Ubu genda naraboze mu mutima😭/sinzi se w’umwana wanje/INTAHE Y’umugore yakundanye n’abagabo babiri

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 1 бер 2024
  • #sirenvibestv #girlfriends #intahe

КОМЕНТАРІ • 212

  • @sirenvibestv
    @sirenvibestv  4 місяці тому +16

    Kubifuza gufasha Coco gukoresha ADN y’umwana numero yiwe ni 61 08 82 04

    • @giramahorocynthia1358
      @giramahorocynthia1358 4 місяці тому +3

      Reka kuza muraciramw abatumire !mubareke bavuge

    • @user-re3sc9ck9f
      @user-re3sc9ck9f 4 місяці тому +2

      😢😢😢 mana narinzi ko arijew gusa vyabayeko mana ndababaye nyene jew narabuze naho ndabivugira kugira nduhuke umutima wanje ndabasavye nanje mufashe

    • @Brina-777
      @Brina-777 3 місяці тому

      Jew ndi Canada, iyo numero ni telephone canke ni lumicash???

  • @grettamukezamfura408
    @grettamukezamfura408 4 місяці тому +27

    Ba mureka umu invité avuge basha muramuciramwo sana.

  • @Possible204
    @Possible204 4 місяці тому +28

    Umwana afise nationalité americaine, Coco agiye muri embassy bamwereka kiriya gipapuro ca fake, ahubwo Coco azosabe ambassade, uriya mugabo arungike amate hama ambassade ije gupimisha, numva ko vyokorwa gutyo. Hama umwana afashwe. Ivyemezo vyerekana ko umwana ari umunyamerik, nuko umugore yagire atange divorce, hama ikindi akemera gutanga le 5milles dollars,.umunyamerikakazi yabony ko adn ariyumugabo wiwe, niyo mpamvu. Hama Coco yagize neza kutamuha umwana kuko yari kumwica. Mwirere mama kandi azokura, azoba igitangaza, uyo ni umugisha wawe. Komera Coco.

  • @zenandayishimiye2233
    @zenandayishimiye2233 4 місяці тому +9

    Siren za murafata ko ata nkuru muzi mumubaze nku muntu wumushitsi ntimwerekane ko musanzwe muzi story

  • @kezalarose-ga5ck
    @kezalarose-ga5ck 4 місяці тому +3

    Je ikikiganiro nagihereye ejo muga vyaranse ko ngiheza kubera ncansanga ngiz émotions 😢gusa courage Coco mwijuru har'Imana ihoza amarira.

  • @NkingiAlbertKelly
    @NkingiAlbertKelly 3 місяці тому +2

    Courage Coco Imana izokurere warabaye intwarikazi kudatanga umwana wawe.
    Osi Imana ibahezagira kurivyo nihabiri mutwereka biratwizuza

  • @LorraineAyinkamiye
    @LorraineAyinkamiye 4 місяці тому +3

    Courage sha coco....kazima wemey ikosa aha twese nta n'umw adakosa...hamwe n'Imana bizogenda neza....guma ku mavi mwiza

  • @belladagnesniyoyankana822
    @belladagnesniyoyankana822 4 місяці тому +7

    Hosy & Gretta mwamuciriyemwo cane umu Guest,faillait la laisser raconter son histoire neza

    • @Chreambard1684
      @Chreambard1684 4 місяці тому

      Numiwe barumuciramwo sanaaa naho boba bazi son histoir avant birabishe kumuciramwo aho kumureka ww avyivugire.bavuga menshi kumurusha😁😁

  • @jean-claudeminani6156
    @jean-claudeminani6156 4 місяці тому +8

    Ariko mwaba komutera gukosoreka!!!! Iryo jambo rivuga guterinda mugerageze kurihindure. Yamutwaje inda bakongera bakavugako umupfasoni yibungenze. Hanyuma imbanyi igeze kugihe akibaruka ikibondo. Sukuvyara ni ukwibaruka kuko havyara inka, impene, intama nibindi bitungwa dushobora kurya akanyama.

  • @AnnieLaurianeNDIKUMANA-py6sv
    @AnnieLaurianeNDIKUMANA-py6sv 4 місяці тому +2

    Siren vibes TV merci cn ndakunda ingene mukora. Ntimukora nkabandi batumira abamaze kuba ivyamamare ariko mwebwe mutuzanira n'abandi bikorera ivyabo. Vrmt biradufasha twebwe tukiri hasi. Vrmt binyigisha kutokurondera amahera gusa ahubwo kwiha discipline😇 l'argent sans discipline c'est rien. Merci bcp

  • @user-su3hc1oz3s
    @user-su3hc1oz3s 4 місяці тому

    Merci Hosy et Gretha ibiganiro vyanyu nivyiza harimwo impanuro ,coco wihangane courage ukomeze gusenga

  • @jinamajody
    @jinamajody 4 місяці тому +2

    Les journalistes ni ibiganiro vyanyu ni vyiza ariko mu kazi kose surtout au contact humains birasaba ama recyclages.
    Ja kuri internet murabe ama tutoriels yigisuko bakoresha ama interviews.
    Il faut surtout surtout éviter des questions fermées.
    Ikindi reka kumworienta ku nyishu mushaka.
    Mana weeee mbegurwamooooo🔥🔥🔥

  • @garythebeast3056
    @garythebeast3056 4 місяці тому +2

    Pole sana sha ariko warasamaye cane ayomahera waronse nicokintu cambere wariguherako kumenya ese uyumwana nuwande?ja kumavi IMANA itabare umwana amenye se

  • @user-lz5lb1cd8o
    @user-lz5lb1cd8o 4 місяці тому +3

    Baramuciramwo cane bavugirarimwe nibobavugavyinshi gudumvyumutumire

  • @munezeroingrid
    @munezeroingrid 3 місяці тому +3

    Hosy N gretta turabakunda ms muzohore mureka umutumire avuge

  • @uwamureraespe.7756
    @uwamureraespe.7756 3 місяці тому +1

    Humura cherie wanje, Imana izabigenza neza, kuko ufite umutima mwiza, izere Imana izabigenza neza

  • @natachaicitegetse
    @natachaicitegetse 4 місяці тому +1

    Je numva umwana nuwo umunyamerika nico gituma uwo mugore yamubwiye ngo amumuhe nuko yari yabonye ko ari uwumugabo wiwe.Gusa coco courage Imana yo mw'ijuru irabona umutima wawe iragucira inzira

  • @itekachristadivine8993
    @itekachristadivine8993 4 місяці тому

    Mpore sha coco Imana izoguhoza...hosy et gleu bzu❤

  • @iranadia7256
    @iranadia7256 4 місяці тому

    😭😭😭😢😢Imana izomuh igisubiz biciy mubantu inamuh kwihngn birbbj gs ndamukunze❤ hosy namwe Imana ibahezagir kumufash

  • @emelyneiradukunda3205
    @emelyneiradukunda3205 4 місяці тому

    Girl friend my favorite one thank Hosy et Gretta mur Umugisha kumahanga ❤️❤️❤️

  • @soniakira2799
    @soniakira2799 4 місяці тому +6

    ”Iy’ urushye, iy’ uremerewe,Bibwire Yesu, bibgire Yesu !Iy’ ukumbuy’ abakunzi bawe, Vyos’ ubimuganyire !”
    Indirimbo inje mu mutima numvise ikiganiro.
    Coco egera Yesu agusane umutima, aguhe izina risha! Arashoboye kuguhindurira amateka🙏🏽
    Raba kumusozi har’Impore, hari agakiza❤️❤️❤️

  • @nikwigizeevelyne9919
    @nikwigizeevelyne9919 4 місяці тому +1

    Mana weee uwomuvyeyi abayintwarikazi! Iyo courage yokurondera papa wumwana ntumusige murujijo Imana izobigufasha iyo ADN izokorwa numva bizokunda🤦‍♀️

  • @giramahorocynthia1358
    @giramahorocynthia1358 4 місяці тому +7

    Bé mureka kuza muciramwo abatumire,bé mureka bavuge baheze!muze mugabanya kubaciramwoo!!reka bavuge kk muba mwabatumiy twumvirize bob,apana mwebw

    • @ArakazaThierry-jq5le
      @ArakazaThierry-jq5le 4 місяці тому

      Ahubwo muzi bike ! Aho ntimubona ko bavugana ivyo bapanze neza ??? Jewe mba mbona ari akantu bapanze kugira bironkere ama views gusa !😀😀

    • @mugisha.palice19
      @mugisha.palice19 2 місяці тому

      😂😂

  • @caritasinamuzima2859
    @caritasinamuzima2859 4 місяці тому

    Komera claudine pole uri umuntu mwiza bizogenda neza sana kubera Imana.

  • @BerniceNellaGAKIZA-dq1mh
    @BerniceNellaGAKIZA-dq1mh 4 місяці тому

    Imana ihezagire Hosy na Gretta bakuzanye Hama Imana izokwishura nukuri Kandi iciye mubantu

  • @nivyimanacharlene9482
    @nivyimanacharlene9482 4 місяці тому +1

    Hosy&Gretta muzogerageze umutumire yiyexprime aheze mumubaze ikibazo muhane umwanya kuko vyinshi biraducanga

  • @ChristInMeHopeOfTheGlory
    @ChristInMeHopeOfTheGlory 4 місяці тому +2

    Gretha & Hosy mufis bcp de commentaires plus q l'invitée

  • @francoiseuwihoreye3084
    @francoiseuwihoreye3084 4 місяці тому +4

    Muravuga cane mu biganiro be mureka umutumire avuge aheze kuko mumurenza urwamo ukayoberwa nyenikiganiro nuwukirongoye ivyo vya coco biroroshe niba umugabo yaramwiyandikishije birakwiye aba rwiwe ataba rwiwe aho rwaracitse azomufasha ahubwo naje muri ambassade birakemuka

  • @GyslaineAkimana
    @GyslaineAkimana 4 місяці тому +2

    Pole sana numva warahuritse nibibazo😢arik hariho ibintu dukora twishinye bikatuzanira ingarukambi sinibaza uburyo wogurisha Parcelle ugiye Malawi,Mozambique kuk parcelle ntizigaruka kimwe wavyitwayemwo nabi kurondera uwuguha urukundo akurira amahera ngonuko akubwira Je t'aime gusa abarundi ntibogusubiza ineza wamugiriye

  • @CongeraClaudine
    @CongeraClaudine Місяць тому

    Mon Dieu,har.ibibazo duhura navyo kubera dutinya ubuzima bubi ahandi naho kudafata Ingingo

  • @caritasinamuzima2859
    @caritasinamuzima2859 4 місяці тому

    Baragira tricherie sana ahubwo yarabikoze kweri

  • @mariechantalitangishaka3189
    @mariechantalitangishaka3189 4 місяці тому

    Pole sana abakobwa bahura n ingorane nyinshi. Mbega abagabo bibihemu

  • @godswonderstv797
    @godswonderstv797 4 місяці тому

    Franchement iyo story irambabaje cane. First ndashimiye coco ko yishimiye uwo mwana. Hama numvise Imana harivyo imaze gukora nubu surtout yizere ko uwo mwana Ari ingabire ivyo bitazomwaffecta negatively Imana imukingire. Kandi vyukuri if I could sinari kurindira abandi nari kubikora même totalement. Ariko still I believe ko INZIRA z'Imana, for the sake y'uwo mwana na mama wiwe, Ari nyinshi. Coco, prend courage en Dieu peu importe tes débuts, ton avenir et Celui de l'enfant peut être plus meilleur.

  • @claudinekanyange1069
    @claudinekanyange1069 4 місяці тому

    Ütü mü maman numviis ndamukunze kndi coco shahu uru mu maman mwiza disii❤hosy Gretta ndabaknda can muzana ibiganiro vyiza Kandi biradufasha

  • @caritasinamuzima2859
    @caritasinamuzima2859 4 місяці тому +1

    Claudine disk ndamuzi nyakabiga yari umukobwa akunda abantu bose nubwo yana mu bagabo yari umwana mwiza caaane Imana irahari chérie ejo niheza .

  • @user-kn6dd3pu5b
    @user-kn6dd3pu5b 4 місяці тому +8

    Imana ninyembabazi, Coco Imana ikugirire neza umwana amenye se kubera birababaza

  • @carinesignorellikabanga1617
    @carinesignorellikabanga1617 4 місяці тому +5

    Yooo Claudine shahu Coco Ndagukumbuy nukuri malgre tout Coco Afise umutima Mwiza cane gose Ndakwibukaa caneee

  • @user-qs1dn1id5k
    @user-qs1dn1id5k 3 місяці тому

    Imana imufashe Claudine, intahe yiw vrt nukuri atabeshemwo hama uwo muhungu wew ndamuzi ntay azoriha kand amahera arayafise akwiye pee kand uw mukobwa yaramunezereje amuha vyose peee nihamwe abahungu natwe hariho ibigaba badashima

  • @christakabanga9437
    @christakabanga9437 4 місяці тому

    Mme rema à ce que j’en déduis numva umwana arumu americain la femme yanka ko ton enfant aronk ibintu baronderanye et le prblm le burundais naw abarundi turazinanye turikunda muga chère dame senga amahoro avaku Mana kandi Imana niyo yonyene yorosha ibikomeye abo banyamerik bateze Imana ubund ntakiyinanira nabone n’Imana yabaremye vous êtes tous bénis mes chères hosy et gretta

  • @iriiriho5368
    @iriiriho5368 4 місяці тому +7

    Gretta ndagusavye ureke kumuciramwo abanze avuge aheze wepaule après plse

  • @user-xp2bs5ps4m
    @user-xp2bs5ps4m 4 місяці тому +1

    Imana izomufash gusa umwana nuwuru muny America ukurikij l'histoire yose

  • @Kampundufanny1977
    @Kampundufanny1977 3 місяці тому

    Nayibonye. Merci

  • @user-ds9gc3wx4n
    @user-ds9gc3wx4n 4 місяці тому

    Nukuri Coco urumuhizi 🙌🏽

  • @huguettecharnellagirumuban4958
    @huguettecharnellagirumuban4958 4 місяці тому +1

    Hellloooo,ikiganiro kiraryoshe ariko mwamuciriyemwo caaaaane umutumire.

  • @user-gl1og1pp4r
    @user-gl1og1pp4r 3 місяці тому

    Coco Uhoraho agukomeze kandi Umwizere ntakoza isoni azokugirira neza ham hosy & gretta Ndabakunda mubikora neza❤👌

  • @jilu1095
    @jilu1095 4 місяці тому

    Mukama wanje abakobwa turarinda😢😢😢😢

  • @ineskwizera9456
    @ineskwizera9456 4 місяці тому

    I'm Nr 1

  • @meva3047
    @meva3047 4 місяці тому +1

    Ntivyorosh ariko coco uri intwari gusa.courage Bizogenda neza

  • @glorianikiza3940
    @glorianikiza3940 4 місяці тому +2

    Conséquence du péché niyo mais Imana yacu ninyembabazi Imana izogufashe umenye réellement se wumwana Umwana amenye aho avuka

  • @NkurunzizaoRegis-gi3lx
    @NkurunzizaoRegis-gi3lx 4 місяці тому

    Yesu Ashimwe cane?

  • @clarissabellaterimbere6073
    @clarissabellaterimbere6073 4 місяці тому +1

    😅😅hosy warativy umutim ngo noe kutanguy kurira hakir kare

  • @user-ws7bv6lo4w
    @user-ws7bv6lo4w 4 місяці тому

    Jw reo nzoz nanjee Shing rwnjee mug ndabakund ndakund ivy mukor knd Imana icunge cnee

  • @belysebutoyi5658
    @belysebutoyi5658 4 місяці тому

    Sha wobishobora ugasanga nuwiwe reka reka umwana numwana Ahubwo bzokwendaminiza hubwo sigaho

  • @flowermoniqueniyonyishu2875
    @flowermoniqueniyonyishu2875 4 місяці тому

    Hosychouuuuu salut n1 Gretha nuwomutumire❤❤❤❤❤wacuu

  • @user-zh6pk4oi5f
    @user-zh6pk4oi5f 4 місяці тому

    turabakunda

  • @user-vl6ep5lo5g
    @user-vl6ep5lo5g 4 місяці тому

    Ihangane kwisi nuko bigenda ❤umwana nawe azokura kandi azobintwari komera sha coco

  • @consolatanduwimana6418
    @consolatanduwimana6418 4 місяці тому +2

    Bien dit Gretta

  • @NkurunzizaoRegis-gi3lx
    @NkurunzizaoRegis-gi3lx 4 місяці тому +2

    Iki kiganiro muzocite boys and girlfriends kuko natwe abahungu turakeneye kwiyumvamwo kabisa.

  • @GyslaineAkimana
    @GyslaineAkimana 4 місяці тому

    Coco pole sana arik Ntamu type wumurundi yogusubiza ineza wamukoreye😢hagarara kumunya Amerique niwesewiwe ahubwo umugore wiwe niwe avyihishe inyuma yabonye karuwiwe acabona azohava arungika amahera yaburigihe😌vyocinzira bakayaguha ukagura ahurerera umwana wawe heza vyoba vyiza cane

  • @claudineniyonkuru7331
    @claudineniyonkuru7331 4 місяці тому +1

    Claudine mpore bizogenda neza kazima utishe uwo mwana, hama urasubira muri Ambassade usabe basubire gukora ADN urya mugore ntiyongere kuvyinjiramwo. Uwo mugore harico yakoze.

  • @user-kw1jr9rp8o
    @user-kw1jr9rp8o 4 місяці тому +1

    Yooooh mana yanje vy'ukuri bimwe bavugako isi nisiguro yamajambo agoye nukuri nihatar pe. Gusa coco mpore imana ninyembabazi kandi kubwivyo imana izogutabara

  • @user-so8yj7wv2p
    @user-so8yj7wv2p 4 місяці тому

    Juste kuvuga k hosy &gretta mbakunda.ivyo mudushikiriza ni ngirakamaro.❤❤ Ndanababwir k mur aba modératrice beza❤❤❤ je vous aime au chocolat au lait

  • @francineningabire2660
    @francineningabire2660 4 місяці тому +4

    Basha har truc l´américaine yakoze kko ntiyar kwemera kumuha amahera yose yamuhay inyuma ya fake ADN atazik yashizemw inyanga. Bon courage Coco, Imana yagushoboj gushinga iyi ntahe izogufash iguhe nubwo bushobozi bwo gukoresha iy ADN

  • @NezerweNelly-pd8lg
    @NezerweNelly-pd8lg 4 місяці тому +2

    Umwana wa coco numunyamerika sha araboneka.j ndamuzi Yitwa OMALI

  • @stiveniriho6698
    @stiveniriho6698 4 місяці тому

    Coco urintwarikazi nukuri bandanya usenga Imana vyose bizogenda neza cne

  • @angemugisha7056
    @angemugisha7056 4 місяці тому +2

    Greta uri keza chch ndabakundaaa 💋

  • @user-tw7jh1wr7v
    @user-tw7jh1wr7v 3 місяці тому

    Bamureka guciramwo umutumire coco courage

  • @HAVYARIMANAChantal
    @HAVYARIMANAChantal 4 місяці тому +1

    Amakosa yoyo yarayakoze kandi ntawe nohanura gukunda abantu barenga umwe. Abakobwa mukiri bato namwe ntaciza nakimwe kiri mugukunda abagabo bubatse. COCO je imbere yuko uronka inyishu za ADN nogusaba kwegera umwana wawe ukaza uraganira cane numwana ukamwereka ko imbere yavyose murondera ubuzima bwanyu. Ugashira Imana imbere yavyose ukamwigisha gusenga avant tout. Imana ni se winpfuvyi numugabo wabapfakazi.

  • @Thebfchou
    @Thebfchou 4 місяці тому +1

    She can file child support kuri state the guy abamwo (NY), go to the embassy and tell them you want to file child support. naho ari hiyo since Uwo mugabo yandiste kuri birth certificate, the embassy is obligated to accept kubera the child is American by birth (again since Ari kuri birth certificate) Yihakanye umwana then baca b’obligea ko afata DNA test and if he is the father nta choice azoba afise ataruko aza ararungika amahera. Binyaruste umwana ataragira 18yrs old. Uzoronkeramwo the answer if he is the father or not, ariwe the father uzoronka a little financial support basi yiyomyaka umwana asigaj kugir ashikir 18ans.

  • @twinsmom-td7gb
    @twinsmom-td7gb 4 місяці тому

    @coco, uhoraho akomeze abana nawe❤

  • @AliceAkimana-lq6pf
    @AliceAkimana-lq6pf 2 місяці тому

    10:43coco humura Imana izokwishura kandi ntuzokwicuza

  • @clarissabellaterimbere6073
    @clarissabellaterimbere6073 4 місяці тому

    mpore coco warahuy n ibibazo gikuru nukurwa ukavyuka gusa egera Imana usenge kuko izokworohereza ubuzima ukire les blessures du passé

  • @user-no6yf8lz1d
    @user-no6yf8lz1d 3 місяці тому

    Mpore mpore mukobwa mwiza ,
    Imana igukize ibikomere ariko numva ntashimye ko ushira kahise kawe kuri réseaux sociaux.

  • @user-lq5cd9ru2m
    @user-lq5cd9ru2m 4 місяці тому

    Yoooo birababaj vrt pol san

  • @NgabiranoLarissa
    @NgabiranoLarissa 2 місяці тому

    Imana coco uzakuburanira

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp 4 місяці тому

    Wooooa ❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅

  • @lysebelyseofficial636
    @lysebelyseofficial636 4 місяці тому

    Mpore sha

  • @TheddyOrnellaGATEKA-qe3wm
    @TheddyOrnellaGATEKA-qe3wm 4 місяці тому

    Mercii coco et courage aussii🤧

  • @mathhatungimana7747
    @mathhatungimana7747 4 місяці тому +5

    Ego ni vyiza kuganiriza abantu. Ariko iyo bishitse bakarira ni mubareke barire kuko baba bariko barakira umubabaro wabo. Nukuri mugerageze kubareka barire bikenewe bazogaruke aho kubabuza kurira. Muzobaze abahinga.

  • @NkurunzizaoRegis-gi3lx
    @NkurunzizaoRegis-gi3lx 4 місяці тому

    Numvise nkozweko cane vrmnt

  • @kadino_jc
    @kadino_jc 3 місяці тому

    Adn ntizimvye murwanda sauf agize iya trois jours

  • @user-jl9wo4dk2u
    @user-jl9wo4dk2u 4 місяці тому

    Girlfriend Ayo mahera ntay tubaha yabikoze abizi nagarame yonkwe.namwebw nimwifuza gukora ikibi kizobagarukako🎉🎉

  • @user-vx7en5mf3n
    @user-vx7en5mf3n 2 місяці тому

    Haroho abantu atakinini twofasha ariko reka dukengurukire Imana yo yamushoboje kuvuga ukuri, hama ikindi Imana yanka icaha ntiyanka umunyavyaha koko senga inyishu izova mu gisabisho kandi hizogenda neza. Hama Hosy na Greta nukuri Imana ibahezagire kuco mwafashije ariko za mugerageza kuterejana ko histoire mutayizi mureke mweneyo ayivuge

  • @ArianeIngabire-wh6yj
    @ArianeIngabire-wh6yj 4 місяці тому +2

    Evitez la vie de débauche mes chères soeurs🙏

  • @FabiolaNDUWAYO-ft1gn
    @FabiolaNDUWAYO-ft1gn 4 місяці тому

    😭😭😭😭😭birababaje

  • @josianendayizeye2707
    @josianendayizeye2707 4 місяці тому

    Gretta gwiki😂😂😂ngo majeure vaccine

  • @Kampundufanny1977
    @Kampundufanny1977 3 місяці тому

    Thanks

  • @nduwayojando4170
    @nduwayojando4170 3 місяці тому

    Ibintu vyarabaye amazi😢😢

  • @jordinendikumana66
    @jordinendikumana66 4 місяці тому +1

    Twebwe muka papa yarabuza na papa wacu kuza kuturaba, yihishije mu bakizwaaaa, reka Cimamanda atuke abaporoti les hypocrites 😢😢😢😢😢

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero1377 4 місяці тому +3

    Une femme polyandre et burundaise qui s'assume n'ibitangaza

  • @jilu1095
    @jilu1095 4 місяці тому +1

    Burigihe ikintucose kirafise igaruka non nawe izonigaruka zivyowabayemwo kwigwanirira nibibi kubera ikinturunaka ukeneye mpore coco ihagane imbereye isomo ryubuzima

  • @Hi5392
    @Hi5392 4 місяці тому

    1:03:27 ntamugore yorera umwana atari wumugabo wiwe. uwo mwana nuwunyamerika cétu. truc yo yarabaye kuko nimba yar'afise laboratoire, yihaye resultat ashaka

  • @ArianeIngabire-wh6yj
    @ArianeIngabire-wh6yj 4 місяці тому +1

    Eviter la vie de débauche mes chères soeurs🙏

  • @christabellainakaneza7783
    @christabellainakaneza7783 4 місяці тому

    Mpore muvyey😢nukur Iyo ntah yawe irababaje

  • @ellacarmellaininahazwe9442
    @ellacarmellaininahazwe9442 4 місяці тому

    ❤❤❤

  • @kelvinsauveur6264
    @kelvinsauveur6264 4 місяці тому

    Coco be strong. Reka na nuwo murundi nous les homme burundais nous sommes des selfish des ingrats. Ubu mukanya yibagiye ukuntu wamufasha. . Wewe just go to the embassy uvuge ibibazo vyawe ko umwana wawe afite nationalité. Américaine bazogufasha naguhe réinstallation wigire kwibera muri America. Birakogwa. Reka kwirusha nuwo murundi. Iyo ADN siyo ni tricherie .

  • @user-qs1dn1id5k
    @user-qs1dn1id5k 3 місяці тому

    Aaah uk kuntu muciramwo umuntu birashisha.. si non iki gikogwa canyu niciza

  • @claudineniyonkuru7331
    @claudineniyonkuru7331 4 місяці тому

    Uwo mwana nuwuwo wo muri America

  • @clairiaarakaza4566
    @clairiaarakaza4566 4 місяці тому +1

    Hozy uramuciramwo gose..ntimumuha umwanya avuge..

  • @user-th6rm9cj7h
    @user-th6rm9cj7h 4 місяці тому

    Coco weee imyaka myinshi kabisa