwicira urwego ugezeko ushiremwo ubwenge murivyose mugutangura projet ubanze ukore ama analyse abaho yose.
Drama nibakuveko abakwanse ntibaz ibukorwa vyake bihoze ibukorwa bizivugira
I appreciate it
Drama nincabwenge,ico gifaransa,icongereza gitwike mpaka hama abavuga bavuge
Bamwe tuzi iterambere ry'indimi turabizi
i agree u #Landry #Drama_T
Ariko ibibintu biteyubwoba kuko muburundi birashoboka kugira iyindi ntera ivyo produce wiwe Dram t ukuri turakuzi ntahindure ururimi