Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Merci bcp UMUCO WERA TV. Ndakunda cane amakuru y'ibikorane n'inyigisho ziba zatanzwe.Mushishikare kuhatubera. Muhezagirwa cane
Imana ihezagire umukozi wayo.Ibisigaye,n'ubu ntaco izokora itatwibiye akabanga. No muri kino gihe hariho abagendana ibanga ryayo. Nawe ndakwifurije kugendana iryo banga ry'Imana mwene Data.
Merci mon révérend pasteur que Dieu vous bénisse
Imana ntimarira imanga,haracariho abakozi b'Imana batahamagawe n'amaronko nubwo ari Bake!!!
Yo IMANA IBAHEUMUGISHA MUKOZIWI MANA UMWAMI YESU KIRISITO ABARINDE
Neno nzuri sana tusichoke njiani tuendelee na safari
Yesu abahezagireee kubwubu butumwa bwavuzwe mudushikirije.
Yesu aguhe umugisha mukozi w'lmana
Ndashimiye Uhoraho aguma akurutuzigamira Muvyeyi w,Ishengero.
Imana ibahe umugisha kuduha ubu butumwa twari tumukumbuye
Amen Murakoze cane Imana Yarakoze !
Yesu urakoze kutwibutsa" tubandanye urugendo ntidusubire inyuma"
Mutama wacu Yesu amudukomereze
Yes'ashimwe kubwuyumukoziWadata aliwe.sogowacu.Hezagirwa papa.
Uyumutama Imana imwongere amavuta
Imana idushoboze kurangurura vy'ukuri!!!!
Amen
Muhezagirwe . Ndabakwirikira nibereye aha ku Mugara
Ameeen
Imana ibahezagire
Imana ihezagire abakozi bayo
Ndahimbarw,nijambo,ryuwiteka
Mana hezagira umukozi wawe
Komeza muduha nibindi
Nti tuzibagira imirimo yuwu mukozi wumuhizi
Ego caaane
Shimwa mana
Yo mbega ubutumwa! Numva nkumbuye gusengana nabandi
𝙄𝙈𝘼𝙉𝙄𝙈𝙐𝙃𝙐𝙈𝙐𝙂𝙄𝙎𝙃𝘼.
Mbegijambo yew ndafashijwe

Yes'ashimwe kubwuyumukozi
Wadata aliwe.sogowacu.
Hezagirwa papa.