Kuri Mariage yanje nije nisize ndanisokoza😍/Vaan adushingiye intahe y’ukuntu yatanguye bimugoye🥹

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 14 бер 2024
  • #sirenvibestv #funandfacts

КОМЕНТАРІ • 111

  • @gloriahuguettenshimirimana594
    @gloriahuguettenshimirimana594 4 місяці тому +27

    Si je peux donné mon conseil à la dame Erwan,,elle n'a pas besoin de chercher les écoles chers de Etats Unis pour le moment si elle n'en a pas assez des moyens!!!!Qu'elle jettes son regard juste ici en Afrique de l'ouest Au Nigeria !!!Les Nigériens sont déjà assez Loin dans leur école de maquillage !!!Ils sont déjà au niveau de faire la concurrence avec les Américains !!!qu'elle cherches une belle école de maquillage au Nigeria !!!C'est sûr qu'elle va en trouver à un coup pas élevé.!!!!Et si alors elle en a les moyens bon Courage à Elle pour les États Unis.!!!
    Merci aux chroniqueuse de l'émission !!c'était Top.

  • @gorethhakizimana7336
    @gorethhakizimana7336 4 місяці тому +20

    Courage mukazana wanje mwiza ku mutima no ku mubiri,ndagukunda cane gose kurusha uko ubizi ,kure cane nivyo ndakwifurije kandi Imana izobigukorera

  • @vanessagateka-nb7dm
    @vanessagateka-nb7dm 4 місяці тому +14

    #Hosy Muzotumire Inina umu tailleur 🙏

  • @sandrineirakoze6627
    @sandrineirakoze6627 4 місяці тому +4

    Ndagukunda ngene Erwan uciye bugufi , hama urumwiza, uraberew kand urakoze kuntahe yawe.
    Jw ndamaz kuza gusigisha iwaw 3 fois kand narashimy accueil na makeup 👌🥰 donc uratesa❤.
    Imana ikomeze kukugirira neza nokuguteza imbere.

  • @kettycarenekaze3471
    @kettycarenekaze3471 4 місяці тому +9

    Yambiiii nikiii🫶 erwann disiii umu makeup artist préférée wanje🫶🫶

  • @WinSoulsOutreachMinistries
    @WinSoulsOutreachMinistries 4 місяці тому +5

    Très belles les jeunes dames😍. Madame Erwane coup de chapeau

  • @gloriahuguettenshimirimana594
    @gloriahuguettenshimirimana594 4 місяці тому +4

    Belle découverte de l'émission.Courage à Vous Mesdames.Et Bravo à Cette Femme Entrepreneuse.

  • @NinA12587
    @NinA12587 4 місяці тому +7

    Ngo aga commentaire kaboze… Oya ntiwoba nkabo. Nama commentaires mabi. Muri professionalism harimwo kugera ama emotions. Thank you for sharing your thoughts and experiences.

  • @chancygasabire3196
    @chancygasabire3196 4 місяці тому +3

    Lipstick ya Nickita vraiment iratovye 😍😍😍😍

  • @gloriaingabire8902
    @gloriaingabire8902 4 місяці тому +5

    🙏🙏bcp Siren vibes ,n team yose y fun an' fact mur'abantu batesa vrt👌😘😘😘😘

  • @christakabanga9437
    @christakabanga9437 4 місяці тому +2

    I like your voice Mme nikita les trois je vous admire trop frm smwhr in Europe

  • @user-ol1yl6rf1p
    @user-ol1yl6rf1p 4 місяці тому +1

    Siren vibes ❤❤❤ muri aba femme de valeur! Kimwe nahora mbona hosy yisiga akaberwa , uwumunsi rero kuko mwatumiye umuhinga muri make Up nukuri naciy mbona vrmt Hari ukuntu , nabony ko muri impande yumuhinga , harimwo ivyo gukosora , rero nabahembe canke asorore mwamugiriye pub vrmt, mwese muzogende abasige rimwe ivya gusa , uko nyene , Hama muce muza ngaha mukiganiro , mutubwire KO ariwe yabasiz ! Ntukuri azoca aronka isoko rinini, ntamuntu azosubira Kuja murubanza cank yashatse gutoba atazomurondera ! 🎉🎉❤ Je v love vrmt ! Femme de valeur !!

  • @TheddyOrnellaGATEKA-qe3wm
    @TheddyOrnellaGATEKA-qe3wm 4 місяці тому +2

    Yambuuu sh Niki😍😚

  • @fabiorukundo2023
    @fabiorukundo2023 4 місяці тому

    Très inspirante❤️😊

  • @user-mb4dk3vb1s
    @user-mb4dk3vb1s 4 місяці тому +1

    Jolie émission❤

  • @kyjojennish8679
    @kyjojennish8679 4 місяці тому +13

    Woooww la beauté d erwan 😍😍😍😍😍

  • @anniellamuhimpundu6484
    @anniellamuhimpundu6484 4 місяці тому +1

    Elle est toute belle❤ mwese muri beza❤

  • @cimpayeclairia
    @cimpayeclairia 4 місяці тому +1

    She's beautiful 😍

  • @nduwayojando4170
    @nduwayojando4170 4 місяці тому +1

    Nubundi kwiziganya vyongeye kunanira ngarutse kubabwirako ndabikundira❤❤ namwe muribeza gute🎉🎉😊

  • @kersy-Ik
    @kersy-Ik 4 місяці тому +1

    Ndamukunda elwan cn❤

  • @eveblack2520
    @eveblack2520 4 місяці тому

    Courage les chries 🥰🥰
    Umutumire ar cool🥰

  • @jeanmarievianneynikobamye7058
    @jeanmarievianneynikobamye7058 4 місяці тому +2

    Thanks for encouragements!

  • @davygael16
    @davygael16 4 місяці тому +5

    Maboko ibihumbi bine🤣🤣🤣🤣 ikiganiro gitanguye muri Fun na Fact peee😂

  • @Mireillelrakoze-lk2kf
    @Mireillelrakoze-lk2kf 4 місяці тому +4

    Yambuu Niki😘

  • @Irak19958
    @Irak19958 4 місяці тому +2

    Yambuuu niki❤

  • @NinaBonheur
    @NinaBonheur 4 місяці тому

    Waaaaooouh numva nezerewe nikiganiri ba Maboko igihumbi sha❤ biratesa ndakunda ukuntu mukora

  • @febronieemerimana406
    @febronieemerimana406 4 місяці тому +1

    Yambuuuuu Niki👋👋👋

  • @chefBlackbeauty03
    @chefBlackbeauty03 4 місяці тому

    I love it.musa neza pe

  • @gacutimariefreddyne6419
    @gacutimariefreddyne6419 4 місяці тому +1

    Courage les dames murasosa muratesa cane vrm❤❤❤

  • @user-so8yj7wv2p
    @user-so8yj7wv2p 4 місяці тому +2

    Yambuu❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @user-lq5cd9ru2m
    @user-lq5cd9ru2m 4 місяці тому +1

    Courage

  • @Empower1tv
    @Empower1tv 4 місяці тому +2

    Bisous Nikitaaaa

  • @eveblack2520
    @eveblack2520 4 місяці тому

    Yambuuu Niki wanje💋

  • @nellykwizera1989
    @nellykwizera1989 4 місяці тому +4

    Ndiko ndibaza ingene haheze plus de 30min NIKITA atavuze

  • @tumukundescheilla580
    @tumukundescheilla580 4 місяці тому +2

    Yambuu Nikita ndagukunda❤

  • @RR-ss4ku
    @RR-ss4ku 4 місяці тому +2

    Yambu❤

  • @ThacienneIgiraneza-gw7mr
    @ThacienneIgiraneza-gw7mr 4 місяці тому +1

    💖💖💖

  • @Nidivin
    @Nidivin 4 місяці тому +1

    ❤❤

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp 4 місяці тому +1

    ❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @DauphineAxelleMizero
    @DauphineAxelleMizero 4 місяці тому +3

    Abarundi nonega bureau zizoboneka zibakwira Bose bize université KO mbona chaque année universités zose zisohora abahejeje,nugucreya ivyacu

  • @SolangeMukeshimana-uf3nc
    @SolangeMukeshimana-uf3nc 4 місяці тому

    Yambuuuuuu❤

  • @yvettenzeyimana9548
    @yvettenzeyimana9548 4 місяці тому

    👍👍👍

  • @larakezamutima8066
    @larakezamutima8066 3 місяці тому

  • @eustachesitaki3698
    @eustachesitaki3698 4 місяці тому +4

    Nshimye ko umutumire ari honnête mu kazi. Ako niko kabirya muri société yacu. L'accueil nico kintu ca mbere mu kazi. Malheureusement aho iwacu accueil ni 0 ahantu henshi

  • @Aud-Aufaril78389
    @Aud-Aufaril78389 4 місяці тому +3

    Siren vibes❤❤

  • @NezerweNelly-pd8lg
    @NezerweNelly-pd8lg 4 місяці тому +3

    Jolie gentille dame Vaan❤

  • @ishimwedivine5991
    @ishimwedivine5991 4 місяці тому +2

    Ndakunda ijwi rya Nikita

  • @user-ic9wv3ud5r
    @user-ic9wv3ud5r 4 місяці тому +1

    Ndakeneye contact za Erwan vraiment

  • @bellardnijimbere1423
    @bellardnijimbere1423 4 місяці тому +2

    Yambu cane nikita

  • @AmandineKazeneza-jd6nh
    @AmandineKazeneza-jd6nh 4 місяці тому

    Impano yanje kazoza kanje Make up hejuru cane 💪💪💪

  • @linaelissasezerano8935
    @linaelissasezerano8935 4 місяці тому +1

    Hari na bakuru banj bari mu kuza muri Vaanbeautysalon 😂😂

  • @sheillyba6231
    @sheillyba6231 4 місяці тому

    Yambuuuuuuu😅😅😅

  • @nenegash24
    @nenegash24 4 місяці тому

    Asha nivyo ivyo avuze atabizi arabikubwira kandi Aka kw'orienta kuwubizi vraiment,ico ndakimuziko

  • @gracenicimpaye8585
    @gracenicimpaye8585 4 місяці тому

    Eehgoo vraiimmentt asa nezaa

  • @esperancengenzi9011
    @esperancengenzi9011 4 місяці тому +2

    Yambuu

  • @annociatteniyonizeye5489
    @annociatteniyonizeye5489 4 місяці тому +4

    Dada yagiyehe Basha kotutakimubona🙈

  • @Wanene1153
    @Wanene1153 4 місяці тому +2

    Yambuuuuu

  • @user-qe9rp2nk9g
    @user-qe9rp2nk9g 4 місяці тому +3

    ❤❤merci pr l émission hama nagir mbaz uwumwuga woku maquia haraho bawiga??munyishur di bamaboko ibihumbi 4😂😂

  • @arlettegahimbare7644
    @arlettegahimbare7644 4 місяці тому +2

    Yambu Yambu

  • @Inez-ida04-official
    @Inez-ida04-official 24 дні тому

    Yambu kur Nickita
    Hama yambu mwese 👋

  • @i.platinum8185
    @i.platinum8185 4 місяці тому +2

    Yambu

  • @user-mb4dk3vb1s
    @user-mb4dk3vb1s 4 місяці тому +1

    Yambu la belle Nikita❤❤

  • @emmanuelniyonkuru8993
    @emmanuelniyonkuru8993 4 місяці тому +1

    Hey just to encourage you dear women ,but check for the next vidéos, sound and the movement of lips are not related ❤❤❤

  • @alicengenzebuhoro9502
    @alicengenzebuhoro9502 4 місяці тому

    Iyo vaan itumbereye he exactement ?

  • @gacutimariefreddyne6419
    @gacutimariefreddyne6419 4 місяці тому +1

    Yambu Nikita🫂🫂🫂

  • @thaddeejuniorndikumana1386
    @thaddeejuniorndikumana1386 4 місяці тому +1

    Turashaka na olenga

  • @carinemanirambona2708
    @carinemanirambona2708 3 місяці тому +1

    Mwese murasa neza basi Hosy atadukubitira hano.

  • @user-vh2nl5cw8v
    @user-vh2nl5cw8v 4 місяці тому +3

    C'est la grande sœur de Monna Walada ???

  • @beatricemaregeya6713
    @beatricemaregeya6713 4 місяці тому

    Hello hello les amies
    Turasavye adresse ya Erwane

  • @godsgrace6820
    @godsgrace6820 4 місяці тому

    Nickita uyu musi siho ari😀

  • @user-ht7uf6zv4w
    @user-ht7uf6zv4w 3 місяці тому

    Yambuuuu

  • @user-so8yj7wv2p
    @user-so8yj7wv2p 4 місяці тому +3

    Sinsib kurab ibivanir vyanyu basha munsenger nukur😂😂😂ndabakund

  • @moungamfawume1865
    @moungamfawume1865 4 місяці тому +2

    Muraberewe turasavye dada arihehe nimuze mumuhamagare basi rimwe tumubone

  • @user-ce7qy9xe3i
    @user-ce7qy9xe3i 4 місяці тому

    Murany inspira xaana

  • @user-xd6hc9yv7m
    @user-xd6hc9yv7m 4 місяці тому +2

    Dacia le 8/3 yari muri nzazi '' ngo yari yuriy indege 😂😂😂😂😂

    • @daciam8244
      @daciam8244 4 місяці тому +1

      😂😂 erga sha ntidu tourna l'émission le jour même

    • @Irak19958
      @Irak19958 4 місяці тому +1

      Manz umeny kwandik zanzi 😅

  • @user-ew8dv5sy5q
    @user-ew8dv5sy5q 4 місяці тому

    Ntiyatubwiye aho iyo salon yiwe iri kugira uwukeneye amusangayo

  • @gat_bnice9145
    @gat_bnice9145 4 місяці тому

    muzotuzanir..na Olenga

  • @blackandblessed1847
    @blackandblessed1847 4 місяці тому

    ubundi i am not a make up lover ariko umunsi umwe bagiye bumva mvuga ngo nzo crea event kuburyo nzoja kwa Erwan barumiwe 😅😂

  • @user-mx4zd1fr7t
    @user-mx4zd1fr7t 4 місяці тому

    Ubu musa nabi pe 😂😂😂

  • @bibikiki8437
    @bibikiki8437 4 місяці тому +2

    ❤️❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇨🇦🇨🇦🇨🇦❤️❤️❤️

  • @habonimanaines3579
    @habonimanaines3579 4 місяці тому +1

    Nikita n'amahoro ?har ukuntu yaratekerej cane😢

  • @BahatiTido-hj6cv
    @BahatiTido-hj6cv 4 місяці тому +2

    Abanyakamenge turabafana

  • @ArielTuza
    @ArielTuza 4 місяці тому

    Hosy azoreke kuvuga English ndasavye😂😂

  • @user-lq5cd9ru2m
    @user-lq5cd9ru2m 4 місяці тому +1

    Yambuuuu niki

  • @WinSoulsOutreachMinistries
    @WinSoulsOutreachMinistries 4 місяці тому +1

    Erwan pardon misswriting

  • @NishimikijimanaBelyse
    @NishimikijimanaBelyse 4 місяці тому +2

    Eroïne arasa neza araberewe kandi nimwiza

  • @ArielTuza
    @ArielTuza 4 місяці тому

    Hosy azoreke kuvuga English ndasavye

  • @bechouingabire4818
    @bechouingabire4818 4 місяці тому

    Ntakantu kanyishe nka maboko ibihumbi 4

  • @clarissabellaterimbere6073
    @clarissabellaterimbere6073 4 місяці тому +3

    yambuuu can nukur asa neza😂😂😂mur iruhand yiw umeng mur abaherekezi ba make up😂😂😂ba maboko 4000

  • @huguetteirakoze9360
    @huguetteirakoze9360 4 місяці тому

    Ako kantu Erwan avuz ko gufatana nabi je sais ce que c’est. Je suis aussi maquilleuse. Tu vois une personne agufashe nabi alors que au fond uravye neza "uramusumba uburyo"
    Après par humilité, tu laisses passer mais au fond de toi ukaba uriko uratwenga

  • @nellykwizera1989
    @nellykwizera1989 4 місяці тому +1

    Muzotizanire na Melyse womuri be yourself

  • @Samanthamagny8
    @Samanthamagny8 4 місяці тому +1

    Muga abarundi bavug neza ikirundi sh kndi nibeza

  • @nirenganira8433
    @nirenganira8433 4 місяці тому

    Uwo yambaye ikanzu yamabara ibintu yisize kumunwa ntibimubereye azobihindure

    • @Ida35715
      @Ida35715 4 місяці тому +4

      We ntanab'uzi Amazina, apparemment Uri umushitsi ngaha, niwiirenganire sha nk'uko izina ryawe ribivuga

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  4 місяці тому +1

      🤣🤣🤣🤣

  • @user-ej7sv2zv7e
    @user-ej7sv2zv7e 4 місяці тому

    Hosy et Erwan contact please

  • @nifashafabiola9246
    @nifashafabiola9246 4 місяці тому

    Hosy inbox plz

  • @kennybryantiteka-gx3gb
    @kennybryantiteka-gx3gb 4 місяці тому

    Yambu

  • @ArielTuza
    @ArielTuza 4 місяці тому

    Hosy azoreke kuvuga English ndasavye

  • @user-ur2rj5bd7y
    @user-ur2rj5bd7y 4 місяці тому

    Yambu