Urwaruka nirushake ruze rushika 100 rwose ruzova iwanje rufise umutahe/ama TV yose navuge ibi...🇧🇮

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 30 січ 2023
  • #AgaciroMedia
    #watsap_68013513 #Ibanga_Ryabatunzi
  • Розваги

КОМЕНТАРІ • 13

  • @royal1tv
    @royal1tv Рік тому +1

    Love from royal 1 TV

  • @focusonbrightfuture8222
    @focusonbrightfuture8222 Рік тому +2

    Iki kiganiro ciwe gikwiye kwama gicishwa kuri RTNB yigihugu buri musi kuko avuga ivyubaka vyoteza imbere u Burundi kweli

  • @ButoyiAimableJeremy
    @ButoyiAimableJeremy 6 місяців тому

    Uwo karori wenyene yoshobora guteza imbere igihugu. Ariko ni mugihe reta yemerera peuple kugurisha nvamakungu.

  • @albabrowndushime
    @albabrowndushime Рік тому +1

    Ikiganiro ciza cane Uwo mu tama ni mwiza 🙏

  • @user-yx1cx9gt1s
    @user-yx1cx9gt1s 11 місяців тому

    Zamuramurashirakwinimero

  • @amidusalumu8839
    @amidusalumu8839 Рік тому +1

    Muduhe inimero zuwo mutama tuzomutemberer mwoba mukoze can

  • @bekaboyz753
    @bekaboyz753 Рік тому +1

    Birumvikana nuko tudashima akazi akariko kose

  • @AxcelIradukunda-uz8um
    @AxcelIradukunda-uz8um Рік тому

    Muduhe numero yuwo mutam kbx kugirango uwomukenera amuronk vyoroshe

  • @hakizimanashadrack2667
    @hakizimanashadrack2667 Рік тому

    None uyumutama uwomushaka yamuronka gute?

  • @elagritour-turage7666
    @elagritour-turage7666 Рік тому +1

    Mwoduha inomero ya terefone ya Mutama Mbonankira Karori. Bishoboka WhatsApp.

  • @Ntare-Rugamba1800
    @Ntare-Rugamba1800 Рік тому

    Ikiganiro ciza
    ua-cam.com/video/L8QDVeUivHg/v-deo.html