PROJET y'akataraboneka mu BURUNDI//BULDINGS nziza mutari bwabone mu BURUNDI//Ubuhinga zubatswemwo
Вставка
- Опубліковано 8 жов 2022
- PROJET y'akataraboneka mu BURUNDI//BULDINGS nziza mutari bwabone mu BURUNDIi//Ubuhinga zubatswemwo
#visitburundi #comeandseeburundi #diaspora - Розваги
juste Gael. the most professional youtube journalist in Burundi so far. RESPECT.
I support You Guys👏🏼👏🏼👏🏼 Let’s build our Nation
Courage musaza ndakwemera ubikora neza
Voilaaa le genre de diaspora tuba dukeneyeee, apana bamw baza kugira ngwama soirée.....
Gaël Gaël....thanks Sanaa muta komeraa vrt courage ivy nivyo vyubaka Sana dukeney... Respect
Akeza karigura 🫶🏿
Courage mwubahwe mwese
woooo amazing,important ideas 🥰🥰🥰we are behind u guys ,u re leaders ,big up #Anny x #Fabrice
Wow nivyiza cane birabereye
Ukora neza Gael big up
I support you guys...congratulations 👏
Niiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiice Gaël.. uranyemejeeeeeee🙌🙌🙌🔥🔥🔥 @soso Q6..
These guys should be working with ministry of commerce to promote Burundi. The old guys don't know how to go about it. Respect to you guys !
Nivyiza kuzana imigambi mugabo kuriryo jambo uvuze ngontamahoro ariyo iyaba .barikuraba iki kiganiro .mururimi bunva ndazi Wobonye umuzungu icari .kirazira kuvuga nabi ahantu hakubeshejeho reo hariya yutajayo ubwo ww ubu ubumezuko iryo dollar uburivuga uburikorako ww. Reo vuga neza .ham gael ndakwemera. dibabironi
Courage Gaël🙏💎
Ikiganiro ciza. Imana ibaje imbere muriyo migambi yanyu myiza
goooooood♥♥♥
Imana ituj imber twebw abarundi n'uburundi bwacu 🙏🙏
You deserve big support guys especially our government
I love my country 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ndishimiye igihugu canje 😘 Gael wubahwe urumunyamakuru abibereye💯
Thanks Gael
Thanks Umukubito...
Safi sana mutama abo bantu bafise ibintu bizima
💯💕
Monsieur kuyindi point bidasanzwe
GAËL my best one✌
Ikiganiro, imigambi, vyose ni vyiza.
Mukomere cane.
🎩
Birakaz kuyindintambwe
Imana ibahezagire mubikorw vy iterambere muriko mukora
Cnk katamahoro ariyo kuki utavuyeyo ugishikayo ukigarukira ngaha.iwacu.umurundi yahaze. agira amanyama ..
Hi Annie, I was laughing when you said bamwe bashaka kugaruka burundi abandi bagashaka kugenda hanze yigihugu. There is a fact
Shirako info za contacts zabo muri description please 🙏🏿
Imyaka ibiri nimyishi j ahompererey inyumba yigorof7 itwara 4mois iba yuzuye hasigaye contrôle gusa
Iyo projet niyambere kabisa, 56ares bagashiramw am appartements angan uko
Mujehageze kuyomugambi tubarinyuma mwubahwe imanibajimber
Ndakunda cane uyu munyamakuru 🤣🤣🤣
Mbariza appartement ya 4 bedrooms ayo bazoyitangako.?
Oya reka urazi jewe urazi iconshikanayo 😆
Erega aba diaspora nibo bafise amahera shahu none izo $ musaba muburundi nibake twoyaronka
Mahoro Gaël?
Mbega murizo famille 70 zishobora kuba murayo mazu, inzu imwimwe niyo igurwa 250.000.000F? Kwari menshi? Abakozi ba Leta baronka ayo mahera?
Nabandi nibaze
Saaaaa ngo ntamahoro ???
Baragurisha none?
Katamahoro ari ahuri USA kuki .utoja muri Ukraine aho bokwaka ubwene gihugu bwabo 😂 ntiwoshavura
Kabisa.nuko
Courage
Mwubake parking yimiduga muri ville irakenewe murakoze
nijisho ni black