NTUCIKWE na Cakiganiro KING UMURUNDI FREEDOM / Pacifike na Hon.Agathon RWASA bavurwa mukiganiro

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 31 січ 2025

КОМЕНТАРІ • 7

  • @AghHh-v3f
    @AghHh-v3f 11 днів тому +1

    Twese twarabuze ugira hafuyu mututsi gusa Abahutu ntibafa nubu bagifa zamukurinduru gaho nuko mwibereye muzaburayi nichogituma muvugivyomushaka 😊😊😊😊

  • @AghHh-v3f
    @AghHh-v3f 11 днів тому

    Amoko yotse nichokimwe turabarundi twetse umuhutu umutusi twetse twarabuze nubu tukiriko none Abariko bariswa ubu sabahutu Kandi biswa nabahutu benewabo 😢😢😢😢😢 nimuze tuvemurivyobintu vyamoko 🎉🎉🎉🎉 sivyobizokiza Gihugu cu Burundi😮😮😮

  • @wakosithierry2026
    @wakosithierry2026 10 днів тому

    Ko murwanira Mike nkubusimbirahamwe? N’ico nikibazo mufise

  • @DanielNdikumana-r8c
    @DanielNdikumana-r8c 11 днів тому

    Impinga iracari ndende.amoko yose ntiyera

  • @wakosithierry2026
    @wakosithierry2026 10 днів тому

    Renold wewe n’umwaku ntana communication technics agira!

  • @g_familytv2081
    @g_familytv2081 11 днів тому

    Ese umuntu ashaka gusaba ijambo yaca hehe… ko mfite vyinshi cane kuvuga kuri leta yacu

  • @Jospindusabe
    @Jospindusabe 11 днів тому

    Mbe ko bibanda cane bavuga genocide yakoreye abatutsi gusa burya muriyo myaka yose iheze abahutu bapfuye bobo n'ubuyabu rero?nta neza yabarundi bose mushaka namwe biraboneka ko mushaka ko ubwoko bwanyu buja hejuru