UMUTAMA W'UMUGWIZATUNGA YATABAJE UMUKURU W'IGIHUGU KUMURENGANURA

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 22 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 86

  • @AgaciroMediatv257
    @AgaciroMediatv257  Місяць тому +12

    DEVENEZ UN VRAI MEMBRE DE AGACIRO MEDIA; Click Ici 👇 ua-cam.com/channels/ECALsQCQy64KCoevuhXCNg.htmljoin

  • @Isa3th
    @Isa3th Місяць тому +13

    Uwo mutama mumurenganure birababaje Ubu butungane bwuburundi basha mwibukeko IMANA ibaho inda ntizoduteshe ijuru uwufise amatwi yumve🙇

  • @PascalNgabonzinza
    @PascalNgabonzinza Місяць тому +8

    Muhwanya ni honnête et sérieux... Bamusubize titre yiwe

  • @TheopisteIradukunda-hz1bo
    @TheopisteIradukunda-hz1bo Місяць тому +2

    Mudufash mutwemerer uyundimuhora mushash wozagkorer ngahamugihug kuk Lumitel ivyirikwidukorer birashisha.

  • @KennoKanse
    @KennoKanse Місяць тому +4

    Kwakira chèque ugurishije inzu n'amahano.

  • @ArahanJames-gc8qv
    @ArahanJames-gc8qv Місяць тому +2

    Nice mind

  • @claudioira1840
    @claudioira1840 Місяць тому +1

    Muhwanya Germain

  • @NiharirizwaPierre
    @NiharirizwaPierre Місяць тому +5

    Nabagwizatung bararira kwer kabisa ndumva ntaworohewe yaba uwukenye yaba uwutunze

  • @kingdomwatchmanministries2230
    @kingdomwatchmanministries2230 Місяць тому +3

    Ubutungane bwarapfuye i Bdi. Inikorerwayo birababaje.

  • @ChrispineIshimwe
    @ChrispineIshimwe 24 дні тому

    Umutwa wibururi asumvya ubwenge umututsi wigitega

  • @PetercleverRumbete
    @PetercleverRumbete Місяць тому +3

    Ubutungane bwu Burundi bwarabuze umuti bagenzi, uwokonera kwirabira akamuna yoja mu bushikiranganji aho bakwereka ivyemezo vyose mugabo ukumva ngo batsinzwe

  • @bizimanaabdulbizimanaabdul5660
    @bizimanaabdulbizimanaabdul5660 Місяць тому +3

    Ivyo biganiro nivyiz cane nkatwe tuba mumahanga tukavyumviriza

  • @VladimirAsmani
    @VladimirAsmani Місяць тому

    ❤mutama mwubahwe ❤

  • @BigirimanaEnock-k4x
    @BigirimanaEnock-k4x 20 днів тому

    Muhwanya kinindo

  • @EzekielBisengimana
    @EzekielBisengimana Місяць тому +1

    Igihugu cubakwa nubutabera
    Baguhubutungane

  • @HakizimanaFreddy-fh5cq
    @HakizimanaFreddy-fh5cq Місяць тому

    None abantu bacu ntibumviriza abandi ukuntu batunganiriza abantu mutama Kagame aho aba yahejeje kumutunganiriza uyu muntu ararenganywa

  • @mutavu
    @mutavu Місяць тому

    Sha ntubutungane taha musaza

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 Місяць тому +2

    Ivyo kuba wareze impfuvyi ntubibwir leta ubibwira Imana wew vuga bagutunganirize gusa.

    • @gordiennsabimana6188
      @gordiennsabimana6188 Місяць тому +2

      Arko Imana ikorera mubantu kuba yarafashij iyo migwi akabibwira inzego ntakosa p abivuz kubo yobibwira nyen

    • @audaceniyonkuru5256
      @audaceniyonkuru5256 Місяць тому +2

      Nukuri sikinyegezwa n,umuvyeyi yafashije igihugu muburyo butandukanye yareze beshi yubahwe Imana imutabare bamuhe utwiwe.

    • @audaceniyonkuru5256
      @audaceniyonkuru5256 Місяць тому

      Uhezagigwe Muvyeyi mwiza
      Urintwari ikomeye Imana ikomeze ikutuzigamire kandi turagunda Muhwanya n,umuvyeyi wabantu beshi!

    • @audaceniyonkuru5256
      @audaceniyonkuru5256 Місяць тому

      ​@@gordiennsabimana6188Nukuri Muhwanya yrakoreye
      Imana caaaane yubahwe Imana imuhe imigisha myishi.

    • @kalyka4107
      @kalyka4107 Місяць тому +2

      Abandi bahora baza bivuga amazina ko ibigega vyabo vyuzuye uyu nawe ubutunzi bwiwe nabana bimpfuvyi, urumva ntiwobimuhora. Imana imurabe ryiza

  • @SandrineKamikazi-mw7md
    @SandrineKamikazi-mw7md Місяць тому

    Ivyibururi nurudubi Mana yanje none ivya Marioni Navy bigiyemw intati yooô mukama wikigorwe .Marioni ntawutamuzi

  • @mickelfashion2193
    @mickelfashion2193 Місяць тому

    🔥🔥🔥👌

  • @hategekimanamariespeciose5701
    @hategekimanamariespeciose5701 Місяць тому

    Ubirundi turahanzwe pe

  • @kevincheveriteriteka3065
    @kevincheveriteriteka3065 Місяць тому

    Baguhe mutama

  • @NsengiyumvaDiane-t9m
    @NsengiyumvaDiane-t9m Місяць тому

    nibakurenganure muvyeyi

  • @PetercleverRumbete
    @PetercleverRumbete Місяць тому +1

    Wampayinka iyuronka uwundi yogufasha ngira botevye bakumva, mugabo abarya ibiturire ntabwo bazohazwa navyo, urenganije impfuvyi nabapfakazi

  • @arsenearakaza1385
    @arsenearakaza1385 Місяць тому

    Sogokuru nibagusubiz ivyawe bareke kukurengany kuko ntawe wasahuye

  • @NdayishimiyeERickson
    @NdayishimiyeERickson Місяць тому

    Kamata mwizi hakuzoweya kutumikisha mikono yake .nikutoleya macho bya wangine .😂😂😂😂

  • @bizimanaabdulbizimanaabdul5660
    @bizimanaabdulbizimanaabdul5660 Місяць тому

    Ibibazo biri hagati yabenegihugu

  • @nicemeland4276
    @nicemeland4276 Місяць тому

    🎉🎉❤❤

  • @OswardNyanka
    @OswardNyanka Місяць тому

    Uwomushikiranganji numuryi

  • @ndikuriyopfocas
    @ndikuriyopfocas Місяць тому

    Nimuhumure igihe kirageze

  • @yromy6665
    @yromy6665 Місяць тому

    Iyi recrutement y'indongozi z'uburundi ndabona ari aba DD gusa😂😂😂

  • @akimanachantal4565
    @akimanachantal4565 Місяць тому

    Ni mumufashe uyo mutama mu mutunganirize nukuri

  • @enockndayishimiye-ru5nq
    @enockndayishimiye-ru5nq Місяць тому

    Nugutumwanya

  • @KennoKanse
    @KennoKanse Місяць тому +1

    Kera twakunze kwumviriza umuvuzi w'inanga avuga ati: SONER'UBURUNDI BURYOHA BURYANA...😂😂😂😂😂😵‍💫

  • @MsafiriValens
    @MsafiriValens 28 днів тому

    Umubwire ko abajyiye muri Congo nibadacika urugamba bazagaruka ari bazima

  • @OswardNyanka
    @OswardNyanka Місяць тому

    Turacahagwa wumva abanabacu tutagiye kubabura

  • @undoyenezapeter8102
    @undoyenezapeter8102 Місяць тому

    Ariko hari ubwoko bugira inda nini kweli

  • @MrNuurofficial
    @MrNuurofficial Місяць тому

    Turikumwe bro from zambia ❤

  • @MitimidacyaMitimidacya
    @MitimidacyaMitimidacya Місяць тому

    Kumbe,abatwa nabatwa Koko!!! Uyu mutwa ntazi gutandukanye Nyenicubahiro umukuru w,igihugu!!! Nabanyakubahwa bavugize ba Leta!!!!!!

  • @philiberthabogorimana3904
    @philiberthabogorimana3904 Місяць тому

    Mu kidede nuko bimeze sha.

  • @JeanNkurunziza-u5v
    @JeanNkurunziza-u5v Місяць тому

    Uyo mugabo ni umuryango ushika kuri ba papa bava nokugasozi

  • @ManaceBukuru-t8r
    @ManaceBukuru-t8r 25 днів тому

    Waruzi ngo nukuyayata
    Simwe mwabigije soma nawe wumve

  • @NduwayoAlede
    @NduwayoAlede Місяць тому

    Ivyo ukora arivyiza ari bibi ntihabura kazoza kavyo Jeremiah.ibuka..aroni.

  • @mwajumamperanyi3769
    @mwajumamperanyi3769 Місяць тому

    Mutama muwanya ndakwibutse nukuri tujana Dubai

  • @OswardNyanka
    @OswardNyanka Місяць тому

    Biva murimwebwe kukonareta irabifisemwo uruhara yoyo ushaka inyingu

  • @James-y3j2v
    @James-y3j2v Місяць тому

    Burundi igihugu c’amata n’ubuki

  • @Moise-op7pb
    @Moise-op7pb Місяць тому

    Abasoda banyu bazakwicya abatutsi babacongo nabobachabichwa msingoje hawarudi wamesha fariki

  • @NiyogushimwaLiliana
    @NiyogushimwaLiliana Місяць тому

    None uyu mumtu yoba ataratunganirizwa

  • @adolphirakoze152
    @adolphirakoze152 Місяць тому

    Eheeeee ntawudashikirwa nuwo mutama ntiyabaniye ababanyi neza babangikanije uburimbi

  • @LeonardNGENDAKURIYO-ob6ql
    @LeonardNGENDAKURIYO-ob6ql Місяць тому +1

    Kumbe sinarinzi nabagwiza tunga kobarenganywa kabisa narinzi kwarije narenganizwe na docteur bireha anselme jenyene none nabagwiza tunga nabo barabarenganya

  • @LeonardNGENDAKURIYO-ob6ql
    @LeonardNGENDAKURIYO-ob6ql Місяць тому

    Najewe atempote kabisa ko yagomvye kunyica imana ikanyimana basha iyandinze uryamusi nubu izondinda hagere igihe nanje ndenganurwe pe kuko imana sumuntu ngwibeshe IRAMBONA FAMILY COMPANY kndi nawe IRAMBONA pe nanezerezwe nivyubusuma bimara igihe gito

  • @mariesinadatuma9641
    @mariesinadatuma9641 26 днів тому

    Wewe uza kuririra abo nyene bakwivye ?😢😢😢😢

  • @adolphirakoze152
    @adolphirakoze152 Місяць тому

    ETS munini iri hehe ikibuga co mugasesa kiri he? Ngo ntarigera yiba

  • @nduwimanafabrice9775
    @nduwimanafabrice9775 Місяць тому

    Umutwa yababwiye ntashaka umwana ahubwo ashaka utuntu mwahora mubaha

  • @minanidenis9793
    @minanidenis9793 День тому

    Abavugizi nta nyishu batanga zofasha kuri ivyo bibabazo

  • @BarnabasViva
    @BarnabasViva Місяць тому

    Icatanzania coco ntakigenda uzi abarundi ukuntu bafatwa nabi

  • @MelanceManirakiza-m9g
    @MelanceManirakiza-m9g Місяць тому

    Yayaya ko numva bikaze ivyubutungane ibibiganiro ubwo si comedy harinyishu nziza bitanga kubenegihugu nimumbwire nimba haruwobakemuriye ikibazo biciye muriyinzira bitarivyo azoba arugukosoma uburyo bwigihugu

  • @OswardNyanka
    @OswardNyanka Місяць тому

    Ivyo avuga nububeshi byisoko nubusuma

  • @wizeyimanaasmani
    @wizeyimanaasmani Місяць тому

    Emwe sinzogaruka

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 Місяць тому +1

    Ntimubesha abana b'uburundi baja hanze abavyeyi bafisemwo uruhara 70%

    • @JacquelineKanyange-y2x
      @JacquelineKanyange-y2x Місяць тому +1

      None uyo muntu ntiyofatwa gayemwe kwarumusuma.

    • @leonideniyonzima6148
      @leonideniyonzima6148 Місяць тому +1

      Reka Sha abo basuma nyene nibo abacamanza baba bakeneye kuko batanga amahera menshi bakagura ukuri ! Abo bacamanza bameze uko Bari Ku mpfiro Imana izobereke imanza zose bariye kakanyagisha bene amatongo n'imitungo !! ​@@JacquelineKanyange-y2x

    • @mutavu
      @mutavu Місяць тому

      @@leonideniyonzima6148 😂😂😂😂😂😂

  • @mutavu
    @mutavu Місяць тому

    Numututsi mujere mumukubite basha arahimba

    • @NdayishimiyeERickson
      @NdayishimiyeERickson Місяць тому

      Kabila la mtu haliendani na mali ya mtu.haki NI haki .na mwenye chake alikichokea wamrudishiye byake. Zulma siyo nzuri

  • @rosettenzeyimana3248
    @rosettenzeyimana3248 Місяць тому +1

    Dukorere Ijuru isi numuruho pe

  • @murimatv4448
    @murimatv4448 Місяць тому +1

    Amagorwa dufise arateye ubwoba kabisaaaa

  • @Bihomebuja
    @Bihomebuja Місяць тому

    Iki kibazo cuyu mutama kivuguruza cane utwigoro twa Nyenicubahiro umukuru w'Igihugu co kuzana abanyamitahe mugihugu. Ninde yoza kuzana Imitahe mugihugu ubutungane bumezuko.
    Leta nifate abacamanza nkabo babi nkabaroberi igihugu cose kibahaguuukire uwubonetse akora amanyanga aboneka neza ace araswa kumugaragaro : chine yarabikoze, singapour yarabikoze ubu barateye imbere.
    Igihugu nticokwicwa nabantu badashika na 20 mille.

  • @JacksonEphraim
    @JacksonEphraim Місяць тому

    Ubundi ivyo vyabaserukizi babatwa bivahe ubuserukizi bwabatutsi canke ubwabahutu bubahe

  • @EgideJuma-yb2fr
    @EgideJuma-yb2fr Місяць тому

    None urumugwizatunga wirirwa urarira ngo abacamanza bakurenganije kukuberiki koko? Nkubu mwoja hamwe mukaza murakuramwo umwumwe mumyaka ibiri ntimwoba mubarembeje?

    • @NdayishimiyeERickson
      @NdayishimiyeERickson Місяць тому

      Nivyo yirondereye kumvo z umuryango wiwe. Bamusubize ivyiwe. mmmmm

  • @johnphiri-vf3ih
    @johnphiri-vf3ih Місяць тому +1

    Ubutungan bw, uburundi bwaratew na Satan .

  • @VladimirAsmani
    @VladimirAsmani Місяць тому

    ❤mutama mwubahwe ❤