Benise umugore wa Prophète Modeste aravuye mu Gacerere/Hari igihe bamutuka nkumva birarenze

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 17 гру 2024

КОМЕНТАРІ • 274

  • @Umuhoza199
    @Umuhoza199 Місяць тому +5

    Madame prophet uri umuhanga cyane mugusubiza, ufite uburere , uzicyo ushaka,mbe you are very beautiful in & out🥰 Imbaraga z'Imana zikomeze ziganze murugo rwanyu, mu mwuka no mubifatika, naho abavuga bo mubahe igihe, igihe nicyo kigena byose, ndabakunda cyane from Rwanda 🇷🇼 to UK 🇬🇧 💋💋❣️🥰

  • @Lukns558
    @Lukns558 Місяць тому +18

    Ndakunda cane ingene uyu mudamu ari umunyabwenge mu nyishu ziwe. Ndakurikira cane ibiganiro arimwo even before y'uko aba muka Prophet Modeste. Prophetic ministry canke abakozi b'Imana bakorera muri les dons de puissance biragora abantu bamwe bamwe kwakira ivyabo kuko bakuze bazi ko shetani ari we akora ibisigabwenge gusa.

    • @iribagizaallan1143
      @iribagizaallan1143 Місяць тому

      Increase the volume on “Kuko bakuze bazi ko shetani ariwe akora ibisigabwenge gusa” , uziko abantu twirukira kushigikira ibikorwa vyo mw’isi yumwijima, tugaharira twemeza ko abarozi babaho, abantu bagendera kubitaro ariko iyo hagize uwuvuga kubikorwa vy’Imana birihejuru yivyo dutahura nubwenge bwa bumuntu >> Supernatural miracles, tukaba abambere mukubihakana no kubihaririza, Twemere kndi Twemeze ko Imana Ari Imana Kandi ko Ishoboye vyose, IYO IMANA IVUZE IBA IVUZE 🙌🏽

  • @chantalininahazwe5148
    @chantalininahazwe5148 Місяць тому +1

    Benise na Modeste ndabakunda cane Uhoraho Akomeze kubahezagira mukomeze kumukorera mu kuri no mu mwuka. Nukuri murampezagira cane. Ivyo kwitwa umwana wa naka nibisanzwe igikuru nukwitwa Umwana w,Imana Amazina yacu akaba yanditswe mu Gitabo c,ubugingo budashira.

  • @rebeccantanyungu6412
    @rebeccantanyungu6412 Місяць тому +7

    Yesu yarivugiyeko abazomwizera bazokora ibiruta ivyo yakoze Kandi muvyo Yesu yakoze yarazuye abapfuye.Ijambo ry'Imana ritubwirako uko Yesu ari ariko turi hano kw'isi(1Jean 4:17)
    Mu bisanzwe abarundi beshi bitwa abakristo ariko nta vyamwa bigaragara kuko ivyo badatahuza ubwenge bwabo bavugako bidashoboka. Nta kwizera bafise Nico gituma tutabona ibitangaza.
    Ikindi bagabanye amashari.
    Guhakana ubushobozi bw'Imana nukurogota kuri Mpwemu Yera.
    Umufasha wa Prophete Modeste
    Imana ikwagure

    • @Aishawasaadi
      @Aishawasaadi Місяць тому

      Non abapfuy le 20 tuvuge katarabantu aribikoko😂

  • @kennyinesinamahoro
    @kennyinesinamahoro Місяць тому +10

    Imana ituma ikintu icishije kumu prophète kugira abantu biyubare canke biyeze iyo hari inyungu y'Imana cank y'abantu b'Imana jewe numvise yuko atawuzopfa le20 oct numva naho bopfa le 19 oct cank le21 oct atanyungu ku Mana canke kubantu bizana narabe asabe Imana imuhe kwerekwa ibintu bifise ico bivuze plaise ect......

  • @irakozedonjuste7594
    @irakozedonjuste7594 Місяць тому +2

    Mureke kurondera fame muburofa ngo IMANA yavuze Imana nugupfakukubwira rero

  • @jamesinnoceb7944
    @jamesinnoceb7944 Місяць тому +2

    Madame ndagukeje cane. Ubona vyishi ukavuga bike cane My God bless you 💕

  • @BukuruClaudine-uz2jy
    @BukuruClaudine-uz2jy Місяць тому +5

    I like ur confidence madam
    Prophet
    May God bless your couple💖🙏

  • @NizigiyimanaEmelyne
    @NizigiyimanaEmelyne Місяць тому

    Ndaryohew di benise burya nagir nguriko usenga🤗😂 nigumiy muri amena 🙏🙏🙏🙏🙏 Jew sinatangajwe kub modest na benise baramenyanye kugeza babane ahubwo sinarinzik uyomukobwa akijijwe 🤔 unva muterinber batangar ndabikundira ruvyibushe❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @Alicianina4
    @Alicianina4 Місяць тому +5

    Benise urimwiza sha😍

  • @Karinzi1980
    @Karinzi1980 Місяць тому

    Modeste afise ingabirano kuko benshi bipfuza abagore nkabo 🙏🙏🙏
    Modeste big up saaana kuko urintwari sha😊

  • @NindamutsaEsperance
    @NindamutsaEsperance Місяць тому +5

    Warumudamu mwiza,ubuze umugabo .poleni saana

    • @Umuhoza199
      @Umuhoza199 Місяць тому +1

      Uvuze ubusa siba iyi msg yawe gira vuba

  • @GenevièveNijimbere-l3y
    @GenevièveNijimbere-l3y Місяць тому +4

    Félicitation benise kuba waratsinze kwizera niko kwamber kandi kurarema

  • @PatrickKwizera-r7q
    @PatrickKwizera-r7q Місяць тому +9

    Modeste umugore Wawe araciye ubwenge kabisa yishura ibibazo neza neza

  • @Akamkam-i4b
    @Akamkam-i4b Місяць тому +5

    Imana nukuri idufashe ntihazogire uwupfa Imana itubabarire Jew ndamufisseko ubuhamya nubwo atavyibuka je ndamushingira intahe nubwo beshii batamwemera ntamafr yampaye ntayo narinkenye mais yaransengeye anambwira ibintu bitako biraba

  • @mudahogoradaella385
    @mudahogoradaella385 Місяць тому +1

    Hosy ndagukunda pe nkunda ibiganiro byawe birafasha cyane Kandi nkwigiraho utuntu twinshi cyane cyane kuba confident

  • @jeandedieuuwizeye8271
    @jeandedieuuwizeye8271 Місяць тому +1

    Asa na maman wiwe kweri.Imana imurinde murugo gwiwe, urukundo ntirugira umupaka, nukuri yabaye intwari yumupfasoni, kuko abandi bifise baja mungo zifise kandi Imana izobahezagira peee.

  • @claireuwimana9973
    @claireuwimana9973 Місяць тому +1

    Wa kwetu ufise madame mwiza aririmba bien < English > ya bien mw'iyubakire rugume ❤🎉

  • @timotheeciza1592
    @timotheeciza1592 Місяць тому +4

    Abo baguruguru bareke kuza barafyinisha abarundi . Noneho haraho nabonye avuga ngo ubutunzi bwa Siyoni ngo nubwiwiwe. Birakaze. Baca umugani lukirundi ngo uca mwishamba utazi ugaca inkoni utazi. Nukwo Imana ibafshe.

    • @anithandikumana7739
      @anithandikumana7739 Місяць тому

      Iryo ni shari ufise . No kwinjira mubitakuraba

    • @timotheeciza1592
      @timotheeciza1592 Місяць тому

      @@anithandikumana7739
      Hahahaha ishari ngirira Modeste hahahaha mufise amaso ntimubona mukagira amatwi ntimwumve.

  • @Akamkam-i4b
    @Akamkam-i4b Місяць тому +8

    Abantu nibareke kuguca intege Mme Modest numugabo kandi mwiza ego nivyo urumwana wumurwizatunga ariko aryanaya papa wawe namwe muzobona rwanyu kandi bitayeko Imana izobaje imbere mugere Kure

  • @rebeccantanyungu6412
    @rebeccantanyungu6412 Місяць тому +6

    Benise,ndagukunze cane.Igituma mu Burundi ata bitangaza biba nuko beshi,batizera.
    None Yesu ko yazuye Lazaro yapfuye yonanirwa kubuza urupfu?
    Abo bapinga ibintu Prophete Modeste yavuze kimwe bamufitiye ishari ariko ico bihendako nuko batibukako Imana ishoboye vyose guhagarika urupfu rw'umusi umwe vyoyinanira.Beshi bibwirako urukurwanya Prophete Modeste ariko ntibaziko bariko barwanya Imana kuko Prophete Modeste ntavugako ari kubera ubushobozi bwiwe buzotuma ata muntu azopfa le 20/10/2024.
    Naho hogira uwuzopfa kubwa Modeste Imana izoguma ar'Imana.

  • @emelynebukeyeneza3937
    @emelynebukeyeneza3937 Місяць тому +3

    Benise🎉usa neza cane.

  • @fabiolamanirakiza1127
    @fabiolamanirakiza1127 Місяць тому +6

    Prophet ntimumute kwibirake siwe yazanye Urupfu niyo Bopfa Imana izoguma Yitwa Imana.
    Aho rer abamupinza bararos inzira😢emw ntamuhanuzi mubiwabo bible yarabivuze!
    Hemw nimuvug make Mwizere Imana murekan n Amajambo vrt

    • @AngeclebertSinzotumauwud-yb5jm
      @AngeclebertSinzotumauwud-yb5jm Місяць тому

      Imana yaramwerekanye none ntimwabibonye . Ubuhanuzi bw'ibinyoma buruzuye kandi ukuri kwe twarakubonye . Reka kwigira nkabatakubonye

  • @VianneyNdayishimiye-s8q
    @VianneyNdayishimiye-s8q Місяць тому +4

    Iyi nkumi ya siyonii vraiment irambabaje!😢😢! Gusa sha azi gushikigikira umugabo 😂😂😂😂

  • @CalinieKanehure-yy2vd
    @CalinieKanehure-yy2vd Місяць тому +2

    Umugore w ingwe niyo ngwe!!!!!

  • @alphonsineuwamariya1704
    @alphonsineuwamariya1704 Місяць тому +4

    Benise ilove you more❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @anithandikumana7739
    @anithandikumana7739 Місяць тому +1

    Courage mukobwa wa Yesu turakwinginze uzogume ushigikira impano ziri ku Mugabo wawe. Abarundi bamwe birabagora gutegera ibintu bikuze vyo mu mwuka . So bakuze babona abaphumu aribo bakora ibitangaza. Bumviseko harumuvurati yabujije imvura kurwa umwaka woose , canke ko umuntu yagurutse hejuru kurutaro ivyo barabitahura goose kandi bakanemerako abarozi bakomeye. Ariko wihende uvuge ibitanganza vyumukozi w,'IMANA Yoyooo ibara riba riguye vmt . Vyoose baca bavyitirira shetani kuko kuribo shetani niwe akomeye kurusha IMANA. Ivyo rero birerekana urugezo abarundi bagezeko rwo gutahura IMANA . Kuri bamwe shetani wabo akora ibitamgaza kurusha Imana . Kristu adutabare

  • @MugishaDianne
    @MugishaDianne Місяць тому

    Madame uze uragerageza kumuhanura Imana ntivuga.uburofa yifate.nkumukozi.WImana agire.ubwenge.nkawe

  • @angekantungeko939
    @angekantungeko939 Місяць тому +9

    Courage chere Benise
    Uri Esther wo mugihe nkiki!!

  • @osemyjoshua.
    @osemyjoshua. Місяць тому

    Mwabantu bukwizera guke mwe muvyanka cang muvyemera Yesu aracakora,ibitangaza biracakoreka nanubu.

  • @akimanakarime5437
    @akimanakarime5437 Місяць тому +2

    Uturonderere umugore wa prophet joshua nawe uzomugirishe ikiganiro

  • @KwizeraEvrard
    @KwizeraEvrard Місяць тому +1

    Urumudame mwiza uciye bugufi ube hafi yumushingantahe wawe mufashanye

  • @guyjuniormugozi3653
    @guyjuniormugozi3653 Місяць тому +2

    Mukomere cane mu.bikogwa vy imana

  • @MichelineBucutibwImana
    @MichelineBucutibwImana Місяць тому +1

    Hosy uzoturondere Madame Prophet Joshua umuganirize

  • @jeromeNDAYIRAGIJE-w3p
    @jeromeNDAYIRAGIJE-w3p Місяць тому +1

    Ewe BURUNDI bwacu😢😢

  • @AnnociatteUwiteka
    @AnnociatteUwiteka Місяць тому +4

    Modeste turagukunda

  • @fracineniyimbona2965
    @fracineniyimbona2965 Місяць тому +4

    Madame prophète, Wirinde kugira commentaire iyariyo yose kubantu bariko barabatuka. Ihangane cane IMANA niyo izobavugira kuko IMANA niyo iburanira intungane. nayahandi ntiwobivamwo guhangana nabarundi

  • @R.k-w8v
    @R.k-w8v Місяць тому

    Mu mbabarire munyemerere mu mfashe muzombarize impamvu urya mu tonton wacu yavuze rirya jambo ngo nta muntu n'umwe uzapfa
    Murakoze

    • @R.k-w8v
      @R.k-w8v Місяць тому

      Ndavyumvise ngo n'IMANA yabivuze

  • @AikavanderKleij
    @AikavanderKleij Місяць тому +2

    Ndakuze ukuntu yishuye ivyo bibazo

  • @kenytrainamahoro4484
    @kenytrainamahoro4484 Місяць тому +1

    Hallelujah .

  • @niyonzimajosephine9984
    @niyonzimajosephine9984 Місяць тому

    Yesu ntiyasengeye abapfuye,yavuga ijambo gusa
    E.g Lazaro sohoka

  • @JohnholypeterchanceBarik-bo9le
    @JohnholypeterchanceBarik-bo9le Місяць тому +3

    Benise disiii😂 urashoboye pee

  • @alianekantize7920
    @alianekantize7920 Місяць тому +2

    Courage prophète Modeste

  • @EricKUbwimana-e9d
    @EricKUbwimana-e9d 25 днів тому

    Hosy ndakunda ibiganiro utanga mais publication uzoje urazicishamwo hagati apana kuzitanguza

  • @valeriemanirakiza3070
    @valeriemanirakiza3070 Місяць тому +1

    Umukobwa, plutot umu dame mwiza

  • @irakozeshakiru1131
    @irakozeshakiru1131 Місяць тому +3

    Murasa ❤🎉😂😂

  • @muhozaghyslaine2107
    @muhozaghyslaine2107 Місяць тому +1

    IMANA iracakora ndizera ko ibitangaza bizokoreka❤❤

  • @EstherTvshow
    @EstherTvshow Місяць тому +1

    ❤❤❤❤❤

  • @angeakimana1488
    @angeakimana1488 Місяць тому +2

    Noe k bapfuy mwavugishijwe ibinyoma muc mwihindukiz mwijambo ng uwuvyizera niw atazopfa muhumiw mukab mukinish Imana nimwihan murek gukinish Imana mw ntabubash mufis bwoguhagarik urupfu knd urupfu sirubi ruhaba kugir rudushikan kumana

  • @ShantiGurung-v3o
    @ShantiGurung-v3o Місяць тому

    Duhereze uwo mu bebe ndabona birikugenda neza indaa irakuzeeeee

  • @kevinblessing76
    @kevinblessing76 Місяць тому

    We love you

  • @Mondieu2024
    @Mondieu2024 Місяць тому

    Iyatuma avuga ati ntawuzorwa mugikorane iwanje.😢😢

  • @Belyse1IRAKOZE
    @Belyse1IRAKOZE Місяць тому

    ndakunda ibiganiro vyawe Hosy

  • @ChristineInamuco
    @ChristineInamuco Місяць тому

    Ivyanyu tuzoba tubiraba Imana nticokorwa ngo ivyo urabikora ngahora ukibaza ko mpwanye nawe

  • @Fides-j6e
    @Fides-j6e Місяць тому

    Ngo ukuguru kugacika hama bakagusengera kukamera, ugutwi kukamera,amano mashasha akemera 😮, ndatangay pe

  • @IGITERAMONews
    @IGITERAMONews Місяць тому

    🎉🎉🎉❤❤❤

  • @ChristineNSHIMIRIMANA-m4k
    @ChristineNSHIMIRIMANA-m4k Місяць тому +2

    Beni Bite? Uraberewe kand usa neza. Urugo gwagutemvye neza pe !

  • @bijou5038
    @bijou5038 Місяць тому

    Iki kigabo c’ikijuju gusa😢😢😢kiravuga ukagirango n’ugwomanzi

  • @JocelyneNdayizigiye
    @JocelyneNdayizigiye Місяць тому

    Murashobora kuduha link kugira turabe igikorane ca ambassadeur modeste pour le 20/10/024 ?

  • @Sylvana-s7r
    @Sylvana-s7r Місяць тому

    Nabuze link yigikorane canyu

  • @NizigiyimanaEmelyne
    @NizigiyimanaEmelyne Місяць тому +1

    Nbe komuse osy

  • @Alexiauwineza
    @Alexiauwineza Місяць тому

    Amen halleluia

  • @angekantungeko939
    @angekantungeko939 Місяць тому

    Hosy yambuuu
    Ndamukiriza Gretta turamukumbuy mukiganiro

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 Місяць тому +5

    Abantu mukorera kur you tube murakeney formation vrmt ni gut umubaza ibintu bidakenewe kandi bibi bamutuka uba uriko utera intege aba mutuka

  • @cycyira7457
    @cycyira7457 Місяць тому

    IMANA umbabarire ariko nibaza KO Modeste yakoreshej . Akantu kuko ntibitahuritse....

  • @Banyankirubusa
    @Banyankirubusa Місяць тому

    Mubwira Abarundi canke Abazungu?

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 Місяць тому +9

    None kumenga urakuriwe😂😂😂 twe tuguma duharura ntidufyina🫣😂😂🏃🏃

  • @VachouVachou
    @VachouVachou Місяць тому

    Kumenga aratwitse ra😮😮😮

  • @MualimupastolaJoãoCarlos
    @MualimupastolaJoãoCarlos Місяць тому

    N,ukuri wee bapfuye rero n,ukuri benis mumenyeko ikirere kirimwo abakozi basekibi aribo bamalaika bajewe kubesha bigira imana bomwijuru ryakabiri bukuri murabe neza abo mwijuru rya mbere aribo bo twebwe tutababona nkibirwarudubi!!

  • @BukuruClaudine-uz2jy
    @BukuruClaudine-uz2jy Місяць тому

    Nice one

  • @GenevièveNijimbere-l3y
    @GenevièveNijimbere-l3y Місяць тому +3

    Ikibazo abantu tugira nukutizera unomusi statut yanje nabishizeko bensh ntibavyemera ariko koko nimba ari Imana yavuze nukuri ndizeyeko atawuzopfa.

  • @زياد-ذ5ف5ه
    @زياد-ذ5ف5ه Місяць тому

    Oya madame'senga. Cane. Usengere urugo gwawe.

  • @karaokeberceau
    @karaokeberceau Місяць тому

    Abarundi mwabaye imyuka kubera over stress

  • @magnifiquekwizera7943
    @magnifiquekwizera7943 Місяць тому

    Kumbe arimukwibaruka ?

  • @alinekaneza3257
    @alinekaneza3257 Місяць тому

    Imana itubabarire cane

  • @akimanakarime5437
    @akimanakarime5437 Місяць тому

    Biba bitaba imana iguma ari mana kenshi twe abarundi nous sommes des hypocrisy twigira nkabantu dukunda imana ariko tuta yemera muvyo yokora courage osi irakoze

  • @jisilenechurweryimana5340
    @jisilenechurweryimana5340 Місяць тому +2

    Ibijuju gusa

  • @FlorenceNIYONSABA-k9b
    @FlorenceNIYONSABA-k9b Місяць тому

    Urimwiz denise imana iguh kwihanganir amagambo

  • @PascalNgabonzinza
    @PascalNgabonzinza Місяць тому

    Mme Benise.... KO wemera ayo ma futi y, umugabo wawe... "tu as de la chance *, mais pay attention, if possible try to advice him to change

  • @EmmastellaNsabimana
    @EmmastellaNsabimana Місяць тому

    Natuvire mugihugu agendiwabo nicogituma tuja mubugaragwa igihugu camasezerano muratukishije abakozi b'lmana subira kuvugirahe

    • @vm-qo1jr
      @vm-qo1jr Місяць тому

      Hhhhj aha nyene muhise mumwaka uburwnganzira bwo kuba umurundi 😂😂😂

  • @ipolitbi8416
    @ipolitbi8416 Місяць тому

    #Mer rouge iri muri Israël...😢bizu

  • @ArianeIngabire-wh6yj
    @ArianeIngabire-wh6yj Місяць тому +7

    Oya ma soeur naho uri umwana w-umurwizatunga,sha iyakire wararuguyemwo warongowe n-umutekamutwe pe😂😂

    • @Gisbeauty
      @Gisbeauty Місяць тому

      Exactly

    • @Simvura
      @Simvura Місяць тому +1

      Uko nukuri yaragize ikibazo cane

    • @dianekamariza5174
      @dianekamariza5174 Місяць тому

      Murtubwira ubutekabmutwe bwiwe murimakeyi vyobavuiza kugira natwe tumenye ilo bimeze ntituzetuuirenganirize ubusa

    • @GlorioseNTAKARUTIMANA-x5y
      @GlorioseNTAKARUTIMANA-x5y Місяць тому

      😂😂😂😂😂😂😂

    • @KuzikoTV
      @KuzikoTV Місяць тому

      Ukuri kurababaza cane

  • @MireilleAsileIGIRIKIGONGWE
    @MireilleAsileIGIRIKIGONGWE Місяць тому

    Noe nkub yifash gt ?

  • @denisensabumukiza
    @denisensabumukiza Місяць тому +1

    None ubu ko twabonye ko bapfuye Hosy wozomuduhamagarira akatubwira impamvu bapfuye

  • @prosperniyukuri8562
    @prosperniyukuri8562 Місяць тому

    Deja uwo Benise ivyo avuze vyuko yopfungisha umuntu kuri airport ntawukoreshwa na Mpwemuyera yonavuga uko. Ikindi uravye uko adefenda umugabo urabonako bafitiye agashavu kubabapinze bitandukanye nivyo kera twasomye kunyifato uwo Yesu wabayuda yifata.

  • @YvetteArakaza
    @YvetteArakaza Місяць тому +1

    Ntagitangaje mwivyovyose nababiharira simbumva nagato burekeye tuvyereke abagano

  • @MAURICEHABARUGIRA-hd9zq
    @MAURICEHABARUGIRA-hd9zq Місяць тому

    Umuvugishwa yemerwa ko ari uw'ukuri mugihe ivy avuze bishitse. Rero yarabaye précis le 20 rero dutegerezwa gushishoza ko ata mpfu zabaye le 20 mu gihugu cose

  • @Inyigisho432
    @Inyigisho432 Місяць тому +2

    Iconzi ukwizera kurarema

  • @fezafataki5311
    @fezafataki5311 Місяць тому +1

    Nanj ndafise ubuhamyia narakize Diabetes imana ira kora

  • @irankundaraymond9869
    @irankundaraymond9869 Місяць тому

    Vyaramucanze none gupfa nokubaho vyose mubugombe bw Imana none atawupfuye ubwo nubuhanuzi nyabaki?

  • @AzizaNzeyimana-j1e
    @AzizaNzeyimana-j1e Місяць тому

    Nabaza mbega Le20/ 10/2024 mbega ntamuntuyafyuye hama uyomuntu azohava ayovya abantu n'a migromiko murabaneza abamukurikira

  • @estherchou2899
    @estherchou2899 Місяць тому +2

    Boom!
    Aka kanya agize mariage inda ingana uko😮
    Modeste ni Nyamihede pe

  • @dorianefofonizigiyimana9547
    @dorianefofonizigiyimana9547 Місяць тому +1

    Kumbe wasamye inda aka kanya

  • @KeishaNduwimana
    @KeishaNduwimana Місяць тому

    Ahaze inoti ya siyoni ntiyobura kuvuga ibidafise umutwe namaguru

  • @PascalNgabonzinza
    @PascalNgabonzinza Місяць тому

    Birababaje une jeune, belle femme et fille d, un Grand Homme d, affaire Sioni, agwa ku mu escroc, farceur

  • @B.s3909
    @B.s3909 Місяць тому

    Aho shahu
    Aho kuvuga nabi worya nabi
    😡😡🏃🏾‍♂️‍➡️🏃🏾‍♂️‍➡️

  • @ntagahorahojeanne-bm1rw
    @ntagahorahojeanne-bm1rw Місяць тому +1

    Ivyimana ntawobiharirako ngira nuko benshi mudasenger ahabera ibitangaza vyinshi imana idusaba kwizera gusa ibikurikira nivyayo gushitsa

  • @RwembeFulgence-vr9cy
    @RwembeFulgence-vr9cy Місяць тому

    yarahaze numureke 😊😊😮

    • @LeaPapa-p8o
      @LeaPapa-p8o Місяць тому

      😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @ChristineInamuco
    @ChristineInamuco Місяць тому

    Burya muragaragaye ko muri ababeshi

  • @ShantiGurung-v3o
    @ShantiGurung-v3o Місяць тому

    Mumisi mike aribaruka