BUZA IJWI RYAWE RYOYE KURIRA!!! Umugororotsi ntazohereza mu mubabaro//Ev. Christophe
Вставка
- Опубліковано 2 жов 2024
- Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
Murakoze caaaaneee Mukozi w'IMANA kwijambo ryizaaaaa rizima ryo kutwirura,burya ryari iryanje kuko mazisi ndi mumarira adasanzwe,none ndakiriye ihumure mumutimaaaa
Amen 🙏💖
❤❤❤❤Amen amen amen
Amen 🙏💖
Murakoze caaaane
🙏💖
Merçi beaucoup,mais un peu de tradition sur écran ça vas nous aider ,beaucoup,français,anglais c’est mieux.
Merci beaucoup pour votre suggestion 🙏💖
Que le Seigneur Jésus Christ vous bénisse abondamment.
Amen Amen Amen !!!!
Amen 🙏💖
Ameen mukozi w'lmana YESU abahezagire cane kwijambo mutugaburiye ryo kutwirura murakoze dushimiye cane meira tv data abahe umugisha 👏❤❤❤
Amen 🙏💖
Ewe mukozi w'Imana,
Data akwongere amavuta ya mpwemu yera,
Namwe bakozi b'Imana ba chaîne Meirra TV Imana ibongere amavuta kandi muhabwe umugisha n'uhoraho,
Ndafashijwe cane.
Amen. Umwami Yesu Kristo aguhezagirane natwe🙏💖
Amen
Amen 🙏💖
Amen ndafashijwe
Amen 🙏💖
Yesu abongere amavuta
Amen 🙏💖
Amen🙏🙏🙏
Amen 🙏💖
Haleluaaaaa,
Amena
Amen 🙏💖
Amen
Amen 🙏💓
Yesu abahe umugisha
Amen 🙏💖
Amen amen
Amen 🙏💖