Basha narinzi ko nza kugira comentaire mvuga ko nkumbuye Jina nn nciye ndamubona.Jina warukumbuwe nukuri.Hama nawe Kevin ubuhemu bwawe Imana izobugaragaze.
Kevin waragakoze mwe na shaddy kugira Pintia bahebane na Brian💔💔,Kevin rero Ubu arimwo arizanisha Ama romantique kwa Pintia Kandi asanzwe afise uwundi mu dada😂😂😂ukuri kuzotinda kumenyekana tuvyizere,courage ❤️❤️
Welcome Ishariiii Abakunzi biyi série nkanje Mumpe twatuntu🥳🥳🥳🥳
Uduki?
Courage team warubizi.gusa gabanya umuziki bituma harivyo tutumva neza
Abakunzi ba commentaires tumenyane🎉🎉
hello njya nkunda kubasuhuza nkibisanzwe ni jean luc kigali rwanda ndabakunda!🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
❤❤❤ngubw nshut yacu
thx kbs kandi mukomereze aho ntaho yagiye kbs
Abakunda iyi film please musiga akantu hano👇❤
Gabanyakwimomora.ahuriharabandi
@@AFox-p3n 🙄🙄🙄
Wewe uri maman wimouhwe knd wireye neza uvuga utuje knd urapoje nyene wimereye neza ndazi yuko uzomubabarira kuko ufise umutim wimpuhwe
Mwubahwee
Non mbaye uwanyuma kwl gus abacerew nkanj muzigong hap👇👇👇
Nyarukana igice c'indwi partie 7
Umva amatsiko aba yatwishe mujye muduha utundi duce hakiri kare pea!!
Kagusye une bonne actrice très serieuse
Courage beza banje terimbere big up sana ndabakunda cane tora amashurwe yanyu mukirihoo🌷🌷🌷🌷🌹🌹🌹🌹❤️❤️❤️❤️❤️❤️☑️☑️☑️☑️☑️🙏🙏🙏🙏
Ndipfuza k pinthia yomeny ukuri brian akarek kuzira ubusa😢😢😢 inzirakarengane guxa
Courage ❤ Arko muzokosore amajwi ntasohoka neza
Barabe bahindure
Barabe bahindure
Waouhh🎉mwakoze kutuzanira Gina
Mana jina🎉🎉🎉 naringukumbuye nkundukuntukina ngundekuye nocameneka
Ikibazo cyabaye amajwi atumvikana njye sinumva pe
Imana izomuranganure blia ntibamufunge ahubwob
Ababikoze bazoje kumuharagaro
Courage ndaba❤❤❤ gusa kevin ndamwanka ntaho yigera aba umwana mwiza
Ndabakunda kandi cane ariko rr ndababaye ukungene muriko mubeshera inzira karengane
Ndabakunda dukeneye iyikwirikira ntimuzodutevye
Yooooooo mbega abantu bakora ikibi weeee
Kevin muri yashusho nyne from ntahoyagie courge kbx
Bravoooo🎉🎉❤ Courage❤
Aha mubonye nyanditse comment,nyandika bivanye naho mbengeze mukuyiraba.
Amajwi yagiye aravamwo ba boss
Vyiza cn makin nez cn
Wauuh iratesa
Ark ntitwumvise ico uwo mutipe ico Atabiriwe ikofe.
Vyiza xha maman pithia kuba umwizej kuzogirira imbabazi
Waaaaooooh abari murukundo ni shari tumenyane😂😂🤗🤗🤗🤗🤗❤❤❤❤🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Mwayikiny nez can.murab mutunyarukanir ep7
History nziza,image nziza but umuhinyanyuzi w,amajwi yikosore
Courage mubikora neza turabakunda cane.
Yoooooh bkugz papu bnakubshra murukundo whangan dis
Naho natevye abakunzi ba Ishari ndabaramukije
Yemwe abakobwa murahendwa mubona Kevin yigira intama aribingira ryinkazi ariko bizagaragara Brayan nawe atwenge courage turabakunda ❤️❤️❤️❤️❤️🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Pintia atitonze ashobra kugir'ikibazo Kuri Kévin Kandi azicuza bikomeye😢 😢😢😢😢😢
Nacanecan❤❤😂
iyi miziki muzayikuremo ituma tutumva
Beza banje. Muhezagirwe
Sh ndakeney kubon iy bizoherer brawn mpak asubirany n pinthia
Mbega umuhungu w'igihemu..Ugo rugore narwo..ingwe yigendrra..
Ibiyago vya brayan n'a se. Ntanakimwe twumvise
Basha narinzi ko nza kugira comentaire mvuga ko nkumbuye Jina nn nciye ndamubona.Jina warukumbuwe nukuri.Hama nawe Kevin ubuhemu bwawe Imana izobugaragaze.
Yoooo Kevin nukuri urigirisha ukine umez neza basi numusi umwe,ndabira Ubu naho ngo yavuye mubitaro agiye kuraba uwundi mu chou wiwe
Waouh🎉🎉🎉merciiii bcp team ishari🎉🎉🎉much love❤❤❤❤
😮😮urwo rukofe ryooo😢
Courage narindaba kumbuy can ❤❤
Mugabany volume yumuzik ntitwumv nez ivyobavug courage❤️❤️💃💃
Ndagukunda cne pitya urakinaneza nantahoyagiye muhezagirwe cncn
Ukuri kuzomenyekana kuvyashky Pynthia.Kdi azosubrana n'a Brayani
Turasavye mugabanye volume y'umuziki mwongere kumajwi y'abarimwo barakina👏👏
Kevin numunyamanyanga kumbe arafise ikindi gikobwa akund? Birababaje braini nukur ninzirakarengane kbs gusa mubirimwo neza pee ndab❤❤❤ courage
Courage turabakund can
Kevin ikinyoma kimarumusi ntikimarumwaka brayan humura ukuri kuzomenyekana ubwo buryarya bwa kivin nkubu pintia ntazi kariwe yamufash kunguvu😢😢❤❤❤
Nne ibimwakiny nibik hamwebirumvikan ahandi nticyunvikan
Gusa muvuga buke bamuvuga gose mureke gukorera murwamo😊
Nyikunda cyane knd muyiduhera igihe turabashimira arik mugabanye volume yakagoma mugihe bari kuvuga❤❤❤❤
Courage beza kwel gusaa iyi episode byinshi ntibyumvikana
Waoooou vyizacane ❤️❤️❤️❤️👌👌
Ishari hejuru cane Brayani😢😢😢😢 nkomez kubabar kubwiwe one day ukuri kuzoj ahabona. ❤❤❤ jina nari mukumbuye peee
Mukase wa Braan numwicanyi kndi mubi umugome.
Ndabakunda bantu banje
Nivyunvikna kweri
Iraryoshe cane rwose gusa mugabanye umuziki nkubu kuva Braan yakira ikete kugeza Kevin atangura kuvugana na Cadeau ntaco twumva.
Coullage Bana bato
Je ndibaz film ndundi Ubu nizo ziyoboye
Jew kontavyondikonumva sinzi kabandi Boba babibonyenkanje tumenyane
Uyumu maman aravyitwayemwo neza. Aritonda
Mubuhinga bwivyuma ntibigenda neza Hamworthy ibitumvikana
Courage bcp arik umuziki wpii ni soblee 🥰🥰🥰
Imana ibabarire abahungu bamez nk kevin basi
Waooh
Nis
Mwongere ijwi
Pinthia uwo muhungu Kevin mwama mukinana agukorera ikibi kweri kandi birambabaza cne ntamusi Akina ari umuntu mwiza
Coullage❤❤❤
Jina bakurekura womeneka😆😆😆mbega mbegaaà
Kevin waragakoze mwe na shaddy kugira Pintia bahebane na Brian💔💔,Kevin rero Ubu arimwo arizanisha Ama romantique kwa Pintia Kandi asanzwe afise uwundi mu dada😂😂😂ukuri kuzotinda kumenyekana tuvyizere,courage ❤️❤️
Erega ikinyoma ntikimar'umwaka😏😏😏😏
Rekarek dipfuz ko Brian bosubiran n'a pintia 😢😢
Gusa ndashaka ukur kuje ahabona hakirikare amazi atarrenga inkombe
Guys courage cane ariko unomusi amashusho n'amajwi sinkuko vyahora so ❤❤🎉🎉
Warubizi hejuru cane ✍️✍️✍️✍️✍️✍️✍️
Cadeaux lavele korumuti mwabobahungu mukorana
ISHARI HEJURU CANEE TURABAKUNDA NAHO MUNDUHA minutes mike urabonera ico gihungu ngo nikeve uko kimeze 😢😢😢
Kagisye ndungikira lumicash yawe.
I love you ishari❤❤❤❤
Courage
Courage gusa uwushieamwo amajwi harakantu koguhinyanyura
Iraryoher pe
Yooo harimwo ivyo tutumva😢😢.gus nda❤ courage🎉🎉🎉
Mwirambire
Murabe muhndure Aka appareil kuko ntibibona neza muzoba mudufashije
Narindayikumbuy cne ark amajwi muzobikosore sineza ❤❤❤.
Hejuru cane,arik numv brawn yorenganurwa pe ! Kevin naw yigiz intore nawe ariw nkwezi yamarere
Ishari ntaho rishikana umuntu ariko ntaco ndiko ndunva courage ♥❤
Courage basha ndabakunda gusa raba mutwongere n'a 5min Hama mukomeze mutwike❤❤
😢😢😢😢inyigisho inziza beza
Dina waje kamata❤❤
🎉miss u❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉❤❤murantesa
Mukina neza
Hama bitia ww rr wubahwe kuko ubikora neza can❤❤
Ndabakunda team warubizi mukinaneuza gusa mugabanye volume yumuziki kugira twumvamajambooo