Abimukira baba muri Mutimbuzi nabo bahagurukiye kwubaka isoko nkuru ya Bujumbura

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 19 жов 2024
  • #indundinews: Gushira imitahe mw' #isoko nkuru ya Bujumbura ngo ni guterera mu gushitsa #imbonakazoza y'umukuru w'Igihugu ivyo bigashikirizwa n'urunani rw'abarundi baba i Mutimbuzi batahavukiye

КОМЕНТАРІ • 28

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 10 годин тому +2

    Vyiza cane nabandi babigireho❤❤

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja 13 годин тому +2

    ❤❤❤

  • @jeannkuru2887
    @jeannkuru2887 11 годин тому +1

    Very nice

  • @EvalisteKubwimana
    @EvalisteKubwimana 15 годин тому +3

    Murakoze kutanga imitahe yanyu mukwubak igihugu

  • @srtvburundi
    @srtvburundi 16 годин тому +6

    Amashirahamwe n'imigwi n'ama société n'abategetsi nibo bari bakwiy gufat iyamber mukugura imitahe

  • @B-Y-N
    @B-Y-N 6 годин тому +1

    Muhezagirwe cane twitere iteka twubake igihugu cacu ciza cu Burundi 👏👏👏❤️❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺💒💒💒💒💒

  • @SibomanaJeanPierre-sy8fx
    @SibomanaJeanPierre-sy8fx 9 годин тому +1

    Komerabavandimwe gusaba abakoroni ntavyobashaka kotwitezimbere nivyo ncutiyacu

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or 16 годин тому

    Mukomere❤❤❤🎉🎉

  • @SindayigayaDeo-ox8bx
    @SindayigayaDeo-ox8bx 15 годин тому

    Tubashimire can murintwari nugutanga imitahe twiyubakire igihugu ciza ça barundi bose imana imbere ibikorwa bigakurikira

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 10 годин тому +1

    Ariko imitahe cumin nimike mwongeremwo erga nikubwinyu ya cooperativ

    • @nizigabosco3359
      @nizigabosco3359 5 годин тому +1

      Nivyiza ariko nanje ndatangaye,jewe ndumwe maze gushirayo imitahe 14.

    • @fierceharpy4636
      @fierceharpy4636 Годину тому

      @@nizigabosco3359 asha numva utunze kabisa

  • @emelynecimpaye967
    @emelynecimpaye967 4 години тому

    Nivyo nivyo kumva namwe imigambi yiterambere

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 10 годин тому

    Ariko mwariguma.mutangi imatahe cumi yama dorare naho umuriyoni murenga 600 nimake

  • @niyorukizaelias8142
    @niyorukizaelias8142 13 годин тому

    Reka tubashimire ariko nkishirahamwe muratumariye ama mega.

  • @NiyimubonaJmarie
    @NiyimubonaJmarie 11 годин тому

    Mugize neza ariko munyuma muze muduze urutoke

  • @MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi
    @MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi 14 годин тому

    Umuriyoni muga niwo mwiriwe muradutangariza murenga 600 mmmmmmmm wapi kweri

  • @jimmynshimirimana9690
    @jimmynshimirimana9690 11 годин тому

    Imitah cumi muhamagara tv

  • @archangemutibagirwa554
    @archangemutibagirwa554 10 годин тому

    Comedy 😂😂😂 nduga kwinjabo

  • @botchenjohnbosco1933
    @botchenjohnbosco1933 13 годин тому

    Muri abant amajan atandatu(600Personnes) mugatang 1million🤔🤔
    Atanisoni Mugac muza no kudutangariza😂😂😂

    • @MrsEdmond_2.0
      @MrsEdmond_2.0 13 годин тому

      None kobikuraje inshinga??
      Batanze ivyo bafise none ubibahore??

    • @botchenjohnbosco1933
      @botchenjohnbosco1933 13 годин тому

      @@MrsEdmond_2.0 inshinga nukuvugik?

    • @MrsEdmond_2.0
      @MrsEdmond_2.0 13 годин тому

      @@botchenjohnbosco1933 None we nturi umurundi??

    • @botchenjohnbosco1933
      @botchenjohnbosco1933 13 годин тому

      @@MrsEdmond_2.0 noe bindaj inshing wew bikuryah? Utapasuka bure🤷🏿‍♂️

    • @MrsEdmond_2.0
      @MrsEdmond_2.0 12 годин тому

      @@botchenjohnbosco1933 Reka ubwana bwinshi di bizogufasha

  • @JosephSikogukira
    @JosephSikogukira 7 годин тому

    Muriko muribwa basha !!!

  • @theafricanhauler3396
    @theafricanhauler3396 8 годин тому

    Abazi Fablice na Samuel Basha nimubansabire birinde guha Imigambi y Ikorewe n Abarundi Amazina y Ikizungu
    batore Amazina y Ubutore ari Mukirundi niko kwiha Agaciro nyakuri!
    Ngo Buja Plaza canke ngo Diaspora Centre🤔🙄🤦🏽