Ibibazo bikomeye bihanze IGIHUGU birishuwe//Ivyinyegeje kwiyubaka ry'ISOKO NKURU/Amahera atozwa

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 12 жов 2024
  • FABLICE amahera ariko aratoza//Ibibazo bihanze IGIHUGU birishuwe//Ibura ry'IGITORO//Iduga ry'ISUKARI

КОМЕНТАРІ • 19

  • @dieudonneNd
    @dieudonneNd 18 годин тому +8

    uburundi imbere ,, ntagihugu kitabura ibibazo, vyiza nikubikemura 🇧🇮🙂

  • @arnoldkennytuyisabe1833
    @arnoldkennytuyisabe1833 17 годин тому +3

    Uyumuvugizi wa reta ndamwunva cane Kandi inyishu ziwe nizukwizera cane

  • @damienbahenda4863
    @damienbahenda4863 18 годин тому +4

    Abarundi ba kera bari bazi kwita neza .Hariho abitwa ba =Ntibagirirwa = kuko hageze aho tugwanya abazana iterambere

  • @EricIrakoze-s7b
    @EricIrakoze-s7b 7 годин тому +1

    Jaribintu bitangaje aaho gayemwe wompa guharura ikiro cisukari ayo nakiranguye nayo nokigurisha vyontwara umusi ntarabiheza? None ivyo biharuro bise bimeze gute? None gayemwe abo bantu babaye gute?nibazane ndabibafashe ntanamahera ndabasaba

  • @eliaslias5258
    @eliaslias5258 11 годин тому +1

    Na Juste Gael wapi, iyi titre irahengetse.
    Ariko hariho ababaza ibibazo bidakwiye no kwishurwa. Gute wobaza impamvu hatabayeho competition kandi uzi ko Leta ata mutahe yazanye??? Nubwo ntazi vyinshi ariko ico co ndakizi ko kugira abantu bahiganirwe isoko yo kwubaka ikintu ca Leta, Leta yonyene ubwayo niyo iba yasohoye amahera yokucubaka.

  • @PiscoPhiri
    @PiscoPhiri 16 годин тому

    M'Uburundi ibibazo turavyicarira😂😂
    Murwanda naho barabihagurukira😮😮

  • @Universdesign-zz7sl
    @Universdesign-zz7sl 17 годин тому

    Ikiganiro ciza Big up

  • @family4love1234
    @family4love1234 Годину тому

    None nkumuntu abaza ikibazo afitiye inyishu biba vyagenze gute? Ngokuberiki Fabrice yahawe kwubaka isoko atamahera afise? Inyishu zico kibazo ntawutayizi, uwutayizi nuwudakurikirana insiguro Fabrice atanga

  • @olivaKigeme
    @olivaKigeme 5 годин тому

    Vuba bwango ni ryari?

  • @ferdinandodanielo1
    @ferdinandodanielo1 6 годин тому

    Reka reka amanyanga yabatwara uburundi arateye ubwoba.Fabrice ahagarariye abobatware amafaranga yose nayabo turabizi.Mbega komutabaza abajejwe uburaro ukuntu amazu yogupanga yaduze biteye ubwoba.Ati Reta nkozi,Reta mvyeyi kuva ryari?.Uburundi kombona ahogutera inyuma ivyobijogwa bakora birihehe??.

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 17 годин тому +3

    Juste usigay wandika ama titre mabi ngo ivyinyegej hinyegeje iki?Kwabarundi mufise ikibazo co kudatahura ama système international akorwamwo ibintu mwamenyereko ibintu vyose bikorwa uko mubizi or muzi bike par rapport yuko ibindi bihugu surtout bikomeye mw'isi vyubaka ama système yavyo de Construction du Pays ikintu ugombako cubakwa n'Abarundi bose gisaba compétion yiki mugihe atamurundi numw akumiriwe murico?we wocompeta nabarundi nyene kukintu categuriw abarundi bose nyene mwokwicompeta?ico gihe woca ucompeta nama société yabanyamahanga nayo irya Soko nkuru ya Bujumbura ntamu nyamahanga dukeneye kwayijamwo mukuyubaka uwabajij ico kibazo vyerekanako afise ubwenge buke.

    • @simbarakiyedamien7775
      @simbarakiyedamien7775 9 годин тому +1

      Uwakibajije subwenge buke babikora babizi kuko ngaha muburundi harabantu bari migihugu usanga bakorana nabatifuriza igihugu iterambere niho ubona hagize icabantu biyumvirira igihugu ciza abandi bahaguruka kukigwanya.rindira gato bayubake ihere hazoza ibindi bibazo ngo ntikwije ibisabwa.abarundi nuko tumeze!!

    • @SindayigayaDeo-ox8bx
      @SindayigayaDeo-ox8bx 30 хвилин тому

      Bazotuza niba rindire burya hazogera igihe babineko gukora duhuza arivyiza

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 17 годин тому +1

    ❤❤❤❤❤❤❤

  • @alainnahimana8542
    @alainnahimana8542 6 годин тому

    Zambia muja gusumirayo gut mugihe duheruka kubaha imfashanyo ubwo ntitwoba tugura bimw twabaha

  • @EricIrakoze-s7b
    @EricIrakoze-s7b 7 годин тому

    Imvugo diplomatique ndazanka izombuto zibigori mwarazegereje abenegihugu turanka kuzigura?bemubizana kare nkubu Jewe naguze ikiro kuri 25000 muga iyonza kubona ivyo twumva tutabona narikubigura rero ico maze kubona muburundi amajambo usanga anyuranye nibikorwa

  • @JosephSikogukira
    @JosephSikogukira 10 годин тому

    Ikibuza umutindi kwiyahura apfana icizere ngo bukeye biboneka. Komerera ibibazo nayo gutabarwa n'umugani

  • @JosephSikogukira
    @JosephSikogukira 10 годин тому

    Reka guswaganya mubesha abarundi, iyi ni propagande