"Muri politique harimwo uguhemukiranira"

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 5 жов 2024
  • #indundinews |#icirore |Honorable Pascal Nyabenda , hari ivyo yemereye Imana imbere yuko atahuka avuye mu buhuhungiro. Igihe yamaze arongoye umugambwe #CNDD-FDD n'Inama Nshingamateka ngo yahigiye vyinshi

КОМЕНТАРІ • 73

  • @CharlesRehani
    @CharlesRehani 5 місяців тому +1

    Uyu mutama ndamufana saana kbsa❤❤

  • @DieudonnéMUGIRANGABO-f2o
    @DieudonnéMUGIRANGABO-f2o 11 місяців тому +1

    Uti politique uti irahinduka nabayigize barahinduka kweli uti buryinda woyibaza uwayiraye uvuzukuri akokantu 👍👍 tukumve tugatahure Kbis 🙏🙏🇧🇮🇧🇮

  • @DieudonnéMUGIRANGABO-f2o
    @DieudonnéMUGIRANGABO-f2o 11 місяців тому +2

    Abanyamakuru ndabemera Kbis 🙏🙏 muzubwenge nukubaza muburyo bukomeye uti mumyaka ine4ans utwara bubanza. Niki wishimira wobawarakoreye abanyabubanza cikimazi wibukirwako nabo bakwibukirako😄😄🤦🤦ndabakunda banyamakuru umutama mwatumiye uti jewe vraiment ndanka akarenganyo Sawa uzuhore ukanka abaturenganya burya baraduhemukira kandi Imana yomwijuru izobibabaza🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @Patrickofficial-d3n
    @Patrickofficial-d3n 11 місяців тому +2

    Komera komera mutama,nukuri uyaga neza kandi no muvyo waranguye mugihugu wabiranguye neza,Imana Ibandanye ikujimbere

  • @ريمالريم-ح2خ
    @ريمالريم-ح2خ 10 місяців тому

    Papa iciza wakoreye uburundi igihe warumukuru wumugabwe imana izobiguhembere nukuri wubahwe cane imana yaragukoresheje ibikomeye

  • @ramadhanbigirimana2617
    @ramadhanbigirimana2617 11 місяців тому

    Bravo, mr l,honorable good speak

  • @vedastebitompitanye9012
    @vedastebitompitanye9012 11 місяців тому

    Mwaramutse.jewe ntamugambe negamiye ariko ndakunda gukurukira amakuru cane Hama ngerageje kuraba uko wabajije Nyakubahwa Hon. Pascal NYABENDA hariho akantu utabajije nibaza KO gakomeye kuvyagiye bivugwa y'uko yahinduriwe amabanga kubera yoba yagomvye gutwara mururya mwanya Nyakwigendera Umukuru w'Igihugu yaratakiriho kandi atari bwashikirize Igihugu kovyoba vyarateye impari agatanga umuco abantu bakareka kwibaza ivyabo ukuri kukava kwa nyeneko.murakoze

  • @ninganzaamedee-wi6gx
    @ninganzaamedee-wi6gx 9 місяців тому

    Yoooo ndatangay naj sinarinzi ko umeze neza kbs

  • @ndayisabaemmanuel4383
    @ndayisabaemmanuel4383 11 місяців тому +1

    Papa wanje naw iyo myaka ya 1993 yar comptable muri Commune mpanda😢

  • @OscaRemmy
    @OscaRemmy 2 місяці тому

    Mbakurikira ndi dar es salaam icirore nikiganiro ciza turi kumwe namwe

  • @johnphiri-vf3ih
    @johnphiri-vf3ih 11 місяців тому +1

    Iyu mugabo namuheruka kera.

  • @ريمالريم-ح2خ
    @ريمالريم-ح2خ 10 місяців тому

    Amen ❤

  • @nkeza68
    @nkeza68 11 місяців тому

    Combien de Burundais ont été tués quand Nyabenda était le boss des DD et quand il était Président du Parlement??? Il a fait kwa pour éviter ça??????? C ça les questions principales k’il fallait poser Mr le journaliste!!!

  • @emmanuelminani9270
    @emmanuelminani9270 11 місяців тому +3

    😂politique namabanga inda woyibazaa uwayirayekoo

  • @mathi4603
    @mathi4603 6 місяців тому

    Ikiganiro kiryoshe kwumviriza nimwubahwe

  • @lovepeace5460
    @lovepeace5460 11 місяців тому

    Politique ntawukunda uwundi, ugwanko rurimuri cnddfdd nimwe mungorane zisubiza igihugu inyuma. Nkubu ibintu vyayangaye mugihugu kubera politique mbiiiii

  • @dieudonnemukeshimana599
    @dieudonnemukeshimana599 11 місяців тому +1

    Uwu Mutama sinazigako aganira uku. Ndipfuza ko tuzoganira umusi umwe

  • @ICGLRGERARD
    @ICGLRGERARD 11 місяців тому +1

    Komera mutama. N' i Nairobi, niho nakumenyeye nd'umunyeshure, waricisha bugufi kweli. Waraganiriza aba jeunes neza kandi CNDD-FDD warayiserukiye neza, ntiwatwaza amanyama. I ibisigaye, ntawushimisha bose, abantu baragoye, na Yesu Kristo hari abamunaniye kandi yari umunyamahoro. Kandi umugambwe wama ufise uko utunganywa. Imana ikomeze kuguhezagira n'umuryango wawe.

  • @Imanaiwachu
    @Imanaiwachu 6 місяців тому

    Wewe wariye igihugu kizakugya nawewe iyo ndaa yose nivyo wibye

  • @FerdinandNiyibitanga
    @FerdinandNiyibitanga 3 місяці тому

    Ubahwa kwli

  • @nahayoegide9828
    @nahayoegide9828 11 місяців тому

  • @ali-ckizofiolivierarakaza9284
    @ali-ckizofiolivierarakaza9284 11 місяців тому

    Irambire mutama.

  • @YosuwaSabuhungu-yd3qz
    @YosuwaSabuhungu-yd3qz 11 місяців тому +1

    Ndabona uyumushingantahe afise akanati narabe ndemere

  • @serugoburundi7044
    @serugoburundi7044 10 місяців тому

    Micro yiwe ntimwayikurikiranye neza ariko twumva umumenyeshamakuru gusa

  • @LonginNtunzwenimana
    @LonginNtunzwenimana 11 місяців тому +1

    N'ukwo n'ukwo

    • @OscaRemmy
      @OscaRemmy 2 місяці тому

      Amabanga yose mutama yajejw nuko bamubona ko Ari umwizigirwa,iki ndi imana yaramushima,iyo ushimwa nimana nabantu baragushima,ikindi nta zoga yanwa Nuno munsi ,jew numva Ari igitangaza,mwipfurij kwirambira

    • @OscaRemmy
      @OscaRemmy 2 місяці тому

      Nuko nuko nyakubahwa iragi,ni dusenga,dukora dusenga dukora,ibi sivyabose

    • @OscaRemmy
      @OscaRemmy 2 місяці тому

      💐🌹🌹🌹😁😁😁😁witekanire mutama

  • @BizindavyiSalvator
    @BizindavyiSalvator 11 місяців тому +1

    Bubanza yamye itwarwa nibihangange ariko ntitera imbere nukwikebuka!

  • @JumaMukanso
    @JumaMukanso 11 місяців тому

    Namwe mutunga ningoga.gusa umutegetsi avuga KO yanka kwabantu batobato barengana,arabesha cane.

  • @JeanbertrandIrakoze
    @JeanbertrandIrakoze 11 місяців тому

    Ndakwibuka ukuntu uje i bubanza wama wiyegereza bantahonikora ukabaha agahuzu, uyo mutam niyubahwe

  • @SibomanaSamuel-d7h
    @SibomanaSamuel-d7h 11 місяців тому

    Wamenye ibanga werekanyako ntacarigutuma uja kwirya ntebe nihatari

  • @Patrickofficial-d3n
    @Patrickofficial-d3n 11 місяців тому +3

    Cari ikiganiro ciza cane

  • @Makakulaya
    @Makakulaya 11 місяців тому

    Igisahiranda

  • @DieudoneNizirampa
    @DieudoneNizirampa 10 місяців тому

    Merc!!merc!!!merc!!!!! Mutama wa bubanza

  • @cadeaunsabiyumva5304
    @cadeaunsabiyumva5304 11 місяців тому

    warahagaze bwuma Uri mubambere badukijije mutama.

  • @NtirampebaBosco-y2o
    @NtirampebaBosco-y2o 11 місяців тому

    Jew naje kweri nukuri uwo mwubahwa na mutinya pe

  • @falesbanda7520
    @falesbanda7520 11 місяців тому

    Muta ndakwemera wamye wicisha bugufi kandi nkukubivuze iyudahagarara neza 2015 vyarikuyangara wahabereye umugunyabanga koko wahabereyintwari warahetsigihugu kabisa

  • @karangwa2315
    @karangwa2315 11 місяців тому

    mwapfushije abana 16 ehhhh intambara nimbi kweli

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 11 місяців тому

    Ikindi... Icakabiri uti Twavukana turi 20 ariko benshi bishwe n' ingwara abandi n' Intambara etc..
    Mon cher ,
    Ntiwari kuva kuri niveau ya mwarimu wa primary school ngo utarukire kuba administrateur si simplement kuko twese turabizi , trop d' enseignants et directeurs des ecoles primaire Kuri Ndadaye bagizwe ba Administrateur kuko bagize ihonyabwoko ry ' abatutsi plus que les autres iwabo....
    Wewe rero ntaho uvuga wagwanye kandi nabo mwavukana bishwe bari mwihonyabwoko
    Arretez les mensonges plz

  • @FaustinNtunzwenimana
    @FaustinNtunzwenimana 11 місяців тому +1

    Abanya Bubanza waraduhemukiye pe

    • @deo-maximenkurunziza5386
      @deo-maximenkurunziza5386 11 місяців тому

      Bagukoreye iki?

    • @josephhasabumutima6741
      @josephhasabumutima6741 11 місяців тому +1

      N'Umuvyeyi Wanyu Yaradutwaye neza muri Commune Mpanda Namwe Muramusubirira Mumabanga yarafise. Imana Yame Ibaja Imbere Nyen'Iteka Nyabenda.

    • @FaustinNtunzwenimana
      @FaustinNtunzwenimana 11 місяців тому

      Ahubwo ngira wew ntuvuka ibubanza tubwire umugambi yadukoreye tuzokwishimira nk mumyaka 20 iri imbere nimba koko yatwaye neza ko vyase ko aronka namajwi yo munama mpanuzwajambo ya commune mpanda.yaritejeje imbere nabiwe ntakindi

    • @willoveburundian269
      @willoveburundian269 11 місяців тому

      😂😂

    • @ريمالريم-ح2خ
      @ريمالريم-ح2خ 10 місяців тому

      Ibubanza turakwemera mutama wacu amabarabara wubaste ahuza.amakomine ndetse nikibuga cumupi nukuri wubahwe ❤

  • @lovepeace5460
    @lovepeace5460 11 місяців тому

    Abantu batobato bameze gute? Abantu murihenda cane!!! Kwisi ntamuntu muto canke munini(ahambaye) ariho ariko abantu bose barasanzwe bivana nigiheeee gusa

  • @NiyokwizeraDesire-ng2hv
    @NiyokwizeraDesire-ng2hv 11 місяців тому

    Uyo ni umugumya banga abushitse kandi ni agati kateretwe n'lmana

  • @havyarimanamedard63
    @havyarimanamedard63 11 місяців тому

    Warikuba igizeneza iyuga ngo nahoyobagwanje murisheyose

  • @janemaweu9524
    @janemaweu9524 11 місяців тому

    Nyakubahwa afise abana bangahe

  • @jeanmariebizoza6013
    @jeanmariebizoza6013 11 місяців тому

    Kobutamubajije ingene NKURU yari yamushize imbere hama aba Généraux bakanka bakahashira NEver?

  • @CécileNzeyimana-w3e
    @CécileNzeyimana-w3e 11 місяців тому

    Nahora nibaza kumuntu avyibushe cane aba anywinzoga

  • @ericbikorimana8713
    @ericbikorimana8713 11 місяців тому

    hhhhh ngo uri umuntu uri uumunyempuhwe?hhhh uvuga wew nyabenda?hhhhhhh😅😅😅😅

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 11 місяців тому +1

    Mon cher ami, uriko urakura imyaka irihuta , indimi zibiri nogucanyanya abantu ntibikubereye du tout.
    Imvugo yabatekamutwe ngo Nagiririwe ibitangaza Imana yambwiye, ubwonyene ukivyukiranya ngo nateguye kuja i Buraya kom si ari si simple kuri misitanteri gukubitira europe a volonté, atan umwanya uhaciye ukavuga ngo nasavy Imana intahane i Burundi, kandi nagiranye nayo amasezerano bla bla ibi ni imvugo trop bas ntuzongere. Si tu veux mentir pour gonfler et te faire plus que tu es , kura Imana mubinyoma vyawe bireke plz ! Ndabigusavye

    • @aliciaayinkamiye5296
      @aliciaayinkamiye5296 11 місяців тому

      Umuntu ntavuga ivyushaka avuga ivyiwe c son droit,ham nkanje ndamuzi asenga numugore wiw nibwaba aruburyarya nImana ibizi

    • @peaceloveisrael3992
      @peaceloveisrael3992 11 місяців тому

      @@aliciaayinkamiye5296 Abahutu vous êtes des cancres ,des idiots muriyizi...
      Iyo mushaka kubesha la formule et la même et identique, Imana yambwiye imana yanyeretse bla bla
      Iyo mvugo ntituzoyibemerera. Vous ne nous aurez jamais !
      Génocidaires maudits.
      Urazanye ngo ben' umugore bla bla bla
      Ese les modtres sacrés Bunyoni na Nkurunziza bo ntibigira des prophètes ? Mwamasato mwe ! Murakavumwa ubugirakandi et 1000x pour l' éternité Amen

    • @peaceloveisrael3992
      @peaceloveisrael3992 11 місяців тому

      @@aliciaayinkamiye5296 Hèy Alicia A. Ujye umenya birazwi ko umuntu wese akwiye kugira ses droits et libertés, seulement hari théorie et réalité mu buzima !
      Ikindi umenye ko 《 La où commence les droits et libertés des-uns prennent fins ceux des autres et inversement 》
      Iki kintu ntucibagire... Ivyo kubomoka mukadukana du n' importe quoi c' est la specialité bahutue.... Ivyo kwiyitiranya n'a shetani yanyu mwita Imana ni karande.. mais on va combattre par tous les moyens vos manipulations honteuses. Nico gituma igihugu cihaye le record planétaire du dernier pays misérable au monde ! Mwabahutu mwe ! Ngo ndazi sa dame ? Quelle foutaise !!!!
      Umugabo avuga amafuti ukavuga ko uzi sa femme ?
      Uri umuhutukazi ntakiza kiba moche que cela ,ubwoko bubi maudite

    • @aliciaayinkamiye5296
      @aliciaayinkamiye5296 11 місяців тому

      😅😅😅😅😅😅urantey ikigongwe ufs haine mbi izohava ikwica,Imana ikorohereze nukuri.

    • @peaceloveisrael3992
      @peaceloveisrael3992 11 місяців тому

      @@aliciaayinkamiye5296 wiririre we n'abiwanyu n'ubwoko bubi bwanyu... moi je suis juif dii ha ha ha

  • @alvellaniyonzima4046
    @alvellaniyonzima4046 11 місяців тому

    Burya I Burundi hariho umuntu atangura akazi ka Leta agifise 25 ans? Niba vraiment 😂😂