Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Cadeau niwew gusa nikundir mukobwa mwiza ❤❤yemw uranyica kur séries urimw rujiyorushatse hejuru caaaaaaaaaneeeeeeeeeee
Nukuri,najyendabakunda ndumunyarwanda
Mbebasha akabare keza ngaha igitega nakahe kobabera kungoma bar nihohabona guko mwese murinzobe
Yoooo mbega vyiza nimbaribishobok muduh akand g part kumugorob tugateramirek mukurindir imfungurw z'ijor murashoboy kbx cadaux number 1
Uwakane mump twatuntu ❤
Ndabe ingene bimeze ndagira ico mvuz nyuma
Mwa bakinyi mwe, naho ataco mfise co kubaha, NDABAKUNDA CANE.
Ndabakunda bivuye kumutima
Kglhlhljfpfslhlfmglfpfm❤❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉😢😢😢😮😮😅😢😮😅😊
Nivyukur vrt murakina neza cane hanyuma icotwobasaba nukwo mwogerageza Gukinira filme muntara zitandukanye turanipfuza ko mwoshika muntara ya Makamba kuko hari vyishi vyokurata erega ivyomukora ntabwari business gusa kuko zino filme ntizirabwa n'abarundi gusa murumva ko muba Muriko muramamaza Igihugu cacu c'iza c'uburundi 🎉❤🎉
Nukuri jew numva ndengew vrt film iryoshe caaane kbx
Iraryoshe cane
Tjrs warubizi
Kobikaze❤❤❤
Dodo Na juna baragarutse ndabafana mubibamwo neza
Komereza aho
Patrick hitamwo neza ntuhubuke ukunde uwungukunda
Courage vraiment
Rosa wanje abakunzi mukunda rosa mumpe link plz tumenyane 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Iyi Team izonsazaaa kbsaaa❤️❤️❤️❤️❤️👍👍👍👍🌹🌹🌹🌹🌷🌷🌷☑️☑️☑️☑️
Murakoze mukuguma muduteramisha
Warubizi sha,mwarakoze gukinira i Gitega
Iraryoshe ariko iminota nimik cne❤❤❤
Mutunyarukirize iyikurikira
Mudutebukiriz igice gikwirikira
Mw muramfise🤛 kuk ntey commentaires ntaranayirab arik ndiyumvamwo kwiryoshe
Courge bantu banj ❤❤❤🎉🎉🎉
Kura Jekwr
Je t'aime bcp❤❤❤❤
Ariko Elci arikubizuru bibi pe biranagitse😅😅😅🚶♀️🚶♀️😔
Numuhutu akwije condition😂
@@irakoze3762 non niw yavyihaye
Hariho abakunda ivyo nyene.Gusa Na jewe ngaha ntamahirwe yo gukundwa Na Patrick ndamubonanye🙆
😂😂😂😂😂😂 nimugezaho
Hhhhhh uranyumije kwl
Waooooh kuyindimpwemu ❤❤❤❤ 🔥🔥🔥🔥
Karibu xana na ruj'aho rushatse courage bantu bacu namashurwe kubashigikiye imano zabarundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🌹🌹🌹🌹🌹🌹
Ewnaa courage sana
Jw hary havug ngo Ivy nind yabikubwiy ndahasubijemwo😆😆😆😆 Eddy janvier ndamukund ukunt nabury bwanw rr
😂😂😂
Jtaim beaucoup🎉🎉🎉
Ba6 ndabakunda pe❤. Patrick ar mur kabaz😅😅😅. courage bantu bacu
Courage turabakund cnee
Numb10😂😂😂😂😂
Rek ntoragatebe
Iyi serie ndabona iryoshe sana❤❤❤
Ange wanje shaaa
Good jina
Nduwanyum arikondizarako Hazoba naband🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ico tubashira nuko mutaduta twenyine
Yaaayayayayaya 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
allo ejo muduhe iyikurikira
😃😃😃ruja Aho rushatse pe! Elsie nimba udashaka kurwara umutima nyene nkuko ubivuze,ayomahera nruyonone yagure inkoko Canke urukwavu wiyororere kuko urukundo nyakuri ntirugurwz!
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ nukur muranizerinza can🎉🎉🎉
Den TV is up to you!
Ruja iyo rushatse kwel
Courage bantu banje muranyemeza pe rujiyorushatse
Ababanza kuraba commentaire tumenyane
Elsy Akira amashurwe vrt🌷🌷🌷🌷
Ndakeneye kumenya iyoruzoja mwaba bademu babiri
❤❤❤turabakurikirana Saudia
Iraryoshe cane.❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Murashoboye cane kandi ndabakunda peeeee
❤❤❤❤❤❤mukomere cane
Naj ndabakund cn
Next part , Muyiciriye ngaha notangara ubona ko bikunda kuba
Waooo vyiza cane❤
Mwubahwe murakina neza kabisa
Murwanda dukunda movie zanyu🇷🇼🇧🇮
Iyi ije itavyorosha😄😄😄Elsie aje asubirira Eddy mwishari😂😂😂mukomez muturyohera
Waouh🥳🥳🥳🥳 mukaba muradutwikie
Ndagukunda cadeau kdi courage
Nahageze
Gkgmtlrptorlflgo❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂😂😂😢😢😢🎉🎉😮😮😢😢😅😅😅😮😮😮😊😊😊ylglglglgjflfhlf
Ongereza iminota vrt
Love move nimepeda Sana kabisa ❤❤❤❤❤😊
Ni fire 🔥
Ravelle❤ courage
Mukomez kuturyohera natwe tuzobashigikira
Uwambere mumpe likes 👍 😂🤣😂🤣😂
❤❤🎉🎉bandany muturyohr
Karatesa too
Courage courage
Akazo keza bantu b'lmana ❤❤❤
Courage
Ruja iyorushatse ntuhata nagatoya
Mwubahwe beza banje
Welcome new serie ndagukunz ntarakurab 💓 💓 💓 💓 💓
Rujahorush kwel 🔥🔥💪💪🥰
Asha ndabona umuriro ugiye kwaka🎉🎉🎉🎉🎉courage
Murandyohera nukuri
Gtg iwacuuuuu
Yooo elci pôle Sana uraza jewe iwanje ndakwitwarirz ureke Patric ya kwanse
Eka ntasuvya ubwiza urya andaza izembure ahubwo muhe inoti zikwiye amuhe
film ndundi🇧🇮hejuru cne❤️🎉
𝗠𝘄𝘂𝗯𝗮𝗵𝘄𝗲𝗲 𝗡𝘂𝗸𝘂𝗹𝗶 𝗺𝘂𝗿𝗮𝘀𝗵𝗼𝗯𝗼𝘆𝗲.
Murakoze kuyinyarukana❤❤❤❤
❤
Rujiyorushatse nanj nkaba ndahageze naho nacerewe from mama cheiilla 0fficial ❤❤❤❤❤
good
Ntivyoroshe
Yemwe niho nkishika jewe reka ndabe ruja iyo rushaka rero
Well done ✅✅
Tubarinyuma ❤❤❤🎉
Je t'aime❤
Urukundo ntirugurwa.
Ndabakunda cane
Ndakund film zany 🤌 mukin nez gose 👌 courage vrment ❤
Patrick na Cadeau ndabakunda cyane
Cadeau niwew gusa nikundir mukobwa mwiza ❤❤yemw uranyica kur séries urimw rujiyorushatse hejuru caaaaaaaaaneeeeeeeeeee
Nukuri,najyendabakunda ndumunyarwanda
Mbebasha akabare keza ngaha igitega nakahe kobabera kungoma bar nihohabona guko mwese murinzobe
Yoooo mbega vyiza nimbaribishobok muduh akand g part kumugorob tugateramirek mukurindir imfungurw z'ijor murashoboy kbx cadaux number 1
Uwakane mump twatuntu
❤
Ndabe ingene bimeze ndagira ico mvuz nyuma
Mwa bakinyi mwe, naho ataco mfise co kubaha, NDABAKUNDA CANE.
Ndabakunda bivuye kumutima
Kglhlhljfpfslhlfmglfpfm❤❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉😢😢😢😮😮😅😢😮😅😊
Nivyukur vrt murakina neza cane hanyuma icotwobasaba nukwo mwogerageza Gukinira filme muntara zitandukanye turanipfuza ko mwoshika muntara ya Makamba kuko hari vyishi vyokurata erega ivyomukora ntabwari business gusa kuko zino filme ntizirabwa n'abarundi gusa murumva ko muba Muriko muramamaza Igihugu cacu c'iza c'uburundi 🎉❤🎉
Nukuri jew numva ndengew vrt film iryoshe caaane kbx
Iraryoshe cane
Tjrs warubizi
Kobikaze❤❤❤
Dodo Na juna baragarutse ndabafana mubibamwo neza
Komereza aho
Patrick hitamwo neza ntuhubuke ukunde uwungukunda
Courage vraiment
Rosa wanje abakunzi mukunda rosa mumpe link plz tumenyane 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Iyi Team izonsazaaa kbsaaa❤️❤️❤️❤️❤️👍👍👍👍🌹🌹🌹🌹🌷🌷🌷☑️☑️☑️☑️
Murakoze mukuguma muduteramisha
Warubizi sha,mwarakoze gukinira i Gitega
Iraryoshe ariko iminota nimik cne❤❤❤
Mutunyarukirize iyikurikira
Mudutebukiriz igice gikwirikira
Mw muramfise🤛 kuk ntey commentaires ntaranayirab arik ndiyumvamwo kwiryoshe
Courge bantu banj ❤❤❤🎉🎉🎉
Kura
Jekwr
Je t'aime bcp❤❤❤❤
Ariko Elci arikubizuru bibi pe biranagitse😅😅😅🚶♀️🚶♀️😔
Numuhutu akwije condition😂
@@irakoze3762 non niw yavyihaye
Hariho abakunda ivyo nyene.
Gusa Na jewe ngaha ntamahirwe yo gukundwa Na Patrick ndamubonanye🙆
😂😂😂😂😂😂 nimugezaho
Hhhhhh uranyumije kwl
Waooooh kuyindimpwemu ❤❤❤❤ 🔥🔥🔥🔥
Karibu xana na ruj'aho rushatse courage bantu bacu namashurwe kubashigikiye imano zabarundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🌹🌹🌹🌹🌹🌹
Ewnaa courage sana
Jw hary havug ngo Ivy nind yabikubwiy ndahasubijemwo😆😆😆😆 Eddy janvier ndamukund ukunt nabury bwanw rr
😂😂😂
Jtaim beaucoup🎉🎉🎉
Ba6 ndabakunda pe❤. Patrick ar mur kabaz😅😅😅. courage bantu bacu
Courage turabakund cnee
Numb10😂😂😂😂😂
Rek ntoragatebe
Iyi serie ndabona iryoshe sana❤❤❤
Ange wanje shaaa
Good jina
Nduwanyum arikondizarako Hazoba naband🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ico tubashira nuko mutaduta twenyine
Yaaayayayayaya 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
allo ejo muduhe iyikurikira
😃😃😃ruja Aho rushatse pe! Elsie nimba udashaka kurwara umutima nyene nkuko ubivuze,ayomahera nruyonone yagure inkoko Canke urukwavu wiyororere kuko urukundo nyakuri ntirugurwz!
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ nukur muranizerinza can🎉🎉🎉
Den TV is up to you!
Ruja iyo rushatse kwel
Courage bantu banje muranyemeza pe rujiyorushatse
Ababanza kuraba commentaire tumenyane
Elsy Akira amashurwe vrt🌷🌷🌷🌷
Ndakeneye kumenya iyoruzoja mwaba bademu babiri
❤❤❤turabakurikirana Saudia
Iraryoshe cane.❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Murashoboye cane kandi ndabakunda peeeee
❤❤❤❤❤❤mukomere cane
Naj ndabakund cn
Next part ,
Muyiciriye ngaha notangara ubona ko bikunda kuba