Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Turamushigikiye Ababibona ukundi Nabadakunda Igihugu Cabibarutse!
Ebagabo ikintu mubonye ikintu opposition inegura. Icokintu kiba ariciza Kubarundi ndamaze kubihinyura😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Stop gutera amabuye Fabrice Aba batama bakera nibobafukamye igihugu munda reka aba jeune twiyubakire mwebwe mudutera akagorwe shigikira aba jeune 😂❤❤❤
Aya ma radio arimwo abantu buzuyemwo ikibi camacakubiri mwebwe murimbwa mudashaka iterambere
Ahoga avuze iki 😂😂😂 fabrice kora umuti abonabo babe baradedemba uwo nawe nareke kudedemba
Epitace ja kurima mugenzi inzara ntifyina😂😂😂
Murarushe nkama numva ngo umwasi wigihugu kwari umurundi nkapinga nn ndabiboneye
Wewe kweli uri imborerwa! Urashonje genda usabe utwokurya ufungure
Muzompa muhuna huna hanze murakaranduka muzogwayo mwamburakimazimwe😢😢
Kazibe w naho wonegur ntitwobaror pu
Mbisa ntwenge😂😂😂😂 we epitace genda unywe amazi birahera. Namwe muzopfa murushe ndabarahiye😂😂
Na yesu baramugwanya
Shaa nogufata worara mugasho wamushenziwe ulabona uko kudabuka fabric kolu muti burundi tukulinyuma
Umva reka twebwe turategerej turabe ko umushinge uzotangura.hama niyo umugabi watangura uwomugambwe kubwivyo ntajwi narimw uzoronka azoba arumwansi wigihugu uwomugabo azoce yikura akogashash kakirikumaso yiw mubona uwomuha igihugu atocagita mumanga ivyarimo ngo arongoy MSD
Ivyo nivyo dukeneye. Yiya mamarize ivyo ariko arakora
Muzohinyuka sha nn nkaho muriko muvuga ik nimba urukwiyamamaz akor ibikorwa vyokwubaka igihug bitway ik tuzomutora uwas amenek😢🎉😂😂😢😢😢😢
Ahubwo shiremwo imitahe twiyubakire igihugu namwe muri abana b'uburundi
None MSD nabarundi kabasha wap none bazoshima ivu nibakore hm tunegure muga vyuzuye 😢
Nkamwo mubona ayo majambo yanyu hari uwuyitayeho turazi igihe yadusubije inyuma mw’iterambere
Mbega amatora yegereje ntamugambi usubiragukorwa pfamwambaye
Genda musubire kwiga ishure ya politique ntavyanyu murwanya interambere ni mukure mukanwa fabrice kuko afise ivyamaze kwerekana
President w nuko azi niyomitw yokurondra amajw w naw muguping nihowoyaronk?
Birame mbone!
Shaa kutera imbere tukifise umuntu akivuga uku wapi kabx washaka bayihe ww ushoje erega urya afise ico yerekanye kugira bamuhe irya soko ww naho urashoje mpee😅😅😅😅
None nibayubaka uzoca winjira muri DD
Ivyiyumviro bipfuye twarabahinyuye fablise mumureke akore jewe ndumwenegihugu muto ntaco nishoboje ariko nimba kubaka isoko arubusuma muvuga mutsindwe mwizina ryayesu ugwaruka ahotugeze twifuza iterambere mwebwe ryama kuvyiyumviro vyanyu bipfuye hama nimugende muhiganiswe ivyiyumviro ubereye yubake kare mwarihe
Twobibona kumwe gute nyene?Inyankaburundi zitegerezwa kubibona nabi.
Wanka umuvyeyi yakwibarutse ugapfa wangara muri gukwegera umuvumo umuryango wanyu waramvyaye hama ukababazwa nuko igihugu cogira iterambere ngonuko utarizanye wewenokwihakana kugira umuvumo ntukwirikirane
None nkawe uwakwizeye userukire umugabwe ninde nawe urimbura kimazi
Mwebwe murigwati yugwanda nimutune mugwanda natwe twitere intambwe mwebwe muribijuju
Urambonera,uyu Muhimbiri ngo fablice numukomisioner wowe se uriki wa nyamabi we!!!?
Urabanz ubabwire bakugurire aka Bic umwe ibwanwa urateye isoni mwabony yuk ivyihitoro bibanikiye 😂burya muzomaramarira imbere yabo misega Amator nayo urarek gutora duhomb😂
Non ababagabo bavuga amajambo gusa uwobabaza ninde azoza guteza uburundi imbere bokwishura kwarinde?? Barundi tuje hamwe twubake tureke umwanya wokuvuga ibisambura gusa
IRADIO YIMBWEJI GUSA😂
Ubwo bugabo bwamunzwe n'amacukubiri ya politique amazing ntarahera ? Nibugume buvugira iyo bwicaye, tubandanye ibikorwa, ubu abarundi nitwe twavyifatiye muntoke, Fabrice turikumwe twese birashoboka.Ivyiyumvira vyakrra vyaraheze ubu turi muri bishasha. Bworyohewe babonye have abazungu ngo nibo bashoboye.Tuzovyikorera.
mwebwe bandanya mubwejera murwanda twebwe twiyubakire igihugu cacu icomushoboye nugutera amagrainade noguturira amapine
Inzara Nimbi kabisq
Ariko nibaza ko atari vyiza ko buri kintu cose mugishiramwo politique Kuko nimwe mumpamvu zazingamitse uburundi, abarundi aho bigeze twipfuza iterambere, nawe nimba wumva ko bariko bategura ivyo bazokoresha Campagne none nawe habuze iki kugira ngo utangure gukora ivyo uzorata muri Campagne??? ariko bitari amajambo yo gucafuzanya dushaka ibikorwa (Ubumwe - ibikorwa - Amajambere) Abanyepolitike imisi mwajuragije abantu simike nibaza ko hageze kwo abantu dukora tukiyubaka!
Wewe menya ibyawe fabric mumureke
Yewe burya narinziko opposition Ari nziza mwebwe ndumva muribijuju kubaka isoko nikibazo
Hahaaaaaaa,abo babibona mo amahinyu bambarize kuribo zirya nyovu nizo zitari amahinyu kwell!!???? Ngo nabanyaporitike!!!?? Poritike zabo nizihe!!!?? Nizo kuvuga gusa!!!???
Mwebwe murwanya igihugu ntavyanyu ntanuwobunviriza
Je ntamugambwe numwe negamiye arik ivy bint vyisoko ntibitomoye kbr ik leta itosaba ideni ikubaka iyosoko iy myaka bazomara bitoreza abobant ubwo izoba igwije incuro zingahe ama interet leta yozoganga kwideni
Ubwenge bwawe ntaho butaniye nubwuyi musega mugenzawe
@@songamberetv2219 urashobora kubinsugurira gutukukan ntakamaro wovug iciyunviro caw naw
Kbr ik utibazak arabarongoz bazoshiramw imitahe bashize fabrice imbere
@@ntlievin8605 and uragwaye mumutwe ? Kwirya soko buriwese ararekuriwe gushira mwumutahe yaba indongozi canke wew rero vana izo nsaku ngaho
None kweli nikihe kinto boshobora kwemera
Wewe waborewe abarundi turikurondera ko abarundi twokwiteza imbere nawe urikuva amanyanga nibakongere inzoganyishi uborerwe uryame ureke kudedemba
Ese ko ufite ubwoba nkaho ulikuvuga iki
Nn nkuyu naw yipfuza kubiki???😂😂😂
😂😂ako kagabo bazokabage kuri bonane
Turabamenyey muvuga ko ari umu escro bizakubatekurukana bsha abasi bu Bururundi akokubwanwa nkimbeba karihagàrako uti ivyuvuga ntashingiro bifise uti kandi ntuzoza vuba mugihugu dukora tugenda dutra imbere kumitahe yacu mbwebwe
Akakagabo gateye isesem🤮
Bega basha abarundi bazokira ryari! None nk'uyo mukuru w'uwo mugambwe wewe ategekanya iki kugirango bible nk'uko ashaka? Igihe cose giheze yari he? Niyahera kubwakwa arazoreke kuja kuyiguramwo basi atureke twibandanirize urugendo. Kugira ubwenge bwinshi navyo n'ingorsne!
Oya reta vyarayinanie kuyubak ahubwo abenegihugu nibo bagr bayubake ntimwibaze kwar amafrang azova muri reta. We ntiwigeze wumv ukuntu umutahe uzotangw kuri buri muntu?
Mwubaka igihugu kitagira essence, kitagira agasukari, kitagira ikintu na kimwe. Mu gihugu ca nyuma kigowe mw'isi. Abakecuru mur'ibihwiji, ego data turi ibihwiji !!!!
None igihugu cobaciza gute hakiriho abantu nkamwebwe mukiri muvyogucamwimice abarundi? Murakumbure mwemere komwahenzwe muze twubake igihugu catuvyaye
Mwebwe bandanya mubwejagura twarabamenyereye
Ahahahaha, izi apartment zirirwa ziraduga harizo mwasize mwubatse.sha kagonyori yarababeshe ngo azobaha Hima empire, muzopfira imahama,muhayagiza amagorofa ya kagonyori,nayo hima empire muzoyibamwo munzozi ngaho mwikambi.
Niwe udafise ikintu na kimwe urashonje.igitoro cabonetse ingo urabe wa mushenzi we nkako kagabo mbona umengo kishwe m inzara
Turamushigikiye Ababibona ukundi Nabadakunda Igihugu Cabibarutse!
Ebagabo ikintu mubonye ikintu opposition inegura. Icokintu kiba ariciza Kubarundi ndamaze kubihinyura😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Stop gutera amabuye Fabrice Aba batama bakera nibobafukamye igihugu munda reka aba jeune twiyubakire mwebwe mudutera akagorwe shigikira aba jeune 😂❤❤❤
Aya ma radio arimwo abantu buzuyemwo ikibi camacakubiri mwebwe murimbwa mudashaka iterambere
Ahoga avuze iki 😂😂😂 fabrice kora umuti abonabo babe baradedemba uwo nawe nareke kudedemba
Epitace ja kurima mugenzi inzara ntifyina😂😂😂
Murarushe nkama numva ngo umwasi wigihugu kwari umurundi nkapinga nn ndabiboneye
Wewe kweli uri imborerwa! Urashonje genda usabe utwokurya ufungure
Muzompa muhuna huna hanze murakaranduka muzogwayo mwamburakimazimwe😢😢
Kazibe w naho wonegur ntitwobaror pu
Mbisa ntwenge😂😂😂😂 we epitace genda unywe amazi birahera. Namwe muzopfa murushe ndabarahiye😂😂
Na yesu baramugwanya
Shaa nogufata worara mugasho wamushenziwe ulabona uko kudabuka fabric kolu muti burundi tukulinyuma
Umva reka twebwe turategerej turabe ko umushinge uzotangura.hama niyo umugabi watangura uwomugambwe kubwivyo ntajwi narimw uzoronka azoba arumwansi wigihugu uwomugabo azoce yikura akogashash kakirikumaso yiw mubona uwomuha igihugu atocagita mumanga ivyarimo ngo arongoy MSD
Ivyo nivyo dukeneye. Yiya mamarize ivyo ariko arakora
Muzohinyuka sha nn nkaho muriko muvuga ik nimba urukwiyamamaz akor ibikorwa vyokwubaka igihug bitway ik tuzomutora uwas amenek😢🎉😂😂😢😢😢😢
Ahubwo shiremwo imitahe twiyubakire igihugu namwe muri abana b'uburundi
None MSD nabarundi kabasha wap none bazoshima ivu nibakore hm tunegure muga vyuzuye 😢
Nkamwo mubona ayo majambo yanyu hari uwuyitayeho turazi igihe yadusubije inyuma mw’iterambere
Mbega amatora yegereje ntamugambi usubiragukorwa pfamwambaye
Genda musubire kwiga ishure ya politique ntavyanyu murwanya interambere ni mukure mukanwa fabrice kuko afise ivyamaze kwerekana
President w nuko azi niyomitw yokurondra amajw w naw muguping nihowoyaronk?
Birame mbone!
Shaa kutera imbere tukifise umuntu akivuga uku wapi kabx washaka bayihe ww ushoje erega urya afise ico yerekanye kugira bamuhe irya soko ww naho urashoje mpee😅😅😅😅
None nibayubaka uzoca winjira muri DD
Ivyiyumviro bipfuye twarabahinyuye fablise mumureke akore jewe ndumwenegihugu muto ntaco nishoboje ariko nimba kubaka isoko arubusuma muvuga mutsindwe mwizina ryayesu ugwaruka ahotugeze twifuza iterambere mwebwe ryama kuvyiyumviro vyanyu bipfuye hama nimugende muhiganiswe ivyiyumviro ubereye yubake kare mwarihe
Twobibona kumwe gute nyene?Inyankaburundi zitegerezwa kubibona nabi.
Wanka umuvyeyi yakwibarutse ugapfa wangara muri gukwegera umuvumo umuryango wanyu waramvyaye hama ukababazwa nuko igihugu cogira iterambere ngonuko utarizanye wewenokwihakana kugira umuvumo ntukwirikirane
None nkawe uwakwizeye userukire umugabwe ninde nawe urimbura kimazi
Mwebwe murigwati yugwanda nimutune mugwanda natwe twitere intambwe mwebwe muribijuju
Urambonera,uyu Muhimbiri ngo fablice numukomisioner wowe se uriki wa nyamabi we!!!?
Urabanz ubabwire bakugurire aka Bic umwe ibwanwa urateye isoni mwabony yuk ivyihitoro bibanikiye 😂burya muzomaramarira imbere yabo misega Amator nayo urarek gutora duhomb😂
Non ababagabo bavuga amajambo gusa uwobabaza ninde azoza guteza uburundi imbere bokwishura kwarinde?? Barundi tuje hamwe twubake tureke umwanya wokuvuga ibisambura gusa
IRADIO YIMBWEJI GUSA😂
Ubwo bugabo bwamunzwe n'amacukubiri ya politique amazing ntarahera ? Nibugume buvugira iyo bwicaye, tubandanye ibikorwa, ubu abarundi nitwe twavyifatiye muntoke, Fabrice turikumwe twese birashoboka.
Ivyiyumvira vyakrra vyaraheze ubu turi muri bishasha.
Bworyohewe babonye have abazungu ngo nibo bashoboye.
Tuzovyikorera.
mwebwe bandanya mubwejera murwanda twebwe twiyubakire igihugu cacu icomushoboye nugutera amagrainade noguturira amapine
Inzara Nimbi kabisq
Ariko nibaza ko atari vyiza ko buri kintu cose mugishiramwo politique Kuko nimwe mumpamvu zazingamitse uburundi, abarundi aho bigeze twipfuza iterambere, nawe nimba wumva ko bariko bategura ivyo bazokoresha Campagne none nawe habuze iki kugira ngo utangure gukora ivyo uzorata muri Campagne???
ariko bitari amajambo yo gucafuzanya dushaka ibikorwa
(Ubumwe - ibikorwa - Amajambere)
Abanyepolitike imisi mwajuragije abantu simike nibaza ko hageze kwo abantu dukora tukiyubaka!