Shenghen irimwo ibihugu 9? 😂😂😂, Jez... are you guys serious?! Iyubanza kwungura ubwenge avant yukuza kuvuga ibintu utari sûr de toi! Un autre conseil: avant de venir raconter quoi que ce soit, verifiez ce que dit la loi du travail dans chaque pays de l'UE , vs les regles qui regissent les etats Schenghen, en terme de travail. Merci pour votre comprehension.
Uyo munyamakuru nawe nyene afise uruhande yegamiyeko ahubwo l invité yerekanye ko ari neutre mais ashaka kumusunika kuri Monna so uyo abaza ibibazo nabe professionnel nibatwereke contrat ntakindi. Ntamweranda abaho
Umva ibicucu bitazi ivyo biriko biravuga....schenghen ntabwo ari 9 pays....musubire kwishure mwanjiji mwe. Kandi ubonye visa schenghen bivuga circulation gusa...sinon ivya kazi nama contrat biri indépendant nibihugu vya schenghen, kuvyerekeye akazi igihugu icyarico gose muri schenghen gifise amategeko yaco kuvyerekeye akazi. Rero union européenne ntimeze nka usa, kubera muri États-Unis ni les états fédéraux...rero faut pas confondre les choses mes amis.
Shenghen irimwo ibihugu 9? 😂😂😂, Jez... are you guys serious?! Iyubanza kwungura ubwenge avant yukuza kuvuga ibintu utari sûr de toi! Un autre conseil: avant de venir raconter quoi que ce soit, verifiez ce que dit la loi du travail dans chaque pays de l'UE , vs les regles qui regissent les etats Schenghen, en terme de travail. Merci pour votre comprehension.
Ndaramukije ejo ndabaha contrat yatwe na bface na monna walda ukuri kwose murakuronka aho bukera
Murakoze, mushobora kudu contacta muciye kuri facebook canke insta Yaga tech!
Iki kiganiro ni entertainment nukuri.
Uyo munyamakuru nawe nyene afise uruhande yegamiyeko ahubwo l invité yerekanye ko ari neutre mais ashaka kumusunika kuri Monna so uyo abaza ibibazo nabe professionnel nibatwereke contrat ntakindi. Ntamweranda abaho
Uwumusiki wajemwe Ikirori 😅😅😅
Harya icerekana kuriko uraterimber nibibazo utangur guhura navyo kuko utarager ahushak kuger ntabibaz wahura navyo bivuze ngo izi saga ziri mur music nizo dutegerezw gucamw kugirang dushik ahotugomb gudhik ikosa ribaho kugir ritwigish natwe tugakund tukiga
Asha uvuzukuri amacontra yabo mutarayabona kumenyukuri bizobagor turek kwihuta gucimanza
Contract ntishobora kuba iyemera ko Mow akora independently kuko nta papier de travail agira zimwemerera gukora muri Europe.
Ziba wangurube wee
Don't be stupid guyz before talking ibintu mutazi banza mumenye amakuru. . Iyo uteguye igiteramo umuririmvyi ukamuha poster itandukanye nikibanza akoreramwo donuou think ko umukoresha ukushaka. Wibaza ko diaspora ari igihugu gabanya ubuswa
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Umva ibicucu bitazi ivyo biriko biravuga....schenghen ntabwo ari 9 pays....musubire kwishure mwanjiji mwe.
Kandi ubonye visa schenghen bivuga circulation gusa...sinon ivya kazi nama contrat biri indépendant nibihugu vya schenghen, kuvyerekeye akazi igihugu icyarico gose muri schenghen gifise amategeko yaco kuvyerekeye akazi.
Rero union européenne ntimeze nka usa, kubera muri États-Unis ni les états fédéraux...rero faut pas confondre les choses mes amis.