@@FrankLightlifeirakoze muri yerekanye ko ata ndero ufise, urazi uwutuse?? Ko umengo uri mu kagwi ka B Face. Ba mwihangana mw'igumye mureke guta ubwoko, mw'iruka inyuma ya Drama T. Ni mugire ivyanyu. Ntihagire uwuzo kwiyumvira ko muzoronka aba fana kubera muriko mura besha.
😀😀nabasimbizi na captaine bazishikana abahawe mission ngo mucafuze b face😂😂
Ninde yaguhenze ko umuntu afise ubwenge bukwiye aca yemera ivyo uvuze ?Drama T hejuru hashoboka uwo nawe arwize umunwa puuuu cika
Ngo warize wize iki?uriko uvuga ibirofa Nkivyo ucafuza umuntu gushika iyo hose ? Drama T ntaho muzopfa muhuriye genda bukebuke nta ndero ugira zimya ivyo birofa vyawe cika Urabona 😢😢
Urumogi nigwinshi warofaaa we
Gusa,abarundi murabahemu kbx noe ,iyonzara,abarundi tuyikurahe we nyoko kuberik, utabivuze kare wew genda, ukore mujengo braza reka gutapika
Gabanya urumogi wana
Abantu nkabo nti muze murabaha ijambo. Ya tumwe na B Face guca fuza Drama T.
Ahubw niw ur rofa yamutumy murikumw??
@@FrankLightlifeirakoze muri yerekanye ko ata ndero ufise, urazi uwutuse?? Ko umengo uri mu kagwi ka B Face. Ba mwihangana mw'igumye mureke guta ubwoko, mw'iruka inyuma ya Drama T. Ni mugire ivyanyu. Ntihagire uwuzo kwiyumvira ko muzoronka aba fana kubera muriko mura besha.
Bro weho uraz ivyo uwo urik urabibwir??
Ico kirofa nani😂😂
Zimya ivyo birofa baby boy 21 umwana wo mumuji Mr vibez uboho uzo twica
Ikiganiro ndakigejej kuri je suis sérieuse nciye mpagarika murantunga ntibikunzeko tubandanya tubakurikirana
Baby boy arahu maganye kabix una mwana arazi gutoneka ibironda 😅😅😅😅😅
Ibaz umuntu aheraniwe amahera anganuko yose hama ngo yarishwe ayo gucafuza wumva ubwenge bupanz neza canke ururubuga rwanyu rukurikiranwa nibigugu twe turi muvyo tutazi
Noe muba mwabuze,abo muha ,ibiganiro noe nkabo basuma nabo nibiki drama t nimerekane nawe
😂😂😂😂😂😂😂😂icokirofa nani
Drama t yatey imbere asigaye aronka abantu bamuvuga nabi kugira bamudugireko ico Nico cerekanako umwana ariko arajimbere kuko aronka
Mubwire agabanye urumogi kukoruzomwica hataragera
Vuga vyose
😂😂😂😂😂😂😂😂atiii baby boy ww bakurekere escro numéro 1 ni wewe vraiment
Iyo ninzara ufise none nkiyosura yawe😂ubona ibereye ubusani nagasengeri ka 100fb?
Muterer wew utunze cn,ahugayan nkuyo wew womurema??
Ubwo nubugore ufise kumunwa
toka
Dogo winjiy nabi mur game
Mbona wewe urikibwa kweri
Ninde yaguhenze ko umuntu afise ubwenge bukwiye aca yemera ivyo uvuze ?Drama T hejuru hashoboka uwo nawe arwize umunwa puuuu cika