Inyuma y'urugendo rw'abahinga b'Ibanki y'isi yose aha mu Burundi, Twosigarana iki?

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 8 лип 2024

КОМЕНТАРІ • 39

  • @NdayizeyeIldéphonse
    @NdayizeyeIldéphonse 25 днів тому +2

    Fautin un don de Dieu pour le Burundi ❤

  • @rugambaalainparfait649
    @rugambaalainparfait649 25 днів тому +2

    Faustin bjr,
    Emwe ivya corruption vyovyo na leadership biracari kure !
    Semerera kuko ibarabara rica kumutaku ntiriko rikorwa neza

  • @nsengiyumvaclaude7064
    @nsengiyumvaclaude7064 21 день тому

    Faustin wew ndakwemera cne.ariko jewe icombona amahera yimfashanyo akwiye kuja arakwirikiranwa mwikireshwa ryayo nababa bayatanze bakaraba neza ko Ico bayatangiye arico ariko arakoreshwa koko kuko abategetsi benshi bacu ni abasuma baca bishirira mumifuko yabo amahera yoteje imbere igihugu

  • @bayubahejames7536
    @bayubahejames7536 18 днів тому

    Neza cane faustin komeza wigisha bizotinda bihinduke nacanecane abahinga naba techniciens bagwire babe benshi mugihugu aho ibintu bizogenda bihinduka bukebike

  • @njutujedeofficial2998
    @njutujedeofficial2998 22 дні тому

    Turabateye intege komereza aho

  • @user-vj9sj6od9e
    @user-vj9sj6od9e 24 дні тому +3

    Muri société civile zisigaye mu Burundi ni parcem irikukivi yonyene olucom yoyo ntavyayo iri mukwaha Kwa Leta, courage courage parcem

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 20 днів тому

      @user. Aha woshobora kudusigurira ingene olucome iri mukwaha kwa Reta.

    • @NdohoAud
      @NdohoAud 18 днів тому

      ​@@stansiyomana1239nibaza ko yihenze kuki olucom iri kukivi mbere cane Nuko abwira abatumva ubundibwo yagerageza

  • @GilbertNdayizeye-nl3qe
    @GilbertNdayizeye-nl3qe 25 днів тому

    Ndasavye mukomeze leadership

  • @FranckDusabe-qd5op
    @FranckDusabe-qd5op 25 днів тому

    Bien,mdoduha iyo vidéo muma groupe

  • @feliciteirakoze6958
    @feliciteirakoze6958 25 днів тому +1

    Imfashanyo namadeni bizodusuka mukinogo gisumba ico twarimwo

  • @NshimirimanaSylvain
    @NshimirimanaSylvain 25 днів тому +1

    Kubera iki mushaka aadeni hogukora? Wewe uri umuhinga mu butunzi ushaka ataco utunze murugo rwawe

  • @NshimirimanaSylvain
    @NshimirimanaSylvain 25 днів тому +1

    Uraziko ari amadeni atuma tudatera imbere???

  • @JosephSikogukira
    @JosephSikogukira 20 днів тому

    Yazana ibidashoboka nyene, umugambi wa ba dd s uwo gutez'imbere igihugu. Umugambi wabo n imigambi yabo n ububisha gusa gusa

  • @damienbahenda4863
    @damienbahenda4863 20 днів тому

    Ukwiye kuba 1er ministre

    • @JosephSikogukira
      @JosephSikogukira 20 днів тому

      Shubwo ntakwiye kuba 1er Ministre, yoba Président, abandi n'ibitoreranda

  • @GilbertNdayizeye-nl3qe
    @GilbertNdayizeye-nl3qe 25 днів тому

    Mutegure iyo migabi vyoba vyiza

  • @JosephSikogukira
    @JosephSikogukira 20 днів тому

    Akwiye agashimwe k abarundi agaterwa iteka akayobora Uburundi kuko abandi vyarabananiye. Ariko rero aho bahinga baza, leta ya cndd fdd yamuhaye gasopo ko ahirahirahiriye akavuga ibitagenda neza mu gihugu bazoca bamugira nka Ernest Manirumva !!! Kandi nivyo

  • @nzoyisabathierry4004
    @nzoyisabathierry4004 24 дні тому +1

    Uyu munyakubahwa mumyaka irimbere akwiye kuzorongora uburundi niwe murongozi avuga neza cane havuye Nyakubahwa president uyu nawe aza amwingira ndamukunda cane.
    Ndakunda umuntu ashira imbere ineza yabanyagihugu nigihungu.

  • @hassann4209
    @hassann4209 20 днів тому

    Aho rero murindiye iterambere rivuye kuri CNDD FDD 😂😂

  • @niyonkinzodenis
    @niyonkinzodenis 24 дні тому

    Vyiza cane

  • @desireciza3565
    @desireciza3565 24 дні тому

    Mutama umaze imyaka muyinshi uvuga ariko sinzi kurabona ko politique no kudahuza kwabagize inzego ivyubutunzi ariho bipfira ahaheruka usigura munama shingamateka umukuru wayo yakubwiye kuriko uzana ibadashoka huze icuka ca politique bose bisange mukazi hakore bose abize sabumugambw umwe

  • @willynduwimana4380
    @willynduwimana4380 21 день тому

    kuki uburundi budatwarwa n'abantu bize bavuga ivyo bazi nkuyu! apana ba athanasi bavuga nivyo batanazi🤣

    • @NdohoAud
      @NdohoAud 18 днів тому

      NN raba ukoreshe umwanya ubumuhe abuyobore😂😂😂😂 igihugu ntigitwarwa namajambo gitwarwa nibikorwa

  • @NIKIZA96
    @NIKIZA96 25 днів тому

    Ibaze nkawe ubaye president! Icizere ngira cogaruka naho ubu wap

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda 25 днів тому +1

    Bandanya wibutsa abo ba DD n'abanyagihugu bamenye ibiriko biraba. Amahera ntozoze hanyuma abo bagabo bace bayacisha k'uwinyuma. Kom'induru, usemerere. Ivyo ko bahindura ingene batunganya ivy'abanyagihugu mbona bari kure nk'ukwezi kuvyubahiriza. Bibiza ko ivy'abarundi ari ivyabo. Bandanya uhimiriza, Abarundi baratanguye kuvuga ibitagenda neza. Mu nzego niho batinya kubivuga kuko batinya guta imyanya barimwo, inzara igahava ibica, bakagwara bwaki.😊😊😊😊😊😊😊😊

  • @FranckDusabe-qd5op
    @FranckDusabe-qd5op 25 днів тому

    Muze muraduha izo vidéo za Faustin muma groupe ya whatsapp harico bifasha

  • @kezananafleur8480
    @kezananafleur8480 24 дні тому

    Uyu mugabo bamuronderere un collègue abikwiye.

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 20 днів тому

      @kezana. Jewe aha sinumva ico ushaka kuvuga. Aha woshobora kudusigurira.

  • @NshimirimanaSylvain
    @NshimirimanaSylvain 25 днів тому

    Ko mutubaka amahinguriro

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 20 днів тому

      @Nshimirimana. Uyu ni umuhinga en economie, bitandukanye n'umugwizatunga/industrialiste yubaka amahinguriro.

  • @niyorukizaelias8142
    @niyorukizaelias8142 23 дні тому

    Ikikibazo cubutunzi nyakubahwa bakivuruga bakibona banobanyepolitique kubera vyose babipangira mumanama ntagukunda igihugu bafise nimvugo zapolitique gusa yaratwaye bagaza na Magufuli abandibose nukwiyubakira ama étage hanze gusa

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 25 днів тому +1

    Je mbona Leta y'Uburundi yoguha akazi mugakorana uri mubagira exécution yivyo bintu kurusha kubibabwira kumunwa gusa bakaguha iyo post ukabikora hama tukaraba rendement bitanga.

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 20 днів тому

      @bosco. Jewe ndiyumvira ko ubu nabari kubutegetsi bazi ko avuga ukuri.

  • @NshimirimanaSylvain
    @NshimirimanaSylvain 25 днів тому

    Kubera iki mutokwemera guhera kuri zero mugakora?? Nihe wabonye imfashanyo itungisha umuntu

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 20 днів тому

      Ico ciyumviro cawe ntwari dukwiye kucihweza neza.
      Jewe narabonye ingene imfashanyo ikoreshwa nabi, aha notanga akarorero kuri exploration de nickel de Kabanga en Tanzanie pres de la frontiere avec le Burundi. Jewe nashitse Tanzania muri 1977 iyo projet iriko irahera, rero sinayikozemwo.
      Mugabo twese twakorera Idara ya Madini (Dodoma)/Geological Survey of Tanzania. Sinumva ingene projet d'exploration miniere (finance par les Nations Unies?) ishobora kugura imodoka zibiri zizimvye cane za RANGE ROVER imwe ya directeur w'umuzungu w'umuswisi, iyindi ya co-directeur w'umutanzania. Naribaza nti Land Rover nziza abo bantu ntiyobashikana kuri terrain kugendura ibikorwa? Muri ico gihe muri Reta ya Tanzania Range Rover wasanga zigenderwamwo na minister, principal secretary, regional commissioner.
      No muri Amerika nigake ubona abantu bagendesha Range Rover. Nko mumicungararo ya Phoenix, State of Arizona wozibona downtown Phoenix canke Scottsdale Road (kuko Scottsdale ni ah'abakire). Nko muri West Phoenix haba abantu basanzwe izo modoka vyogora kuzihabona.

    • @JosephSikogukira
      @JosephSikogukira 20 днів тому

      Guhera 2005 bari ku buyobozi, vyarabananiye, guhera kuri zéro nivyo bizobashoboka, have ngaho !

  • @desireciza3565
    @desireciza3565 24 дні тому

    Mutama umaze imyaka muyinshi uvuga ariko sinzi kurabona ko politique no kudahuza kwabagize inzego ivyubutunzi ariho bipfira ahaheruka usigura munama shingamateka umukuru wayo yakubwiye kuriko uzana ibadashoka huze icuka ca politique bose bisange mukazi hakore bose abize sabumugambw umwe