Helloooo les Dames ❤ ikiganiro kiryoshe mwakoze gutumira Deborat nukuri elle est telma gentille kuburyo nigihe yacamubibazo twaramubona église ariko elle était tjrs belle kuburyo utamenya icabitse dans son ❤ bravo à toute les les femmes forte.nanje narabuze bb nagize trauma kumajambo avugwa after. Un jour nzobana namwe❤ Merci
I haven't watched the whole video yet, but I just stopped to comment on how you all look very elegant and gorgeous😍. Hosy, narimpejeje kuraba your other makeup tuto Kuri channel yawe😂, there 's definitely massive improvements🥵🤩...Ako ka blush niko!!!
Fun and Fact nikiganiro co kwigishanya mugutwenga no kwigishanya so muraberewe mwese muratesa sana Nikita wisoze akantu gasa neza cane kumunwa Hosy wisize neza vub urashobora gukora mak up vrm😂😂muratesa sana kbx mukora ibintu bitesa saaaana muratesa cane ndabakunda❤❤❤
Bonjour,abakobwa bose baziko bafise ikibazo co kutaja mu ma règle régulièrement nukuri vyoba vyiza ko baja kwa muganga kuko beshi basanga barwaye ibivyimba.benshi bibazo biza iyo bageze mu rugo
Basha ndabakuda cane mwese baratu muri ibi chérie muraryoshe gusa uwo nutumire numuyuwayii caane ntakirundi azi ko numva na English yiwe atari ikirenga
Hosy uramutumira mukindi kiganiro,ari special,hewe ntamuntu munyakabiga atamuzi couple yabo twaricara kwibarabara urindiriye kobahaca na cheri wiwe,arafise mvyishi yokwigisha couple shashaaa
Helloooo les Dames ❤ ikiganiro kiryoshe mwakoze gutumira Deborat nukuri elle est telma gentille kuburyo nigihe yacamubibazo twaramubona église ariko elle était tjrs belle kuburyo utamenya icabitse dans son ❤ bravo à toute les les femmes forte.nanje narabuze bb nagize trauma kumajambo avugwa after. Un jour nzobana namwe❤ Merci
Sha ndabakunda mwa bakobwa mwee , nkunda ukuntu muyaga vraiment mura tesa ❤
Deborah merci cane 🙏 kuriyo témoignage, jew ndafise ICO nungutse kinini
Muribezaa vrt ikindi ndanabakunda❤basha nguma ndab iy émission😢😢yaryohey irananyigishaa vyinshii ntarinzii, Déborah uhezagirwe cane kudu partaga histoire yawe❤
Waooooow, temoignage ninziza cane,merci beaucoup ❤
Mbay uwa 2 abaza munyuma mumpe twatuntu muri rwarukundo nyen ndabakunda Hosy n'a Nikita Dacia❤❤❤
Iki kiganiro kiratesa shahu 🙏🏻 Muri beza mwese, chacun afise beauté yiwe, kandi mwambaye ubwiza bw’ Imana ❤
Deborah uri umugore wumunyabwenge , ndagukunze cyanee , muzamutumire Kandi afite inama nziza zubaka kbsa
Hosy courage niwe uduserukira muburundi kuri youtube turagukunda caaane bizuuu❤
Nahagaze😍 you look so good ladies❤❤
Pôle mama ,warababaye pe 😢,ariko yesu ni mwiza ,yaguhojeje amarira 😘uri mwiza ❤
Merci bcp,nokudutuka abanganga plutôt kudukebura so akazi kose kagir'ibanga ryako,hama concernant ivyashikiye Deborah,twomenya ko ikintu kidakunda kubera tugishaka cane ariko gikunda kubera isaha y'Imana yageze,en plus ico tutararonka ntikitubuze umunezero kuko ndazi haba hariho n'ibindi vyinshi vyakoretse.
Merci bcp kuntahe sha hari umuganga yankomerekeje umu gynécologue vrt bige ingene bishura ababagana😢
Nikita vraiment 😍😍👌👌très belle
Munapendeza ma Bibiiii❤❤❤
Mrciiii bcp kuntahe ndahakuy leçon❤❤❤
I haven't watched the whole video yet, but I just stopped to comment on how you all look very elegant and gorgeous😍. Hosy, narimpejeje kuraba your other makeup tuto Kuri channel yawe😂, there 's definitely massive improvements🥵🤩...Ako ka blush niko!!!
Looking good ladies and great talk👏🥰
Nikita turagukunda ukwo kuntu 😘😘😘
Imana ibampezagirire ese abantu Bose boza barabumviriz
Très inspirant❤
❤️❤️❤️❤️Merci Deborah!
Be strong my dear ndakunze ukuntu yaragezaho yiheba ariko asubiza ubwenge aritahura jewe mbona ar,iMANA yamwigishije kugira azokomeze abandi ntimukihebe ubuzima nubwumuntu kugatwe kiwe nkubu turamwigiyeko
Nikita la plus belle vrt❤❤❤❤❤
Ikiganiro ciza cane 🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Mwakoze ikiganiro kiryoshe canee kirimwo impanuro nyinshiii cigisha arikoo ibibazo ni vyinshiii dusigarany intah yiwe iraryoshe uzomuh umwanya mur my journey ayivuge neza
Mpole Deborah
Ladies ,niryambere nkurikiranye emmision yanyu yose igahera, ntimwihenze gutumira deborah vraiment 😉 maze kumviriza testimony yiw live,online ...guys aratesa....
❤❤❤
Shaaa hosy najewe ivyakubayeko nanj nuko hahez 5ans ntumpa mpindur Aho senger mug sifis Aho fadika
Muhezagigwe cane ❤
Fun and Fact nikiganiro co kwigishanya mugutwenga no kwigishanya so muraberewe mwese muratesa sana Nikita wisoze akantu gasa neza cane kumunwa Hosy wisize neza vub urashobora gukora mak up vrm😂😂muratesa sana kbx mukora ibintu bitesa saaaana muratesa cane ndabakunda❤❤❤
Hosy jolie....Nikita encore plus kurako ka rose aux lèvres 😊
Hosy arasaneza😂😂
Muratesa can surtout Nikita 😂 hm Deborah ndamukunz can vrt Imana yarabikoz sh uraronk abana knd uvug neze bz
Ico avuze kuma traumas Nico parfois ingorane dufise zatanguye imbere nuko tuvuka, birakwiye ko umwe wese amenya ivyabaye mu muryango imbere yuko avuka amenye ivyashikiye ba Nyokuru na ba Sokuru 😊
Dacia ndakund ingen avuga 😊
sinahora commenta ariko uyu munsi musa neza caane, Nikita uratesaaa❤❤❤
Muraberewe can gose❤❤❤❤❤❤
Muratovye mazeu ❤
Dacia ndamukunda 🤏😎😂😂😂
Muribeza❤
Nikita vrt kel jolie lèvres antouka vrt nafurahii sanaaa
muribeza mwese team fun and facts❤❤❤❤turabakunda
❤❤
❤❤❤❤❤❤
Nikita sha❤
Mesdames muratesa❤❤
Bonjour,abakobwa bose baziko bafise ikibazo co kutaja mu ma règle régulièrement nukuri vyoba vyiza ko baja kwa muganga kuko beshi basanga barwaye ibivyimba.benshi bibazo biza iyo bageze mu rugo
Ikiganiro cunomusi ❤️🔥❤️🔥
Espe ça va ndakwibuka muri life center
Ndabemera bantu bacu
Murakoze kukoganiro. 😊
Hama kuberiki icongereza cinshi? Ni umu arrivage?
Murakoze
PS: metformine c'est un médicament contre le cholestérol.
Ni arrivage nyene hahaha ngira arakizi caane gusumba ikirundi
Yep yep from Gitega( kure) to Buja😂😂😂😂
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉Hosy ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Oooh deborah numuntu wumutima ukomeye
Wooooa ❤❤❤❤❤
Yama asa neza pe
Merci cane kutuzanira Déborah,je twarigeze kwicarana arampa impanuro il y'a 7 ans nari mfis nanj ikibazo.Mumpe numéro yiwe
Uraberewe cane Hosy.usanzwe uri keza
Ama church aragaginga sana
Uyo madame arakoze cane.ivyo nanje vyarambayeko ninyuma yo kuronka abana nagumanye trauma kandi kirazira no kuvuga urumva biragoye
😢😢mugabo jew namukunda😔😔😔
Ama règle ari tellement douloureuse nyaragasa uje kwa muganga ubasabe bakurabire mu ma trompes kuko kenshi haba harimwo utuvyimba.je suis le témoin
Hosy ndamukunda can
Nikita wambaye ikirato ciza ❤
Niki❤❤❤
😂😂😂😂😂😂😂ukugen nabony mur 2 ubuheruka sinanaravy😂😂ub srieux udufatiy rosatta ni sawa
Niki uvug nez ma chérie
Ikiganiro kiryoshe Can. Iyo nzira ntiyoroha nahayo . Iyo bigenze neza ari ibikomere bitarakira des fois turisanga twabishize kubana. Nanje unomusi umwana wanje arafise trouble du comportement yavuye kuma fausses couches nagize avant elle.
Ndumiwe ati nimero uwuyikeneye yobanza gucakurimwebwe ko mbona abanyamakuru bomuRwanda bahora bapininga nimero zabantu kukiganiro ntibiteze ikibazo???shirako izonimero hama muguhura nabantu azotoranya uwukwiye kwumviriza
Ikiganiro niciza cononywe nivyongereza gusa
Ikiganiro kiryoshe,plz wampa numéro yiwe tukayaga harivyo nkeneye ko twoganira
Nikita rosatta d'aujourd'hui uratesaaa
Ivyo vyose uwo mutumire avuze nivyo ndiko ndacamwo sinzi niba nzobivamwo ryari agahinda mfise yewe uko kazohera ntavyombona😭
Kazohera Micheline, nta kitagira iherezo kandi bizogenda neza cane. Twizera ko ikiganiro cagufashije
Basha ndabakuda cane mwese baratu muri ibi chérie muraryoshe gusa uwo nutumire numuyuwayii caane ntakirundi azi ko numva na English yiwe atari ikirenga
Ese ako kantu k 'UBUYUWAYI kari ngombwa 🙄
Uko bimeze kose ntiwize neza vraiment😂😂😂😂😂😂😂😂
Yarabay hanze?
Bagigi nuru yakugize inzobe uratesa vmt murasa neza mwese cane
Media nkunda . Muri abantu bez caneeeeeeee muvuga ivy' akamaro vrt sinkama media yandi ntaz umengo sinzi
ivy uvuzeko ngo harih ishengero batagir ivy uvuz nuko uba utaha umwany munini mururw rushenger kuk iyo ukoraho n ibikorwa indani mukamarana umwany ntihabur utujambo tuhaza
Nickita uri éclatante ukuntu wisize neza,usa neza shaaa
Hosy ikiganiro turagikeneye uko wamaze 5 ans utaja gusenga muri église
Yoooo🙈
Warandushij kumbe j namaze presque 3ans iyo ntah yiduhe vert pwiiiiijjjjj
Dacia ndakund ingen avuga 😊
Ikiganiro niciza cononywe nivyongereza gusa
Ikiganiro niciza cononywe nivyongereza gusa
Ikiganiro niciza cononywe nivyongereza gusa