Ubaka Nation yarangije ukwezi kwa mbere kwo kwegeranya imitahe yo kwubaka isoko nkuru ya Bujumbura.

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 19 жов 2024

КОМЕНТАРІ • 22

  • @cedrickbudrick5679
    @cedrickbudrick5679 День тому +1

    Great men!

  • @JeanparfaitNtiranyibagira
    @JeanparfaitNtiranyibagira День тому

    Komera cane bwana fablice tuko pamaja twipfuza uburundi buteye imbere uburundi bwubatswe!!❤❤🎉🎉🎉

  • @BizaGilbert
    @BizaGilbert День тому

    I❤mr fablice,he is our Jeremiah in bible we support you 🇧🇮🙏🇿🇲

  • @ANGEJEMUMU024
    @ANGEJEMUMU024 День тому

    Mukomere cane, ntimunyiganyige, tuzoshika vuba ku ntumbero niyo tutarambirwa 🎉🎉🎉
    By Jeremiah Burundian man ❤

  • @MitimidacyaMitimidacya
    @MitimidacyaMitimidacya 20 годин тому

    Inzira,z,Imana ziratangaje harubuhanuzi jyewe ubwanjye niyumviye ko UBurundi buzaba igihugu kiza kifuzwa nabantu benshi kwisi yose!!!none biragaragara ko bidatinze!!! Byihuse pe!!! Ubwo buhanuzi bwavuze neza ko igihe kizagera kwinjira mu Burundi kubanyamahanga!!! Bizajya bisaba VISA!! Nkizisabwa kubajya mubihugu vyiburaya!!!!

  • @emelynecimpaye967
    @emelynecimpaye967 День тому +1

    Amanota ndabahaye 100%guma Ku kivi

  • @panacool978
    @panacool978 День тому

    Fabrice: inyenyeri y'uburundi na Afrika. Good success

  • @oseendayi5046
    @oseendayi5046 День тому +2

    Jewe vyarananiye kubera ntari muburundi
    Iyaba noronka uwumpa umuco wingine nobikora vyoba vyiza

  • @NgomarikazaPascal
    @NgomarikazaPascal 13 годин тому

    Emwe uranyemeje hama nkabarinyuma yigihugu vyogendagute gushiramwo umutahe duhe umuco

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 День тому +1

    komera bwana fabrice turagushigikiye

  • @ezekielnsengi2480
    @ezekielnsengi2480 20 годин тому

    16 z'ukwezi kwa kangahe

  • @FrankImani-cb3in
    @FrankImani-cb3in 10 годин тому

    ❤😂😂🎉

  • @oscarjay5710
    @oscarjay5710 День тому

    Songambere bwana fabrice

  • @panacool978
    @panacool978 День тому

    Twiyubakire afrika

  • @aloysniyonizigiye504
    @aloysniyonizigiye504 День тому

    Pourvu que ça dure!!
    Nous laissons le temps dévoiler ses secrets!!

  • @KwigizeDieudonne
    @KwigizeDieudonne 21 годину тому

    Nagira mbaze Fablice, demolition yiyo soko bizogutwara amafaranga angana gute? Azova he hamwe batoguha iyo soko nyuma ya 6mois

  • @ndigimunaziri3575
    @ndigimunaziri3575 День тому

    Fablice kora ibishoboka vyose izengo zikigega zose zijeho zimenyakane aho zikorera .hama BRB itangure itange ama bons du trésor kubamaze kugura imitahe ivyo bizokongereza icezere kubagisigaye inyuma. Kuko ni document ya leta kandi yemewe hose. Murakoze

  • @FrankeIgiraneza
    @FrankeIgiraneza День тому

    Kbs namateka meza

  • @thewisetv3989
    @thewisetv3989 День тому

    TURAKWEMERA FABLICE

  • @GrangeNiyomutabazi-c6h
    @GrangeNiyomutabazi-c6h День тому

    Turinyumayawe

  • @emmanuelsendegeya807
    @emmanuelsendegeya807 День тому

    Fabrice urashoboye mugabo fone watuhaye ntiwitaba kuyomuntoke ucutukupirako sinzigitum utatwitaba ngo utusigurire

  • @silidio
    @silidio День тому

    Uyu musore nkuko abivuga nintumwa y'imana azanye intumbero nshasha kuburundi mumisi nabamugwanya bazotangara abantu duhimirizanye gushira amahera murikikigega gushika ubu hariho nabarundi batarabimenya.