Burundi : Ingona z'intungano zajanywe mu ruzi Rusizi

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 7 вер 2024
  • #Crocodile #Burundi #OBPE
    Inyuma y'imyaka mirongo ibiri ingona zibiri zitunzwe n'umuntu yigenga wo mu Rumonge, zasubijwe mu ruzi Rusizi. Uwari azitunze niwe yihamagariye abajejwe intwaro avuga ko atagishoboye kuzigaburira. Ikigo OBPE kikaba arico cafashije muri ico gikorwa kuri uyu wa 24 Ruhuhuma 2020.

КОМЕНТАРІ • 21

  • @aishaoman7738
    @aishaoman7738 4 місяці тому +1

    Ibikiko bifise agaciro gusumba ambanku

  • @ipmanclement2426
    @ipmanclement2426 4 місяці тому

    Muzigumane iwanyu

  • @KP-ou9zp
    @KP-ou9zp 4 роки тому

    Ariko wofata ikintu umuntu yoroye imyaka 20 yose mugafata mugatora mukajana iyomwishakiye, mwebwe mubona harimwo umuco?

  • @alichouirakoze4808
    @alichouirakoze4808 4 роки тому

    Nibaze komwamushubushije

  • @rifatibiden8126
    @rifatibiden8126 Рік тому

    jembona zari zimeze neza gumba izitarintungano

  • @jean-maestrobizimana357
    @jean-maestrobizimana357 4 роки тому

    None aborozi baba barazoroye bashumbushwa gute?. Namwarirya baba barakoze vyinshi mukuzorora nokuzikingirira

  • @davidndaha9607
    @davidndaha9607 4 роки тому

    Gutungingona nisawa kuwubishoboye nonaho ahombeyemwo.

  • @lilianenshimirimana7235
    @lilianenshimirimana7235 4 роки тому

    Mbe nkabo bagabo bazishorera baziboha bari assurés nkahamwe bishitse bakagira isanganya?

  • @pascalinenininahazwe2950
    @pascalinenininahazwe2950 4 роки тому

    Nimwigore mumuhe amahera meshi uriya yazitunze ubwamber kuko mwamwiyve umuntu arafite uburenganzira bwogutung igikoko caricocose kuko ntawabiremye nimana

  • @mbonimpabillcosby2700
    @mbonimpabillcosby2700 4 роки тому +1

    None mwamuhaye angahe uwarazitunze baramurenganije bitavugwa

    • @michelngurinzira1973
      @michelngurinzira1973 4 роки тому

      KO UBAZA NGO BAMUHAYE ANGAHE MUVYUKURI YATANZE ANGAHE NGO AZITUNGE?
      HAMA ABAHORA BAZA KUZIRABA BAMUHAMAHERA NONE IMISORO YAHAYE NDE?

  • @candidembayahaga5026
    @candidembayahaga5026 4 роки тому

    Zari zifashee nabi

  • @ngagishow2614
    @ngagishow2614 7 місяців тому +1

    Ingona muzifateneza bamukerarugendo bazakuzisura bakahasiga amadevize

  • @gikeritheoneste2370
    @gikeritheoneste2370 4 роки тому +1

    None c izo ngona ko zaremwe n'Imana ni Leta yaziremye? None c ko muvuga ngo zigiye kubaho neza harubwo zababwiye ko muri iyo myaka 20 yari azoroye zari zibayeho nabi? Ubwo c uwaruzitunze mwamwishyuye amafranga y'ibyo yazitungishije iyo myaka yose? Uziko u Burundi nabwo butangiye ubujura n'ubusahuzi bumeze nezaneza nk'ubwa Leta y'u Rwanda.

  • @theoh.8932
    @theoh.8932 4 місяці тому

    Bavuga ko ingona igira inyama iryoshye
    Ubanza uwo mworozi yari hafi yo kuzazibaga.

  • @ericndayishimiye7037
    @ericndayishimiye7037 4 роки тому

    Ndanwanonde

  • @bucindikapierreclaver429
    @bucindikapierreclaver429 4 роки тому

    Ego genda murarinda sha

    • @cadeauxlux6379
      @cadeauxlux6379 4 роки тому

      None ko hatswe uwutunze 2 aha mugatumba haruwutuze izirenga 10 wewe niryari ?