Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Ibiganiro Vyanyu ndabikunda cane, Norasque avuga amajamb arimwo akant kubwenge❤❤
Umunyakuru very professional Witwara neza mu kiganiro Kandi utubariza ibibazo vyiza kandi neza👌👍 Bravo 😘
Na fanny burya yarashaka norasque kuko ntakuntu yirondezumwana wa norasque 😊
Imana ikomeze yivanga muvyanyu abavuze nibazebarabe ukwimana yabagize mbakunda cn❤❤❤
Ndabakunda biteyubwoba❤❤
Ndabakunda cane
Ndabikundir xn courage iman ibaj imber
Ndabakundaa❤❤
Ntituzokubure nka nsoro nkuko twakubuze muri siren vibes 😂😂 Magic TV ❤❤
Ndabakunda cane solution couple idusubiza kurutonde
Basi nuko atakiganiro cohera ntare atavuze Fico fico ic Nico gituma nguma ndbafollowinga
Sha iyo couple yarahezagiwe nukuri 😂😂
Mwubahwe❤❤❤❤
Ndakunda ibiganiro vya couple nkunda❤❤❤❤
Basha ndabakunda solution couple ❤❤ ibiganiro vyanyu naho nob mbabaye sang natwenze 🎉🎉🎉🎉
Iman imber
Ndabakunda caneee Umukama Abazigame
😂😂😂😂womwemera kk mwarabisezeranye mumagogwa nomumahigwe rero tekana mwana wamama
Ndabakunda you are my favourite couple ❤️❤️❤️
Yes ndabakunze cane gikuru nurukurundo 😢 abahungu bafise akarimi gasosa yoshobor kuguhenda ukirihira iyo deplacement yokumuramutsa mugabo ntavyo nokor deplacement ugiye gukor ivyo weeee ubawarahwereye 😂😂😂😂😂 merci beaucoup my couple yanje nkunda🎉🎉🎉❤❤❤
Ndabakunda❤❤❤
Ndabakunda vrt😅muranduhura
Ndakunda solution couple ndashak kubabona
😢 yooo 3 milions haaaa 😂😂 ndabonyimpavu agumampenda ndo mukwezuku mukwezuku😅😅
Couple yanje nkunda❤❤❤
Nora ndakunda ukuntu wambara Ama shanti basi wambara neza tu. Fanny waratomboye❤❤❤
Reste 1,3k dukwize 100k ❤ 🫰
Franick mercii bcp wama utuzanira abatumire tuba dushakaKandi ubaza ibibazo vyiza tuba dushaka
Ndabakunda
Iradiyo n fanny kw Nono vyos birakwiy😂😂😂😂😂
Couple nkunda cane
Ndakundivyany vyose
Birahimbaye courage ❤❤
Ew Fanny shaaa ngo ntuterinda ???😂😂😂😂biransekeje peee
Solution couple ❤❤hejur cn
Mporanibaza ntabantu babarogoseko ubu aho bamaramarira♥️❤️❣️💔🩸💋🔥🥰😘🎉🥰🔥💯❤️♥️💌🩸💋💔❣️🤜🤛
Uronse wavyaye usanga waneye kuburiri😂😂
ATI maman bizoza kandi afis abana déjà
Ati tubanze dusimbe😅😅😅😅
Nor birigute kowahevy kuriza fan 😅😅 uduplnk😂😂
ibiganiro vyanyu biramara irugo il faut yuko mukorera prank fanny lavine 🥰🥰🥰
Dukwize 100k abonnes gusa muzodutumire dusangire😂😂 turabakunda
😂😂😂ati coupl yambere muri buja rindira iyanj izobirenziyo 😂😂😂😂😂 reka gusa ndayikore 😅😅😅 nimwe mwabinyigij nzoza rero ndabarenz 😮😅😅
😂😂😂😂conso turakurindiriy nukur
Ati couple yambere urazi wobona iyanje nayo😂😂😂isumvyiyo
Ndabakunda cane❤
Fanny ndagukunda uti ko mutigeze mutwita mugeni😂😂jewe ndabibabwiye nisawa bageni
Cangamuka. Ewe Nono shaaaa
Nono na fany ndabumva nanje vuba ndaja mumurwi wawe nzokwama ndabakurikirana
Ndabakunda cane bantu banje
solution couple❤❤❤❤
Iyomuj niyonj nzobarwinyum❤❤❤
Solution couple❤narosk❤fannylavlle
Iʻm the first guys♥️I love you my solution couple😘ubundibw nimw banj ahubg abarinyum murirwarukundo🥰👍👍irakenew
Fanny kurota wavyaye numugisha.itege ibintu bidasanzwe mumuryango wanyu nkumugisha
😂😂 eee tuvuga 3h turikotwubakurukundo 2h nikubadafis umwanya jew nikuva 19h kugeza 01:00 turikoturubakurukundo 😅😅😅😅😅 ivyotuvugana ntitubibura 😂😂😂
Murantwengeje ga Basha Ngo umukobwa yokwirihira Agiye gusambana ngo yoba Aje guturira
challenges must be minimized to get to the end
Nono arakunda lavine kwel!!ingene amu fixa cane mu maso badii...,muzorambane
Ngiriyeko nkora sabone wazanye abantu nkunda
Nono urankuyeho😂😂😂😂
Franick hejur cn ndibuts kur ETca terujimber mugenzi
❤❤ murakundanye
Nsigaye atanezera umubwiye agukinire film arihishimbere nibaza kwacanyika turatinya kuyamuha kuko ntituzoyaba aragaaaaaara puuuu azotebave kurî page ubuhaguma haza benshi bahitinze😮 .nama prank yiwe asigayadushisha😢
Ndabakund can
Solution couple ❤❤
umwana yakwa niwe akuru ndabona biguma bimeze neza mukomeze muryohegwe
🎉🎉🎉🎉🎉
Courage❤❤
😂😂fico fiko gir urongor kuk example yos niww😂
Norosaque twarabanye mwa 14 c ibitoke natwe 15 twarabanye
Ninde yabahenze😂
Nd umunyabukeye nka fanny rero jew ndabikundira cn mwese muranezera
❤❤❤❤❤❤ nice Fanny Lavine ndagukunda pe 🙌💪💪💪
Nono uraberewe na fumé
Courage
Ndabikundira sha mugere kure cane .
❤murakoze
Ereg jew sindemer k mufis aban kwr nivy kwr ah nisaw kwr
muraba amakara ntimube amakara muragire urugo ruhire
Oya Nora ntushigikire ubusambanyi uri umukristo vraiment
Nyuma ya 3ans ndabarindiye gusa norasque asigaye yishima twamumenye kubera fanny umusavye ngagukinire azanivyinzara Ngo umurihe imbere aragara 😢
Ndabakund cn kubabon
Solution couple hejuru can
Avyaye dans quatre mois,inyishu nuko mwoza kuraba ya prank fanny yakorera nno ngo hageze kuja kuvyara ,.
Murumutiwamenyo
Atiyirihiy itike nabirihira amahotere bariho hamamurakoze sha kuturamutsa zamuraduteramicha cha hamwehamwe turanezegwa fani norasik kuraje
❤❤❤❤
❤
😂😂😂❤❤❤
😂😂😂😂😂😂❤❤❤
😂😂😂😂😂❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
😂😂😂😂😂😂😂
Ndbknd kwr abobantu kwr
Nono ndakuzi kweri mu cibitoke ariko wigira ukuntu
Yoooo Fany hejuru bantu banj NZOBICAPAKO KBSA
😂😂😂😂😂😂
❤❤❤❤❤❤
Ibiganiro Vyanyu ndabikunda cane, Norasque avuga amajamb arimwo akant kubwenge❤❤
Umunyakuru very professional
Witwara neza mu kiganiro
Kandi utubariza ibibazo vyiza kandi neza👌👍 Bravo 😘
Na fanny burya yarashaka norasque kuko ntakuntu yirondezumwana wa norasque 😊
Imana ikomeze yivanga muvyanyu abavuze nibazebarabe ukwimana yabagize mbakunda cn❤❤❤
Ndabakunda biteyubwoba❤❤
Ndabakunda cane
Ndabikundir xn courage iman ibaj imber
Ndabakundaa❤❤
Ntituzokubure nka nsoro nkuko twakubuze muri siren vibes 😂😂 Magic TV ❤❤
Ndabakunda cane solution couple idusubiza kurutonde
Basi nuko atakiganiro cohera ntare atavuze Fico fico ic Nico gituma nguma ndbafollowinga
Sha iyo couple yarahezagiwe nukuri 😂😂
Mwubahwe❤❤❤❤
Ndakunda ibiganiro vya couple nkunda❤❤❤❤
Basha ndabakunda solution couple ❤❤ ibiganiro vyanyu naho nob mbabaye sang natwenze 🎉🎉🎉🎉
Iman imber
Ndabakunda caneee Umukama Abazigame
😂😂😂😂womwemera kk mwarabisezeranye mumagogwa nomumahigwe rero tekana mwana wamama
Ndabakunda you are my favourite couple ❤️❤️❤️
Yes ndabakunze cane gikuru nurukurundo 😢 abahungu bafise akarimi gasosa yoshobor kuguhenda ukirihira iyo deplacement yokumuramutsa mugabo ntavyo nokor deplacement ugiye gukor ivyo weeee ubawarahwereye 😂😂😂😂😂 merci beaucoup my couple yanje nkunda🎉🎉🎉❤❤❤
Ndabakunda❤❤❤
Ndabakunda vrt😅muranduhura
Ndakunda solution couple ndashak kubabona
😢 yooo 3 milions haaaa 😂😂 ndabonyimpavu agumampenda ndo mukwezuku mukwezuku😅😅
Couple yanje nkunda❤❤❤
Nora ndakunda ukuntu wambara Ama shanti basi wambara neza tu. Fanny waratomboye❤❤❤
Reste 1,3k dukwize 100k ❤ 🫰
Franick mercii bcp wama utuzanira abatumire tuba dushaka
Kandi ubaza ibibazo vyiza tuba dushaka