Ubuhanuzi kuri
Вставка
- Опубліковано 21 чер 2024
- #amakuru_atarikwivumbi
#Amakuru_yurugendo_news
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye - Ігри
Jewe Imana yabwiye ko kizoba igihugu ciratiro igihugu kizokomerwa amashi namakungu naniho ngo harisoko ryubugingo
Erega nivyo bitegereze uzabibona Imana nikuzigama uzasenge Gusa Imana ikuzigame
Urakoze mkozi wiMana kubuhanuzi bwawe imana yaguhaye kubwigihugu cacu cuburundi
Imana ivuze ntawuyivuguruza reka tubirindirire kuri terrain
Ncutiyanje mbabwizukuri chetani ndayishimiye akorera irakomeye kuko uravye ibirikuba muri kenya abana bacu buburundi bararozweeee!kuko sinumva ukuntu igihugu kigerakumangankuku gifise ugwaruka kuki badakuraho iyoreta?ndikubaza abajene buburundi mbembabaze abarikobariga muriga ngomuzokoriki?
P
Ndasavye nukuri Mukozi w,Imana mbaze Jewe Ndihano muri USA usenge bigashoboka ndasavyuzompumwanya tuvugane Uhezagirwe caneeee
Ndasavye Amfashe nzomuvugishe
Reka tubirindire kuko IMANA irumva amarira y'abarundi kandi tugume twihsnganye IMANA izobidukorera
Imana itabare uburundi nabarundi
Abahanuzi beshi barihenda bakavugako basumba abandi bemera Imana ariko baba bibeshe cane kuko ubuvugishwa n'ingabire bahabwa n'Imana nkuko n'abandi bafise izindi ngabire. Yesu yivugiyeko ingabire isumba izindi ar'urukundo. Abavugishwa ntikwishira hejuru ngo nibo bakomeye kuko nabo hariho ingabire badafise. Kandi hariho nabiyita Abavugishwa ariko bavugishwa ibinyoma. Nubwo nukubugenzura
Wewe senga Imana Ize Ikuzigame Gusa
Biteye ubwoba ncuti z’umusaraba ,ijwi rymuhanuzi nijwi ry imana imana itabare abayo😭
Ibintu bafata nk,imikino bazakabona guko ndibuka ko Hari uwavuz ko amatora azotsinda Rwasa hama bamwib bamaz kumwiba bice vyanka bizodabadangana vyanke non raba uburundi buri mugushika kuri zero.
Wa muhimbiri we Imana iremera ko UBUSUMA bubandanya muri ibijuju
Abarundi turacari inyuma, ntakindi gihugu kibamwo umunwa utagira akamaro nk'Uburundi
Waduhayakazi ibisigay vyubuhanuzi tubirindire dutekanye
Ntabwariboti ahubwoni Ahabu umugabowa yezeberi kwarikwibutsa uwomuhanuzi
Umuhanuzi yona niwe yahanuriye ninewe
Si question yo kuvyifuza, ingabire ni ingabire
None iyo CNDD-FDD itiba amatora 2020, Lieutenant Général Hon. Rwasa Agathon agatwara Uburundi bwari kumera guteee?
Bwari kumera cokimwe. Rwasa sumweranda. Yahora ari umu rebel
Basha. Uyu muhanuzi naho Avuga ibiryohera amatwi kuri benshi! Afise ubumenyi buke bwa bibliya. Naboti ndamuzi! Mugabo uyo Boti ashobora kuba I Nyabiharage. 😂
Rekantore angatebe numvirize
Nimuduhe nimero zuyomuhanuzi banntiu bimana
Ewe mukama😭😭😭😭😭🇧🇮
Turonse audio aheruka gutanga uyo Mukozi w'Imana
Mumpe adresse-Whatsapp z'umuvugishwa Bigirimana ku Burundi.
Sha imana ntikinishwa reka tubirindire turabe
Evarisito nichetani
Evarisito numurozi
Arakameneka
Waaa nahave none arindiriye iki?
Ikibazo tubariz uwomuntu Nicolas ati ibibirikuza vya identité yinkorana buhanga Imana iyivugakwiki ????? inyishu
turibaxko atayindi ntimwa y,Imana ihari Atari Yesu gusa azogaruka
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂Mugisha uri Number 1 kumakuru😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂tukurinyuma mpaka turokonke inyishu😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂Muri EDENI 😂😂😂😂😂Ati ndakumva narikonywa AMAZI😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉😂🎉😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Isinema tuzoyitunga ryari, twebwe aboro turimwo muri iyo sinema, cnk muzodukuramwo ntitubure ubuzima, n'ubukene
Avuga ngo ntawumushikira kubera tatoue n’imana… ariko iyo Mana nyene niyo yemeye ko na Yezu umwana wayo abambwa ku musaraba, ngirango yibaza ko asumba uyo mwana wayo….aho naho vyohava bitera amakenga. Nohava nkenka ko asumba n’iyo mana nyene akarere!!!! Ariko ngira si Imana twese dusenga…..
Wangu mfasha menye uyu muhamuzi akorera kwi channel y’a UA-cam yitwa gute ngo nze ndumviriza ubuhanuzi bwiwe? Mfasha mugisha uzoba ukoze 🙏🙏🙏
Uyo numuteka mitwe ntamukozi Avuga menshi ashira mubikogwa bose baje bavuga kwarabakozi bimana
Ivyo ushira mwizosi ntibijanye nivyukora 😁😁😁😁
Mbega kuki utagaragara uvugako ufite ubushobozi buri hejuru cane nivyo wewe wivugiye munyuma akavugango nawe ur'umuntu ?
Naj iman yarambwiy
Burya igihe c'intwaro z'abami, ibihugu vyari biguwe neza? Ikinyoma. Ubwami butubaha Imana, Imana yabateza ivyago. Akarorero ni Ubwami bwa Farawo. None kwatabwoba agira kuki atagumye mu Burundi? Imana ntiyarishoboye kumurwanira? Imana ntigihaniraho nka kera kuko abahanuzi bibinyoma ntibaba bariho
Uyo ntumwa ni Kuberiki ivyo yavuze ko bizoba uyu mwaka bitabaye nk'uko yabivuze?
Ndipfuza nanj kwimana yongir umuhanuzi nkuwo mwenedata
Noneko avugako ariwe azotwara Burundi azoca mumatora canke imana niyo izomushiraho ntazokwiyamamaza azoshika kubutegetsi gute
Nabandanye agaruke atubwirehamandumva bizobavuba ntidupingereka
Turindire nukuri abayuwam bere avuzukotwiyeze
Ako nagahimbo ariko abantu bifitiye inzara nawe ngo uriko 😅rekana nabo bateka mutwe uziko President peter yatwaye gitwaza ibujumbura ngo uburundi bugiye kuba nka Dubai mbega ivyo bintu nugusara cgw nubwenge buke?
Wamunyamakuruwe atarugutyozagusa ntakindi ukora?jewe noja kurimape!mugabo abantu bagatekana
Mpa number ya Nicholas azaze arampanurira
Twe twumva biteye ubwoba nugusengera igihugu cacu
Uyo muntu kwakaze ehee mubwire mugisha atiraba mubakurireho bararenvye 🤣🤣kumbe bagutumye abarozi pore komeza usenyure iyo myuka mibi imana izigaragaza amarira yabanyagihugu imana irunva 😑
Nikuberiki mwashizekwikimenyetsocinzoka mukudusangiziyonkuru?cokimweniyomumasengesho yabereyimwaro yabreyimwaro
None ubwo uwomugabo ntiyoba ari muri babahanuzi bibinyoma yezu yatubwira ko bazoza bamwiyitirira bashaka kutuyovya?reka turindire ivyo avuze yuko atazomara uyumwaka neva adapfuye niho tuzomenya kivyavuga abizi nayahandi nunva yiyemera kweri basha reka turindire kabisa sindamupinze kabisa
Hora Ubitegereze
😅
None hamwe yopfa, amasezerano Imana ifitiye Uburundi azoba apfuye? koyigize Imana y'uburundi? Numvirije ivyo yavuze vyumvikanako abarundi bagowe kubera atari mu Burundi. Namba akunda abarundi natahe areke kuvugira mubuhungiro Kandi avugako , avugana n"Imana. Natahe Imana avugira izomurinda' hama ifaranga ry'uburundi risubire rigire agaciro. Abigira abavugishwa bose ntibisigurako bavugishwa n'Imana. Abavugishwa n'Imana ntibishira hejuru. Hariho inyifato iranga abagishwa n'Imana. Abapfumu baravuga ibintu Kandi bikaba. Uwo muhanuzi numva yishakira gutwara. Imana ntisezeranyekoamasezerano yayo azosohorwa numuntu
Oyaaa ntazoba apfiye ahubwo Niko bimeze Kandi bizoba Kandi uku biriko bigenda Niko nyene bigomba kugenda kugira Igihungu kigere kumasezerano
Reka gutuma ubutumwa nimuze i Burundi mubivuge amaso muyandi.
Iryo ni iterabwoba we!
Aho mwanwereye amaraso muzotahaga ryari??ugomba aze Iburundi kubivugirayo??wibaza ko abari ngaho bahoze babuze ivyo kuvuga??nuko muca mubica
Oyaaa ntazoza kuko nuwuzobatwara nyuma ya Neva ntari ngaho mugihugu Kandi numurundi
😂😂😂😂😂😂@@NtakarutimanaIriho
Arihehe tubarire@@NtakarutimanaIriho
Ubuhanuzi ? Sinzi uko twobivuga kuko hari abiyita abahanuzi,kandi biba ari ivyiyumviro biri mumitima yabo nivyifuzo vyabo kuko abarundi boooose barifuza i.pinduka.kuko twese turambiwe nintwarobya cnddfdd