NIMBA BIMEZE GUTYA ABARUNDI TURIKO TUJAHE MU VY'UBUTUNZI?//MBEGA TWOBA TUTABIBONA?NI UKUTABITAHURA?
Вставка
- Опубліковано 10 лют 2025
- NIMBA BIMEZE GURTA ABARUNDI TURIKO TUJAHE MU VY'UBUTUNZI?//MBEGA TWOBA TUTABIBONA?NI UKUTABITAHURA?
##agaciromedia #agaciromedia_68013513
#Burundi #ubutunzi
Good motivation 🙏🙏
Good ideas!!!
Urakoze caneee
Ndakumva cane Homme du changement 🤌
Shine shine boss,good motivation
Liked
Urakoze kuriyo nkebuzo
Ndakumva,warabonye ko jewe nabitangiye
Good
❤ Ndakwumvaa
@Homme du changement ivyo utuyagiye nivyo kandi nivyo bikenewe ariko biragoye ko umudandaza w'ivyuma yobiraga abana.
Aha mugihugu tutararonka ama entreprise de production ntihagire umuvyeyi azohenda umwana ngo kora ivyo nkora nivyo bizoguteza imbere kandi nabavyeyi barabibona kwivyo barimwo bigoye gusigira abandi usanga ashira uburyo mukumwigisha ibizotuma arema ubutunzi kuruta kumushira muvyakora.
Abo bahindi wumva bafise amahinguriro yavyaye inzu zubudandaji bwivyo bihingurira bo nyene gutyo ugasanga nurukurikirane rwibikorwa.
Murakoze cane
Niyompamvu nama ngwanya zirya mvugo zabanyepolitiki zivuga ngo abazungu nibo batuma tudatera imbere!ahubwo si icago gusa ni icaha kubona ico wewe canke jewe nkora mpfuye kikaba kiragiye!
Mbaye mubazungu igihe gito ariko ico uvuga nukuri 100%,nimba uyu musi umwana wumuzungu se akora imodoka uwo mwuga awuraga umwana,ariko twebwe usanga uyu musi ndumubusinessman umwana wanje nkamujana kwiga medecine!
🤭🤭🤭
En fsit uvyo uvuga warigutangura kubinononsora...ugenda usimba simba sans direction.... Sinzi icho ugomba kwigisha...kandi nanone numva usa nuko ugomba yuko abrundi bogira copie -coller ....Bull shit ! Reka genda wiryamire !