Aba coloni bakoreshejwe na Satani bacanishamwo abavandimwe mu bihugu bacoloniza, ngo c'est DIVISER POUR REIGNER. kugira tubivyukiranye twari dukwiye kuva mu ndyane twese tugaharirana kuko nta numwe yera twese twagize urwanko, naho twoba tutishe umuntu numwe.
Waoo aba bantu bakwiy guhabwa imyanya myinshi mubitangazamakuru hirya nohino murakoze cne ndafashijwe muduh nibindi
Waouh
Kuwomuzungu amyora amaso nimaneko huo hm uvuze vyo
Abahutu n'abatutsi ntibabaho kuko nta kimenyetso kibaranga kihari muri Afrique centrale, s'ishusho s'uburebure, s'ubugufi oyaaaa. N'irementanya
Nukuvuga ubu amakosa ntari kubadukoronije kubera nabo bahia ubugari bwabana babo non habura iki natwe twige strategies zo kurondera imikate yabana bacu ? Erega twarasamaye . Nabo bakerebuka kuturusha . Twaranse ko kwigobotora amacakubiri aba politicians nabo baca batubibamwo imbuto mbi nkuko abazungu babikoze
Uyo muntu ndamukunze abisiguye neeeeeza, yagerageje kabisa. Afrika centrale yuzuyemwo (les bantous+ les nilotisues) kandi s'abahutu si n'abatutsi, ivyo biri Burundi n'i Rwanda gusa kandi Afrique centrale hose batitwa ayo mazina y'amarementanyo
Aba coloni bakoreshejwe na Satani bacanishamwo abavandimwe mu bihugu bacoloniza, ngo c'est DIVISER POUR REIGNER.
kugira tubivyukiranye twari dukwiye kuva mu ndyane twese tugaharirana kuko nta numwe yera twese twagize urwanko, naho twoba tutishe umuntu numwe.
Uwutazi iyava ntamenya iyaja! Ubwokobbwa fake nibwo butwishe n'ingene diversité yacu yotubereye imihezagiro! Ariko ndizera kandi ndabisengera bizohera biteba canke bitebuka!