Karabaye kuri

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 3 жов 2024
  • #amakuru_atarikwivumbi
    #Amakuru_yurugendo_news
    #Updats_zurugendo_news
    Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
    Amakuru ya RPA yihuta
    Amakuru ya Haguruka yihuta
    Amakuru yinzamba yihuta
    Amakuru ya Peace FM yihuta
    Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

КОМЕНТАРІ • 162

  • @JohnPaul-yt9sk
    @JohnPaul-yt9sk 3 місяці тому +29

    nukuvugako nimba ivyo arivyo Imana yikorere ibitangaza

  • @EmmanuelManariyo-md9fc
    @EmmanuelManariyo-md9fc 3 місяці тому +4

    Nibareke isi yambaye akaje kubera indongozi mbi ingana umurozi

  • @MarieAngeKamikazi-x3k
    @MarieAngeKamikazi-x3k 3 місяці тому +2

    Numuvugishwa gidiyoni yarabihanuye kuwanyuma azoba uwuriko ubunyene. Abazokurikira bazotorwa niyo mwijuru. Nimanuke ikore abarundi turarushe nukuri

  • @alinemiami9135
    @alinemiami9135 3 місяці тому +2

    Nahe abandi barye umutunzi wambere iBurundi jew numva ataco abuze nashime Imana.afashe abandi abana bomwibarabara nabatagira shinge narugero.

  • @hategekimanaborajulienne4284
    @hategekimanaborajulienne4284 3 місяці тому +1

    Nicolas none ko hariho audio wavuze ngo abavyeyi ntibarungike abana kumashure ngo ntibazomarumwaka none kuheze birigute ? Kakwezi kwagatandatu wavuga kugeze hagati birigute se?

  • @Didace-ee8mm
    @Didace-ee8mm 3 місяці тому +4

    Inzoga anwa niyituma avuga ibitagira akamaro

  • @jacquesntabagara2702
    @jacquesntabagara2702 3 місяці тому +1

    Kumutakura ko wahibagiye, bakoze ishano.

  • @jacquesntabagara2702
    @jacquesntabagara2702 3 місяці тому +1

    Turavyemeye pe👍

  • @jeannettemarora7601
    @jeannettemarora7601 3 місяці тому +2

    Ivyo uVuga nivyo ariko vuga nk'umunyepolitike apana kuvuga nk'umuhanuzi, Imana tuzi uko itanga ubuhanuzi.

    • @OliverHamfuti
      @OliverHamfuti 3 місяці тому +1

      Nareke kutubesha ngonumukozi wimana numunyapolitike yuzuye mureke kubeshera Imana

    • @OliverHamfuti
      @OliverHamfuti 3 місяці тому

      Nareke kutubesha ngo Nimana yamutumye numunyapolitique nareke kutubeshajewe ndakunda amakuru yawe uduha ariko nomunsi wapi weweuwo mukozi w'Imana ahiga numukozi w'Imana bwokoki?😊

    • @WillyNDAYIKEZA
      @WillyNDAYIKEZA 3 місяці тому

      Ayo ni amacandya. Nawe uwohagushira ntawuzi ivyo wokora. Twarabahinyuye . Reka kubeshera Imana je nagira ngo ugira utubwire KO tugiye kuronka igitoro

  • @JajaNIYONKURU-m3u
    @JajaNIYONKURU-m3u 3 місяці тому +2

    Hama ico nobabwira Imana ntimuyivangemwo mwese mwipfuza ubutegetsi uwukunda uburundi ninde nuwipfuza amahoro mwese ivyomuvuga ntakuri kurimwo

  • @nambazimanamariechantal
    @nambazimanamariechantal 3 місяці тому

    Mbembegaaa haragowe abiyita abakozi bimana bakavugango imana yavuze ayariyo yavuze muzobona ibara ubarake bwimana burabaziye mutihanye umuriro wimana winkazi uzobaryosha nkukumunyu uryosha ivyokurya😢😢

  • @ezekielnsengi2480
    @ezekielnsengi2480 3 місяці тому +3

    Uwo Nicolas ariko aravuga ivyipfuzo vyiwe kuko iyaba ari umuvugishwa yapfuma avuga ko ari jewe nzoba umukuru w'igihugu canke uwundi ariko ntavuge ngo niwe Imana yatumye ngo kandi niwe azotwara uburundi ngo araje ahangane na ndayishimiye mu matora????

    • @sisisylvanendayisenga1005
      @sisisylvanendayisenga1005 3 місяці тому

      Yarabivuze k azoba président muma audio menshi

    • @hategekimanaborajulienne4284
      @hategekimanaborajulienne4284 3 місяці тому

      Ukovyogenda kwose barundi turakeneye changement vrt ibintu nirarenze pe

    • @ezekielnsengi2480
      @ezekielnsengi2480 3 місяці тому +1

      @@hategekimanaborajulienne4284 Birarenze ariko ntabwo ari kuri ivyo vyiyumviro vya Nicolas nta muvugishwa canke se ahanura ngo Imana yantumye va kungoma jewe ni jewe ngiye gutwara ivyo biba ari ivyipfuzo vy'umutindi

  • @DéoNdagijimana-e9p
    @DéoNdagijimana-e9p Місяць тому

    Mbega ivyomwavuzebigezehe timubonakomurababenshi?

  • @khadijarowanda3435
    @khadijarowanda3435 3 місяці тому +2

    Imana.niyizogwana.kuko.niyo.yokururwana..

  • @EmmanuelNkunzimana-dq9zp
    @EmmanuelNkunzimana-dq9zp 2 місяці тому

    Muri imishenzi cane muzemuravuga ivyomuzi

  • @AudaceNkeshimana-so7et
    @AudaceNkeshimana-so7et 3 місяці тому

    Nibareke kwiga akamenyo nabo nyene uwohabashira bo kwiba ivyabarundi turabimenyerey

  • @MUHIZIHESRON
    @MUHIZIHESRON 3 місяці тому

    Hahahahaha uwo Nicolas neeeeza jewe ndamuzi. Ndabarahiye yahunze yari umushoferi w'ifuso yahunze yari muri CNL none ngo nta migambwe arimwo 😂😂😂😂😂

    • @ElianeNini-nf4ry
      @ElianeNini-nf4ry 3 місяці тому

      😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅

  • @flaviakezimana4596
    @flaviakezimana4596 3 місяці тому +1

    None kubituma amaradiyo kutoza ukabibwirira kuvuga kw'Imana yagutumye utinyiki?

  • @juvenalndayikeje969
    @juvenalndayikeje969 3 місяці тому +1

    Uwo mukozi w’Imana vyamucanze

  • @Didace-ee8mm
    @Didace-ee8mm 3 місяці тому +2

    Abobantu nibabice uburundi buruhuk

  • @rudasongegwa7187
    @rudasongegwa7187 3 місяці тому +5

    Ba ureka guciramwo abantu baba bariko baravuga uradushisha cane ivyo uza wikiriza birabisha ikiganiro! Urashisha birenze.

    • @urugendonews
      @urugendonews  3 місяці тому +1

      🤮

    • @pierreclavernduwimana1974
      @pierreclavernduwimana1974 3 місяці тому

      Nimba UBWO buhanuzi ari IMANA yabutsnze,nukuri inyuma yimyska 5nzoca ngaruka mu burundi kugira twubsie igihuhu CACU

    • @teddykaneza
      @teddykaneza 3 місяці тому

      Man wew ndagukunda cane ufise ubushobozi bwishi bwo gutohoza Imana ishishikare kukuba hafi mwenewacu ​@@urugendonews

    • @leoncinsabimana9813
      @leoncinsabimana9813 3 місяці тому

      Ntamana ivuguko kweli ntibabahende ni mubareke bikinire politique

  • @MUHIZIHESRON
    @MUHIZIHESRON 3 місяці тому

    Hahahahaha none nk'uyo mu bire yatanguye politique kuwakangahe.
    Yayayayayayayay Nico gituma SG Reverien avugako atumviriza ivyo kumbuga

  • @emelyne-tq
    @emelyne-tq 3 місяці тому +1

    Ngwinubivugire ahagaragara nn imana ntirikumwe naw nubwo wopfa imana yobonak upfiriye ukuri kuberik uja kuma reseau sociaux

    • @leoncinsabimana9813
      @leoncinsabimana9813 3 місяці тому

      Rekana nivyo bijuju vyiyitiriria Imana!! Bazopfa nabi ntamana ivuga murubwo buryo

  • @sisisylvanendayisenga1005
    @sisisylvanendayisenga1005 3 місяці тому +6

    Uwo niwe yavuze k Imana yamubwiye k ariwe azoba président !!

    • @mykeke3255
      @mykeke3255 3 місяці тому

      Ibanga ryimana
      Umusi papa wanj
      Azoturongora
      Uzocyumenya
      Kwari numwa y'Imana
      Ahari yirambir
      Harumusi tuzokesha

  • @MUHIZIHESRON
    @MUHIZIHESRON 3 місяці тому

    Jewe iyo audio ya Nicolas iranyeguye. Mumfashe Nicolas avugako azohangana na SE Never mumumbarize niveau d'étude yiwe

  • @GastonIrankunda
    @GastonIrankunda 3 місяці тому

    WeW kuhamagara abakobwana bahugu WeW kurikuraruka ayomajambo twebw kotwifitiye amahor urahumbasha uraza urwane naw ureke guhenda abana bigihugu abo uvuga nibobakirwaniye bareke biror uzurahenda abana ntitwojayo wangu

  • @ErickNduwimana-tp9gb
    @ErickNduwimana-tp9gb 3 місяці тому

    Uwoninde? Oya barananiwe nibareke!

  • @AntonyOnzere
    @AntonyOnzere 3 місяці тому +1

    Amabi bakoz ni muntara zose SI mugisagara gusa

  • @EnockRamos-ud7co
    @EnockRamos-ud7co 3 місяці тому

    ❤❤❤bazomureke umuhisi yariyakozee❤❤

  • @zazo-bmike6082
    @zazo-bmike6082 3 місяці тому +1

    Mwaretse kubesha abarundi ntambaraga mufise yo guhindura Never

  • @GakiraGonzague
    @GakiraGonzague 3 місяці тому +1

    Huyu Daniel bwabundi urarushe kabisa ubuhanuzi bwibinyomagusa nibwo bugushira hejuru ukikiriza ukamenga igihugu muragifashe.mwese hamwe ndabatwenze.mbee burya muburundi ntamana iriyo.yovugishiriza abarundi kumbe ntabahanuzi dufise.aho bararazirana ivyobaba biriwemwo ngo bavugishijwe kumbe nuburuhe biriwemwo.

  • @AlexisNdayishimiye-ni6nw
    @AlexisNdayishimiye-ni6nw 3 місяці тому +1

    Kura uburofa ntakintu namw mumariy uburundi Atari ugutera umunwa

  • @JeanClaudeBIGIRANEZA
    @JeanClaudeBIGIRANEZA 3 місяці тому

    Ariko ivyo Nicolas avuga ntavyemezo abifitiye ni ibishobisho gusa Mugisha Daniel!Iyo Mana bavuganiye hehe na Nicolas hanyuma iramutuma?

  • @khadijarowanda3435
    @khadijarowanda3435 3 місяці тому +1

    Kandi.imana.niyikwiye..gutekanya...ivyobihuhusi..kuko..imana..niyifise.ijambo.ryanyuma

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tu 3 місяці тому +1

    Sha ivyavuze nukuri kwuzuye pe

  • @elisabethnisubire6369
    @elisabethnisubire6369 3 місяці тому

    oya kura akajagari ngaho.reka kuba mufyina ahafyikiye.kutubaha abarongozi bibabera icaha.cabugufi mwihane murekeke kuvuga ibitaduteza imbere.

  • @KaburaGaston-m3z
    @KaburaGaston-m3z 3 місяці тому

    Haraka basazi kwel nguw numuvuga butumwaaa😊😊😊😊😊

  • @nduwumwamiMoise
    @nduwumwamiMoise 3 місяці тому

    Ivyovyose Iman irabibona biba ibibon

  • @alicemukandanga9831
    @alicemukandanga9831 3 місяці тому

    Le niveau de crédibilité...!!!

  • @flaviakezimana4596
    @flaviakezimana4596 3 місяці тому +1

    Donc washizeho umurongo kugira utembagaze ubutegetsi?isi ntisakaye ushatse wovuga make

    • @azertyquerty6824
      @azertyquerty6824 3 місяці тому

      Ibijuju vyose bigwanya Neva biragaswera banyina

  • @MufagihunaAbel
    @MufagihunaAbel 3 місяці тому +1

    Erega yavuze ukuri kwuzuye kwose

  • @khadijarowanda3435
    @khadijarowanda3435 3 місяці тому +1

    Nihatari.ntivyoroshe..none.tubasangehe..

  • @lydiendayishimiye2416
    @lydiendayishimiye2416 3 місяці тому

    Daniel,
    Ntuzosubire gushira kuri iyi chaîne yawe abo bangushi babesha ngo Imana hari ivyo yaberetse. Uwo si umukozi w'Imana 🤭
    Aho rero wewe uremerako uwo Nicolas avugana n'Imana ????🤭

  • @CécileNzeyimana-w3e
    @CécileNzeyimana-w3e 3 місяці тому

    Iyikuburiye ntikurya

  • @bosconduwayezu5508
    @bosconduwayezu5508 3 місяці тому

    Kumbe Imanz yavuze kwari wewe uza gutwara😂,ko bikaze,sinibaza ko Imana mwaganiriye murayibeshera namwe

  • @mykeke3255
    @mykeke3255 3 місяці тому

    Dawe watwes
    Urimwijuru
    Kori vyugomba
    Abarundi
    Uduhindur
    Icuma twikuru mbwoba

  • @davidnkurunziza-o9h
    @davidnkurunziza-o9h 3 місяці тому

    Nukuri birangzje kubona batwaka ibibanza vyacu vyo mumasoko ngo niho ibiciro bizomanuka none Ubu vyaduze birenze nibadusubize ibibanza vyacu vyo muma Soko amarira yabarundi nimeshi

  • @CESARIEHAKIZIMANA
    @CESARIEHAKIZIMANA 3 місяці тому +1

    ❤🎉

  • @faveur710
    @faveur710 3 місяці тому

    Ngo kumbe ibisiga bigiye kubona isoko 🤣🤣 Kabisa

  • @IssaMwamedi
    @IssaMwamedi 3 місяці тому +1

    Ico nikinyoma sivyo nubu benshi gusa

  • @omernshimirimana
    @omernshimirimana 3 місяці тому +1

    Je nanje abasoda ndabagaya pe umengo babahaye imiti pe umusoda warahiriye kugwanira igihugu uza gupfira ikindi gihugu gte?babajana nkimene gte??

  • @ericmucowimana6690
    @ericmucowimana6690 3 місяці тому

    muri ningorane yemwe aha muguma mushaka irya ntebe nimujeko Imana ngo yamweretse" uzakurwara umutima pole"

  • @AlphaAlice-on8pi
    @AlphaAlice-on8pi 3 місяці тому +1

    Sha waruseruy ukuri kl kwujuy kl

  • @charleskararumiye6522
    @charleskararumiye6522 3 місяці тому

    None igihe Imana yasaba Neva hutanga imihoho niho wari ?
    Yoba yaciye iguha rapport yivyo ihejeje gukora?
    Geza Ubu benshi vyotuma abantu basoma ivyo wandika

  • @Mamapasteur1
    @Mamapasteur1 3 місяці тому +1

    Murag8kiranira icogihugu yamara lmana irahari

  • @BukuruRakeri
    @BukuruRakeri 2 місяці тому

    Mwabagesera mw mbe uwuzoza ntazoz amez nkaw nimumurek

  • @vincentbarizera6628
    @vincentbarizera6628 3 місяці тому +1

    Tekana mwana wa mama we nturi mubamarayika

  • @faveur710
    @faveur710 3 місяці тому

    Merci monsieur vraiment 👏👏👏

  • @muhayimanajamila
    @muhayimanajamila 3 місяці тому

    Uwo arashonj nibamuh amazi. Ntagwe isali🙄🙄🙄

  • @gonzalo7115
    @gonzalo7115 3 місяці тому

    Uwo muntu nikirandamuke avuga ibintu bidatonze. Iryo tanfazo ni wew urutanze ? Nne wew urigiki??

  • @kahunguCyprian
    @kahunguCyprian 3 місяці тому

    Iyo mana yantare rushatsi yaguhenze, mbe burya urazi kwimana ari umuzimu? Imana ntabwo ariyo abisirayeri, kwumva uvuga kwamahanga yose azohungira muburundi aho urabeshe pe😅😅😅 wari kuvuga ibitekerezo kandi bimwe nibizima ariko umenye kwariya abarundi nabanyarwanda gusa, wibuke ko na Bayari yabasidoni ntaco yakoze gukingira ahabu yari yataye El Yahuwah yasengwa na Eliyah, cukora turakeneye kubuhogwa komera

  • @Mudageelevisnduwayo-tx2ws
    @Mudageelevisnduwayo-tx2ws 3 місяці тому +1

    'dakubaze weretswe ck warose nanje ndarindiriye kwimana yawe iriho kimwe iryojwi ndazi ntanumwe atarimenye namba mwokwibuka ninde mwieyijw?

    • @senga-y5v
      @senga-y5v 3 місяці тому

      Ninde? Jew ntabo nzi 😅

  • @LouisNdayishimiye-ic4qs
    @LouisNdayishimiye-ic4qs 3 місяці тому +2

    None ntibokwitabara!!

  • @spesirakiza7063
    @spesirakiza7063 3 місяці тому +1

    Ntugacire umutumire

  • @nduwimanaclaude-x5p
    @nduwimanaclaude-x5p 3 місяці тому

    Barayasangira, yobafatabigenzegute, ababwirangobibe, kuvugango agiyekubafata, kuryanuguhumamaso Abarundi namakungu, ni justification des voleurs.

  • @wellarsmukezamfura3160
    @wellarsmukezamfura3160 3 місяці тому

    😂😂😂😂😂😂 ibi bihe bizotugezayo😂

  • @FulgenceMAJAMBERE
    @FulgenceMAJAMBERE 3 місяці тому

    mugab mwarabonye ko turi imburabwenge kweli, mbe daniel nne uwo ariko abivuga ivyo arihe? ngo tugende mwikambi ahubwo naze ujimbere tumukwikire hama tumushigikire tugwane nabo atubwira ko bononye igihugu apana kuguma hiyo kure, mutugwanirako nkuko umenga turi ibibura bwenge.

  • @paulmbarushimana703
    @paulmbarushimana703 3 місяці тому

    Ivyo ni vyiyumviro vy abantu bataciye kwishule, vya ba FNL/CNL, mufise akabonge kubutegetsi😂

  • @NdizeyeFerdinand
    @NdizeyeFerdinand 3 місяці тому

    Imana idufash

  • @VioletteManirakiza-jf2rk
    @VioletteManirakiza-jf2rk 3 місяці тому

    Mugisha none nkubu uwomuntu bamufashe😢😢😢

  • @prospergirukwishaka3906
    @prospergirukwishaka3906 3 місяці тому

    Bandana utubwira

  • @LouisNdayishimiye-ic4qs
    @LouisNdayishimiye-ic4qs 3 місяці тому

    Ukuri guca muziko ntigusha!!

  • @MUHIZIHESRON
    @MUHIZIHESRON 3 місяці тому

    Uwo niyivuge iyo avuka niyo ava. Ariko abarundi kweri

  • @suadonahayo
    @suadonahayo 3 місяці тому +1

    Uwomugabo nibazoko arumusazi nibamupimishe mumutwe.yavuzeko yimye le1.1.2024.unyumvira atwara bande?hehe?😂😂😢

  • @sindayigayadieudonne7837
    @sindayigayadieudonne7837 3 місяці тому

    Non nagira washika kwa Neva ukabimubwira

  • @NiyongereEmery-io5lk
    @NiyongereEmery-io5lk 3 місяці тому

    Rega hariho absoda 600bafunzwe base kuja mur congo nicogituma

  • @kelinandayifukamiye
    @kelinandayifukamiye 3 місяці тому

    Intambara yuruyuki nakanyegeri 😅😅😅😅 umu moso araho kweri 😂😂😂😂

  • @LenildaNihorimbere
    @LenildaNihorimbere 3 місяці тому +1

    Wewe ntahutaniye nabateguye kudeta ya 2015 wew urakwiye guhigwa kuko ntahutaniye n'a ba pasifike nininahazwe ukwiyekurondegwa

  • @MariusIRUTINGABO
    @MariusIRUTINGABO 3 місяці тому

    Mwe murabasazi kwl

  • @felitriciatv7690
    @felitriciatv7690 3 місяці тому

    Ntamana mwavuganye niba wavuganye na Shetani

  • @intahetv
    @intahetv 3 місяці тому

    Dutinya urupfu nico gituma ataco tuvuga

  • @suavisndihokubwayo-cc3id
    @suavisndihokubwayo-cc3id 3 місяці тому

    ibibintu sivyo lmana ishatse kuvuga ifise uko ibigenze bitandukanye nuko tuvyumvise

  • @LuccantonaHabonimana-ei9cn
    @LuccantonaHabonimana-ei9cn 3 місяці тому +2

    Ntabasoda bakirinda bahari

  • @ChanyNisengwe
    @ChanyNisengwe 3 місяці тому

    Jew simpakana ubuhanuzi ariko none k avugana ishavu nkuko umengo hari Ico bimutwaye umengo arabifisemwo inyungu Kbx Jew reo ndabona ko ubuhanuzi nkubu arubwo kubaza lmana yonyene kubera birayobeye Arik vyukuri ICO atabeshe abarundi dukwiye kwiyambur iyintwaro yigitugu ndetse n'abasuma

    • @angenkurikiye7703
      @angenkurikiye7703 3 місяці тому

      Usanga ariko avuga erega n'Imana irarakara wibuke Imana ituma Moses kwa Farawo ngo arekure abisirayeri yamuhaye ibimenyetso buteye ubwoba Imana ntiraba nkabantu numunyavyaha iramutuma

    • @EnockRamos-ud7co
      @EnockRamos-ud7co 3 місяці тому

      ❤komera

  • @BukuruRakeri
    @BukuruRakeri 2 місяці тому

    Nimana yaragow emw ntimukin kumana mukinahand

  • @JeanClaudeBIGIRANEZA
    @JeanClaudeBIGIRANEZA 3 місяці тому

    Muratubesha ariko ivyo sivyo!Naduhe ibimenyamenya ko bizogenda uko ariko arabivuga

  • @eliasmanirakiza9281
    @eliasmanirakiza9281 3 місяці тому

    Hageze muvyo ngo lmana yanyeretse ! Aho ntituri kumwe ivyo murota jane hiyo! So jewe gusa ico twokwemeranya nawe nuko Reta yohindura ingendo kuko ibintu bitera biba bibi

  • @MukeshimanaClaudine-nh8pj
    @MukeshimanaClaudine-nh8pj 3 місяці тому

    Uhoraho azoguhana wewe wigira umuvugishwa ntitugugumwa kirazira

  • @AlexisNdayishimiye-ni6nw
    @AlexisNdayishimiye-ni6nw 3 місяці тому

    Sinari bwumve umuvugishwa yayinze asigaj kwiruka agata impuzu. Kand nuyu mumenyeshamakuru ni ikigugu cambere mbonye

  • @VioletteManirakiza-jf2rk
    @VioletteManirakiza-jf2rk 3 місяці тому +1

    Jewe ivyobintu reka tubirindire mugisha wewe uvyumvagute

  • @LivingstoneNdayishimiye
    @LivingstoneNdayishimiye 3 місяці тому +1

    Iryo nifegi

  • @davidnkurunziza-o9h
    @davidnkurunziza-o9h 3 місяці тому

    Kuva ober itangura uburundi bwagiye mwisanganya

  • @niyumvaisaie6620
    @niyumvaisaie6620 3 місяці тому

    Uwo muci wibipande ari mu biki?

  • @حسنعلي-ث6ظ5خ
    @حسنعلي-ث6ظ5خ 3 місяці тому

    Rek turindir😂😂😂😂 ivyobinyo nubuhanuzi

  • @clementnijimbere-bm9px
    @clementnijimbere-bm9px 3 місяці тому

    Uwomugambi w'uwomugabo uzohinyuka. Ashaka yiyamamaze? Ndamutwenze. Harinuwuri mpimba yiyita isirayeri ya 2

  • @MufagihunaAbel
    @MufagihunaAbel 3 місяці тому

    Tworonka imvuga kuri nkiyi ejo canke hirya yejo uburundi twova mukaga turimwo

  • @PhilippeHARUSHIMANA
    @PhilippeHARUSHIMANA 2 дні тому

    Mugisha wewe uzohava uturuya mumutwe

  • @KaroliRajabu
    @KaroliRajabu 3 місяці тому

    Ababantu ibyogutwara ntabyo bashyoboye izabo barose amahera nabagore nibyo barya ntakindi ivyibihugu ntubabgire amajambo gusa niyoyuzuye akanwa kabo

  • @IgiranezaRucie-ze9qc
    @IgiranezaRucie-ze9qc 3 місяці тому

    Birakaz kbsa

  • @NdizeyeFerdinand
    @NdizeyeFerdinand 3 місяці тому

    Ivyobintu birakazenukur