Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Wow olive ma fille courage uriko ubonwa n'isi yose wakuze ndakwishimiye ndi maman wawe je suis fier de toi ma fille ndabonyeko ntataye umwanya ivyo nakoze mu buzima bwawe aleluyaaaaaaa bwana asifiwe ❤🎉
❤
Gaël ukwiye agashimwe kumu promoteur wumwaka kl nimba uri umu fans wa Gaël gonga liké ngaha 💪💪💪
Vrt life COMPANY yubahwe ikora produits zimeze neza kandi zigezweho kanndi mukomerezaho kuvyiza no guha akaz aba jeunes mukora Igihugu cacu gikeneye amahinguriro nkaya kugira gitere imbere Life COMPANY nuburongozi bwayo mwubahwe cane ❤❤❤❤
Life campany n'uruganda rukomeye cane. Iterambere i wacu i Burundi 🎉🎉🎉🎉
Kinuke. Yacuya. Rural ayomaziniyava. Yubahwe. Kanyosha. Rural. Oye. 💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪
Burundi bwacu 💪💪🔥🙌🙌❤️❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮
Gaël ndakunda introduction yawe😀😀😀 ngo witwa gt??
Abarundi biwacu couraje❤❤
Nukuri nahobavugako uburundingoburakenye nukurimuteremujimber
Burundi bwacu burundi buhire🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Umusaza bandanya wivugamazina bandanya utwereka vyose ni vyiza cane.
Courage bwana gaèl ukora neza❤🎉
Ndabakeje bana burundi courage cane
Ash nanj ngiy kwiherez ivyiz vya Life kbx, kuko mbon bakor mumutekan ntanger ukingir amagar y'umunt.Courag Life company
Terimbere dda yetu turakwishimiye niteka nitekane komera
GOLISE hejuri cane❤❤
Courage courage Gaël ham udusabire akazi natw tubeho😂😂
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇦home sweet Home nyumbani kwanz ☝️
Gaél tu merites une prime de bonne promotion.
Vyose bimeze neza ariko Aho i ndani nimuhasase Ama pavve kuko harateye isoni
Uruganda ruri ahantu hadatunganijwe nezall pavage irakenewe
Aho hasi indani muruganda mwarabuze amafranga yokuhapava canke mushire ikaburimbo indani nico gituma namabarabara yatunaniye
ikawurimbo mu rugo rw'ishirahamwe siryo ryihutirwa muri business
Muta nturatembera reo ntibahashira ikaburimbo muga amapave yoyo ntabura urasimbira kuri fomi ucubona ukobigennd
Ndatangara ukuntu ubonye nibibi hokubona ivyiza umwana iyavutse ntacayi yuzura ingovyo
Uyo mu Miss blue life mazi yara munyuzwe neza.🎉
Shaaa ibibintu birakomeye cane kbx 🎉
WaaWoooH❤❤ 2060 ndabona UBURUNDI buzob bwabaye EDENI pûre😂😂❤👍💪💪
Uburundi hejuru cane❤❤❤❤❤
Courag ❤❤
Imanibahezagire imbere nihaza
🎉🎉🎉❤❤❤😊😊
Amazing! 👏🏿👏🏿👏🏿
Good job❤❤❤
Gael korakazi urabishoboye kabisa courrage uburundi bubandanya buterimbere
Olive weeee mbega nyashi
😂😂😅😅😊😊
Muhezagigwe cane
Gael ikindigihe mwi company ikora ibintu nkivyo bakwiye kwinjira bambaye amaga nubufuka munwa guhera kubahakora hamwe naba visit🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸
Burundi twateye imberbe amakampani nkaya tuyamenyeye muri zambiya
Olivee wiwacu disii
🎉🎉🎉🎉🎉😮😮
Mugihe mbonye ibintu nkibi mugihugu cacu birampimbara cane.bandanya mutera imbere
Ibintu mbona arinavyiza kbsa
Justin Gaëlle wubahwe
Bana Burundi ôye tubarize mbe iyo tangawizi ntamwambir urimwo? ntiboreza nka raha tangawize
Irafise 2%
Ko ayamazi ya life ariho ngaha South Africa 🇿🇦 yoba ava iburundi canke ni copie inyishu please
Ni ay'i Burundi.They export
Ikibazo murafise ubushobozi bwogukwiza igihugu cose mbona gasa nazimw za Azamu zigugwa 1500
Life narahakoz arko umushahara n muto kbs😂😂
Nyibira akabanga bro. Nkabakoresha ayo mamachine, nta na 800 ck 1M babaha?
courage Gael
2040-2060 MISSION POSSIBLETURIKUMWE TWESE BIRASHOOKA
juste gael nakublii xnaaa big up
😂😂 Mungu
I wacu amazi arazimbutse👍🤏
Mukomere cane
Mwarikwadikako ikirundi ciwacu kuko ivyiwabo nakirundi badikako
Uguruka mumutwe sha kuko technically nivyo bakoresha nivyakozwe n’abandi
❤❤
Terimbere cane bene wacu
❤❤❤❤❤
Izina Gaël na Fablice babah coupe de l'année
They are
Umenga ndabonye Saporo 😮😮ni mwe muyikora?😢😢
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉😂😂😂😂❤❤❤
Bene Burundi barikukivi ndakurahiye yambonakazo yuburundi bwifashe 240 uburundi buteye imbere 260 tuzobishikako vuba cane kuruyumuvuduko turiko uteye ubwoba
😂😂😂
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Gaël. Ba ushurako numéro zawe za phone
Wow olive ma fille courage uriko ubonwa n'isi yose wakuze ndakwishimiye ndi maman wawe je suis fier de toi ma fille ndabonyeko ntataye umwanya ivyo nakoze mu buzima bwawe aleluyaaaaaaa bwana asifiwe ❤🎉
❤
Gaël ukwiye agashimwe kumu promoteur wumwaka kl nimba uri umu fans wa Gaël gonga liké ngaha 💪💪💪
Vrt life COMPANY yubahwe ikora produits zimeze neza kandi zigezweho kanndi mukomerezaho kuvyiza no guha akaz aba jeunes mukora
Igihugu cacu gikeneye amahinguriro nkaya kugira gitere imbere
Life COMPANY nuburongozi bwayo mwubahwe cane ❤❤❤❤
Life campany n'uruganda rukomeye cane. Iterambere i wacu i Burundi 🎉🎉🎉🎉
Kinuke. Yacuya. Rural ayomaziniyava. Yubahwe. Kanyosha. Rural. Oye. 💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪
Burundi bwacu 💪💪🔥🙌🙌❤️❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮
Gaël ndakunda introduction yawe😀😀😀 ngo witwa gt??
Abarundi biwacu couraje❤❤
Nukuri nahobavugako uburundingoburakenye nukurimuteremujimber
Burundi bwacu burundi buhire🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Umusaza bandanya wivugamazina bandanya utwereka vyose ni vyiza cane.
Courage bwana gaèl ukora neza❤🎉
Ndabakeje bana burundi courage cane
Ash nanj ngiy kwiherez ivyiz vya Life kbx, kuko mbon bakor mumutekan ntanger ukingir amagar y'umunt.
Courag Life company
Terimbere dda yetu turakwishimiye niteka nitekane komera
GOLISE hejuri cane❤❤
Courage courage Gaël ham udusabire akazi natw tubeho😂😂
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇦home sweet Home nyumbani kwanz ☝️
Gaél tu merites une prime de bonne promotion.
Vyose bimeze neza ariko Aho i ndani nimuhasase Ama pavve kuko harateye isoni
Uruganda ruri ahantu hadatunganijwe nezall pavage irakenewe
Aho hasi indani muruganda mwarabuze amafranga yokuhapava canke mushire ikaburimbo indani nico gituma namabarabara yatunaniye
ikawurimbo mu rugo rw'ishirahamwe siryo ryihutirwa muri business
Muta nturatembera reo ntibahashira ikaburimbo muga amapave yoyo ntabura urasimbira kuri fomi ucubona ukobigennd
Ndatangara ukuntu ubonye nibibi hokubona ivyiza umwana iyavutse ntacayi yuzura ingovyo
Uyo mu Miss blue life mazi yara munyuzwe neza.🎉
Shaaa ibibintu birakomeye cane kbx 🎉
WaaWoooH❤❤ 2060 ndabona UBURUNDI buzob bwabaye EDENI pûre😂😂❤👍💪💪
Uburundi hejuru cane❤❤❤❤❤
Courag ❤❤
Imanibahezagire imbere nihaza
🎉🎉🎉❤❤❤😊😊
Amazing! 👏🏿👏🏿👏🏿
Good job❤❤❤
Gael korakazi urabishoboye kabisa courrage uburundi bubandanya buterimbere
Olive weeee mbega nyashi
😂😂😅😅😊😊
Muhezagigwe cane
Gael ikindigihe mwi company ikora ibintu nkivyo bakwiye kwinjira bambaye amaga nubufuka munwa guhera kubahakora hamwe naba visit🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸
Burundi twateye imberbe amakampani nkaya tuyamenyeye muri zambiya
Olivee wiwacu disii
🎉🎉🎉🎉🎉😮😮
Mugihe mbonye ibintu nkibi mugihugu cacu birampimbara cane.bandanya mutera imbere
Ibintu mbona arinavyiza kbsa
Justin Gaëlle wubahwe
Bana Burundi ôye tubarize mbe iyo tangawizi ntamwambir urimwo? ntiboreza nka raha tangawize
Irafise 2%
Ko ayamazi ya life ariho ngaha South Africa 🇿🇦 yoba ava iburundi canke ni copie inyishu please
Ni ay'i Burundi.
They export
Ikibazo murafise ubushobozi bwogukwiza igihugu cose mbona gasa nazimw za Azamu zigugwa 1500
Life narahakoz arko umushahara n muto kbs😂😂
Nyibira akabanga bro. Nkabakoresha ayo mamachine, nta na 800 ck 1M babaha?
courage Gael
2040-2060 MISSION POSSIBLE
TURIKUMWE TWESE BIRASHOOKA