- 748
- 1 928 055
Agaciro Media
United States
Приєднався 30 лис 2021
"Nous Sommes une Force Pour le Bien"
AGACIRO MEDIA a une mission de promouvoir l'Entrepreneuriat et l'Investissement comme outils pour avoir un impact réel dans la communauté Burundaise
Notre VISION est de Réveiller la Jeunesse et la femme Burundaise pour le Developpement et Attirer l'investisseurs au Burundi
Notre Contenus se construit sur le Thème de "Raconter de Votre Histoire Pour Changer le Monde"
Contactez-Nous :
Gmail:agacirom@gmail.com
Contact:+257 68013513(whatsapp)

#Politike:IBI VYOBA ARI BIMWE MU BUBUZA ITERAMBERE RYIHUTA MU BURUNDI?
#Politike:IBI VYOBA ARI BIMWE MU BUBUZA ITERAMBERE RYIHUTA MU BURUNDI?
Переглядів: 1 213
Відео
🇧🇮NTA MUTAHE WAWE UZOSUBIRA KUGUHOMBANA UKO UNGANA KOSE
Переглядів 8062 години тому
🇧🇮NTA MUTAHE WAWE UZOSUBIRA KUGUHOMBANA UKO UNGANA KOSE
REKA NDABASHINGIRE INTAHE UKUNTU ATA FARANGA NA RIMWE NATANGUJE ARIKO UBU NGEZE HEZA
Переглядів 7152 години тому
REKA NDABASHINGIRE INTAHE UKUNTU ATA FARANGA NA RIMWE NATANGUJE ARIKO UBU NGEZE HEZA
Professeur wa KAMINUZA||Amashure Y'UBURUNDI nahinduke yigishe kurema no gutanga AKAZI...Aho tugeze
Переглядів 1,9 тис.4 години тому
Professeur wa KAMINUZA||Amashure Y'UBURUNDI nahinduke yigishe kurema no gutanga AKAZI...Aho tugeze
CNDH Turashimira cane Umukuru w'igihugu EVARISTE NDAYISHIMIYE ku mbabazi yagiriye ABANYORORO
Переглядів 2684 години тому
CNDH Turashimira cane Umukuru w'igihugu EVARISTE NDAYISHIMIYE ku mbabazi yagiriye ABANYORORO
PATIRI Ntabona|| IYO BUBA UBW'UMWE BWARI IKINDI!// ABUBATSE UBURUNDI
Переглядів 2734 години тому
PATIRI Ntabona|| IYO BUBA UBW'UMWE BWARI IKINDI!// ABUBATSE UBURUNDI
UMU JEUNE AJE KUBANDANYA UMUGAMBI WA #RWAGASORE//BAMPAYE AMA MILIONI NDAYANKA...NGIRE NDABIKORANE...
Переглядів 1,9 тис.7 годин тому
UMU JEUNE AJE KUBANDANYA UMUGAMBI WA RWAGASORE//BAMPAYE AMA MILIONI NDAYANKA...NGIRE NDABIKORANE N'ABARUNDI Wipfuza kuvugisha Mr #DAVID:79 44 08 14(WHATSAP) #agaciromedia_68013513 #uburunditwipfuza #UburundiTwipfuza
#Politike:DÉMOCRATIE imeze gute iki gihe mu BURUNDI?Impari kw'itorwa ry'ABASHINGAMATEKA!
Переглядів 1,2 тис.7 годин тому
#Politike:DÉMOCRATIE imeze gute iki gihe mu BURUNDI?Impari kw'itorwa ry'ABASHINGAMATEKA!
#RUFYIRI||umushikiranganji w'Ubudandaji n'Abashingamateka bari he?Inyishu 4 zotuma ibiciro bimanuka
Переглядів 1,7 тис.9 годин тому
IBI GABRIEL RUFYIRI ABIVUZE INYUMA Y'UKO IBICIRO BIGUMA BIDUGA KU BIDADAZWA MU BURUNDI #RUFYIRI||umushikiranganji w'Ubudandaji n'Abashingamateka bari he?Inyishu 4 zituma ibiciro bimanuka kw'isoko mu BURUNDI
Agarutse gushimira AGACIRO MÉDIA wa muma kuko yahinduriwe UBUZIMA
Переглядів 3719 годин тому
Agarutse gushimira AGACIRO MÉDIA wa muma kuko yahinduriwe UBUZIMA
TWENGA UGORORE IMBAVU MAZE WICE STRESS🤣😂🤣||MVUYE i MANAMBA IBI NIVYO VYABA NSHITSE MU BURUNDI
Переглядів 71712 годин тому
TWENGA UGORORE IMBAVU MAZE WICE STRESS🤣😂🤣||MVUYE i MANAMBA IBI NIVYO VYABA NSHITSE MU BURUNDI #agaciromedia_68013513 #uburunditwipfuza #IbangaRyabatunzi #Actualité #BURUNDI #DIASPORA #SUBSCRIBE
NAGIYE MURI #CHINE KWIGA IKINTU 1 GUSA NCA NDAGARUKA|| UBU NDIKO NTABARA UBUZIMA BW'ABARUNDI BENSHI
Переглядів 1,9 тис.12 годин тому
NAGIYE MURI #CHINE KWIGA IKINTU 1 GUSA NCA NDAGARUKA|| UBU NDIKO NTABARA UBUZIMA BW'ABARUNDI BENSHI 👉 Wipfuza kumuvugisha: 257 69 21 16 82 #subscribe
LEONCE NGENDAKUMANA|Abakiri bato bashaka kudukura ngo badusubirire twebwe Abatama,ariko turacashoboy
Переглядів 6 тис.12 годин тому
LEONCE NGENDAKUMANA|Abakiri bato bashaka kudukura ngo badusubirire twebwe Abatama,ariko turacashoboy
UMUGAMBI udasanzwe w'#Abanyakayanza wo kugura #INDEGE mu Kayanza ntaho wagiye
Переглядів 11 тис.14 годин тому
UMUGAMBI udasanzwe w'#Abanyakayanza wo kugura #INDEGE mu Kayanza ntaho wagiye
Ni iki gituma imigambi (VISION) ya Reta itigera ija mu ngiro?|| Bipfirahe?Umviriza FAUSTIN NDIKUMANA
Переглядів 3 тис.14 годин тому
Ni iki gituma imigambi (VISION) ya Reta itigera ija mu ngiro?|| Bipfirahe?Umviriza FAUSTIN NDIKUMANA
AFRIKA YARAGOWE KANDI N'UBU BARAKOMEZA IBINTU #TRUMP na #ELON_MUSK muri Politike/IMITI YAPFUYE KOKO
Переглядів 1,1 тис.16 годин тому
AFRIKA YARAGOWE KANDI N'UBU BARAKOMEZA IBINTU #TRUMP na #ELON_MUSK muri Politike/IMITI YAPFUYE KOKO
LEADERSHIP NA BONNE GOUVERNANCE BISHOBORA KUBA INYISHU Y'IBIBAZO BIHANZE IGIHUGU C'UBURUNDI
Переглядів 1,3 тис.16 годин тому
LEADERSHIP NA BONNE GOUVERNANCE BISHOBORA KUBA INYISHU Y'IBIBAZO BIHANZE IGIHUGU C'UBURUNDI
UMU #JEUNE YASHINZE URUGANDA RUHINGURA #AMATELEPHONE MU GIHUGU🇧🇮||Ibanga Ridasanzwe....#TECOO
Переглядів 1,5 тис.19 годин тому
UMU #JEUNE YASHINZE URUGANDA RUHINGURA #AMATELEPHONE MU GIHUGU🇧🇮||Ibanga Ridasanzwe....#TECOO
Wa Mujeune ariko agwiza #UBUTUNZI azaniye akandi karyo keza Abarundi bipfuza iterambere
Переглядів 1,8 тис.19 годин тому
Wa Mujeune ariko agwiza #UBUTUNZI azaniye akandi karyo keza Abarundi bipfuza iterambere
#UMURUNDI WA MBERE AZANYE UMUGAMBI UZOBA UHURIKIYEMWO IBICE 80% VY'ABARIMYI B'ABARUNDI//AKABIRYA
Переглядів 4 тис.21 годину тому
#UMURUNDI WA MBERE AZANYE UMUGAMBI UZOBA UHURIKIYEMWO IBICE 80% VY'ABARIMYI B'ABARUNDI//AKABIRYA
IGIHUGU C'#UBUTARE"Nopfuma mba umukene mu gihugu gitunze hako mba umutunzi mugihugu gikenye"|FRANCIS
Переглядів 9 тис.День тому
IGIHUGU C'#UBUTARE"Nopfuma mba umukene mu gihugu gitunze hako mba umutunzi mugihugu gikenye"|FRANCIS
UMURUNDIKAZI YATOYE IRINDI BANGA N'UBUHINGA BUDASANZWE AKORESHEJE IMPAPURO Z'AMAKAYE YAHEZE
Переглядів 1,9 тис.День тому
UMURUNDIKAZI YATOYE IRINDI BANGA N'UBUHINGA BUDASANZWE AKORESHEJE IMPAPURO Z'AMAKAYE YAHEZE
Inyuma yo kuba no gukorera mu bihugu 20,Nanse kujana iyi Projet ahandi hatari mu BURUNDI iwacu
Переглядів 9 тис.День тому
Inyuma yo kuba no gukorera mu bihugu 20,Nanse kujana iyi Projet ahandi hatari mu BURUNDI iwacu
UMUNTU WESE YIPFUZA URUGO RWIZA N'ITERAMBERE AKWIYE KUMVA IBI IMBERE Y'UKO ARUSHINGA
Переглядів 1,2 тис.День тому
UMUNTU WESE YIPFUZA URUGO RWIZA N'ITERAMBERE AKWIYE KUMVA IBI IMBERE Y'UKO ARUSHINGA
UMUHINGA MU VYA POLITIQUE ABA MURI AMERIKA ASIGUYE IVYA #TRUMP N'INYUNGU KU BANYAFRIKA BAZORONKA
Переглядів 4,6 тис.День тому
UMUHINGA MU VYA POLITIQUE ABA MURI AMERIKA ASIGUYE IVYA #TRUMP N'INYUNGU KU BANYAFRIKA BAZORONKA
INAMA NKENGUZAMATEKA|Mushikiranganji w'Uburimyi dusigurire neza kuko ntituvyumva igituma bimeze uku
Переглядів 8 тис.14 днів тому
INAMA NKENGUZAMATEKA|Mushikiranganji w'Uburimyi dusigurire neza kuko ntituvyumva igituma bimeze uku
Umukuru w'igihugu yabwiye Abarongoye IMIGAMBWE Ibintu 4 bikenewe kugira UBURUNDI buterimbere
Переглядів 29314 днів тому
Umukuru w'igihugu yabwiye Abarongoye IMIGAMBWE Ibintu 4 bikenewe kugira UBURUNDI buterimbere
UMUSHIKIRANGANJI #DODIKO yasiguye ivya wa ugambi wo kurima AMASAKA Azohingurwamwo IGITORO||#SenatBdi
Переглядів 3,1 тис.14 днів тому
UMUSHIKIRANGANJI #DODIKO yasiguye ivya wa ugambi wo kurima AMASAKA Azohingurwamwo IGITORO||#SenatBdi
INYUMA Y'UKO MVUYE MU MAHANGA BURUNDU,UMWANYA WANJE NI AMAFRANGA MU BURUNDI//RESTO...ENTREPRISE...
Переглядів 96814 днів тому
INYUMA Y'UKO MVUYE MU MAHANGA BURUNDU,UMWANYA WANJE NI AMAFRANGA MU BURUNDI//RESTO...ENTREPRISE...
USHIKANA IMYAKA 18 IBI UKWIYE KUVYUMVA WITONZE //INYUMA YO KUZUNGURUKA IGIHUGU🇧🇮 COSE ABARUNDI YA...
Переглядів 95614 днів тому
USHIKANA IMYAKA 18 IBI UKWIYE KUVYUMVA WITONZE //INYUMA YO KUZUNGURUKA IGIHUGU🇧🇮 COSE ABARUNDI YA...
Ikiganiro ndagikunz muga mutay umwanya kuko mubwiy abatanezwe kuvyumva
Turagusavye uzomugarukane mukiganiro
Uyu mutama ivyiyumviro vyiwe vyaribikwiye gushikikirwa cane ibintu vyokwiga imyuga birafasha cane nayo ivyokumara forma ntahe ntacobikimazevp.
Sha rwagasore❤ yarintwari twarabuze magufuri ububurundi abaridubayi neza kurage mwaaaaa❤
❤
Hakiri abagamba ngo carabavumye , bituma bituma twumva ko batarwaniye umurumdi , ahubwo barwaniye inda zabo
Abavugizi nta nyishu batanga zofasha kuri ivyo bibabazo
Uciye ubwenge muta wubahe
Abarundi turakwiye gutangura kwanka ivyagusa, chaque opportunité exige du sacrifice. Ahantu ukura ivyiyunviro ntiwokubahuka kuhagera utarishe. Muntumbero yoguha agaciro the opportunity given and to commit to it . Agaciro media Hejuru cane
Abana benshi bariko bariga faculty zizi afasha kwongera igitigiri cibishomeri. Harakwiye kubaho abantu babagira inama bakababwizukuri faculty umuntu yiga akazorinda asaza ataronse akazi. Nkumwana bahenda akiga phylosophie, antropology, music, art, psychology, ....ibivyose ushobora kuvyiyigisha
Mwiriwe neza
Yambu cane
Ntamakuru mufise mbega mwarimuziko impamvu ibifungugwa vyabuze nikubera inyama Abantu baraya Akarorero inkoko zifungura ivyabantu bafungura Inka ziryvatsi bitegwa kumahegitari yotegwa kwivyo dufungura Inguribe ntikiryunwatsi nkakera
Oyaye mugenzi chimie irakenewe ariko nukumenya ukuntu chimie yokora gute muri entrepreneuriat ? Nico gituma leta yategerezwa d'abord en premier lieu et un bon modèle premier entrepreneur comme ça izoca imenya ukuntu itunganya inyihisho zotuma abantu bitunganiriza akazi kandi bakongerera bakoroherezwa kugira bikunde
None hakozwe iki kugira twunve ko atakazi kakiboneka, muma secteur agize ubuzima bw'igihugu? Leta yumva gute ibijanye nugutezimbere ivy'impuzu, uburimyi, ubworozi, technologie n'ibindi
Ubumenyi bwarasubiye inyuma mugwego ruteye ubwoba, uyu mu professeur avuze ibintu bikomeye cane,none uyo docteur yitwa François vyukuri adufashije iki ko tubona haguma himuka abanyeshure atakintu nakimwe bazi
Courage daddy wacu wa kwazulu Natal warambaye hafi tera ujimbere iyaba twari dufise abantu nkawe twoteyimbere.
Tera imbere nk'umuzinga.
Bose turavyipfuza, habuze umutahe. Ugisohoka ishule nturonka uko utangura.
Non ntushobora kuyahindura yose amashure y,imyuga. Kuko no muzindi domaines harakenewe abafise ubushobozi.
Mutegerezwa kuhava kuko murishe igihugu cacu kubwinda zanyu.shame on you.
Abari Congo mwadufashaiki koko?dukeneye numéro yanyu
Ikibonobono gikunda ahantu hakanye canke hashushe
I bubanza i gihanga aho bita kumuyange turagukeneye vrt birahaba cane
Duhe contact zuyu muntu ariko mugihe muzana abantu nkaba muzohore mutanga contact zabo.
❤
Tubarire dukore mutama.muduhe contact tuvugane in box merci
Ndagushikiye cane. Komeza
Wubahwe mutama wamateka ibiganiro vyae birampimbara kand vyukur ndashak k vyombera icirwa kk numvinyota yuk hob impinduk kur jewe nanje nkuvug agaciro media hamw n homme de changement ubandany uhezagirwa
Murakoze
Vuga ahandi igitoro kitaboneka wewe Kora ivyawe ibitakuraba ubireke sha😮
Urambabarira NAMBA navuze ibitakunezera muvyo navuze vyoose wumvisemwo ico gusa
Ndabashimira cane ukuntu mubandanya kwitanga kuko ivyirwa nimpanuro muduha Imana ibandanye ibahezagira
Oh vyiza cane
Wirambire kumugambi waw kd wacu waje hageze
Komera cane
Komera davi duhe fone yawe
Ndabaramukije naje ndangomba yuko twoyaga Naje nkaja mwishirahamwe nyuburimyi. Ndafise itongo rinini ringa namaheka 48 . Nariko ndiyuvira kurima ibindi.
Ibi BIBAZO nibimwe biri no mu masoko ya leta umuntu arahabwa ikibanza ejo ugasanga yakigurishije nuyundi ivyo biruzuye mu masoko nikimenyamenya abo leta yahaye ibibanza benshi sibo bakibifise vyaragurishijwe kera

Abatama nkamwe nimwe mutuma igihugu kiguma gisubira inyuma. Ahandi mubindi bihugu aba politicians binjira muri reta kugira bakore ibikorwa byiza vyiterambere no guteza umwene gihugu imbere kugira abarivyo na bandi bene Gihugu bazomwibukirako. Mu Burundi abantu baja muri politics kugira buzoze Inda na account ya bank zabo aho gukorera ebene gihugu. Umuntu aja muri Reta ataco afise mugabo inyuma yigihe gito ubona yubatse amagorofa ya billions, imodokari zehenze ivyo bintu babikurahe ko abakozi bareta bahembwa imiriyo zitanu baharuye muburundi. Ariko inyuma yumwanga cangwa imyaka itanu umunye politician kanaka ngo afise inzu mirongo itanu ,imodokari 100 ,aho subsume buteye ubwoba.Tugifise abanye politicians bagenda kurondera ubutunzi muri politics uburundi tuzoguma turi inyuma.
Amene imana izogufasha ivyo wipfuza imana ntanzigo
Uko nukuri pee
Irambire rwaruka utahuze n'urundi rwaruka kurwiza umwimbu no kuwuhingura ndagushigikiye
Murakoze kuntera intege
Ibyiyumviro by abanyakayanza ni nk'ubusazi😅gusa shahu ndabemera barasatira muri vyose,nkorera subscribe nanje duteran imbere🎉
Hhhhh Aho umuntu arota urufu indege nigihugu kitaguze muzoyigura mukayanza hhhhhh ntanisoni amatoraazana vyishi
Ivyo nivyo tubitorerer kugir atabikoz tuzomukurek
Courage
Umushikiranganji wubudandaji, uwundero,uwubutungane,uburimyi, yemwe abo bantu kweli ntakintu nukuri bariko baradufasha,kandi nyakubahwa président aguma asemerera, none ga yemwe biherere hehe????kuko iduga ryabaye ndanse kabisa
Niyonkuru ibandanye kuguha umuco yongere yugurure imiryango urupfunguruzo rube urwo umuvyeyi Bikira Mariya Umuvyeyi atananirwa.
Good boy
Uburundi buraremvye kwl, igihugu cacu kigeze ahatemba pe
Urumumama arakubiye kabx courage 💪💪💪
Kayanza duhaguruke💪💪💪 banyakubahwa turabasaba ikintu kimwegusa mutunge itroshi mubacamanza canecane nkaba Opeg bintara ya Kayanza kuberako nibobantu basigaye batubereye ikibazo muntara yacu nziza yakayanza murakoze.
🤣🤣🤣🤣🤣Imana ntidya igiturire nyakubahwa