Imana ivagezagize. Naho iwacu mu Rwanda abayobizi nibo bajura bambura abaturage ndetse ntawemererwa gukora atemeye kugabana ngo n'a Fpr. Nguko uko iigihugu cyapfuye kuva mu rugwiro kugeza mu mudugudu.
We pray so hard so our lord protects our new president ndayishimiye everest as for cong I lost men of my life was big fight for long time but nothing come out of him but God is the answer thank God everest president take care of beast and he's protects is people he can never eat ruswa😢 trust me is open men work for peace ✌
MUZAREBE ABAKORA KU KIBUGA CY'INDEGE I BUJUMBURA BASABA IBITURIRE NO KU BANYAMAHANGA !! BARASEBYA U BURUNDI CYANE !!! CYANGWA BAGAFATIRA AMADORARI BAGOMBYE KUBASUBIZA !!!‼️‼️
Uburundi nivyo bufise ibibazo ariko nfise icizere kinini ejo hazoba heza kurusha cane kuko dufise inzego zita kukuganira ku bibazo vy'igihugu. Uburundi hejuru mubicu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥
😊😢 1:34:17 1:34:17 1:34:17
❤wsszz❤ 8:10
Mana weeeee nyakubahwa uruwambere nukuri ndanezerewe kuko urigukora amateka pe warahezagiwe❤❤❤❤
So Great ❤ Ikiganiro cizaa !Ivyiyumviro vyizaa vyubaka igihugu! Notre Président Ndagukunda Evariste! Kwitanga kudasanzwe! Ufise urukundo rwinshii❤
Dore ikiranga igihugu kitariho umuvumo ni iki, Rugira ajye akomeza abe hafi u Burundi❤❤❤❤❤
Yewe,ndayishimiye uvuze ibintu bizogufata kandi vuba cane. Umaze kurenga vyinshi uhemukira abarundi. Nukuri witegure kuzivyishura,kiretse niwabindura kurwa si BIBI,ikibi nuguherayo nyiwibuke kuvyuka
Erega,nyibantungsnya,iyi urondeye abagufasha,itegerezwa kibaha ingendo bagenderako bakagufasha kujana inzira imwe ishaka ko mujana. Ugomba ko bitwara uko bagomba uzosanga bafata inzira yindi utifuje ko mufata. RERO,itegerezwa kubereka inzira nyakuri kandi ukabakurikirana kugira baguma munzira igirorotse
None wewe uhendwa kubera iki? Umfashe itegeko,guma kwijambo. Ubutungane bube ubutungane kuri bose. Nyukigere wiyumvira ngo uyu ntimukoreko kubera nincuti yanje canke nubeko beanje
Ubutungane, ubutungane ahatari ubutungane,ntakigenda. Ubutungane nibwo bigira igihugu s'il Vous plait, ubutungane
U❤r❤ahumba! Ut❤wara neza,imyaka 2 urakwiye keerekana icoyakoze. Naho kwiga imyaka 7 uko nukrondera kwiba ugatunga umurengera. Manda de deux and renouvelable kandi utarenza izo 2 Aho uba ukireye igihugu neza
Genda Burundi ufite akozaza keza Imana ikomeze ibahezagire.
Amajambo meza cane, Imana ihezagire kandi izigame bano bavyeyi bacu.
Imana ivagezagize. Naho iwacu mu Rwanda abayobizi nibo bajura bambura abaturage ndetse ntawemererwa gukora atemeye kugabana ngo n'a Fpr. Nguko uko iigihugu cyapfuye kuva mu rugwiro kugeza mu mudugudu.
Mbega ivyiza vyisangije Muburundi🇧🇮🇧🇮 ibiyago vyiza pe biryoshe kwumviriza, ndim’urwaruka ariko ibibiyago vy’abatama ndabifatira umwanya nkumviriza Ese vyokomeza nokubandi ukwo ❤
Nice nibyizacane bantubimana mugume mukundana❤👉💯👍🏻✅
Nukuri mwaganiriye neza Kandi nkuko Imana Ariyo yihitiramo umuyobozi ninako ihora iha umugisha igihugu cyanyu nkunda u Burundi n' abarundi
🎉🎉🎉🎉❤❤❤abatam bacu ba mateka
Ngo ndibuka kiryagihe tuvuye mubidukikije😂😂😂, Gusa Respect kumumenyesha makuru urabaza ibibazo vyubwenge bibakiye twese kabisa💪
Ubu nibwo Burundi dushaka bisaneza courage notre Président
ukweri jewe ndashimiri Imana kuba navukie mu Burundi igihugu ciza chane Imana ibahezagire batama bacu
President Ntibantunganya aracafise humour et pourtant yaciye mu ngorane zitari zike ❤️
Mwirambire batama bacu mwirambire cane mubikora neza❤🇧🇮
Imana ihezagire indongozi yacu burundi
Turashima cane ukuntu nyakubahwa yiyegereza abantu bose abato nabakuru ndetse bakatwereka no kukirimba niyubahwe amajwi 🎉azoyaronka yose mumatora akwirikira
Ntahandi uzosanga ibiyago nkibi atariwacu ❤❤❤
Nivyiza, biranezereye, nivyo gushima. Twavuye kure nukuri.. Imana ibandanye iduhezagirira u Burundi bwacu. Ikiganiro ciza cane, murakoze!
Nlunda umugabo ntacyo ampaye abarindi muri abagabo mufitubushake bwo kubakigihugu cyanyu kandi kizajyimbere nubwo shitani kagame ishaka kubatobera ariko Imana musenga izamubakiza muzamumesa nimumufungire robine mubuze abanyarwanda bose kuza iwanyu kubatobera ubukene nibubarembya bazarya amabya ya kagame nubwo ntacyo amumariye arika sugabo kabyarirwz n'abandi kazicwa n'umwaga n'umujinya
Ndafise ikibazo,Mumpe insiguro y'Umunyamabanga ntayegayezwa
Ikiganiro cyiza cyane, ariko nyakubahwa mukuru w'uburundi, turabakunda cyane ariko turabasabye mwirinde umukuru wigihugu cyacu cy'u rwanda kuko ntabwo abishimiye, yifuza ko indyane ziri mugihugu cye zaza niwanyu akabona uko namwe abinjirira nkuko yahize Congo. Mugume muri hamwe mwirinde shitani z'i rwanda ziyorobeka zigambiriye kubasambirira ubumwe bwanyu. Mwubahwe.
Nkawe uraza kumocyera hano ucyekako uri intyoza ubu ni wowe uje kugira inama ndayishimiye wa cyohe we
P
Pp
Ppp
Pp
Good
Nimukomer batam❤❤❤❤❤
Iki kiganiro nokigereranya nimbuto itewe mumurima mwiza abarundi bavore kugira umwimbu waco uzutumgishe abarundi✅
Je manque de mots ... de voir un Président au pouvoir assis ensemble avec des anciens Présidents entrechangeant la vie du pays. Mes félicitations .
Democracy in Burundi. Biba bisa neza kubona abahora bayoboye baganira n'uyobora uyu munsi. Imana ikomeze ibarinde cane.
Ndashima Imana kubw’igihugu canje Uburundi kubona aba président bacu Sylvestre NTIBANTUNGANYA, Domitien NDAYIZEYE hamwe na S.E mukuru w’igihugu Evariste NDAYISHIMIYE. Murakoze kubw’icubahiro muteye igihugu n’abarundi. Imana ihezagire Uburundi n’abarundi twese.
Kuronka ivyiyumviro vy'abantu baciye mu mabanga yo kuramutswa igihugu ni iteka kuko harimwo inyigisho nyinshi.
Ese Imana yoduha tukaronka ikiyago c'abaciye mû mabanga y'Umushikiranganji wambere nabo. Ndetse n'abaramukijwe intebe y'icegera c'Umukuru w'Igihugu bishobotse hogira umunsi bagatumirwa mû kiyago nk'iki.
Barundi Barundikazi dushimiri Imana yacu itubungabungiye abahoze arabakuru bigihugu cacu bakababarikobaraterera umuganda mukubaka igihugu cacu cu Burundi. Nyenicubahiro Generale major Evariste Ndayishimiye hangama kungoma Imana ishishikare kukuzigama
Mukomere Cyanee Banyakubahwa Murabagabo Turabemera Canee.
We pray so hard so our lord protects our new president ndayishimiye everest as for cong I lost men of my life was big fight for long time but nothing come out of him but God is the answer thank God everest president take care of beast and he's protects is people he can never eat ruswa😢 trust me is open men work for peace ✌
Ndabakunze pe muzogaruke murashimishije cane president wacu nukuri ubaye uwambere mur Africa ❤❤
Neva ndagukunda imana itukuzigamire ushobore kuturongora
MUZAREBE ABAKORA KU KIBUGA CY'INDEGE I BUJUMBURA BASABA IBITURIRE NO KU BANYAMAHANGA !! BARASEBYA U BURUNDI CYANE !!! CYANGWA BAGAFATIRA AMADORARI BAGOMBYE KUBASUBIZA !!!‼️‼️
Ndahimiye Abateguye ico kiganiro kuko icokiyago cabo batama kirahimbaye caane.kandi President asiguye neza caane icarico igihugu!!Uhoraho abakoreshe ivyubuhizi kandi abakomeze
Ego komerezaho❤❤❤
njye ntahandi hantu ndabona ibintu nkibi pe. biranatangaje cyane
Ndabakunze cyane uno mu Randa
Dore ahandi disi, ubu natwe bizabaho koko. Dusenge cyane tuzagire abayobozi bazi kuganira
Ngo dore ahandi disi......
Hagize iki?
Nta rugo gwubaka urundi genda mwubake urwanda rwanyu muvane imipanga mumifuka.
Aho uvuziki? Ngo dore abandi?Ba nde?Ko icatwishe twese ari kwikunda gusa.Nk'ubu nt1 nikindi kigutumye kuvuga ngo dore abandi atari ayo masura wemera.
Toka☹☹☹☹
icyo utumva nicyi ubwo??natwe nkabanyarwanda twifuza ko natwe kagame yiga guca bugufi akigira kuburundi.
Imana ishimwe
President Neva numugabo jewe kubanje numwita umuhuza nicabwenge.
Congratulations Burundi ndetse by’umwihariko congratulations kuri NEVA.
Ndashaka,nkubaze ga Sha ngo uri harerimana,uri kuvuga ngo Nyenicubahiro Evarste ntaciza twomwitega ho!???? None kuri wowe ivyo ubona adakora nibiki!? No mwijuru Aho Imana igenga vyose ntihabuzeko shetani atanyurwa!!! None ntiyari umukuru w,abamarayika!!!!! Ico nawe utayobewe nta narimwe u,Burundi bwigeze bugira umukuru w,igihugu nkuyu,Evarste ndayishimiye
Umunyabwenge Ndayishimiye turakwemera
❤❤ umurundi wumutima niwewe ❤🎉
Iki kiyago kiraryoshe nukuri 🇧🇮♥
Mutama Domitien n'ukuri ndaryoherwa iyo ndiko ndumviriza ivyiyumviro vyawe umenga nokwipfuje kuyaga nawe umusi umwe imbonankobone
Ndanaryohewe kubw'ivyiyumviro vya mutama Sylvestre na Nyenicubahiro Gnl NEVA
Domitien naj ndamukunda
En tout cas, abarundi baradusize pe, mukomerezaho Nyagasani ikomeze ibahezagire mukomeze uwo murongo .
Vyiza cane ndayizeye avuze ukuri
Bonne initiative de la part de notre cher président. On va de l'avant...C'est ça même les prémices de la democratie... Merci.
Burundi Oyeeeeeeeeee.
Ibibazo vya Gerôme shahuu...nihatari kweri
Komereza ngaho nyakubahwa tugufise kumutima🙏
Nimwirambire batama bacu Imana rugiravyose Ibatuzigamire turacabakeneye
Is Italian.
I LOVE AFRICA ❤
I LOVE AFRICAN PEOPLE ❤
canada turi kumwe kuva nkirumwana numviriza kunama ndakunda benibi biyago cane gose ❤
Bara beshe kweri ntabwi rikabi ribuhar
Egoo kbxaa❤
Imana ni nziza cane. ibibintu birahimbaye nimboneka rimwe🙏
Ibi bintu ni byiza biragahoraho.abarundi nimwirambire mufite ibyiza murusha u Rwanda
Très belle initiative. Tous mes respects à vous les Honorables Présidents. Bravo à ce journaliste.👍🇨🇩
This is very good
Ikiganiro ciza cane , bisaba kize kiba kenshi, Clair uri intwari😊
Ariko domisier arasa n'a Nyabenda ga yemweee ❤
Hahahaaaaa
nanjye mbona bafitanye isura kbsa! Gusa ni byiza cyane kubona abahoze ari abategetsi bicarana n'abari gutegeka
Biraryooooosheeeee. Komeza turabashigikiye
Ikiganiro kiryoshe cane Muhezagigwe batama
God bless. Burundi
Domitien disi mzee wa Kizungu
We love u
birabereye nukuri. imana ibahezagire gosi
Kukiganiro twumvirije novuga ati imana izigame indongozi zacu kubijanye nintwaro ibereye Kuk bariko batwerek iyo twavuye niyo turiko tuja
Abavyey mwubahw kk murabikwiy
Mwagize neza ku kiganiro ciza kandi hamwe n'abantu bazi vyishi ku gihugu cacu. Kubumviriza ni ishure ryiza kuri twebwe abakiri bato. Mukomere Batama beza!
Jérôme vy'ukuri ukwiye kwigisha abandi bazokora nkawe kuko urakora igikorwa ciza c'umumenyeshamakuru w'umwuga
Ari mungabire yiwe kbxa je naho yokora ikiganiro amasaha 10 nocumviriza nturambirwa nkibiraho
Icyiki yago ndagikuze
Hahahahahaaaa!!! Utubwire neza nayubundi nyakigenda
👍👍👍👍
Good 👍 ❤
Kabisa nakamaramaza Iburundi ubusuma mundongozi buruzuye nkanje mperuka kubitura kubwitongo ryanje ryagurishinjwe numuntu hama saba bancire urubanza nubu ntakiravamwo kukaba nkako impapuro zubuguzi ndinazo 😢
Biraryoshe peee. Ivyo bakoze nabibona muri america aho ababaye abakuru biguhugu bahurira hamwe nkuko. Imana ibongere kuramba.
Paul Mirerekano
Wiga uzopfutamenye evariste ntuzivyuvuga
Birahimbaye kabx
Biraryoshe kubuna abahonze kubutegetsi barikumwe nuwutwara ubu neva nciye bona impamvu utwara neza urafis abahanuzi
Waw my president❤ Ndayishimiye izina niryo muntu❤
Congratulations
Igiturire mu Burundi biragoye ko kizahera vuba. Gusa nivyiza komuganira gutya.
Abarundi mukomeze muryoherwe
Mbega ikiganiro kiryoshe
Ndanezerewe cane ibibintu nubwambere bibaye
Niteka ntangere koko❤❤❤
Amen
Duhazuyacurero
Amakuru muburundi
Abarundi muri abagabo
Vyiza cane
Umurundi
ibi ntahandi wabisanga uretse muburundi gusa
Ibiganiro nkibi se shahu Koko bidafite icyo bihindura kubuzima bw'abanyagihugu, ntacyo bimaze, umunwa urihuta kurusha ibikorwa. Ibi ntibyahuma amaso abantu.
Abanyarwanda ni mwige rwose.
Uvuye kungirwabutegetsi uwo mudasogose,muramuroga mukamugira igipampara.
Muboneteho rwose agatsiko karekure kuneza kandi ntikagasogote inararibonye.
Ingorane tugira muburundi umukuru wigihugu mwiza baca bamwica batamwishe naho bacs bamwagiriza ayandi madosiye ntibamutore