Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Bjr bamuduha natwe akanya tuzoturavuga
ewe clarisse 😢
Basi nsabe abobantu barwanya sinduhije na Red tabara nibakore batabare igihugu bareke kuguma bata amajambo bavuga abandi, ivyananiye Red tabara babikore niho tuzobemera, nibatabikora tuzomenyako aribikoresho vyaba dd kugira basambure Red tabara
Ntabahari kuko iyaba bahari bababaza mugihugu, CNDD bakirwana baguma mugihugu hagati bagahangana nabakomagu, niyompamvu red tabara nibisuma vyiba abanyekongo.
Ntayihari ko itaza iburundi none barwanira muri congo habandi
Mbega ko mwibagira nyamusaraba yakweze ubwicanyi bwakorewe abanyamurenge.
Bwabundi abarundi turagoye ifatiro none red tabara ijakugwana itera akajagari muri congo ntiboza kugwanya cndd fdd? muri congo baharaniriki? Nibaze guharanira amahoro muburundi emwe ndumva nakamuna pe!!!
Sinemerananje kwibaho kuko nibibaho irihe?muri Congo niwabu?kiki bacumbika kubutaka bwabandi?nibazakwarumugwi wamabandi arikwiba muri kongoo
Ivyo muvuga birashobora kubavyo.kuko Red Tabara ahokuza kurwanira abarundi irwanira abanye kongo,wewe ivyo wobisigura gute?umukuru wayo ntazwi yarariye amafranga yaba dd
Red Tabara numutwe waguzwe na CNDD FDD bakimara kwica abayiyoboraga mbere Ibyobakora babikora babitumwe naba DD kugirango babyegeke kubindi bihugu kwaribyo bifasha Red Tabara Kandi arukubeshya arikinamico ya CNDD FDD na Red Tabara
Wewe uzotangara Kandi wicuze igituma wavuze ibinyoma udafitiye ivyemezo, basi mwe KO murwanya Red tabara nimukore ivyayinaniye hama mukure amajambo Ahubwo mwe nimwe mukorana na cnddfdd
Uyu mugore ntagira ahahagaze ajijisha abarundi.
Lllllll
Dezos rek nkunganire, abanyamurenge barimirwi ibiri harabashigikiye Gumino, harabashigikiye twirwaneho.Gumino irongowe na nyamusalaba niyo ikorana na dd, SO non mbaze uwomudame, gumino izanye imbonerakure kurwanya Red tabara,red ntiyivuna ?? Abanyagihugu bashigikiye gumino banyegeje imbonerakure Red ikagenda kubarondera ibikoze ikosa ?? Red tabara ahumwansi arihose itegerezwa kumusangayo ikamurwanya yaba umunyamurenge yaba umubembe cank ubundi bwoko bwose