Ubumenyi yakuy IBURAYA raba ukuntu abukoresha mu BURUNDI/Umutahe reka ndaberek uko wowuronka..
Вставка
- Опубліковано 5 жов 2024
- AGACIRO MEDIA Twari twagendeye Umurimyi mworozi mu ntara ya Bururi yitwa Honoré
Mu bikorwa vyiwe vyinshi yatweretse dusbimye kubereka iki ubwambere
bizoza birajako kuma partie
👉Wipfuza kumuvugisha:+257 79 98 16 04
wipfuza kuvugana na AGACIRO MEDIA
:68013513 (Watsap)
#ibangaryabatunzi
Ikiganiro cerekana umurima w'agatangaza wa HONORÉ kubera AMAGANGA Y'INKWAVU ua-cam.com/video/hqL-Jqb0kCg/v-deo.htmlsi=CttTKHMWBjEfKKj3
kuko lbiganiro vyawe nkwirirkirana nzi neza ko nanje bizongirira akamaro nanje nzagutumako uza kuraba uwimbu nakuye muribi biganiro ucisha ngaha vraiment ahubwo ninkishure vraiment 🎉🎉❤❤
Murakoze cane
❤❤
I Vyanda twebwe turoroye kijambere boss, uzoze urabe tukwereke kabisa! Ahubwo aborozi ntituramenyana kabisa!
Mutwandikire kuri watsap:68013513
AGACIRO MEDIA Twari twagendeye Umurimyi mworozi mu ntara ya Bururi yitwa Honoré
Mu bikorwa vyiwe vyinshi yatweretse dusbimye kubereka iki ubwambere
bizoza birajako kuma partie
👉Wipfuza kumuvugisha:+257 79 98 16 04
wipfuza kuvugana na AGACIRO MEDIA
:68013513 (Watsap)
#ibangaryabatunzi
Terimbere bwana Honoré
Uyomutama ndamwemeye cane
Arashobora kwigisha abandi?si oui woca uduha aga téléphone kiwe
Numero yirabe twayitanze
Wubahwe mu journaliste nawe murimyi mworozi
Mbega amaganga y' inkwavu ufise formule chimique iyihe?
Kubera iki mutatwereka amashusho bijanye!
Mutama ndagushimiye uri mubarundi bake baje nkiyo waroy bakagaruk ham ndipfuza tel zanyu nozironka
Raba muri description yikiganiro twayishezeho be no muri commentaire
🙏🙏🙏
my brother wubahwe disi ndagukwirikirana 5/5❤❤ hejuru cane chalm ÑDAGUKUNDA
Murakoze
Komera ibibiganiro nivyo tuba dukeneye
Amajambo ni menshi
Jw ndakwirikira umusikumus ibikorwa vyanyu non ahererey bururi majahehe
Twabashiriyeko numero yiwe murashobora kuvugana
I Kiremba
Abatundi abenshiiii nka 97% mwarazuvaye ni burayi niko mubaho ntabwo muri sérieux ibintu byose murakina ntabwo muri sérieux
Ndebera nkuyu ngo avuye iburayi aje korora none ndebera ibiraro bye bimeze nki biruka byubatswe nu mushumba
Banza wuvake utuzu twiza ubone kuvuga uburayi unerekana nibuze ikizima wungukiye yo naho ibi bizu uhagaze imbere nu mwanda poubelle