Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Ndabatey’intege mubandany mutwigish ikirundi cokumuzi!
UBURUNDI MU KIRUNDI Muje neza mutwibutsa ikirundi ca kera tutari tucibuka Turabakunda kuva muri BUJA TODAY TV
Murakagira amasaka n’amasabo, musazane ubuntu n’ibintu. Umutima ubakunda uri hafi nk’irembo, ntiturota tubanka. Natwe turabakunda, muragahorane natwe.
Igihimba c'umubiri citwa amagara ni amatengatwa.Biraboneka ko yaba ww uriko ugirisha ikiganiro canke abatumire bawe mumyaka ndabona atari myinshi.Nagomba rero ndagusabe uzotumire abakurambere baze barabigisha ikirundi co kw'itsitso.Courage
courage Nelly utwigish ikirundi
Merci
😂😂😂😂thx Kbxaa kutwigisha vyishi tutar tuzi! Courage muduhe nibindi. Nelly ntahiriza Butoyi😂😂aba twin tumenyane💃🏻💃🏻💃🏻😂
Fofo wahishikiye🤣🤣🤣
Ewe yvan van urantwenza ntagitangaje wavukiy mukumoso
Yvan natubwir amagara fofo nawe ntacuzi ndabiziio fooo mbwira numve 🤣🤣🤣🤣🤣
@@jeanboscokezumukama8461 J ico kintu nibazako kitabaaaahoooooo 😂😂😂🏃♀️🏃♀️
Abanshigikiye mwese #Tumenyane#
Yoooh 😳😳😳Erega nari narasizwe🤔 Have niyandikishe kur'uwu muhora vuba bwango. Mubandanye muter'imbere muduha ibiganiro vy'ingirakamaro nk'ico nyene.
Kaze urisanze, kandi ibiganiro nk’ivyo bizoguma biza. Uribuka gusangiza abandi bataramenya aho bobisanga bahamenye. Turakengutse.
Asha mutwerek amagara
Courage cane
Yvan ntimumushavurire n'umumoso🤣🤣🤣🤣
Ikuvunde (ubududu) oya ubuzenge n'ubuswage
Turikumwe akimana Ange Nelly hama ikibazo kunyishu kibananiye uje urabaha inyishu kuko uri umunyamakuru nturi mwarimu aguha inyishu aruko usubijeyo🤣🤣🤣🤣🤣🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Naravyishuye subiramwo uratomokegwa neza..
Abarundi batubwire ico bita: udusendabageni
Iki turacumvise, mutugumye hagufi ntituzogitebana.
Vanny 😀🔥🤔🤔
🤣🤣🤣Irugu ngo ntiribaho🤣🤣iryo rizi abantu bamaze kumobwa n'urwembe😂irugu ni musi yagakomokomo jst musi gato
Neza can
Ndabatey’intege mubandany mutwigish ikirundi cokumuzi!
UBURUNDI MU KIRUNDI Muje neza mutwibutsa ikirundi ca kera tutari tucibuka Turabakunda kuva muri BUJA TODAY TV
Murakagira amasaka n’amasabo, musazane ubuntu n’ibintu. Umutima ubakunda uri hafi nk’irembo, ntiturota tubanka. Natwe turabakunda, muragahorane natwe.
Igihimba c'umubiri citwa amagara ni amatengatwa.
Biraboneka ko yaba ww uriko ugirisha ikiganiro canke abatumire bawe mumyaka ndabona atari myinshi.
Nagomba rero ndagusabe uzotumire abakurambere baze barabigisha ikirundi co kw'itsitso.
Courage
courage Nelly utwigish ikirundi
Merci
😂😂😂😂thx Kbxaa kutwigisha vyishi tutar tuzi! Courage muduhe nibindi. Nelly ntahiriza Butoyi😂😂aba twin tumenyane💃🏻💃🏻💃🏻😂
Fofo wahishikiye🤣🤣🤣
Ewe yvan van urantwenza ntagitangaje wavukiy mukumoso
Yvan natubwir amagara fofo nawe ntacuzi ndabiziio fooo mbwira numve 🤣🤣🤣🤣🤣
@@jeanboscokezumukama8461
J ico kintu nibazako kitabaaaahoooooo 😂😂😂🏃♀️🏃♀️