Umwami ari he? - inanga ya TOROBEKA Yozefu//inkuru y'igihe Mwezi anyegezwa abazungu

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 13 жов 2024
  • Umwami ari i Muramvya, mw'iteka rya Mbuye, i Kiganda i Fota, .... ari he akangabira akanganza?
    Iyi nanga yigana igihe Mwezi Gisabo asagirizwa n'abazungu, agahishwa baba abazungu canke igihugu ntibamenya aho ari.
    Nimwiyumviririze namwe mumenye aharangwa umwami n'ukuntu igihugu caba coro kitabona umwami.

КОМЕНТАРІ • 4