CNLDD nayo yitwariye CnddFdd?🤣umve uko CENI umurwi wa DD wisiguye || Amakuru 🅱🅱C 03/01/2025

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 20 січ 2025
  • #amakuru_atarikwivumbi
    #urugendo_news
    #daniel_mugisha
    #news_updats_interview
    Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
    Amakuru ya Haguruka yihuta
    Amakuru yinzamba yihuta
    Amakuru ya Peace FM yihuta
    Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

КОМЕНТАРІ • 31

  • @sahabozephaniah4531
    @sahabozephaniah4531 17 днів тому +8

    Nshirako non mwiyo gouroup

  • @Mubemubona
    @Mubemubona 15 днів тому +1

    Nibarekee guhuma amaso abantu ntamatora ahari

  • @SakubuQ-um3hc
    @SakubuQ-um3hc 16 днів тому +2

    None nkaho.terance ariko adebaguriki ahubwo ceni nikubite izombubusi guhemuka ntakamaro nibasubize mwenumugabwe abo ntavyo boshobora

  • @SantaNiteka
    @SantaNiteka 15 днів тому

    Barabahenze murahemuka,reka babereke ico babarusha😂

  • @LadislasMasabo
    @LadislasMasabo 17 днів тому +2

    None nkubu uwobabaza Abo baserukira CENI Bashakako haba inkumbi, ariko naho bohunga tuzobarondeza radars

  • @Bdi-01
    @Bdi-01 16 днів тому

    Umugwi utegura amatora #cenidd

  • @Bensonkwalia-qg5bc
    @Bensonkwalia-qg5bc 12 днів тому

    Uragatinika nyoko wambwawe

  • @BarthazarNIYONKURU
    @BarthazarNIYONKURU 16 днів тому

    Terasi arigito agihemukira agathon rwasa yari yizigiye reverien ndikuriyo

  • @PascalNgabonzinza
    @PascalNgabonzinza 17 днів тому +1

    La loi électorale a été bien élaborée pour écarter Rwasa... La cours constitutionnelle va lire et dire cette loi élaborée à propos... La seule solution est de changer cette loi.. ET COMMENT ???

  • @BarthazarNIYONKURU
    @BarthazarNIYONKURU 16 днів тому

    Uwo muhimbiri terase aragakoma nyina

  • @innocentnkurunziza9055
    @innocentnkurunziza9055 17 днів тому +2

    Ivyo bihemu vyahemukiye Rwasa icobimpa biboshe vyose nobivunagurira mumavi nomunkora bikazorinda bipfa binyogomba, akarenganyo Rwasa akorerwa kararenze nayo iyo cni ntaciza yokorera abarundi, ico ikora turakizi

  • @NESTORMPAWENAYO-u3y
    @NESTORMPAWENAYO-u3y 11 днів тому

    Nawe hiyo mubuhungiro uriko utoragura udukorotse uriko urwanira iki?nyishura

  • @richardbunoko5034
    @richardbunoko5034 17 днів тому

    Hahahaha none ko. ariwewe waruzi ubwenge utumariyiki ubwenge bwaragiye?

  • @JamesKabange-c6p
    @JamesKabange-c6p 15 днів тому

    Were sinkikwemera kuko ukorana nabatutsi

  • @numekofelix6130
    @numekofelix6130 17 днів тому +1

    Ico gihugu cimirije habi

  • @NDAYIKEZASamson-n5m
    @NDAYIKEZASamson-n5m 13 днів тому

    Uwuzoramba azobona

  • @CécileNzeyimana-w3e
    @CécileNzeyimana-w3e 16 днів тому

    Babuze abatutsi ningene harabashomeri benshi ?

  • @VincentSabushimike
    @VincentSabushimike 16 днів тому

    Ivyuburundi ni bala

  • @JosephSikogukira
    @JosephSikogukira 17 днів тому

    Tegura abarundi bashake iyindi nzira. Iyo ntishika aussi longtemps ko igihugu gitwarwa n'aba bagabo

  • @AghHh-v3f
    @AghHh-v3f 17 днів тому

    Wamugeserawe nabawe bazoshikigwa

  • @CitegetseAline-d4x
    @CitegetseAline-d4x 16 днів тому

    Rek kwirusha iryihugu kirimwabagabo vyaraheze

  • @NdikuriyoMartin
    @NdikuriyoMartin 17 днів тому

    Indani hoho haraririye beshi kweri

  • @EricSabushimike-w5k
    @EricSabushimike-w5k 17 днів тому

    Harimwo ibitsina bingahe nyakubahwa honorable ?

  • @AlineMiami
    @AlineMiami 17 днів тому

    Nabo bokwitwara knd aribamwe??

  • @HakizimanaCelestin-k6k
    @HakizimanaCelestin-k6k 17 днів тому

    Ivyobintu vyubwoko nivyo vyishe kino gihugu amoko akwiye kuhava kuko twese tuvuga ikirundi

  • @JeanClaudeMpawenimana-f3r
    @JeanClaudeMpawenimana-f3r 17 днів тому +3

    Narabuz intabara y'umutu kuwundi irihafi dutegure imitma

  • @Tuvugukuri
    @Tuvugukuri 17 днів тому

    Abo bose bumira kugihugu harimwo abariko basaza, ntituzavyibagira ibibi bakoze bizabazwa abana babo

  • @MpangajeNathanael
    @MpangajeNathanael 17 днів тому

    ivyo muvga mwe murabizi Toka shenzi