Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Abakunda nana nkanje murihe mumisi irimbere azobatwika
Hhh nihatar turihano nana na Joshua Namukuru wabo
Turabakunda gose kabisa
Uyumusi mbaye uwambere💃💃Iyi Prank itanguye kuntwenza nkiyugurura Jochua uzonkuramwo umwuka🤣🤣🤣🤣🤣
Imbavu zanje 🤣🤣abakunzi ba Joshua mumpe like 😂😂😂
Ndamufana joshua
😂😂😂😂😂😂Iyi prank niyamber team fanny lavine muze hano mumpe like twi twikire😂😂😂😂😂😂
Ariko mana yaje❤❤❤❤😂😂😂😂
Norasike bwabundi arakaze😮
Muzoze muragira prank zukwaturivyiza.Apana ibibi
😂😂😂
Team fanny nta prank bagira badukinira comedi🤣🤣🤣🤣🤣 cakoz abantu bishw nagatweng nkanj ndazi turi bcp,gusa naho team nora kabaye nkakadufat vuba turabatamwo aga prank kumutse mutwitege🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Yoooooo ndabonye umwana wa nora nana welcome ndishimwe ingene fanny amufashe kuko iyaba amurya mutima ntabwo abayiginagura imbere yiwe fanny yesu aguhe mugisha courage mwubahwe
Sokwe niruze: mmmmmmuuuuuhh Ngumusuzi wumukecuru🤣🤣🤣shn Joshua kl urantwenza n'imbavu zikavunikaa!! Courage shn joshua
Inpfiziyinama itemberara nkase uwabonyeko iyo prank unfashe kubera nana agongeko
Itendera nkase si itembera
Ako kantu fanny aherejeko reo reka nakire umugabo ariko Mana konzi utananirwa wampaye umugabo konzi ukibatanga ndavyakiriye kandi ndavyizey amen
Izoguha igihe nicagera ntucike intege😢😢
Imana ugutwi kwayo ntikwapfuy ngo kunanigw nokwumv ivyuyisavye ibigukorere mwiz rya yesu mugenzi
Iy usenze ntaco imana itagukorera izomuguha
Imana imuguhe mwizina rya Yesu
Amen cane🤲
Waaaao rek duterame abakunzi ba prank weekend nziza👊👊muze duterame , solution couple hejuru cane❤❤❤
Ndamanyutse nogutwenga burya abandam turashoboye 😂😂😂😂💐🫂♥️👩❤️👨🙏🏻💯
Nanje nahashitse muri 1h gsa 'dazi hariho abaza inyuma yanje mumme utuntu twanje😂❤
Uwomboner funny nu mukobw wiwe ingene baguma batweng baranyish😂😂😂😂😂😂
Nukur mwebw muzonatwica pe nubu ndacatwenga .mur media nimwebw mushika kunyota pe
Umwana wanyu Nukuri yubahwe afise ubu sérieux bidasanzwe iyi prank ni number one norasque ur umugabo atuje pe
Joshua hejuru caaane ,Norasque naw yubahw arerekany urukundo afise kubana
Mana nzima narinajinyitse kojew naseka ndavyisanzemwo nukur peeee nd❤❤❤❤❤❤
Mwebwe solution couple murabantu banje ndabakunda ndipfuza kubabona
😂😂😂😂😂gusa Fanny wokwifatisha wewe uko kuntu uguma ushuhagiza!!nukuba posée ukerekana ko ari vérité murimwo😂😂😂Nissi sha,mukomezwe bibondo mungabire zanyu
maman Norasque ona mungu aku funguwe uhone iyo bavaliya ni pombe duguyagu homba mungu abikutowe hemo
Imbamvu zanje murazivunaguye pe ndabakundacane abaryohewe nkanje mumpe Lik❤❤❤❤🎉🎉
Ndagagaye nukuri ababanaNumuti wa stressed ndakurahire mwakire indabo zanyu🎉🎉🎉🎉
Mbash nukur ibamv zirapfuy 😂😂nukur joshua ndamukund dis😂😂😂😂
😂😂🤭🤭🤓🤓 amashurw menshi can bana🎉🎉🎉hejur kur niho mbipfurij
Je nukur Joshua aranyumije n'umukinyi mwiza😂😂😂imbavu zanj ziravunaguritse😂😂😂😂
Solution couple kwel muranyemeza Kabisa
Mana nzima narinajinyitse kojew naseka ndavyisanzemwo nukur peeee nd❤❤❤❤❤❤nukur ukuntu mubayeh imana ibazigame kbx peee
Abantu batanguye gutwenga batarayumvira mubinyereke😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂kkkkkkkkk
Nakukubali fanny mbe kuberik norasque iyo plank yamufash ataramuts abafanzi ark fanny araturamutsa arko wew arashavur akaca agenda atatuvugishij
Ariko mûri ganga a😅😅😅Jew nkivyo Ntavyo nokina nshobore nosang natwenz
Shaaaa Joshua wubahwee vrt murakoze akantu kubwengee vrt
Nora kumengo isengesho ryaw ntaryo wizeye 😂😂😂😂Alacia niw avyishe rero mu guseng no mundimi zitamenyekana 😂😂😂😂ndabakunda ❤️
Habuzemwo wamwana wa Norasque muzamuzane nawe mumurerane nabandi nivyovyoba vyiza❤❤❤❤❤❤❤
Hanyuma Nana nuwo kwande ga wangu?
Nagira ni Nana ??
Barikumw nuyo mutoyi yitwa nana.
Norasque arakunda abana biwe vrt🎉🎉it's a such blessing❤
Iyi prank ivuyemo isomo rjiza rivuga riti mugihe uhuye nikibazo cyerekeye amasengesho ugomba kubanza wisengera Ababona ko aribjo mupe like.
Yoooo barayamaze ngo umwana winkende apfa yurira ibiti ntibabeshe kweri 😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤ nana aranyumije pe! gusa muzohore mumwambika impuzu zidasarisha ikanzu siyo kuko aracarumwana
😂😂😂😂😂😂😂😂Solution Couple, Solution Family 🔥🔥🔥🔥🔥
Bury nama nihweje nana aho yicaye umeng aribw nintozi 🤣🤣🤣🤣ntagum hamw nukur
Nukuri pe muradutwengeje Yesu abahezagire
😂😂😂😂😂😂😂mumbabarire manze nkore akazi kabandi
Ego vmt respecte fanny prank ya bien kwli karafash courage
Ariko muraz gutegura pe Mukama ndasetse hamwe ninyarira😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Hahaha ndashoboye gutwenga nduma mama lao nuwo muhungu wawe murakoze umuti
Aba jo hano murahari❤❤
Turahar cne
Canee😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂 ndasetse cyaneeee, none munda harandiye,nicy uri akasamitwe peee!!!uri number 1 muba acteur
Kuvamwakina Ama prank ngiyo rero iyibaye iyambere ndatwenze n'imbavu zirumye pe😂😂
Araguhakije sha ngo mva hejuru Nono yakuze!ngo arashshe mwagumye mumutera ibiyashu!ngen bakuzomerey rero
😂😂😂😂numvimbav zinyish nagasek mwabakoreyek Jojo na nana mwakozumuti😂😂😂
Ndabibonye kuri fb mvuyeyo niruka kuri you tube🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣muranyishe kabx💞💞💕💞💕
Woe turikimwe nange mbanje kubibona kuri fb
Ndi murukundo niyi famille kweli❤❤❤❤❤
Nukuri nari mwitiroo ndatwenze ndahweraaa🤣🤣🤣 nda❤
Fanny nukuri joshua wanj mumpere 10k ya Roll eggs mpa kumicash kubera atumye nsek kbx 😂😂 ariko vrt norasque bagiye bagukorera prank nkizo uzohava ufatwa numutima😅 vrt ndabakunda pe😂😂😂😂
Dabona umutim ufach danaziduts munyiher utuntu ni rire warah 😂😂😂🎉🎉❤❤
NGO banza wicare umve hejuru😂😂😂
Ahuiii nkr ndahwereye nogutwenga knd Fanny nawene yatwenze ac aridadir alacia rero😅😅 muzonatwica ndaha lovinga bantu banje
atuka na lala muzuli kunipa prank ok merci maman lao ndabakuze
Joshua na nana amashurwe yanyu🎉🎉🎉🎉 murakoze umuti pe
Ewe Nissi shaaa ngu musuzi w.umukecuru😂😂uranyeguye,igikamira make bashaaa
N'ukur nah wob ur juju gut,ndi Norasque nob nabakaguy kera 😂😂😂😂😂!Ka Nana rr ukunt ndagakunda,mwar mwaragatebany!gs ntavy Alacia🤣🤣🤣
Joshua aramvuniye imbavu vrt Gus unteye kugukunda kurushaa UK nahora pe.lov uu so much ❤❤❤
Norasque uri Umuntu w'umugabo pe . Ibintu vyose ubigenza bukebuke ni Bon vraiment
Nono rero arakaze nih nkibibonaa😂😂😂ngo Mva hejuru ukure induru nvugan n'umwana😅😅ngo bamuroze rero.ndumiwe burya iy PRANk niy Alicia rero tres sérieuse ng bamujan kW mamy kubera nono yase gusengaaaa.ni mumujan kwa muganga Noé eg none ntajanw nibishobisho
😂😂😂😂karabay ❤❤gus mbakunda kubi manaweeeeeeee imbav zanj muraturikij murazindiha
Ndabuze icyovug jochua azobakuramw uz9kots nukur ndapfuy nogutweng nana nawe yubahw yajinyitse nukur ise aragahakijye
Abana beza Muramukoze Papa wanyu Nono bakworohereje kweri ❤️❤️❤️
😂😂tym fany muzotwica wallah wumunezer turabakunda cne
Basha iyi famille vraiment mwarahezagiwe😂😂😂 je vous aime trop 💐💐💐💐❤️❤️❤️❤️
Ivyo sindabashigikiye harivyo twubaha, ntimugakinire kubintu nkivyo 😮
Yewe😂😂😂 muracari numéro 1 murantwengej
😂😂😂😂turahonye 😂😂babababa Ewe Joshua wee bakumpere akantu pe
Asha Joshua arankuyeho 🤣🤣🤣🤣🤣🤣 Nana asigaye abesha gushik hiyo hose🤣🤣🤣 ash solution family mwubahwe 🤣🤣🤣🤣🤣 abbababa
Mana jwe na mwebwe notora mwebwe😂😂😂😂joshua urantwengeje nukuriii😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤gusa vmt mwubahwe kwl
Muzotuvuna imbavu nukuri😂😂😂❤❤
Joshua aranyicishij amatwenga arakawuka ntiworaba mbakunda cn❤❤❤
Fanny uzogum ukunda nana Iman izobiguhembera ndabakunda cane
😂😂😂😂😂 ndapfuy na prank yubugesera😂😂😂 gusa ndabakunda
Ndatwenze namarira arakoroka nkibonye agatangura gusa
Sha murankoreye umuti nanje kuva mugatondo sinari bwatwenge murashoboy l love you familie
😂😂😂😂😂😂 Mana murantwengej mwarino joro ngobababa😅😅😅
Nana yabay sérieuse gusumvya Alacia cakora murantwengej joshua arashoboye kweli🎉🎉❤❤
😂😂😂😂😂😂neza ndaturitse muranyishe Fanny vyaseko avuga yicaye Ngo mvahejuru😂😂😂😂😂😂
Ewe nissi urakomeye uri nimpano ikomeye ntuzoyanjajweko❤❤nukuri murantwengeje ndapfuye namosozi arakorotse😂😂😂
❤❤❤ muranyishee mbakunda kanini
Ngontarira 🤣🤣🤣ew Fani sha muranyeguye😅😅
Ndatwenze nimbavu zisigara zibabara😂😂😂😂
Nukuri muraturiha imbavuzacu jochua urarenze p
Ndakunda iyi famille cane. Uwubanka abandureko
Team fanny jew mba nababwiy ko tutorosheee🎉🎉🎉🎉 ayooo nayaweeee
Iyo prank muzimaze gukorwa niyo intwengeje
Nimbavu zirahiye nukur🤣🤣🤣bababa bababa
Ingene rero Fanny yatanguye ngo mwizina rya Yesu
Umuntu azi izina ryiyo ndirimbo yarimbwiye koko
Burya Nora ndagukunda ntupapa nuhubuka kandi prank yahatswe kuba rate yagira bimenye
Ndakumbagay pe fany iryosenga ryiw rirakaze ewe Joshua disi
Fanny uzogum ukunda Nana ndabakunda knd ww NImana irakwishimira
Ntanj bira ryoheraIvyobakora vyos bibaBirimwoInyigisha kuwavyitondey abana biraboneka kobakundany ntimba batavyerekanaKuri kamera gusaKumpande zose bazokwa muku tubabona🎉🎉🎉🎉
We nora prank irimwo lacia uzozuramuraba agumatwenga
Urwo rwana narw kam ni nici kir sérieux ndk Big up 🤜🤛
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 nicy uranyish nukur nana naw aca ashiramw nibirung kwl aban bâ fany na norasque 😂😂😂😂
Egom twamubonyumugabo wawe kwr afitubwoba bwinshi nyasenga
Ego vmt Prank y'uno musi Nono yemeye kweli!Nissi na Nana vmt bakoze umuti!
Ndapfuy nugutweng nn nkanana ubweng gafis kl kazokur arintarekazi windwi
Abakunda nana nkanje murihe mumisi irimbere azobatwika
Hhh nihatar turihano nana na Joshua Namukuru wabo
Turabakunda gose kabisa
Uyumusi mbaye uwambere💃💃Iyi Prank itanguye kuntwenza nkiyugurura Jochua uzonkuramwo umwuka🤣🤣🤣🤣🤣
Imbavu zanje 🤣🤣abakunzi ba Joshua mumpe like 😂😂😂
Ndamufana joshua
😂😂😂😂😂😂Iyi prank niyamber team fanny lavine muze hano mumpe like twi twikire😂😂😂😂😂😂
Ariko mana yaje❤❤❤❤😂😂😂😂
Norasike bwabundi arakaze😮
Muzoze muragira prank zukwaturivyiza.
Apana ibibi
😂😂😂
Team fanny nta prank bagira badukinira comedi🤣🤣🤣🤣🤣 cakoz abantu bishw nagatweng nkanj ndazi turi bcp,gusa naho team nora kabaye nkakadufat vuba turabatamwo aga prank kumutse mutwitege🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Yoooooo ndabonye umwana wa nora nana welcome ndishimwe ingene fanny amufashe kuko iyaba amurya mutima ntabwo abayiginagura imbere yiwe fanny yesu aguhe mugisha courage mwubahwe
Sokwe niruze: mmmmmmuuuuuhh Ngumusuzi wumukecuru🤣🤣🤣shn Joshua kl urantwenza n'imbavu zikavunikaa!! Courage shn joshua
Inpfiziyinama itemberara nkase uwabonyeko iyo prank unfashe kubera nana agongeko
Itendera nkase si itembera
Ako kantu fanny aherejeko reo reka nakire umugabo ariko Mana konzi utananirwa wampaye umugabo konzi ukibatanga ndavyakiriye kandi ndavyizey amen
Izoguha igihe nicagera ntucike intege😢😢
Imana ugutwi kwayo ntikwapfuy ngo kunanigw nokwumv ivyuyisavye ibigukorere mwiz rya yesu mugenzi
Iy usenze ntaco imana itagukorera izomuguha
Imana imuguhe mwizina rya Yesu
Amen cane🤲
Waaaao rek duterame abakunzi ba prank weekend nziza👊👊muze duterame , solution couple hejuru cane❤❤❤
Ndamanyutse nogutwenga burya abandam turashoboye 😂😂😂😂💐🫂♥️👩❤️👨🙏🏻💯
Nanje nahashitse muri 1h gsa 'dazi hariho abaza inyuma yanje mumme utuntu twanje😂❤
Uwomboner funny nu mukobw wiwe ingene baguma batweng baranyish😂😂😂😂😂😂
Nukur mwebw muzonatwica pe nubu ndacatwenga .mur media nimwebw mushika kunyota pe
Umwana wanyu Nukuri yubahwe afise ubu sérieux bidasanzwe iyi prank ni number one norasque ur umugabo atuje pe
Joshua hejuru caaane ,Norasque naw yubahw arerekany urukundo afise kubana
Mana nzima narinajinyitse kojew naseka ndavyisanzemwo nukur peeee nd❤❤❤❤❤❤
Mwebwe solution couple murabantu banje ndabakunda ndipfuza kubabona
😂😂😂😂😂gusa Fanny wokwifatisha wewe uko kuntu uguma ushuhagiza!!nukuba posée ukerekana ko ari vérité murimwo😂😂😂Nissi sha,mukomezwe bibondo mungabire zanyu
maman Norasque ona mungu aku funguwe uhone iyo bavaliya ni pombe duguyagu homba mungu abikutowe hemo
Imbamvu zanje murazivunaguye pe ndabakundacane abaryohewe nkanje mumpe Lik❤❤❤❤🎉🎉
Ndagagaye nukuri ababana
Numuti wa stressed ndakurahire mwakire indabo zanyu🎉🎉🎉🎉
Mbash nukur ibamv zirapfuy 😂😂nukur joshua ndamukund dis😂😂😂😂
😂😂🤭🤭🤓🤓 amashurw menshi can bana🎉🎉🎉hejur kur niho mbipfurij
Je nukur Joshua aranyumije n'umukinyi mwiza😂😂😂imbavu zanj ziravunaguritse😂😂😂😂
Solution couple kwel muranyemeza Kabisa
Mana nzima narinajinyitse kojew naseka ndavyisanzemwo nukur peeee nd❤❤❤❤❤❤nukur ukuntu mubayeh imana ibazigame kbx peee
Abantu batanguye gutwenga batarayumvira mubinyereke😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂kkkkkkkkk
Nakukubali fanny mbe kuberik norasque iyo plank yamufash ataramuts abafanzi ark fanny araturamutsa arko wew arashavur akaca agenda atatuvugishij
Ariko mûri ganga a😅😅😅Jew nkivyo Ntavyo nokina nshobore nosang natwenz
Shaaaa Joshua wubahwee vrt murakoze akantu kubwengee vrt
Nora kumengo isengesho ryaw ntaryo wizeye 😂😂😂😂Alacia niw avyishe rero mu guseng no mundimi zitamenyekana 😂😂😂😂ndabakunda ❤️
Habuzemwo wamwana wa Norasque muzamuzane nawe mumurerane nabandi nivyovyoba vyiza❤❤❤❤❤❤❤
Hanyuma Nana nuwo kwande ga wangu?
Nagira ni Nana ??
Barikumw nuyo mutoyi yitwa nana.
Norasque arakunda abana biwe vrt🎉🎉it's a such blessing❤
Iyi prank ivuyemo isomo rjiza rivuga riti mugihe uhuye nikibazo cyerekeye amasengesho ugomba kubanza wisengera Ababona ko aribjo mupe like.
Yoooo barayamaze ngo umwana winkende apfa yurira ibiti ntibabeshe kweri 😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤ nana aranyumije pe! gusa muzohore mumwambika impuzu zidasarisha ikanzu siyo kuko aracarumwana
😂😂😂😂😂😂😂😂
Solution Couple, Solution Family 🔥🔥🔥🔥🔥
Bury nama nihweje nana aho yicaye umeng aribw nintozi 🤣🤣🤣🤣ntagum hamw nukur
Nukuri pe muradutwengeje Yesu abahezagire
😂😂😂😂😂😂😂mumbabarire manze nkore akazi kabandi
Ego vmt respecte fanny prank ya bien kwli karafash courage
Ariko muraz gutegura pe Mukama ndasetse hamwe ninyarira😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Hahaha ndashoboye gutwenga nduma mama lao nuwo muhungu wawe murakoze umuti
Aba jo hano murahari❤❤
Turahar cne
Canee😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂 ndasetse cyaneeee, none munda harandiye,nicy uri akasamitwe peee!!!uri number 1 muba acteur
Kuvamwakina Ama prank ngiyo rero iyibaye iyambere ndatwenze n'imbavu zirumye pe😂😂
Araguhakije sha ngo mva hejuru Nono yakuze!ngo arashshe mwagumye mumutera ibiyashu!ngen bakuzomerey rero
😂😂😂😂numvimbav zinyish nagasek mwabakoreyek Jojo na nana mwakozumuti😂😂😂
Ndabibonye kuri fb mvuyeyo niruka kuri you tube🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣muranyishe kabx💞💞💕💞💕
Woe turikimwe nange mbanje kubibona kuri fb
Ndi murukundo niyi famille kweli❤❤❤❤❤
Nukuri nari mwitiroo ndatwenze ndahweraaa🤣🤣🤣 nda❤
Fanny nukuri joshua wanj mumpere 10k ya Roll eggs mpa kumicash kubera atumye nsek kbx 😂😂 ariko vrt norasque bagiye bagukorera prank nkizo uzohava ufatwa numutima😅 vrt ndabakunda pe😂😂😂😂
Dabona umutim ufach danaziduts munyiher utuntu ni rire warah 😂😂😂🎉🎉❤❤
NGO banza wicare umve hejuru😂😂😂
Ahuiii nkr ndahwereye nogutwenga knd Fanny nawene yatwenze ac aridadir alacia rero😅😅 muzonatwica ndaha lovinga bantu banje
atuka na lala muzuli kunipa prank ok merci maman lao ndabakuze
Joshua na nana amashurwe yanyu🎉🎉🎉🎉 murakoze umuti pe
Ewe Nissi shaaa ngu musuzi w.umukecuru😂😂uranyeguye,igikamira make bashaaa
N'ukur nah wob ur juju gut,ndi Norasque nob nabakaguy kera 😂😂😂😂😂!Ka Nana rr ukunt ndagakunda,mwar mwaragatebany!gs ntavy Alacia🤣🤣🤣
Joshua aramvuniye imbavu vrt Gus unteye kugukunda kurushaa UK nahora pe.lov uu so much ❤❤❤
Norasque uri Umuntu w'umugabo pe . Ibintu vyose ubigenza bukebuke ni Bon vraiment
Nono rero arakaze nih nkibibonaa😂😂😂ngo Mva hejuru ukure induru nvugan n'umwana😅😅ngo bamuroze rero.ndumiwe burya iy PRANk niy Alicia rero tres sérieuse ng bamujan kW mamy kubera nono yase gusengaaaa.ni mumujan kwa muganga Noé eg none ntajanw nibishobisho
😂😂😂😂karabay ❤❤gus mbakunda kubi manaweeeeeeee imbav zanj muraturikij murazindiha
Ndabuze icyovug jochua azobakuramw uz9kots nukur ndapfuy nogutweng nana nawe yubahw yajinyitse nukur ise aragahakijye
Abana beza
Muramukoze Papa wanyu
Nono bakworohereje kweri ❤️❤️❤️
😂😂tym fany muzotwica wallah wumunezer turabakunda cne
Basha iyi famille vraiment mwarahezagiwe😂😂😂 je vous aime trop 💐💐💐💐❤️❤️❤️❤️
Ivyo sindabashigikiye harivyo twubaha, ntimugakinire kubintu nkivyo 😮
Yewe😂😂😂 muracari numéro 1 murantwengej
😂😂😂😂turahonye 😂😂babababa Ewe Joshua wee bakumpere akantu pe
Asha Joshua arankuyeho 🤣🤣🤣🤣🤣🤣 Nana asigaye abesha gushik hiyo hose🤣🤣🤣 ash solution family mwubahwe 🤣🤣🤣🤣🤣 abbababa
Mana jwe na mwebwe notora mwebwe😂😂😂😂joshua urantwengeje nukuriii😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤gusa vmt mwubahwe kwl
Muzotuvuna imbavu nukuri😂😂😂❤❤
Joshua aranyicishij amatwenga arakawuka ntiworaba mbakunda cn❤❤❤
Fanny uzogum ukunda nana Iman izobiguhembera ndabakunda cane
😂😂😂😂😂 ndapfuy na prank yubugesera😂😂😂 gusa ndabakunda
Ndatwenze namarira arakoroka nkibonye agatangura gusa
Sha murankoreye umuti nanje kuva mugatondo sinari bwatwenge murashoboy l love you familie
😂😂😂😂😂😂 Mana murantwengej mwarino joro ngobababa😅😅😅
Nana yabay sérieuse gusumvya Alacia cakora murantwengej joshua arashoboye kweli🎉🎉❤❤
😂😂😂😂😂😂neza ndaturitse muranyishe Fanny vyaseko avuga yicaye Ngo mvahejuru😂😂😂😂😂😂
Ewe nissi urakomeye uri nimpano ikomeye ntuzoyanjajweko❤❤nukuri murantwengeje ndapfuye namosozi arakorotse😂😂😂
❤❤❤ muranyishee mbakunda kanini
Ngontarira 🤣🤣🤣ew Fani sha muranyeguye😅😅
Ndatwenze nimbavu zisigara zibabara😂😂😂😂
Nukuri muraturiha imbavuzacu jochua urarenze p
Ndakunda iyi famille cane. Uwubanka abandureko
Team fanny jew mba nababwiy ko tutorosheee🎉🎉🎉🎉 ayooo nayaweeee
Iyo prank muzimaze gukorwa niyo intwengeje
Nimbavu zirahiye nukur🤣🤣🤣bababa bababa
Ingene rero Fanny yatanguye ngo mwizina rya Yesu
Umuntu azi izina ryiyo ndirimbo yarimbwiye koko
Burya Nora ndagukunda ntupapa nuhubuka kandi prank yahatswe kuba rate yagira bimenye
Ndakumbagay pe fany iryosenga ryiw rirakaze ewe Joshua disi
Fanny uzogum ukunda Nana ndabakunda knd ww NImana irakwishimira
Ntanj bira ryohera
Ivyobakora vyos biba
Birimwo
Inyigisha kuwavyitondey abana biraboneka kobakundany ntimba batavyerekana
Kuri kamera gusa
Kumpande zose bazokwa muku tubabona🎉🎉🎉🎉