- 2 709
- 4 321 262
Isanganiro
Tanzania
Приєднався 31 сер 2017
Radio-Télévision Isanganiro (traduction : « point de rencontre ») est une station privée du Burundi. La Radio est née le 18 Novembre 2002 pour la promotion de la Paix, le Dialogue, la réconciliation et les Droits de l'homme. La Télévision a vu le jour le 1 Juillet 2021. Elles diffusent en Kirundi, en Swahili et en Français.
Відео
Isanganiro:Amakuru yo ku wa 15 Nzero 2025
Переглядів 2,7 тис.17 годин тому
Isanganiro:Amakuru yo ku wa 15 Nzero 2025
Isanganiro: Edition du 14 janvier 2025
Переглядів 1362 години тому
Isanganiro: Edition du 14 janvier 2025
Isanganiro:Amakuru yo ku wa 14 Nzero 2025
Переглядів 6 тис.2 години тому
Isanganiro:Amakuru yo ku wa 14 Nzero 2025
Ku nama: Abarundi babayeho gute muri iki gihe havugwa iduga ry'ibiciro?
Переглядів 2,6 тис.4 години тому
Icegeranyo cakozwe n’ibanki y’isi yose cerekana ko urugero rw’ubukene rwavuye ku bice 6 kw’ijana mu 1990 bishika kuri 15 kw’ijana muri 2023. Aho hose umurundi abaho munsi yamadorari 2 ku munsi. Ukwo kubaho munsi y’amadorari 2 bituma Uburundi buharurwa mu bihugu vyambere bikenye.
Mosaïque: Comment vivent les burundais face à la flambée des prix?
Переглядів 1694 години тому
Selon les rapports de la Banque Mondiale, la pauvreté urbaine, qui affectait environ 6 % de la population en 1990, a grimpé à 15 % en 2023. Ce seuil, basé sur des revenus inférieurs à 2 dollars par jour, reflète l’impact de l’augmentation des prix et de la baisse des revenus réels.
Isanganiro: Edition du 13 janvier 2025
Переглядів 1524 години тому
Isanganiro: Edition du 13 janvier 2025
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 13 Nzero 2025
Переглядів 2,2 тис.4 години тому
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 13 Nzero 2025
Isanganiro: Edition du 11 janvier 2025
Переглядів 4519 годин тому
Isanganiro: Edition du 11 janvier 2025
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 11 Nzero 2025
Переглядів 2,6 тис.9 годин тому
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 11 Nzero 2025
Isanganiro: Edition du 10 janvier 2025
Переглядів 38412 годин тому
Isanganiro: Edition du 10 janvier 2025
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 10 Nzero 2024
Переглядів 1,8 тис.12 годин тому
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 10 Nzero 2024
Hoba hari ico ibitabu vyeranda bivuga ku bijanye n'ihimbazwa ry'umunsi mukuru wa Noweli?
Переглядів 21412 годин тому
Hoba hari ico ibitabu vyeranda bivuga ku bijanye n'ihimbazwa ry'umunsi mukuru wa Noweli?
Isanganiro: Edition du 9 janvier 2025
Переглядів 22314 годин тому
Isanganiro: Edition du 9 janvier 2025
Isanganiro :Amakuru yo ku wa 9 Nzero 2024
Переглядів 2,7 тис.14 годин тому
Isanganiro :Amakuru yo ku wa 9 Nzero 2024
Isanganiro: Edition du 8 janvier 2025
Переглядів 64216 годин тому
Isanganiro: Edition du 8 janvier 2025
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 8 Nzero 2025
Переглядів 8 тис.16 годин тому
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 8 Nzero 2025
Isanganiro: Edition du 7 janvier 2025
Переглядів 37519 годин тому
Isanganiro: Edition du 7 janvier 2025
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 7 Nzero 2025
Переглядів 3,6 тис.19 годин тому
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 7 Nzero 2025
Isanganiro: Edition du 6 janvier 2025
Переглядів 18521 годину тому
Isanganiro: Edition du 6 janvier 2025
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 6 Nzero 2025
Переглядів 2,5 тис.21 годину тому
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 6 Nzero 2025
Isanganiro: Rétrospective de la semaine du 30 décembre 2024 au 05 janvier 2025
Переглядів 356День тому
Isanganiro: Rétrospective de la semaine du 30 décembre 2024 au 05 janvier 2025
Isanganiro: Amwe mu makuru yaranze indwi yo ku wa 30 Kigarama 2024 gushika ku wa 5 Nzero 2025
Переглядів 1,4 тис.День тому
Isanganiro: Amwe mu makuru yaranze indwi yo ku wa 30 Kigarama 2024 gushika ku wa 5 Nzero 2025
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 4 Nzero 2025
Переглядів 6 тис.День тому
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 4 Nzero 2025
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 3 Nzero 2025
Переглядів 3,9 тис.День тому
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 3 Nzero 2025
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 2 Nzero 2025
Переглядів 6 тис.День тому
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 2 Nzero 2025
Jewe mbona KO umuntu wese yokora cane kugira umwimbu wiyongere Hanyuma barya baporisi bambara suivre bafat amamoto bagakugwaho,kuko nibobambere bagwiz ubukene=hokorakazi abaroranje babigenewe= Hanyuma bagakuraho couvre feu Kumamoto namakinga,nabajaje umuntu Agataha aruko arushe atarugutiny abaporisi bamugirira nabi
Ikibazo camatara mukuyaca baz bamanze batumenyeshe boba bakoze
O'li l'OL de la😊😊😊 o'li politique du PO pour😅
Muruziba mairie turikumwe 5/5
Niwubahw mutam wagiyetugigukeney kwr imana ikugumehaf kwer!!!
Murakoze kumakuru muduhaye
Kuvayaho mwavuze Reta nimwoyihoza igihe bazoba bahanze mukwiba bakubaka bakuzuza amabank yabo bazoheza batwibuke abariburund nimwihangane ntibarahaga
Abarundi basigaye batwara amafaranga y'amarundi muri congo bakavunjirayo kuba congomani ,hama bakaza kurangura bafise amarundi. Amarundi ya manoti manini manini yose ari muri congo no muri Tanzania. Ama dollars yose ari destine yu Burundi aba congomani baca baza kuyarangura bakayatwara iwabo. Nabo bagura igitoro ca fraude bakoresha ama dollars Uburundi buzohava buba province ya congo. Nibatabahagurukira aba fraudeurs
Ntamuntu ashobora kubuza abantu kwironderera igitoro kandi atakihari muburundi,mugihereta vyayinaniye kukizana,nibabareke bihangayikire atarukonibareke kubeshana abantu ngo nabavyeyi
Nawe yashobora kuba yariyungunganije akabitwereka akagenda anatweretse ivyo amaze kurangura akanatubwira n igihe azoba yateye imbere akazoba yahevye akazi kugira abitwereke ko nawe ari umukozi w ishaka. Ivyo avuga nawe ntavyo arakora ngo atere imbere kdi ahebe akazi,aguma aniganira kuvugira ubushikirangaji bw abakozi n akazi,nta hebe ngo aje gutunga. Bazoze bavuga ibintu vyunvikana apana ibisunitswe n impwemu.
Uwo muvugizi w abakozi n akazi ntagira n indero ntiyiyubaha kdi ntiyubaha n abana biwe. Biragoye kwunviriza izo vugo za reta,ziraducumita ku mutima ariko nta kundi ko dutwarwa n ibigaba,tutatoye turabunviriza nta kundi. Ahubwo abadutwara umenga bavuga umenga ntitubabara.
Ico kirabo catanguwe muri 1990
Ubu karacariho Ubu hitwa Agora natanguye kudandaza inzoga muri 1990, c'est le bistrot le plus vieux du q6
Nkadandaza inzoga, cabaret gushika bampe surnom Monnaie Avant
Ivyo umuvugizi w'ubushikiranganji w'Abakozi n'akazi avuze n'ivyikuri, jewe mvuye kukazi naradandaza amamesa nkoresha ikoroboyi
Ibiciro biriko biduzwa na transport Rero ahohantu nibahahagurukire
Courage pour le Burundi et ses citoyens lambda ; si même le gouvernement par du postulat ,depuis quelques années , que le salaire du simple fonctionnaire ne lui suffit pas à joindre les deux bouts alors nous avons là un problème de gouvernance en plus d'un problème de mentalité .
Ikintu cose kitanditse mubitabo veranda, ntigikwiye kwemerwa nintumwa ntavyozategetswe guhimbaza........
Ivyo vyivuka rya yesu 25/12 ivyo nimigenzo yabaroma nubukoroni muvyiyoboka mana ntivyemewe kubayaravutse birahagije.
Nibereke kuza baduzibiciro kk nivyo bikwiy kwihibey 3:10
Sibisiro bavuga kwaribiciro
Nashaka nimero yanyu ndafite ikibazo
None nimero yanyu twayikurahe?
ISHUSHANYO TWOBIFATA NKIBIKORESHO MFASHA NYIGISHO KUGIRANGO HABE GUTAHURA NEZA
Nanje ico noshokiriza, Nukwo mwokura system français, mukigisha Muri Système Anglais. Ivyo muzohindagura vyose, ariko tukiri muri Système Français ntaco tuzogerako. Kuko ntituzogera aho isi iriko ija. Murakoze
Prono
Rwasa atarimwo ntivyokunda kuko Rwasa nimvugakuri abandi bose nitwigera tubumva kiretse Rufyiri atanguye kuza avugira abarundi
Rwasa bamuteze umutego kugirango abarundi bashavure baboneko ataco amaze ataco arigukora
Kugira duter imbere nuko bazokwemera hakitoza uwugikeneye atagukumirana.iyo utinyumuntu KO muhiganwa uba watsinzwe
Abarundi dukunda amahoro ubutunga ibikogwa amajambere ku barundi bose na bakavamahanga reka ubutungane bukore nicobubereyeho ntawurengeye amategeko y'igihugu❤ ❤❤❤❤❤
Ni dd yanka Agato Rywasa
F . T,
Vyukuri ibidandazwa vyuyumusi Bobigany ibiciro kuk vyarenze urugero
❤
Igisata cubudadaji kiragaragara muburundi ibyoshorwa hanz bikazanama devis nivyishi cane ark abaraho ntibavyitaho
Honorable AGATO RWASA my future President Ntawundi tuzo tora atari wewe ABARUNDI duguhanze Amaso.
Nyakwubahwa rwasa nanje nduwiciri muruhama hose ndahazi wahoruza ndumwana nkubona ndikumwe nawe
Niso
2024???
Hatwara DD muri 2230 tuzoba turi sous zéro niyo mwaguma muvuga ko umugambwe ari Burundi bizogona cane
Courage Medi intambwe ku yindi gushika BBC ou RFI
Francis ROHERO ❤️🌹🫡🫡🫡🫡 RWASA....... voir plus 🥹😭😱 Nkurunziza Olivier....au moins 😅
Tukirinyum Mutama
Hagataho !!!!
Amatora azoba agoye cane kuko Abo bazoba bakumiriwe,ntibazoba bakija mumatora. Kugirahabe amatora vyasaba kohaba imigwi myishi
Ntaco twari tukwitezeko Mr Ntahorwamiye
Agatho rwase turamwemera caneeeee❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Rwasa jekubutegetsi inzara iratwishe ndayishimiye vyamunaniye uturwanirire kwanza ntasukari ntagitoro ninrya zirazinvye abarundi twikundira kwiriri gutubika sivyacu
Isi ntisakaye
Muratunezeza pe!Isanganiro nayipenda sana