FABRICE NAREKE KUTUBWIRA IVY'ISOKO,RETA NIBIDUKURIKIRANIRE IBITUMENYESHE UKO BIMEZE||

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 10 лют 2025
  • FABRICE NAREKE KUTUBWIRA IVY'ISOKO,RETA NIBIDUKURIKIRANIRE IBITUMENYESHE UKO BIMEZE||#RUFYIRI

КОМЕНТАРІ • 32

  • @dieudonneNd
    @dieudonneNd 13 днів тому +3

    Ntivyuvikana kubaza leta ivyo itariko irakora... Buja City Plaza ni UbakaNation project kwubaka.

  • @sethnduwayo6783
    @sethnduwayo6783 13 днів тому +1

    Fabrice aciye muri Ubaka Nation bakora igikorwa ciza! Akora ibikenewe kuko LETA ntamahera yabahaye! Ni ikibanza, uruhusha n'amasezerano yo gukorerako! Rero mugihe Ubaka Nation aribo begeranya uburyo, kurondera abanyamitahe nokumenyesha aho bigeze ni uburenganzira bwabo! Wanashaka LETA iraserukiwe kuko BRB ni iya LETA kandi na Ministère ya Infrastructure ni iya LETA!

  • @ProsperBayubahe-p1c
    @ProsperBayubahe-p1c 14 днів тому +4

    Rufyiri naciyubwenge avuga kugeza uyumusi. Sindabona ikintu yakoze kuruhara rwiwe cokiza abandi. Niyompamv ivyiw nabihaze knd nubw avuga uwomushira kurubuga kurubuga rwivyo avugira ndaz ko ataco yokwerekana!!

  • @kaburaraphael3696
    @kaburaraphael3696 14 днів тому

    Mr. Rufyira avuga Reta nkuko umengo ntazi ko: (i) Reta iri uruziga@continuité. (ii) Reta twese nawewenyene urimwo...TURIMWO TWESE...!!

  • @sethnduwayo6783
    @sethnduwayo6783 13 днів тому

    Hanyuma igihe bakora ubusesanguzi kuri banyene Sino-Africa n'abandi, si Leta yabafashije. Barabirondeye barabimenya! N'ubu ico bazobona giteye amakenga afadika bazokivuge gitorerwe umuti kuko gushika ubu ntangorane z'ibintu binyegejwe turabona! Kandi ntitwokwiyumvira ibidafise ivyemeza canke ibimenyetso!

  • @Kengedream
    @Kengedream 14 днів тому

    Imana yaraguhaye ubwenge kabisa

  • @AliceNshimirimana-ju9rz
    @AliceNshimirimana-ju9rz 7 днів тому

    Vyose reka tubihe umwanya ivyabFabrice bizoja ahabona . Kandi si kera cane. Umwanya uzoduha inyishu.

  • @niyorukizaelias8142
    @niyorukizaelias8142 14 днів тому +1

    Fabrice turamwizeye 🎉🎉🎉

  • @OlivierBIKORIMANA-n4m
    @OlivierBIKORIMANA-n4m 14 днів тому +1

    Tekereza mbe mwabay gut?hish'iyomuva

  • @MukunziCedrick-mu6gj
    @MukunziCedrick-mu6gj 14 днів тому

    Mumaguru mashasha😂😂

  • @TuyisabeDavid-q1v
    @TuyisabeDavid-q1v 14 днів тому

    Ngaho Da

  • @rafikiwakweli2049
    @rafikiwakweli2049 14 днів тому

    Leta nirekure abantu bazebaraja kurankura mubindi bihugu bareke kwitwaza ati fraude gusa babake tax niho nubutunzi buzoduga

  • @songamberetv2219
    @songamberetv2219 14 днів тому

    Uyu mugabo yaramaze gucanganikigwa pee namba arubusaza ahubwo twari gushima reta yo yatanze ikibanza nkakirya kubarundi kuko buri murundi yemerewe gushiramwo umutahe none ndabira ivyo uwu arimwo

  • @MitimidacyaMitimidacya
    @MitimidacyaMitimidacya 14 днів тому

    Iki,kigabo Leta kuki itakiyama kwell!!!! Urabona aho cahereye kivugavugaaaa mbega gikora iki ngo abegihugu batore akoyoko!!!!?? Arakabije!!!!!! Mbega ikibanza aho cabereye ntiyakibona!!!!!??? Yoba yarakoze iki!!!???

  • @nduwayodesire5960
    @nduwayodesire5960 14 днів тому

    Sintahura impamvu uja kuvya Fabrice kandi ariko akora ibintu vyiza erega n' Umurundi kandi yagiriwe ubuntu bwo gukora birya turaba tukabona iminsi yose. None mwebwe uwobasaba mukareka kuvuga ivyo uvuga kugira bikore abari muri Reta wovyakira gute? Fabrice sinibaza ko harico akugize. Ivyo anakora turabibona kweri. Ntitubuzanye rero gukorera igihugu kubabihawe.

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 14 днів тому

    😂😂😂 none ubwambere ko warumushigikiye😂😂 ewe burundi shaa muri muri babandi batumye abisirayeri badashika mugihugu cisezerano

  • @NetoMusic-ps2gw
    @NetoMusic-ps2gw 13 днів тому

    Uyumuntu yariyibagiye icarico. yarahindutse gose. Birumvikana ko abariko ararondera amakosa atagira icahagazeko kugira agire abo acafuza

  • @comendikuriyo8564
    @comendikuriyo8564 13 днів тому

    None burya l'ETA irafisemwo imitahe?ahubwo je mbona l'ETA ivyinjiyemwo umenga yoba igiye mubitayireba.kuko yaratanze ikibanza.ubu nukureka abarundi bo bariko baraterateranya udufaranga twabo bahiyubakire.

  • @Victor-x6w2f
    @Victor-x6w2f 14 днів тому

    Iyo ni jalousie? Niki?

  • @bodboysalum6204
    @bodboysalum6204 14 днів тому

    Komera mutama uvuz ukuri

  • @Alll.com.m
    @Alll.com.m 13 днів тому

    Uyu nawe agira akaguma gusa ataco amaze ataramaruru gusa ahubwo wew ukoraheh nyen kombona ubutunzi ufis ataribuk nawew nibakurab neza murek FABRICE murek kumusema atwubakire igihugu

  • @CizaEugene-h7p
    @CizaEugene-h7p 14 днів тому

    Rufyiri nahora nkwemera ariko ugira utangure gutoba

  • @OdaNzeyimana-z4x
    @OdaNzeyimana-z4x 14 днів тому

    Aho muratanguye kumwataka nimumureke akore

  • @GatagariRubano
    @GatagariRubano 14 днів тому

    Wewe kumbe ufise ishari rikomeye byabindi mubonye mumaramaye kuri yamashirahamwe yanyu mwe na cagisuma ngo ni diaspora president!!! Reka Fabrice arisigure aryubake Kuko ibikorwa yakoze biraboneka. Nawe nuje kurwanya ruswa ugwanye aba ryibiturire ahasigaye naho uri ndire amatora muko batoye uwutifuza uzokoreshe imyiyerekano nkiyo mwahoze 2015 nakizima umuryango wawe ukiri iburaya!!! Wokunda igihugu cawe gute nabawe warabahungishije??? Puuuuu wagisuma niho perezida yavuze ko irya ataho werrekana ivyukora

  • @NIYIRAGIRANepomscene
    @NIYIRAGIRANepomscene 14 днів тому

    Uku ntakuri kwiwe, Mbe Fabrice yo reka kuvuga gute kandi arise ahaye Yubaka. Gabany amajambo.

    • @last_samurai6690
      @last_samurai6690 14 днів тому

      Fabrice enfait twebwe tumuzi neza ni umu escroc. Mumyaka iza uzumva abantu barira... canke ari mu gasho😢

    • @Jean-MarieNduwimanajeanmarie
      @Jean-MarieNduwimanajeanmarie 14 днів тому

      Kubivuze Ubu utabivuze ubwambere?

  • @ChellaNiyinshoboza
    @ChellaNiyinshoboza 14 днів тому

    Muratanguye

  • @Jean-MarieNduwimanajeanmarie
    @Jean-MarieNduwimanajeanmarie 14 днів тому

    Abarundi turagoye nn warumaze gukoriki kugira uterere iyo myaka 12 yariheze? Reka intwari zuburundi zikore dutere imbere!