Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
69241403👈Wipfuza kumushigikira!Iki kiganiro nipfuje kukibasangiza maze twige!Kora partages nyishi kirabwe maze uyu mutama aze agire ico arose ku buryo kizokwinjiza!❤🙏
❤❤❤❤🎉🎉🎉
You did it Mika👊👊👊🔥🔥 Uwo mutama avuze ukuriii kbsaaa
Keep going on shinning mi Big brother
🙏🙏🙏
❤❤❤❤ 1:06
Uyumusaza naramukunze Kwli uzokomeze uduha ibiganiro vyiwe araciye Ubwenge kweli
😊❤🎩
Reka nicare ntege ugutwi umukurambere❤
Fata agatebe!
Mika mubwire lydia azane imitahe dukore
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
37:54 😂😂
Ici kiganiro caryoheye cane ❤️🔥🔥🔥
Merci cane boss!
❤❤❤😊
Komera mutama
Mugize neza ariko kandi uvugana n'abantu nkaba wirinda amajambo atarayikiirundi nkakarorero RTNB
Vyiza caaane
Komera cane
Reka nicare nige kubaraba batama batuvyaye bongora baraturwanira tuvukira mugihugu camahoro
🤝🤝🤝🙏
Ugize neza gutemberera batama, ico nagomba ko wobabaza, nigute bamenye Rurema mbere y'ibitabo biblia na corani kubagerayo?Cangwa mbere y'abazungu n'abarabu nta Rurema Bari bazi?Ni Bande bavuraga ingwara iyo barwaye?None izina shetani barimenye ryari?Izina umurundi ryavuye hehe?Ugerageze ubaze abakera twumve ico bazi muri ivyo bibazo. Urakoze.
Murakoze cane mu kiganiro kizokurikira nzogerageza turonke umuco!🙏🤝
69241403👈Wipfuza kumushigikira!
Iki kiganiro nipfuje kukibasangiza maze twige!
Kora partages nyishi kirabwe maze uyu mutama aze agire ico arose ku buryo kizokwinjiza!❤🙏
❤❤❤❤🎉🎉🎉
You did it Mika👊👊👊🔥🔥 Uwo mutama avuze ukuriii kbsaaa
Keep going on shinning mi Big brother
🙏🙏🙏
❤❤❤❤ 1:06
Uyumusaza naramukunze Kwli uzokomeze uduha ibiganiro vyiwe araciye Ubwenge kweli
😊❤
🎩
Reka nicare ntege ugutwi umukurambere❤
Fata agatebe!
Mika mubwire lydia azane imitahe dukore
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
37:54 😂😂
Ici kiganiro caryoheye cane ❤️🔥🔥🔥
Merci cane boss!
❤❤❤😊
Komera mutama
Mugize neza ariko kandi uvugana n'abantu nkaba wirinda amajambo atarayikiirundi nkakarorero RTNB
🙏🙏🙏
Vyiza caaane
Komera cane
Reka nicare nige kubaraba batama batuvyaye bongora baraturwanira tuvukira mugihugu camahoro
🤝🤝🤝🙏
Ugize neza gutemberera batama, ico nagomba ko wobabaza, nigute bamenye Rurema mbere y'ibitabo biblia na corani kubagerayo?
Cangwa mbere y'abazungu n'abarabu nta Rurema Bari bazi?
Ni Bande bavuraga ingwara iyo barwaye?
None izina shetani barimenye ryari?
Izina umurundi ryavuye hehe?
Ugerageze ubaze abakera twumve ico bazi muri ivyo bibazo. Urakoze.
Murakoze cane mu kiganiro kizokurikira nzogerageza turonke umuco!🙏🤝