Iyi film yariryoshe ariko iheze Kare hariho ayandi ma partie yari gukorwa imbere yuko irangira,tukabona uko Mama Bryan yasavye imbabazi mukwemanga ikosa,tukabona ingéne Bryan asabira Mama wiwe imbabazi imbere ya se wiwe gurtyo bikabera icirwa Mama Bryan n'abandi bameze nkawe,n'ibindi nibindi
Uyumus ndazindutse pe abaza nyuma mundemere muciy kuriyo foto yanj mwakavyaramwe ❤❤❤❤❤❤❤❤
Ntakundi akaryoshe ntigahora mwitama ababibonye koyari sawa mumpe utwo tuntu😂😂😂😂😂😂😂
Yeeeeeeeee mbega ishari weeeeeee
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉nukuri warurenganijwe imana iramurokoye
Braaniiiii
Ntankek ndi mubambere💃💃💃💃mur gwarukund gwokurangiz umwak twishimye muhit muzigong👇👇👍👍👍❤
Gusa volume yamajwi plz muzemuyiraba🙏🙏🙏🙏🙏,hama courage☑️☑️☑️🌹🌹🌷🌷❤️❤️❤️✋✋✋✋
Mbayiwamber bash abakunz bishari mumpe like
Ukuri kuzokwama gutsinda ikibi. 2024 ubabere uw'amata n'ubuki
Ndabakunda cyaneeee nukuri ❤
Irangiye ukwo twashaka Kweri ❤❤❤❤,ukuri kwamenyekanye vyiza cane gose ,courage 🥰💫🙏🙏
Murakoze
😭😭🙆🏻♀️🙆🏻♀️🙆🏻♀️🙆🏻♀️kl murambabaj kub muyihagarits ivyosivyiz kirazir kuz kuduterumunoh kl murambabaj
Mugire umwaka mushasha mwirambire ukuri kurateba ariko kuj ahabona ❤❤❤❤
Iyi film yariryoshe ariko iheze Kare hariho ayandi ma partie yari gukorwa imbere yuko irangira,tukabona uko Mama Bryan yasavye imbabazi mukwemanga ikosa,tukabona ingéne Bryan asabira Mama wiwe imbabazi imbere ya se wiwe gurtyo bikabera icirwa Mama Bryan n'abandi bameze nkawe,n'ibindi nibindi
Brayani nukuri wiyiciyubuzima urigukuriki satani umubiri urikwishirako ivyushaka nuwubora rero wopfiramurivyo wogiriherezoribi vyizawokwina ukabireka ndetse nabobadamu bahingimishatse namahereni bihanye umwanya ugihara Yesu Kristo arajebidatinze.ndabakunda❤
Muraturangirij umwak neza thank you abakunzi ba film ndundi ndabipfurij umwaka mwiza ❤ndabakunda
Nanj nkaba ndahageze mubambere from maman cheiilla 0fficial ❤❤❤❤❤❤❤❤
Abantu nkabo ni kubahana❤🥰🥰💜💙💕
Ngozi burundi turagukunda narabakurikiranye kuva kurisizoniya1 gushika Kuri final
Mwarakoze cane mwaduhaye inyigisho zikomeyr Imana ibahezagire
Irangiy neza murakoze akaryosh ntigahor mwitama🇧🇮🇧🇮
Turasavye muyibandany mwob mudusondetse nukur 😳 yarigez ahiryoh rer nyakuryoh 🔥🔥💪💪❤️❤️
Bonanne mweseabakuzibafimil warubizi❤❤🎉
Mbifurije Bonna Anne nziza ndabakunda cyane form🇷🇼
Umwaka mushasha wimigisha bantu n'Imana 🥰🥰🥰
Ndabakunda cane bavukanyi beza
Sana mubikora neza cane ❤❤❤❤❤❤❤
🎉🎉m'y favorite movie ark sinumva ukuntu irangy yarigeze kuyindi ntambwe irenzee❤❤
Murakozecane ariko iheze idaheze
🎉mukina neza cn
Irangiye neza cane mukomere kunyigisho muduhaye
Yooo
Mutwereke mariage ya Bryan n'a pinthia please!ntibiherere ngaha,Big up to you all the team
Ishari ni ribi kwelii ukuri igih cose kuratsinda
Murakoze twakunze film ariko yari ikwiye kubandanya.
Hejuru cn
Ndabakunda cyane
Couragee mwakinyeee nezaaa
Ndabipfurij umwaka mushasha mwiza🎉🎉🎉🎉mwarakoze kuduhimanuri zikwiye❤❤❤❤❤❤❤
Uduhe imwe mwatwemerera
Umwaka muhire muze mwongere kugaruk munkomezi shasha😃❤❤❤❤🔥🔥🔥🙏🙌
Très bien Umwaka mushasha kur twes na Team Warubizi❤
Iyi film ntiyaribwagere guhera muradukoreyeko😢
Muheza série itaragera guhera
Kévin
Wihzngan
Ugr
Winjr
Agash🎉🎉🎉
Umwaka mwiza abo kur warubizi ♥️♥️♥️♥️♥️ ndabasavye muyibandanye kuko mwob mutwononey iguma iryoha😢😢
Maskini papa brayan urumwana mwiza imana izobiguhembera❤❤❤
Brayan
Vrt
Ndagkund
Kand
Cn
Komez
Gabriel
Ikigongw
Maman
Wae❤❤❤
Mw murakynzw mubkor nez cyn❤❤❤
Ndi uwa1 abakunzi biyi serie muze twiteramire naho Ari final😮
Murakoze can
Ntibitahurits ukunt ihez ornella atabonetsemo
Har'impanvu munayimaze kare nkumunt yiyunvir haribitagenz neza merci kumpanur
Ishari hejur cn
Ndaba❤❤🎉🎉🎉🎉
Uwambere ntimumbanire nukuri🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Abakunzi iy film nkanje mubinyerek mukump twa tunt nah twob dutanu😊❤❤❤❤
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉😂😂😂❤❤
Merci umwaka mwiza muwuza musumbirize
🎉🎉🎉 mwongerek ntirahera
Série ISHARI twahishikiye kuraba. Murashoboye peeeee.
Murakoze cn❤❤
Twizereko izobandanya
Ihez kare
Yoooooo.murayibandanye basha iraryoshe iyo film
Bonne année hemwe ndaryohew k ukuri kugiy ahabona mbakund kanini
Bash
Brayan
Iman
Iramurokoy😅😅😅
Merciii
Courage cane
Courage cne gusa iyo film mutaduhaye suite muzob muduhenze😢😢😢😢
Wawo nazindutse rekanicarendebe
Nkabandahagez manz ndabifurizumwaka mushasha abakunz bishari❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Ngo fin nyene ntakundi mwubahwe tura❤❤❤❤❤❤
Ark saison2 tuyihabw karikagez kuryoha
Yaaayayayayaya 🔥🔥🔥🔥🔥 🔥🔥🔥
Ndaryohewe caaaane kubona Brian arenganuwe 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Mutunyarukanire next season please 🙏
Allez de l'avant, bien sur l'audio est encore a ameliorer surtout l'equilibre sonore et compression des voix!
Vyiza gus muzoyibandanye
Coourage❤❤❤
Akaryoshe ntigahora mwitama
Ndishimye cane kuba ukuri kugiye ahabona
Kumunota wa 43 nkaba ndahishikiye gusa iheze twari tukiyikeney🎉
Waaaaaa courag
Courage san hm akantu kamajwi ntasohoka bien rab mushireko ep 10 turab mariage yuwatsinz nez
Oya nukuri biherey ngaha kwel ntan bugeni 🎉🎉🎉🎉bonne année ❤❤❤ndabifurije umwaka mushasha❤
Ndabashimire Can ndabatera intege. 2024 mubandanye bigenda neza turabakunda uko mutwigisha biciye mur film.
I was waiting with so much curiosity, thant you guyz warubizi turabakunda
Wap kbx ihez kare cn
Iy film ndabn bayihutshj can ntiyar bwager k iher
Arko mwar kuduha yose umengo ntiyaheze!!!
Muzoyibandanye nukuri.murakoze cane
Iyi film iraryoshe cane❤
Eka da! Ivya Final sivyo namw murabibona!!! Suite iri inyuma ndavyibaze
Ndabaknd mukina neza, mwese bonane nziza
Ndabifurije umwaka mushasha mwese murakoze
Oyaaa namwee muciye mubinyarutsa kandi harihakiriho ibitekerezo vyinshii😅😅😅😅
Iheze hatageze! Ibaye nkumupfakazi! Murabe vrt ico mwokora plz cnk mukore iyindi
Vuba cane irasohoka
Muhezagirwe 🎉 mbipfurij Umwaka mushasha🎉
Bonanee🎉🎉🎉🎉ishari bayii❤❤😂😂😂ishari nukuri yariryoshe
Mukina ngeza.Miuraduha épisode ya lavori.
🎉 Happy New Year 2024 ndabakunda cyane ❤️❤️🔥
Yayaya mbega ubweng abarundi dusigaye dufise Burundian movie
Clovis nintwari pe ❤❤❤
Igeze aho idyoha
Mukomer
Naje