AMAYOBERA( Ep01) Mimi Afise Umugabo Wigipfu😭😭😭
Вставка
- Опубліковано 23 лис 2024
- #Amayobera
#2023
@INKINZOTV
@MimimireilleOfficial-dm8ty
@fannylavineofficial1360
@BMTBuja
@hittoptv
@freshtv257
@nteranjimbereFilms
@alvellamuhimbareofficial
@AkezaBurundi
Mwibuke Kwiyi Film Atari SERIES ahubwo Ni za Film Ihera hama Ikabandanya Munyigisho Zitandukanye
Gusa Izina Rikaguma Ari AMAYOBERA umuntu azobana Natwe Mwizi Film ampe like
❤
Turikumwe mpaka kwiherezo
Niho twobereye
Niho niberey nanj ❤❤🎉 naho natinz muga nabitagoran🎉
Kombonamwo Mimi sinotangwa😂😂knd mwese ndab❤
Abadusaba Iminota Myishi Igikenewe Siminota Myishi Igikenewe nuko Tubaha Ibintu Vyiza Vyigisha
Kbx umwana atangwa n, IMANA.kandihavyara umugabo.
Mbega inyigisho nziza!!!!!!!!!!!!!!!! Imana yumve abantu badafise abana
Nitwa onesimu ndi mu Rwanda nda akurikira cyane ndabakunda
Abagiye murirwarukundo niyiserie murirwarukundo nyene mundemere muciy kuriyo foto yanj mwakavyaramwe ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
So good 👍👍 brother 🥀
Very nice 👍 👍 👍 🥀 🥀 👍 👍 👍 🥀 🥀 ❤️❤️❤️💞💞💖💖💖💕
Mbeg'incuti magara Joachim wubahwe hanura iyombwa y'umugabo ni maman yubakirwa n'uyundi mugabo komerezaho kwizo mpanuro
Love from mr sammycomedien ijwi bien amashushu bien histoire
Wa muhungu wanje 🎉🎉
Sammy Ng amaki amashushu😂😂😂
Keep on
Guys abakunzi biyi series amayobera muri gwa rukundo mumpe like mukuyirindira so courage♥️♥️🤞🤞🤞
Bakubwiy ko atari série
Izo like kuziguh nikimw mai nibaz ko igikenew ar commentaire kugir nib har ico bohindur cnk bokongerako ay ma like mbe muyajan heh🤣
Joahchim bwana iy film ndayikunze cane irimwo impanuro nyishi kububatse batarabona ibibondo nabimirije kubak impanuro uhaye mames niyukuri mimi nawe ndazik ivyukwihangana arigu yiwe vyerera igihe mwihangane mukomeze gusenga ❤❤❤❤
Yoooo uwusambur'urwiwe bamutiza umuhoro urumugabo w'igipfu nkuko mwavyiyandikiye ndahojeje mimi
Mimi pole sana mwz urahanzw pe
Love from Dodoma Jay Jay,film nb vrt plan nziz amajw nb crg vrt natw trinyum
❤❤❤🎉nice vrt
Comming film🙏🙏🥰🥰
Neza cyaane
Murakoze cane iyi film irigisha pe
Keep working hard
Good tubakwirikirana ijana kwijana courage
Nkundukunti utatunyoyeza umwara film imwe ukadutamwo iyindi courage♥️🧡💚💛💙🤍💜🤎🖤❤️💖
Ooooooh vyar vyza mug kwrukan umunt sivyo x crg kunyigsho❤❤❤❤
Johakimu uvuzukur kumugore yakirivyowamuhaye Good
Iyi serie irimwo inyigisho ,ndayikunze can
yooo narinzingo niseries hari hagira hashe mlml ❤❤❤
Nc harimwo inyigisho ndabakunda from jaja
Iyoooo abagabo bimbwa babaho kweri kugira umugenzi. Nkuyo wotuma umubura
Hejuru caaan knd courage
Film nziza❤❤❤
Nagire vuba turayitegereje❤❤❤❤❤❤❤❤
Courage
Umwana atangwa n'Imana. Dukwiye kwiga kwihangana ntitujane nyabahururu😢😢😢❤❤❤
Waooo mukina bein
Mwese mwumve ngo ndaba❤ muri abakinyi beza Joachim ukomeze gutanga izo mpanuro nziza imana igukomeze maze mbere muri abantu banje🎉🎉🎉🎉
Komera joakhim na mimi❤❤ film yigisha
Courage murashoboy gs turasavy muz muraduh umwany munini. Courage à vous
Niwubahwe
Hejuru cn team Joachim
Muduha agace gatogato murabe mwongereze iminota iraryoshe nukuri❤❤🎉🎉🎉
Mbega umugabo mbega umugabo mana we eka nigipfu nyene
Courage di mon ami
Oooh courage ma belle Mimi
Nukuri birababaje 😭😭😭😭
Mbeg amaror igarukir kur kangah❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
Vyz broo
Aaho kowazany mimi wadushoboy
Ubwo nanj nkaba ndahageze from maman cheiilla 0fficial ❤❤❤❤❤❤
Tuyirindirany ugishik❤ courage ntimudutevya
Films nziza cne gusa iminota nimike muduhindurire💕💕
Yooooo Mimi Disi 😢😢😢
Pole Sana ❤❤❤❤❤❤
Team Yose Courage 🔥🔥🔥🔥🔥
Nukuri iyifireme inyibukize vyishi
Shag ndakwemer cn
Mm tu me plaît
Wawoooo ndabakunda cane
Courage SH mimi ww ntunyotez❤❤❤
Mukomeze gutera imbere bana b'iwacu
Nic story ❤🎉🎉
Ready
Urashoboye pe❤❤❤❤❤
Waooooo mwirambira turabakurikirana
Kwer courager
Courage Joachim vrmt ninziza can irigisha ndabakunda
Film yivyamamare gusa👌sibwabwana kabisa.Danny reka guteranya🤣🤣🤣🤣
Courage ndanabikundira💞💞💞
Courage mubirimo neza 👌🤲
komeza muduha vyiza turabashigikiye
Danny wewe uriko urateranya ahubwo sinarinziko chris abumuserieux so gusa ndabakunda🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
🎉🎉🎉🎉🎉
Karire ndagukunda nkuko nkunda iryitoke mundya zose zibaho
Danny urateranije ,Imana irakubona knd Imana yakumvise
Ndabakund kanin❤❤
Courge❤beza banje
Iraryoshe
Ndi berthine ndi burundi ndakund kubakurikiran can kuk film zany ndazikunda pe
🎉🎉🎉 gusa rr mwongerez umwanya
Joachim imbavuzanje ngo amadrede nkahumengo ninanasi zicuritse🤣🤣🤣🤣🤣
Hejuru cane brother wanje
Turahari kubwanyu Joachim kdi ndabakunda❤❤❤❤❤❤
Murahanura nukuri courage
Courage 💪💪 ndagufan
Courage cane🎉🎉🎉🎉🎉
Chris,Sha Joachim aragutekereye impanuro za gusa Ku buntu, courage 🙏🙏
Kweridijo hanuraa
❤❤
Courage les amis, ndabakunda mwese
Agasha ❤❤❤❤
Joachim mrc6 kumpanuro utang zirubak mwabagabo meny k hatavyarumugore umugor aribaruk
Waooo ❤❤❤
Film n'amayober kok 😢ihuriyemw Chris nuyu ntarinz kuvga
Mimindakundacyane❤
❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉courage
Images kali sana. Wengine waige mfano. Big UP sana brother 💪💪💪
Courage ndaba❤❤❤❤ film y'abantu bibihangange gusa ariko Joachim uduhe igice cakabiri turabigusavye
Courage Joachim and Mimi ❤❤
De même Joachim
Nturabakunda cyan ❤❤❤❤❤❤❤🫶🏻🫶🏻🫶🏻🫶🏻🫶🏻🫶🏻🫶🏻
Amayober mbega ❤❤❤❤
Joachim i lov'u so much ❤️❤️❤️ waaaooo impanuro nzizaa