Umukuru w'Igihugu yategetse ko mu gisagara ca Bujumbura hakorwa isuku uko iminsi itatu iheze!

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 19 жов 2024

КОМЕНТАРІ • 51

  • @Brandy2588
    @Brandy2588 9 днів тому +7

    Ase ubwo nange mwankandiye kwifoto abachr ❤️❤️❤️ nukur uraba ukoze 🙏🙏

  • @kevinnizigiyimanamajeste8733
    @kevinnizigiyimanamajeste8733 9 днів тому +8

    This is the President we have been waiting for so long.

  • @sabitijohn2770
    @sabitijohn2770 5 днів тому

    HE Evariste komerezaho.Umuyobozi utabyubahirije akurwe munshingano

  • @shebbylove3140
    @shebbylove3140 9 днів тому +4

    This is the guy we have been praying for for GOD protect him

  • @CharlesBukuru-u2e
    @CharlesBukuru-u2e 9 днів тому +3

    Muatam wamatek Urintwari kugihugu cacu ❤❤❤❤

  • @ManiratangaAlainfaustin-rf3gu
    @ManiratangaAlainfaustin-rf3gu 9 днів тому +1

    Je dis merci

  • @desireciza3565
    @desireciza3565 9 днів тому +1

    Nukuri uvuze neza cane Excellence. nibakore umwumwe wese imber yinzu bahasanure imifurege nibindi vyinshi imber ya Kira rupangu.

  • @jyuniyawajyafeti
    @jyuniyawajyafeti 8 днів тому

    hutu bwoy!! love from ruanda

  • @cedrickbudrick5679
    @cedrickbudrick5679 9 днів тому +2

    Yes president

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or 9 днів тому +1

    Umukama yaduhaye intwari❤❤❤

  • @FerdinandNiyomfise
    @FerdinandNiyomfise 9 днів тому

    Ingabiré twahawe n'Imana

  • @Zawadimerthoussy
    @Zawadimerthoussy 9 днів тому

    Sawa Sha mutama turamukunda cane

  • @AmisoMuyohira
    @AmisoMuyohira 9 днів тому

    Nivyizaaa gosee kotugumaa dukorana nuu bushinwaaa Burundi chinaa viva 🇧🇮

  • @kevinnizigiyimanamajeste8733
    @kevinnizigiyimanamajeste8733 9 днів тому +8

    President wacu turasaba utware igihugu iyindi myaka 50

    • @sese667
      @sese667 9 днів тому

      😂 😂 😂 🤣 🤣 🤣

    • @raymanalangri1479
      @raymanalangri1479 9 днів тому

      ​@@sese667reka gutwenga akumiro kararwira

    • @sese667
      @sese667 9 днів тому

      @@raymanalangri1479 Akumiro kararwira pe ! Mu bintu bidindiza iterambere ry'Uburundi, hariho ico bita mu gifaransa "culte de la personnalité" ...
      Ego gukunda umuntu sindavyanse, ariko hariho abarenza urugero usanga bafashe Umukuru w'Igihugu nk'ikigirwamana, Umukuru w'Igihugu n'uwo kwubahwa ariko kumwubaha ntibivuze kumuninahaza nkaho umengo n'Imana kuko Perezida wa Repubulika abo mufashije mu migambi y'iterambere nibo kenshi kubwo guhahamira amaronko, usanga bariko bita Umukuru w'Igihugu amazina atabaho, bakamugira igitangaza, bagatinya kumubwira ukuri nyakuri ...
      Umukuru kizira kumutuka ariko ntikizira kumuhanura !

    • @GuillaumeMusonerwa-it9sw
      @GuillaumeMusonerwa-it9sw 8 днів тому

      Ngo imyaka ingahe? Ivyiyunviro vyabakene nuko.

    • @LarissaAkimana
      @LarissaAkimana 7 днів тому

      Reka kuba wasama sha nayo tugowe kubera we🥲

  • @LovelyForestHills-vm2wy
    @LovelyForestHills-vm2wy 9 днів тому

    Mutama wanje ndagukunda cane nkakunduburundikubi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇲

  • @MitimidacyaMitimidacya
    @MitimidacyaMitimidacya 9 днів тому +2

    Mbeya,yemwe Mayor w,umijyi wa Bujumbura ubu koko no guhana abanyamwanda birrakwiye ko ubibwirizwa n,umukuru w,igihugu koko!!??? Usibye ko nyenicubahiro president Evarste Ndayishimiye ari umunyamahoro yakabafunze rwose!!!!!!

  • @kwizeracedrick-p6u
    @kwizeracedrick-p6u 7 днів тому

    Hazaamakamyo.mugisagara.satanuzijoro.mugatondo.ukasangahera.vrema.mumazunaho.babisanga.kubarabala.bahitanakunzukunzu.ubuzimabukabandanya.ichambere.duhige.amakamyo.kandi.asukuyenayonyene.kabisa.turikumwetwese.tuzobishobora.tanks

  • @RwembeFulgence-vr9cy
    @RwembeFulgence-vr9cy 9 днів тому

    Yes amashungwe mugi sangara

  • @jeandedieutuyisabe-hv9uu
    @jeandedieutuyisabe-hv9uu 8 днів тому

    komera

  • @kwizeracedrick-p6u
    @kwizeracedrick-p6u 7 днів тому

    Kabisa.isosiyete.nohanze.zikora.ijoro.numutaga.twarabibonye.naafrika.yefo

  • @calebciza2568
    @calebciza2568 9 днів тому +1

    Mutama wavuga Nuko ubwira intumva Jimmy WW ivyisuku vyaramunaniye kbsa 🤣🤣

  • @EmmanuelNduwayo-e9w
    @EmmanuelNduwayo-e9w 8 днів тому

    😅......
    ....

  • @CyizabirenziBlandine
    @CyizabirenziBlandine 6 днів тому

    Igihe cyose imipaka ituguruwe tuzokwama tukubona nkuniga abenegihugu ,ugurura mutama ijya si isambu ya so wugaye

  • @samlee9271
    @samlee9271 7 днів тому

    Rek dutegerez ko bizakorwa

  • @twizereyesudaniel1093
    @twizereyesudaniel1093 8 днів тому

    Shiraho punishment ntago bunva

  • @CyizabirenziBlandine
    @CyizabirenziBlandine 6 днів тому

    Uyu mugabo ko aba ameze nkufise ubwoba

  • @fridaytv3818
    @fridaytv3818 8 днів тому +1

    Biramaramaje kubona president ariwe yama ahimiriza isuku burigihe Kandi hari hakwiye ishirahamwe rijejwe isuku .... Clean Bujumbura Burundi ikoriki ? Nibanyihere isoko bampe umutahe ndabere twe tuba hanze inge dukore recycle ♻️ clean up the country of Burundi ( RCCB ) nikuvuga buri mujana twowuha ivyogtamwo umwavu ..hama bakariha Kandi kwibarabara twotwara umwavu rimwe mundwi kuko twoba turiko dukora igisagara cose Kandi twokora imisi indwi nyene ...ikindi reta yoduha aho twoshira iyo myavu tukahubaka industry yogutororana ibi plastic ukwazo ...numwavu ukwawo hama umwavu formi yoshibora kuza kuwurangura tugafashanya ... Nosaba reka kotwoku imiduga isomba imyavu duharuye iyoba ikwiye igihugu cose ... Bujumbura, gitega Ngozi , kayanza rural , rumonge , makamba rutana mwaro nahandi hoseeeee mugihu, ikindi nzokora nogutera igazo aho rikenewe hose ...hama uwotwofata ataye umwanda tukamuca amande direct .. Kandi kwibarabara hakaba ivyogushiramwo umwavu bikwiye .... Ariko nimuguhe reta ivyemeye .ishirahamwe zikubura imyavu sinzi ico zikora ....

  • @alexandrodieumerci8955
    @alexandrodieumerci8955 9 днів тому +1

    Ahubwo uwurongoye IGISAGARA yarakwiye kwirukanwa,mbe wosigura gute Aho amavyi aturikira mumapave bigatembera mumiserege hagaca ukwezi amavyi agitemba!!! Ugasanga ivyo binogo biri mu mapave vyarugurutse imirumyo amavyi akaboneka bikamara igihe kinini bidasizweko isima hejuru.Muri make buja iranuka kubwo umwanda uri mu ma quartier

  • @ndayizeyepatrick225
    @ndayizeyepatrick225 9 днів тому

    Igihugu caca ntanfashanyo peee 😂 turikwije

  • @BerchimasBigirimana-do2sf
    @BerchimasBigirimana-do2sf 9 днів тому

    Muta cfefu de mali azunguruke nigipolice abaca amande nahandi Kenya niko biriko birakorwa

  • @Musindi736
    @Musindi736 9 днів тому +1

    Ikikibazo cisuku gikwiye kwigwako neza hakaba société ibishizwe nibikoresho bikwiye mbere na ba jeune

    • @sese667
      @sese667 9 днів тому

      Iyo société yariho kandi yitwa SETEMU ariko système CNDD-FDD yarayiriye ...

    • @denis-wd6cv
      @denis-wd6cv 9 днів тому

      Nizereko isuku mugisagara bitari burakaze abarindi yewe nahandi hose muburindi iracyenewe iyi ni message ngeneye abarundi Bose aho batuye hose uhereye mugihugu cyuburundi naho abarundi batuye cg bahungiye kwisi hose hose mugihugu bitandukanye ntabwo ari ukubanena cg kubapfobya ni ukubacyebura kuko dusangiye ururimi usibye abazungu bashaka kudutandukanya mwabasenzimwe turi bamwe tuvuga ururimi rumwe nta Burundi cg Rwanda urebye turi bamwe kuko umico yacu ni imwe irebye iyi mssaage ngeneye abarundi abarundi bashakishe ndinde? Nturuka he ? Jye ndi umunyarwanda originally I'm not form Burundi? Ntabwo ndi umwanzi wabarundi kuko abarundi mbana nabo baranzi uwo ndiwe kandi Bazi ukuri kwange ntikubogama ni ukuri kujyana nukuri kurikora abantu kutari ikubaroha kunyonyonga cg umwoba, ( in the dip ) abarundi mbakundira ko tuvuga ururimi rumwe kirundi kinyarwanda turi bamwe twatandukanyijwe babazungu mwabasenzi mwe turi bamwe niba utumva ikinnyarwanda neza ukaba ukunda u Uburundi baza neza ibyo nanditse just in kinyarwanda, ducyebeye Afrika imwe Apana abannyafrika hatuvangira jye ndi umunyarwanda wavukiye irwanda nnkurira irwannda ariko nza kugira amahirwe cyangwa umugisha wo kubana babarundi bavukanyi Bacu barundi ariko kucyi barundi mushaka kwiga NGO mumenye ? Rwose si ukubasebya abarundi usibye na President Ndayishimiye ubacyebura kubijyanye nisuku mugomba kugira mukabana nayo aho aho mugenda hose mwisi rwose mugerageze mwite kwsuku kuko aho duhurira mumibereho muratuzonga duhora mumahane yo kugira isiku aho mukorera kugeza naho kugirira isuku aho mwogereza ibyombo cg aho aho mwahawe indaro biba ikibazo? Pls mugerageze kabone naho umuntu yaba ava hamwe ruguru reka dufatanye kwita kwusuku turi abanyafrika ariko reka twige ibyadufasha kugira ubuzima bwiza ukko bigomba kubaho mwigora President wanyu kuko ari umumurongo waba president bashobora gufasha abarundi kugera kubyo abarundi bacyeneye ariko ababe atavangiwe namwe murabizi ko abazungu baticaye kuko bariho naza kubera Afrika mumurwaneho kuko mushobora kuzisanga muri abacakara ibihe byose kuko muzaba mashyizwe muwundi murogo kuba Afrika idatera imbere suko turi ibijuju ahubwo abanyabwenge barabagura na Ndayishimiye mutamushyigikiye mwashiduka bamuguze bikazarangira nabi bamuriho kuko arababangamiye munyungu sabo ( Abazungu ) kuba kuri nkuru nziza rero ntibasinsinzira kugeza igihe bazabasubiriza muri hitu Tutsi ubundi rukambikana , nabacyeburaga nkumunyarwada uzi byinshi wabonye byinshi.l 6:27

    • @Bakariijr
      @Bakariijr 9 днів тому

      Ntakuntu wovuga ukukeneye igisagara kibeneza ata organization yisuku washinze. Kuko ico nicambere umaze kuyishinga utagerezwa kumenya nihehe Imwanda ukunze kuba arimwishi ukaza urahubaka aho biyita kugira bayitore. Aho aba arikurugero rw’aleta. Hama ugaca uza urategeka ibikorera ivyabo na banyagihugu kumenya uko babika umwanda bakamenya nihe baza kuyita muribwabubikiro bwumwanda wa leta bikaba biheze sinzi ahomunanirirwa.

  • @ElieCyuzuzo
    @ElieCyuzuzo 9 днів тому

    Mutama ja wambara neza gose

  • @MrNuurofficial
    @MrNuurofficial 9 днів тому

    Amato ya kijambere yo kurob yarakenew nukur

  • @AmyStale-d6u
    @AmyStale-d6u 8 днів тому

    Ngurira moto mumpe nigitasi coguca amande kumande yibimbijana muzonyadikira bitantu ndayabace abata amakopo gusa avadereza imihwi nimisigati narabitahana narabibonye nukuru wigisagara nisawa ndukunda burya akozi karagoye kubikopo gusa kohagiye kwamande buzovyu bahiriza ariko sinzi nivyakera twabikuriyemwo ariko muryamutakura mutwubakire hutuzu twasugumwe nibikono vyishi vyishi vyogushira mvyigushi mwakopo gusa nudupapururo uti abarovyi baba baritegura jew maz imisi vyumva nawamubatsi yarabisavyeko bomera bakaroba jitambe ariko bibaye mwimigabane nkisoko yzbuvura nisawa abarovyi nibeshi bashorey nikibazo gusa basize mwitahe bovyiyumvamwo mwoba murabategura abarovyi sitwese twumva ibintu ningoga harakamba nyenyeri 🇧🇮💌

  • @bigirimanaeric6107
    @bigirimanaeric6107 9 днів тому

    Ivyo vyose u rwanda rwarabirenze...

    • @MrNuurofficial
      @MrNuurofficial 9 днів тому

      Ko mwabirenz muza mwarashits?

    • @ryitangiyemoise5258
      @ryitangiyemoise5258 9 днів тому

      Na Dubai ntibarabireng kandi bafis amamodoka Ajejwe gukubura mabarabara isuku nikumusi kumusi ntawurirenga

    • @abizeyejeanbosco369
      @abizeyejeanbosco369 9 днів тому

      Erega ni muje mwigira kubabasize muje mureka ashari ntaco yomara ivye namwebwe nabandi baja kubabanyi gusaba inama yingene bokora kugira bagere heza nabo hama namwe mukazana amanyama !

  • @calebciza2568
    @calebciza2568 9 днів тому +1

    Mutama wavuga Nuko ubwira intumva Jimmy WW ivyisuku vyaramunaniye kbsa 🤣🤣

  • @MitimidacyaMitimidacya
    @MitimidacyaMitimidacya 9 днів тому

    Mbeya,yemwe Mayor w,umijyi wa Bujumbura ubu koko no guhana abanyamwanda birrakwiye ko ubibwirizwa n,umukuru w,igihugu koko!!??? Usibye ko nyenicubahiro president Evarste Ndayishimiye ari umunyamahoro yakabafunze rwose!!!!!!

  • @calebciza2568
    @calebciza2568 9 днів тому +1

    Mutama wavuga Nuko ubwira intumva Jimmy WW ivyisuku vyaramunaniye kbsa 🤣🤣