IMPANDA YANYUMA KU BURUNDI😱UMURIMBUZI AGIYE KUHANYURA😭GEN BUNYONI AGIYE GUFUNGURWA✍VIZA IZAHENDA

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 4 лют 2025

КОМЕНТАРІ • 200

  • @clementnijimbere-bm9px
    @clementnijimbere-bm9px 2 місяці тому +7

    U Burundi n'ihanga Imana yitoranirije, ninayompamvu aritwebwe tuzovuga ubutumwakw'isi yose. Mureke kubanzakudutera ubwoba ngotutamanjegukora ibina biriya.

  • @SalaKiki-i9x
    @SalaKiki-i9x День тому +1

    Mbega burigih werekwa kuburund imana irihangana kwr ubu uwushatse wese kwimenyekanish yigirumukoz wimana niho yesu yavuzati mugihe cumuher hazoza abavugishw bibinyoma vyaratanguye bs

  • @nkumbiri-ks4kt
    @nkumbiri-ks4kt Місяць тому +2

    Mana yanje, uranyandikako ikimenyetso kuri jewe n'umuryango wanje wose. Ameen.

  • @ezechielndikumana
    @ezechielndikumana 2 місяці тому +8

    Hezagirwa Paster ikindi womubwira iriya vino yi kana yaritandukanye no mukuyikora ntabwo yagiye mumibindi yagiyemwo vino irimwo vino irimwo umusemburo Yesu yababwiye bavomere amazi mumibindi yahoze ijamwo amazi yo guhumanura abantu rero Yesu yari kumurimo kandi abari harya ntibanyoye vino gusa Yesu yahinduye canke yakoze kuba iyo vino yari muriyo mibindi yahoze ikora ico gikorwa Yesu yarejej burya bugeni cari nigicapo co guhumanura no kweza abantu. rero ntimukitiranye ngo yatanze inzoga yarikuvuga ati ni mwoze iyo mibindi mwari mwashizemwo inzoga hama muvomeremwo amazi ariko yahisemwo ko bavomera mumibindi itandatu yajamwo amazi yo guhumanura abantu. Ntamukozi w'Imana yobwira abantu ngo kunywa inzoga sicaha yoba avuguruje bibiliya

    • @Nkundukuri
      @Nkundukuri 2 місяці тому +1

      Nta vino itarimwo umusemburo ibaho!!! None wagiye muri isiraheli ubona Vino y'umutobe?? Mukomeze mubeshye iniji!! Mwemere Kristu, muve mu byaha mureke kuvuga ko vino ariyo ibatera ibyaha!!

  • @PoulKanuma
    @PoulKanuma 2 місяці тому +3

    Nukuri imana yacu izikubaho kumuntu kweri ikubabarire kuko wama ubesha wibaza k'imana itakunda abarundi

  • @lahai-roitv1
    @lahai-roitv1 Місяць тому +4

    Yesu kristo arengere abarundi na barundikazi kubw’Imabazi zayo.

  • @ChantalMboningabira
    @ChantalMboningabira 2 місяці тому +7

    sekibi sekinyoma wiyitirira imana, nyabingi na mayimuna ndabarimbuye mw'Izina rya Kristu Mwami.
    amasengesho yose wasavye ngo bagufashe kurimbura isi n'iki gihugu,yose ndayapfishije ubusa mw'Izina rya Yezu Kristu Mwami.
    Kristu Mwami Twimitse n'Akurimbure,
    Umuvyeyi Bikira Mariya Nyina wa Jambo n'akujanjagure akumene umutwe, Inkota y'Umumalayika Michael Mweranda n'igushinge mugakanu ugende uje mu inyenga y'irimbukiro burundu waratsinzwe sekibi ur'igicibwa ur'ikivume va mubana b'Imana ja mu inyenga y'irimbukiro burundu n'ivyawe vyose.
    Ndabigutegetse mw'Izina rya Yezu Kristu Mwami.
    Amen

  • @GérardKorerimana
    @GérardKorerimana 3 дні тому

    Mwabantu mupinga umukozi w Imana uragowe erega Imana ntikora nkawe mwana w umuntu kuko umunsumwe imbere yayo nimyaka 1000 none ikorere kuvyiyumviro vyanyu mwihane gupinga ntize ibara dure nkaca gihe canowa murakoze

  • @BessaleliBitwabami-t8o
    @BessaleliBitwabami-t8o 2 місяці тому +2

    Ndi bessaleli iburundi ndagukurikirana cyane imana idufashe kugendera mubushake bwayo ngotuzangwe twemewe nijuru.ngo ishirikimenyetso cyanaraso kurugo rwanje

  • @AngèleNKUNZIMANA
    @AngèleNKUNZIMANA 14 днів тому +1

    Mukozi w'Imana narose mbona papa Francis avuga ngo Président wa Egiputa yigize Imana vyoba bisobanuye iki?

  • @lilianebahati7290
    @lilianebahati7290 2 місяці тому +1

    ❤❤😂😂😂 Amen Amen Uhoraho aguhu mugisha nawe

  • @JanvièreNahimana-q8k
    @JanvièreNahimana-q8k 13 днів тому +1

    Mwabantu,nimwubahe umukozi,w'lmana nimucebufi dusenge,dusabe imbabazi itwandikeko ikimenyetso cayo.

  • @niyongirajeandamascen
    @niyongirajeandamascen 2 місяці тому +24

    Mwakoze amabi none nkaho wasabye ikigongwe ahubwo ugatera ubwoba wowe ibyo wahanuye byose nikihe cyasohoye imana ya barundi iri mukazi cyaneeee

    • @Tuyisabe-y5f
      @Tuyisabe-y5f 7 днів тому

      Imana iguhe umugisha nikindikihe izagukoreshe ibyubutwari

  • @NgendakumanaDanieri
    @NgendakumanaDanieri 2 місяці тому +4

    Gusa abanyarwa ikibishe nu kwiyemera gusa nukwisima nimutuze kuko uburundi burarenze

  • @Twese.01
    @Twese.01 2 місяці тому +2

    Uzi imyaka umaze uvuga ibintu ntibibe, ...uvuga ngo" uku kwezi...uyu mwaka...hazoba ibi"nubu ntakiraba. Ntawanse ko Imana yipfuza kugirira neza Uburundi ariko ureke kuvuga ibivuye mu mutwe ngo Imana yavuze itavuze.Ufise ukuri guke, ntabuhanuzi ndakubonamwo.

  • @PrinceAyinkamiye
    @PrinceAyinkamiye 6 днів тому

    IMANA ISHIMWE KUBA ITUBURIYE NGWABAYO NGO NTAKIZOBA ATABABURIYE NONE GA MANA NUNINAHAZWE UBU NOMUMYAKA YOSE AMASHIMWE NICUBAHIRO NIBIBE IVYAWE UBU NIBIHE BITAZOSHIRA AMEN

  • @MelchisedekHatungimana
    @MelchisedekHatungimana 2 місяці тому +3

    Imana idufashe dukire ivyango bigiye kuba mudusengere

  • @EmileNiyongabo-m3z
    @EmileNiyongabo-m3z 20 днів тому

    Muvyukur nkajew umunyavyah ntakirikumw n'Imana,sinogir iconegura. Kimw ijambo ry'Imana rivuzwe uraririndira ntuzote ururimi

  • @GaspardNiyonkuru-q6w
    @GaspardNiyonkuru-q6w 2 місяці тому +1

    Twarakurambiwe nta nisoni ugira ubuhanuzi bwubunyoma vanaaa ngaho untera niseseme Cyakora Imana irihanga

  • @CardinaleNdikumagenge-ui3ox
    @CardinaleNdikumagenge-ui3ox Місяць тому

    Uragarutse kubesha.Inkoni y'Imana igukubite bishimishije

  • @NintunzeArex
    @NintunzeArex 2 місяці тому +8

    MUHEZAGIGWE MUKOZI W IMANA ❤ DUSENGERANIRE TUZOGIR IHEREZO RYIZA ❤ NDABAKUNDA❤

  • @rosekabirori9635
    @rosekabirori9635 2 місяці тому +2

    Kwenda kule acha kutishia watu ! Imana izobanza kurimbura wewe mubeshi

  • @BiratunganyeNesta-i6m
    @BiratunganyeNesta-i6m 2 місяці тому +2

    Icubahiro ncandho.muhezagigwe.

  • @gaudencendururutse4617
    @gaudencendururutse4617 2 місяці тому +1

    Imana iguhe umugisha pastor

  • @Alin-d4o
    @Alin-d4o 2 місяці тому

    Amen imana ninzitirire umuryaNgo wanje

  • @eliasmpozamarira2536
    @eliasmpozamarira2536 2 місяці тому +5

    Babagore wirirwa urasambanya sha Imana yogucamwo yoba yabuze abicamwo!!
    Banza utunganye ivyawe sha😂

    • @Mari-u8p6k
      @Mari-u8p6k 2 місяці тому

      😢😢😢😢😢

    • @BrahimDiaz-g8r
      @BrahimDiaz-g8r 2 місяці тому

      None nikuki berekwa muburundi gusa atakindi gihugu berekwako.ico nikinyoma

  • @eradyrich
    @eradyrich 2 місяці тому +1

    Shalome.
    Rev Pstor, mfashye kano kanya kogushimiri Imana ukuntu yasohoye amagomb9 akomeye abicishije mur ww, namwe muze mudufashe gusengera igihugu c'acu hamwe na Africa yose, isi nzima ihinduke.
    Kubwanjye nigishijwe kandi ndasavye Yesu kristo angirire ikigongwe

  • @isaacnsabimana-p7d
    @isaacnsabimana-p7d 2 місяці тому

    Murakoze cane mukozi w'Imana !Ndakunda cane ubutumwa muduha

  • @JamesNintuze
    @JamesNintuze 2 місяці тому +1

    Amina

  • @EzéchielNduwimana-v5g
    @EzéchielNduwimana-v5g 2 місяці тому +1

    Uwumurwayi wo mumutwe nuwahe?

  • @JeaneBUTOYI
    @JeaneBUTOYI 2 місяці тому +1

    Murakoze mukozi WI MANA KURUBUBUHANUZI KURUHANDE GWANJE NDABWAKIRIYE KUKO HARINABANDI IMANA IRIKO RACISHAMWO UBUBUHANUZI NUKURI IMANA IDUTABARE CANEEE

  • @SarahNiyonzima
    @SarahNiyonzima 2 місяці тому

    Mwabantumwe mumutuka mushibira kuba mumuzi nabi arik akigaya mutahari maze Akababarigwa Imana Ikongera Ikamugirira Icizere Imana Itubabarire Idushire kwIkimenyetso cayo nimiryango yacu mwIzina rya yesu Christ Amen

  • @AkimanaJacqueline-f6v
    @AkimanaJacqueline-f6v 2 місяці тому

    Imana ishishikare kugukoresha ibidasanzwemukozi wimana.

  • @VianneyNzomwita
    @VianneyNzomwita 2 місяці тому +1

    Murakoze Imana niturinde

  • @nkumbiri-ks4kt
    @nkumbiri-ks4kt 2 місяці тому +2

    Mana yanje, mpa kwumvira no gushira mu ngiro ivyo watumye akanwa k'umukozi wawe. Unzitirire impande zose jewe n'umuryango wanje wose.

  • @YahuTV1
    @YahuTV1 2 місяці тому

    Komerezaho pastor

  • @TheodahadImpundu
    @TheodahadImpundu 2 місяці тому +1

    Mbe se mwahuriye he ga muhungu ngo utumwe n'IMANA mushoboravyiza

  • @Tubivugetv990
    @Tubivugetv990 2 місяці тому +4

    Nka wowe wumva ufise ubwenge ndagutahura kuko uri mugihugu cinjiji niyompamvu batakwirukana uragapfana ubwo butumwa bwawe

  • @nyirahakizimanadative7585
    @nyirahakizimanadative7585 2 місяці тому +4

    Iyo shitani ibatuma twarayivumbuye hoshi jyana roho mbi zawe

  • @RamadhaniNdayizigiye
    @RamadhaniNdayizigiye 2 місяці тому +1

    Nta mugabo yisiga mukorogo Imana yotuma

  • @lydhiafataki1489
    @lydhiafataki1489 2 місяці тому +1

    Kristo Yesu adushoboze gusenga nyabyo

  • @VenantNkorerimana
    @VenantNkorerimana 2 місяці тому

    Imana yomwijuru idutabare abarundi Yesu nudusegerenukur naje mana uchirekwikimenyesto

  • @jeannettehatungimana7793
    @jeannettehatungimana7793 2 місяці тому +1

    Nukuri mwitonde bantu mukuvuga .kuko nanje ndabihamya uburundi bufise amasezerano ryiza caaane .kandi vuba umugeni arataha muzobibona.

  • @SSs-kd7bc
    @SSs-kd7bc 2 місяці тому +2

    Nimudufashe gusenga imanitugwanirire. Kuko twebwentitwoshobora imazifatijambo

  • @NsengiyumvaEtienne-b7q
    @NsengiyumvaEtienne-b7q 2 місяці тому +1

    Imana idufashe

  • @NdabikunzeCornel
    @NdabikunzeCornel 2 місяці тому +1

    Imana irarwana nande papa. ? Ariko ndashaka kukubaza imana niyoyakubwiyengo ubutumwa ubunyuze kuri UA-cam kd mwebwe muzarimbuka kandi singuciriye urubanza ariko mujye mukorana ubwenge bw'Imana

  • @DamasceneJean-yi6hs
    @DamasceneJean-yi6hs 2 місяці тому +1

    Uzamanze usabe imbabazi kubantu waroze abowateye inda abowibye amafaranga wakigoryiwe cikirura

  • @ChristopheNiyonzima-q5x
    @ChristopheNiyonzima-q5x 2 місяці тому +3

    Iri siterabwoba,kuko amakuru natwe tuba tuyafise n'uko tubiceceka.

  • @DamasceneJean-yi6hs
    @DamasceneJean-yi6hs 2 місяці тому +1

    Ziba wambwawe kamugare wahanuyeko rwasa azashika akaba perezida uburayoboye wakiborewe none ntanisoni uragarutse nogusambana kwawe

  • @MelchisedekHatungimana
    @MelchisedekHatungimana 2 місяці тому +1

    Imana ishimwe ivyumve usengakwanje

  • @sylvereirambona5946
    @sylvereirambona5946 2 місяці тому

    Ziba, pfunga ako kanwe kavuga ubusa! Iyo mana muvugana ni ari nayo yonyene ikwia p 6:34 asteur si Imana nkuru yaremye isi n’ijuru, abantu ni ibintu, iyo twe dusenga!
    Yo Ntibesha, ikunda abantu harimwo nabo barundi.
    Ico cagitumye not kimwe mwe ntazi uko mucita. Ni ca se wa abarozi n’abapfumu.
    Kazibe rero ivyo uvuga ntawabigurumye.
    Ubwo wari iburundi hanyuma barakwiruka none upfanye akabonge wipfuza icohagushikana ugapfuma uhatuka.

  • @DamasceneJean-yi6hs
    @DamasceneJean-yi6hs 2 місяці тому

    Imana igukoresha nayo nntiyuzuye mumutwe

  • @BarakaAthumab
    @BarakaAthumab 2 місяці тому

    Iman idukomeze cyanee rwose

  • @Victor-x6w2f
    @Victor-x6w2f 2 місяці тому +2

    Ntawakwita umwanda kandi wigwariye mumutwe.Nimba hoba numwe akwiyunvamwo,akanagare akujane indera kuko niho hakwegereye.Kwa legentil wohashika wahezemwo umwuka

  • @chantalkwizera3281
    @chantalkwizera3281 2 місяці тому +1

    Imana ni shimwe hama ayomasengensho aratangira ryari???

  • @dukundane-g3f
    @dukundane-g3f 2 місяці тому

    Abantu banka ubuhanuzi nabagabitanya reka isi yababi irangire

  • @JeansMaryNtunzwenimana
    @JeansMaryNtunzwenimana 2 місяці тому

    Aba bavugishwa bu Rwanda KO batavugishwa ugihugu caboabobanyakinyoma. Nintumwa ya Bunyoni nyene

  • @MugishaJeanbercumase
    @MugishaJeanbercumase 2 місяці тому

    Muhezagigwe umwa yesu abiguhere umugisha

  • @AmatwiyimpeneYumvayokeje
    @AmatwiyimpeneYumvayokeje 2 місяці тому +2

    Hhhh Arko igihe warindagiriye ubesha wahamagawe nande kuringegera ubwo bugugu bwawe henda ibijuju nkawe Imana tuzi ntayagutumye wamupaganiwe

  • @JanvièreNahimana-q8k
    @JanvièreNahimana-q8k 13 днів тому +1

    Murakoze,nimukomeze kudusengera.

  • @TriphineNdayisenga-nm7sp
    @TriphineNdayisenga-nm7sp 2 місяці тому

    Ye
    YESU NASHIMWE ukobiboneka neza Arya mazi Ayo mazi bayizera KO ariyo abeza nkuko bayihumanurisha Iyo bàgiye gusenga.

  • @BerchimasBigirimana-do2sf
    @BerchimasBigirimana-do2sf 2 місяці тому

    Burundi ❤

  • @JonathanNiyomwungere-w9u
    @JonathanNiyomwungere-w9u 2 місяці тому

    Iman irind uburundi na barundi

  • @HAMUDUDURestaurant
    @HAMUDUDURestaurant 2 місяці тому

    Hera munzu iwaw urire nabaw muburundi habuzw abubaha imana itobiyereka, atase!

  • @saimonwillison
    @saimonwillison 2 місяці тому

    Ivyo IMANA igomba kwihanga ryayo ni bibe uko igomba

  • @savedbygrace3230
    @savedbygrace3230 2 місяці тому

    Uwo muntu mumwakira mute ? 😢😢😢😢

  • @EdouardNdereyimana
    @EdouardNdereyimana 6 днів тому

    Muhezagirwe cane

  • @peacehorimbere
    @peacehorimbere 2 місяці тому

    HALLELLUAAAAA HALLELLUAAAAAA HALLELLUAAAAAA HALLELLUAAAAA HALLELLUAAAAA HALLELLUAAAAAA HALLELLUAAAAA HALLELLUAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAA URAKOZE CAAAAANEEEEE GOOOOOOOSEEEEEEE YESU CHRISTO!!!!!!!!!!!!!!!!

  • @AlexisHakizimana-s1q
    @AlexisHakizimana-s1q 2 місяці тому

    Turabasavye mubandanye mutubwira kuko bibwigwa benshi bikumva benevyo ariko twe ubutumwa turacabukineye mumwanya tukiri kwisi zemuraturemesha ntiturambigwenosi kuko isiragoye

  • @ntunzwenimanaleonard827
    @ntunzwenimanaleonard827 2 місяці тому

    Mwariko 14:25 haranditswengo: ...umutobe wazo musha cg mushya mubwami bw'IMANA.
    Bivuzengo umutobe mushya ntabwo uba usembuye. Batazarya bayobya abantu

  • @IrèneKezakimana
    @IrèneKezakimana 2 місяці тому +1

    Nnttutiinye kkuvuuga bibwigwa. Beshii kbikumva benevyoo. Haggoowuuwuvugga ngwiiravuze itavvuze

  • @Lilean-sw8ip
    @Lilean-sw8ip 2 місяці тому

    Amen Amen 🙏🙏🙏😢😢

  • @Musagisagara
    @Musagisagara 2 місяці тому +1

    Reka kuba mushaka kumenyekana mukoresheje ubu beshi 🇧🇮 🇧🇮

  • @ManirakizaFrançoi
    @ManirakizaFrançoi 2 місяці тому +1

    Uyu mugabo je sintahura inyungu akura mukubeshera lmana ngo yamutumye itamutumye jewe azonyishire kuko ibintu vyose avuga n ububeshi ntanakimwe gishika uyumuntgabo numupagani akwije vyose

  • @niyongirajeandamascen
    @niyongirajeandamascen 2 місяці тому +1

    Ntaho utaniye na nibishaka Theo wowe uzarangira nabi si mama igutuma urisekibi .

  • @DamasceneJean-yi6hs
    @DamasceneJean-yi6hs 2 місяці тому

    Po po po po ndakumenaguye mwizina rya yesu ceceka sekibi

  • @AppolonieNihazi-c4w
    @AppolonieNihazi-c4w 2 місяці тому +1

    Abel ndarimbuye iyo sekibi ikuvugisha nije munyenga y'irimbukiro mw'izina rya Christu mwami urumva ingene uriko urasaba abantu ngo basenge shetani!!!!!

  • @SSs-kd7bc
    @SSs-kd7bc 2 місяці тому +3

    Habwigwabenshi bikumvabenevyo abazikwimanivuga babicakiye abatavyumvanabo nakazikabo imaniguhumugisha

    • @ClaudeNDAYIKEZA-y6i
      @ClaudeNDAYIKEZA-y6i 2 дні тому

      Amaraso ya yesu mana hindura umutima ikomantaye uyoroshe uduh imbabazi amen

  • @aaronydusengiyumva2997
    @aaronydusengiyumva2997 2 місяці тому +2

    Icompa nkababarirwa

    • @liliuwitonze
      @liliuwitonze 2 місяці тому

      😢😢imbabazi z'Imana zamaho ibihe byose nubu izo mbabazi wazihabwa. Yesu niwe mbabazi twahawe nukumwizera ukamukurikira

  • @AugustinNduwimana-sv5ww
    @AugustinNduwimana-sv5ww 2 місяці тому

    Nje ndibaza ko IMANA muvuga no bayari kuko ntanarimw ikorana nabanyabinyoma nkamwe gusa ibihembo byanyu mubitegerez

  • @JeanmarieShimirimana-n2x
    @JeanmarieShimirimana-n2x 2 місяці тому

    Abapasitori burwanda umengo ntibakomeye mumutwe mwahanuriye urwanda mukaza mureka Burundi 🇧🇮 twebwe twibereye mubihano vyokubura igitoro hama nawe uje wasamanga gusa😅😅😅😅

  • @NimubonaGirbert
    @NimubonaGirbert 2 місяці тому +1

    Amen

  • @theresenyamwana7545
    @theresenyamwana7545 Місяць тому

    Imana ntiyobura umu Rundi yotuma ku Burundi yorinda guca kuri wewe?I

  • @nyirahakizimanadative7585
    @nyirahakizimanadative7585 2 місяці тому +1

    Shitani we jyenda ujye munyenga y'irimbukiro ubutazagaruka

  • @JonathanMASABARAKIZA
    @JonathanMASABARAKIZA 2 місяці тому +2

    Kuvugishwa si bibi arko ndibuka Ivy wavugishijwe 2020 ntanakimwe cabaye.niyompamv mfise amakenga arko ntavyinsh mvuzeko

    • @liliuwitonze
      @liliuwitonze 2 місяці тому +1

      😂😂ngo Président azoba Agathon Rwasa😮

  • @NdagijimanaJacqueline
    @NdagijimanaJacqueline 2 дні тому

    Uwuba arikukazi yobikora gt?

  • @niyungekobernard-st4zz
    @niyungekobernard-st4zz 2 місяці тому +1

    Cane komera

  • @MedronundersonMkuyu
    @MedronundersonMkuyu 2 місяці тому +1

    Arakarimbura nyoko muranguha abahima mwarakoze ikibi kibishemuzopfa mudasuniye kubutegetsi

    • @ThierryNdayizeye-p9y
      @ThierryNdayizeye-p9y 2 місяці тому

      Mbega uyu muntu avuze ngo abahima bakoze ibibivyinshi .womenyera aribo bishe abana bibuta?nibobishe abana bo mukibimba?nibo bishe abanyamurenge mugatumba?nibo bishe kararuza?nibo bishe president nkurunziza na Adolphe nshimirimana?nibo bisheferuzi,nibo bangaje Hussein Rajabu?abana bo kumusaga,nyakabiga cibitoke na mutakura?ukuri kwarabananiye murabanyabinyoma mwabana binzoka Musa na satani

    • @MedronundersonMkuyu
      @MedronundersonMkuyu 2 місяці тому

      Sha ndadaye mwagandaguye azobomera kugeza mufukamye mugasaba ikigongwe reka kwidondaguza utwotunyoma ahumuhimari ntiharangwa amahoro nibinywamaraso

    • @JamesNintuze
      @JamesNintuze 2 місяці тому

      Nimubemwubahanimana

  • @princenshizirungu2311
    @princenshizirungu2311 2 місяці тому

    Ahhhhh uyu Mugabo muheruka kera kubwa president Nkurunziza

  • @angeliquemugisha-v7o
    @angeliquemugisha-v7o 4 дні тому

    Amena

  • @NdereyimanaGervais
    @NdereyimanaGervais 2 місяці тому

    Hambagira iyo nyo yawe kandi nkubu ndagufashe......,.........numuryango waw wose.......nogu.........

  • @lioneldusabe8809
    @lioneldusabe8809 2 місяці тому +2

    😂😂😂😂ibi ni vya bibwa chimamanda akunda kuvuga

  • @ManirakizaFrançoi
    @ManirakizaFrançoi 2 місяці тому +1

    Umuuntu atazi agakiza icarica akabesha ngo yavutse akijijwe? Mbaga agakiza niki iyaba yarazi agakiza icarico ntaba abesha. Ngo yavutse akijijwe

  • @MugishaJohn-q6z
    @MugishaJohn-q6z 2 місяці тому

    Urikigoryi wowe

  • @songamberetv2219
    @songamberetv2219 2 місяці тому +1

    Wewe wishakira views za UA-cam imana ntitumira umuntu kuri social media ahubwo iguha ubutumwa ukabushikana kwa nyirabwo udaciye kuwundi muntu

  • @yesunibyosetv
    @yesunibyosetv 2 місяці тому +1

    Umuhanuzi udasabira igihugu cye ? Ngo Imana ikureho inkoni? Ndaje nsenge mfate ibyo byago ku barundi sibo babi cyane muri africa Yose

  • @DoreenJohn-i7t
    @DoreenJohn-i7t 9 днів тому

    Ubundi mwaranyobeye harya wumvango muburundi ntabavugishwa bariyo 😂😂

  • @SamsonNdereyimana
    @SamsonNdereyimana 2 місяці тому

    Vagaho buretse kwigira umuvugishwa .

  • @GadYumvira
    @GadYumvira День тому

    Nukuri ntiwavangiwe

  • @happymunezero4923
    @happymunezero4923 2 місяці тому +1

    Kwigishiriza kuri youtube ugasobanura Ijambo ry’Imana ni vyiza cane. Kandi atari abanyavyaha bamaze kuyoboka satani n’abamalayika biwe, nta wuyobewe yuko gusesa amaraso n’ibindi vyaha biteza akaga abanyagihugu bikwega umuvumo mu gihugu.
    Ikindi naco iyo usenga wibuke ijambo Yesu yigishije ryanditswe na Matayo 6: 5-8. Yavuze ati ntugasengere ahantu hari abantu benshi( youtube irabwa n’isinzi ry’abantu), ati abagira gutyo ce sont des hypocrites kandi bararonka impera yabo itari nziza itava kuri Mana Data. Ati iyo usenga ja mu cumba wiyugarane usenge Data mw’ibanga, wewe abona ivyo mw’ibanga ntazobura kuguha ivyo umusavye bijanye n’ishaka ryiwe. N’Imana ituganiriza mw’ibanga natwe nituyisenge mw’ibanga.